Тёмный
No video :(

Nafashwe ku nguvu na ONCLE wanje//Yabinkoreye imyaka 6 atambabarira//Agahinda nagize//Ndacababara 

UMUKUBITO
Подписаться 178 тыс.
Просмотров 19 тыс.
50% 1

Nafashwe ku nguvu na ONCLE wanje//Yabinkoreye imyaka 6 atambabarira//Agahinda nagize//Ndacababara
#violin
‪@leecharon‬

Опубликовано:

 

22 авг 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 85   
@umukubito257
@umukubito257 5 месяцев назад
MUSHOBORA GUKURIKIRANA indirimbo nshasha ya LEE CHARON yitwa VACANCE D'AMOUR by KEE CHARON muciye kwiyi LINK ru-vid.com/video/%D0%B2%D0%B8%D0%B4%D0%B5%D0%BE-QlXQ4eXbICc.html ru-vid.com/video/%D0%B2%D0%B8%D0%B4%D0%B5%D0%BE-QlXQ4eXbICc.html
@georgettenkengurutse1312
@georgettenkengurutse1312 5 месяцев назад
Nimureke kumutuka ivyavuga birahari cnee ahubwo abavyeyi bamenye imibereho yabana babo.kandi umwana akubwiye ikintu nukumwunva. Urakoze cnee
@Capy-xo1
@Capy-xo1 5 месяцев назад
Urakize mukobwa hako agahinda kakwegura bivuge uruhuke. Ninginge abaza inyuma yanje kukande kano gafoto. Ababikoze Bose Imana ibahezagire n’abanyu bose 🙏🏾🙏🏾🙏🏾🥰🥰👍🏾
@mariechantalitangishaka3189
@mariechantalitangishaka3189 5 месяцев назад
Pole sana Imana Ikuzigame kandi merci kuri temoignage. Ni courage nyinshi oser le dire. Kandi biragabanya ububabare iyo umuntuabivuze
@christella5092
@christella5092 5 месяцев назад
Pol mukobwa mwiza natwe ivyo vyaratubayeko ariko abavyeyi kuko ataco bitayeho nanubu ntibabizi nihatari😢😢gusa jewe nanje ubu Umwana wanje kugira ajegutembera mumihana bizongora pe
@nirenganira8433
@nirenganira8433 5 месяцев назад
Umwana nukumwigumizako umurekuye naho uramubwira burikintu ko nihagira uwumwegera azivuze induru hakirikare
@belysebutoyi5658
@belysebutoyi5658 5 месяцев назад
Please mureke kuba muvuga ivyo mutazi Thx Sharon ku ntahe yawe irigisha ikakangurira nabavyeyi kuba maso
@Godisgoodallthetim246
@Godisgoodallthetim246 5 месяцев назад
Courage Lee❤et merci pour le partage. Imana ibandanye ikuba hafi
@MurorunkweHawa-ry8im
@MurorunkweHawa-ry8im 5 месяцев назад
abavyeyi abavyeyi ,abavyeyi😭😭😭😭muragabe nabana
@bibikiki8437
@bibikiki8437 5 месяцев назад
Ikiganiro ciza cane Bravo Sharon et courage ma belle
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp 5 месяцев назад
Wooooa ❤❤❤❤❤❤❤kuyindi mpwemu idasanzwe imbere cyane ❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮❤💯✅
@yvettedusabe547
@yvettedusabe547 5 месяцев назад
Pole mwiza,ivyo biraba kenshi kandi bigakorwa nuwo wari wibaza ko yogukingiye birababaza cane kuko n'igikomere c'intakira,abavyeyi bakwiye kuba hafi y'abana babo babakobwa igihe cose
@uc4837
@uc4837 5 месяцев назад
Ni mwiza OMG 🥰🥰
@NkurunzizaViola-bz5tg
@NkurunzizaViola-bz5tg 2 месяца назад
Imbanga mu NDA mwabarundi!!!. ndabona mutanguy kwigana Abo hirya ya kanyaru.
@user-ql8sq6rd2g
@user-ql8sq6rd2g 5 месяцев назад
Mpore mama
@hangiroetincelle8167
@hangiroetincelle8167 3 месяца назад
Icambere urya cane, uko kuboko kumeze ukuntu.
@boscoconkunze1068
@boscoconkunze1068 5 месяцев назад
Kuyindi mpwemu idasanzwe 🎉🎉🎉🎉🎉
@ledymunda927
@ledymunda927 5 месяцев назад
Beaucoup d’amour pour toi
@anne-mariekazoviyo2568
@anne-mariekazoviyo2568 5 месяцев назад
Bavyeyi mureke kumutuka par contre bibere isomo a BBC avyeyi ivyo bintu vyo gutanga indaro ku ncuti si vyiza! No kureka abana ngo baje mu mihana mutazi ababa muri izo ngo
@PrudenceTuyisabe-rc5ov
@PrudenceTuyisabe-rc5ov 3 месяца назад
Birakaze
@krc0607
@krc0607 5 месяцев назад
