Big up Fabelove hama Gael ikigani wagiz washak guteranya B FACE na Fabelove harico waronse wumva uriko uteranya abaririmvyi bari bamaze igihe bagize urunani ikindi B FACE yaravuze ko ari inkebuzo ntazina ryumuntu yavuze bro muzohore muraba ama emission mugira mutarize guteranya
Ndakunda Fab Love ariko nivyiza yubahe igihangange B Face ivyobizotuma ubuhangange bwawe tukwipfuriza bwihuta gukwiragira mubakunzi ba B Face nomubandi.
Wew ntaco wanz kabisa nakamaramaza... b face b face kila siku,emera kwagusumba fabiyola,,,ibaz igituma udatumirwa muma concert b fac akama atumirwa nuko uririmba uburofa gusa