Uyu mu dame abandanye akomera cane. Ivyo yavuze nivyo, kuganiriza abana n’ikintu gikomeye cane. Vyofasha ko amabi menshi ataba mu miryango.
@ADtopcaste
@ADtopcaste 5 месяцев назад
imana imubabarire
@user-ql8sq6rd2g
@user-ql8sq6rd2g 5 месяцев назад
Aba papa nibiyugururire abo munzu nkuko babigira hanze
@gagagael5722
@gagagael5722 5 месяцев назад
Courage
@ishimwedavi8411
@ishimwedavi8411 5 месяцев назад
Merci beaucoup mwizaaaaaa 🥰🫶🏾
@Tubivugetv990
@Tubivugetv990 5 месяцев назад
Sinarinziko ayo mabi akorwa mugihugu cacu narindabizi murwanda kko hoho umengo ninkibisanzwe ntakibagera
@MRoseUwimbabazi
@MRoseUwimbabazi 5 месяцев назад
Mu Rwanda ni Burundi hose ni mwisi aho Ibibazo bishobora kugera.
@IsmailHabimana-ct9hv
@IsmailHabimana-ct9hv 5 месяцев назад
Uri nama fiyeri caneee KO uvuga igifarasa caneee namaki
@Mila-vu1yr
@Mila-vu1yr 5 месяцев назад
Ikibazo kirihe ? Ahubwo ngira carakunaniye kukivuga wewe.
@karoprint-nb7mu
@karoprint-nb7mu 5 месяцев назад
Jakwishure wige nawe😂
@Akagumyebagumako25
@Akagumyebagumako25 5 месяцев назад
Abarundi namwe muramaze gufatwa na vya bisazi vyo mu Rwanda ?
@abizeralaetitie1148
@abizeralaetitie1148 5 месяцев назад
Sha nanje nabibony k vyabafash iy ngeso sinziza vrt ahubwo wogenda mukabihez kuko reseau sociau ntac ximaz ntac zikumarir maze je biranshisha
@koyakamugaboTV
@koyakamugaboTV 5 месяцев назад
Yubawe umurundikazi wintwari
@hangiroetincelle8167
@hangiroetincelle8167 3 месяца назад
Ivyo wavuze harimwo bimwe ari vyo. Ikintu wabeshe ni ikintu wavuze ko muri America , USA wagomvye kwicwa n' inzara. Mba USA 17ans nta nzara iriho: pu
@DoctaBekere
@DoctaBekere 5 месяцев назад
Ndase semwe
@bukeyenezadivine724
@bukeyenezadivine724 5 месяцев назад
Sharon uratwigishij kwl twig kugurukiranir n abana bacu kubury atac aguhisha
@queeniesamantha54
@queeniesamantha54 5 месяцев назад
✌️✌️✌️✌️✌️✌️✌️✌️🇧🇮
@chrisdaymutakuryano3957
@chrisdaymutakuryano3957 5 месяцев назад
Chalone woba uvukana na Ornella?
@ndayizeyearnaud4009
@ndayizeyearnaud4009 5 месяцев назад
Nagarukane Ninde 😂
@nadegendayizeye-kv7oh
@nadegendayizeye-kv7oh 5 месяцев назад
Ntanyigisho nimwe irimwo kabisa
@TURATSINZECleophas-we9yr
@TURATSINZECleophas-we9yr 5 месяцев назад
Es- tu scout , Madame?
@IsaroBu-co-kf4jr
@IsaroBu-co-kf4jr 5 месяцев назад
Arakivuga kuko yacize nicongereza mbere arakivuga neza donc yarasomye mureke akivuge si amafiyeri. None ko umugiriye agashari namaki wewe? Nawe kivuge ico gifaransa niwaba ukizi.😅😅
@user-zz1lj4mx8c
@user-zz1lj4mx8c 5 месяцев назад
Wob violer 6 ans? Iyo si viole
@valerebisama6483
@valerebisama6483 5 месяцев назад
Mwe numutumire wawe mwatubonye ko turababono kweri,uyo nimborerwa niminwa yarahishiye nahendabandi
@habimanaignace7235
@habimanaignace7235 5 месяцев назад
Ark kuki wigana content zabandi wamugabo we ibyo nibintu bya saben na chita nibo baganira gutyo ahubwo wowe tukuzu mumatiku uvuga navbi abahanzi bomurwanda
@nirenganira8433
@nirenganira8433 5 месяцев назад
Ok reka tuvuge ngo yarahumye ubwenge imahanga. Nayo ivyo uvuga namatiku guko nomu rwanda hariho abakora ivyamatiku kuki utamubijije kwigana bariyabandi banyamatiku babikora bo murwanda? Kora cane ahubwo komerezangaho
@butisaac6465
@butisaac6465 5 месяцев назад
Iyo ntahe nico kimenyetse c'umuhari birafitaniye isano? Bamereka gufata ibime yetso vy'imihari mubuzima buri particulier
@AbassiAlaba-vi7tc
@AbassiAlaba-vi7tc 5 месяцев назад
Chalon arigihe uvuga 6ans arigihe uvuga 8ans
@clovismugisha5979
@clovismugisha5979 5 месяцев назад
Je sindavyunva kowomara 6ans uryamana numuntu utabishaka sha hubuo vyarivyarakuryoheye wabonye kwaribibi ukuze
@Bby_rasta
@Bby_rasta 5 месяцев назад
Iyo ikintu kitarakubako ntaco wotahura shaaa Niwivugire
@bellairakoze2769
@bellairakoze2769 5 месяцев назад
Niwivugir ncuti yanj ntama battery bigusaba
@nadegendayizeye-kv7oh
@nadegendayizeye-kv7oh 5 месяцев назад
None wumva wari woroshe.wabihora ubibona 7ans ninyishi.en plus numva wahavuye uba umumenyereeza😢
@brownimranan2349
@brownimranan2349 5 месяцев назад
Mukwiye kugabanya itabi
@user-ub5xy2mb7k
@user-ub5xy2mb7k 5 месяцев назад
Icogikobwa kirashisha ntuzosubire kugiha ikiganiro
@bibikiki8437
@bibikiki8437 5 месяцев назад
Ariko nkaho umuhoye iki ? Canke ni jalousie umufitiye Ihangane sha ni mwiza, aciye ubwenge Wumva umurusha iki ?
@akimanaangebelyse1854
@akimanaangebelyse1854 5 месяцев назад
Abantu barashavuye 😂😂😂😂😂
@bibikiki8437
@bibikiki8437 5 месяцев назад
@@akimanaangebelyse1854 Bashavujwe nuyo mukobwa ? Yabagize iki ?
@grettamukezamfura408
@grettamukezamfura408 5 месяцев назад
Fungura sha iyo ninzara igutera umutima mubi
@christella5092
@christella5092 5 месяцев назад
Wariye?????
@nadiavyukusenge4970
@nadiavyukusenge4970 5 месяцев назад
None nkivyo aje kubivuga ngo bimarire iki Société ?? Ukwo si ukwimaramaza ?
@channy008
@channy008 5 месяцев назад
Ce qui me fait mal c’est que t’es une femme hama ukaba wanditse ivyo bintu. Ndagusavye uzosabe Imana ntibize bishikire ta fille.
@martinengabirano4562
@martinengabirano4562 5 месяцев назад
Madame, uko si ukwimaramaza, akariho karavugwa, bishikira abana benshi, niwaba ufis abana biyegereze kndi n abahungu barafatwa kunguvu abavyeyi ntibabimenye. Sharon courage Imana igukiz ivyo bikomere kandi bivuge ukingir abana, abavyeyi babe sensibilisE kurico kibazo.
@christella5092
@christella5092 5 месяцев назад
Muratanguye muratanguye mwemushaka Abarundi bazokwicwe nagahinda kandi nkaho usanga uhora wumviriza intahe zabanyaRwanda kenshi kuko nibo bubahuka kuvuga kugira bakire mureke avuge yikirire wenukutazi amadepresion abantu bagendana none nawe uraje ngo ntibakavuge ivyawe nimbantaco vyodufasha urabigumya ariko reka abandi bivugire hano hariho vyibshi umuntu yigiraho
@manundayi2409
@manundayi2409 5 месяцев назад
Urakoze kumunyishurira. Merci Shalon ku ntahe uduhaye abavyeyi mube maso cane kubana banyu
@kadidine151
@kadidine151 5 месяцев назад
Yooooo Iyi commentaire vyukuri yanditswe numudamu? Birababaje cane kubera vyerekana ingene igihugu kikiri inyuma ni myiyumvire yabantu cane cane abadamu ikiri hasi. Icompa ukugurura amaso kugira uze ugirigwe amahirwe yo gu protegea abari impande yawe ahasigaye novuga ko atariwewe, on dit ngo le peuple peri par manque de connaissance.
@nadegendayizeye-kv7oh
@nadegendayizeye-kv7oh 5 месяцев назад
None wumva wari woroshe.wabihora ubibona 7ans ninyishi.en plus numva wahavuye uba umumenyereeza😢
@nadegendayizeye-kv7oh
@nadegendayizeye-kv7oh 5 месяцев назад
None wumva wari woroshe.wabihora ubibona 7ans ninyishi.en plus numva wahavuye uba umumenyereeza😢
@nadegendayizeye-kv7oh
@nadegendayizeye-kv7oh 5 месяцев назад
None wumva wari woroshe.wabihora ubibona 7ans ninyishi.en plus numva wahavuye uba umumenyereeza😢
Далее
Italians vs @BayashiTV_  SO CLOSE
00:30
Просмотров 6 млн
Série Debbo Galle - Saison 1 - Episode 13
23:04
Просмотров 6 тыс.
History of Islam in Africa with Mustafa Briggs
2:33:55
Просмотров 23 тыс.
Italians vs @BayashiTV_  SO CLOSE
00:30
Просмотров 6 млн