Тёмный

Nagira ntere iremera by club GIRAMAHORO 

MURIMA Jean
Подписаться 7 тыс.
Просмотров 267 тыс.
50% 1

Опубликовано:

 

15 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 45   
@JgNb-xk3hs
@JgNb-xk3hs 4 месяца назад
Nice Burundi , 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦 mukomerezaho , harivyiza iwacu
@user-jv2nt4lq8o
@user-jv2nt4lq8o Месяц назад
Giramahoro ndabakunda cane.muraririmba akaranga cane pe!!
@MporanimanaDonacien
@MporanimanaDonacien 18 дней назад
Umucyowikirundi ❤mwubahwe
@felicienhafashimana-yc1gp
@felicienhafashimana-yc1gp 7 месяцев назад
Ooh la meilleure chanson inoubliable dans notre époque jusqu'à présent ça nous aide à oublier des problématiques qui se passent à la fois
@uwiringielahilii9442
@uwiringielahilii9442 2 года назад
Ndabakun cyane Abarundi biwacu mukomeze turakunda indirimbo zanyu ❤️❤️❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@user-md2rf7kf3h
@user-md2rf7kf3h 8 месяцев назад
Gus iyi ndirimbo irandijije😢😢
@NzayisengaJadodiye
@NzayisengaJadodiye Месяц назад
Nijandodiye 🎉abarundindabakundape❤
@richdick5523
@richdick5523 9 месяцев назад
Ninde ari hano mumpera za 2023? much love from us🇧🇮🇧🇮
@NyangeziIgnase-fj4pm
@NyangeziIgnase-fj4pm 7 месяцев назад
Et moi je vous aime bcp Ignace from rwanda
@jeanpaulntahiraja9975
@jeanpaulntahiraja9975 Месяц назад
Mukomerezeho birahimbaye
@user-kx5dz2sp3m
@user-kx5dz2sp3m Месяц назад
Muburundi Niheza cane 🫡🫡🫡🫡🫡🫡🫡🫡
@Yvesbriand
@Yvesbriand Год назад
Nta muhungu atabesha 😂😂, iyo ndirimbo inyibuts ibintu vyinshi 😢
@ManariyoFabrice
@ManariyoFabrice 15 дней назад
Akakarimbo nkakunda kubi
@engennylecomedien248
@engennylecomedien248 2 месяца назад
Nashaka nsabe uwoba azi iremera ico gisigura akinsigurire
@bonyb6098
@bonyb6098 2 месяца назад
N’ahantu hitwa « Remera » i Remera.
@JacquelineNkunzimana-j2c
@JacquelineNkunzimana-j2c 17 дней назад
Mwubahwe
@pacifiquendihokubwayo3493
@pacifiquendihokubwayo3493 2 года назад
Nice Burundi 🇧🇮🇧🇮 turashoboye
@EvaristeMpawenimana-c8o
@EvaristeMpawenimana-c8o 22 дня назад
Komerezah
@Obed-rt1xr
@Obed-rt1xr Год назад
Ntamuhungu atabesha Sha hahhha
@jolamb8469
@jolamb8469 Год назад
❤❤❤❤ ndabakunda abarundi bacu mwubahe
@mucomilkha1181
@mucomilkha1181 3 года назад
Ndabakunda sibanga
@user-di6tm8gk3j
@user-di6tm8gk3j 2 года назад
Egosha abakenyezi biwacuu mura irugu
@CyprienHavyarimana-uz6qd
@CyprienHavyarimana-uz6qd Год назад
Imvyino ziryoshe cane mukomere
@TuyisengeSamson-z9r
@TuyisengeSamson-z9r Год назад
Kabisa mugeze kugwego rurihejuru
@hatugimanaalex7995
@hatugimanaalex7995 3 года назад
Muraryosha ibintu kweli nubu 2020 ndacazumviriza
@ClementineUmunyana
@ClementineUmunyana 6 месяцев назад
❤❤❤❤
@floridekanani8813
@floridekanani8813 5 лет назад
Abo muri club giramahoro ndabakunda cane muvyina neza
@arstitoely7844
@arstitoely7844 Месяц назад
024
@Chilbuli_Baby
@Chilbuli_Baby 5 лет назад
💙💚💛💜merciiii🎶
@barutwanayosyldie2499
@barutwanayosyldie2499 3 года назад
Ndakunda indirimbo zanyu kuko zirimwo impanuro nyinshi
@arstitoely7844
@arstitoely7844 11 месяцев назад
2023 October 14
@user-di6tm8gk3j
@user-di6tm8gk3j Год назад
Akakerq abiwacu
@boscompongerumwansi6611
@boscompongerumwansi6611 2 года назад
Turaryoche
@benjyfranklin
@benjyfranklin Год назад
❤❤❤❤❤much love ..
@ferdinandndihokubwayo3209
@ferdinandndihokubwayo3209 3 года назад
Ndabakunda nkakunda indirimbo zanyu
@semuganzabicusulaiman2353
@semuganzabicusulaiman2353 3 года назад
Zirahari nyinshi cyane
@tuyisengejoselyne3902
@tuyisengejoselyne3902 Год назад
Agakino
@floridekanani8813
@floridekanani8813 5 лет назад
Iyondirimbo niyo nukuri !
@kamarizaclaudine5426
@kamarizaclaudine5426 3 года назад
Iremera n'iki?
@clairiakim7488
@clairiakim7488 2 года назад
Ni zona ry'ahantu, ndibaza
@clairiakim7488
@clairiakim7488 2 года назад
Izina*
@moisenininahazwe7899
@moisenininahazwe7899 Год назад
Uwo mupfasini atera ndipfuza kumubona uwomumbonera yomumpera ubwo butumwa
@user-fw9xd8yx6c
@user-fw9xd8yx6c 10 месяцев назад
Musange ieiwe
@JacquelineNkunzimana-j2c
@JacquelineNkunzimana-j2c 17 дней назад
Mwubahwe
Далее
Club Giramahoro/Reka da.
6:15
Просмотров 145 тыс.
kabugubugu
5:11
Просмотров 543 тыс.
Ntihinda,  Amajambo Club Giramahoro .
3:59
Просмотров 57 тыс.
Yari inka | Club Socio-Culturel Giramahoro
3:26
Просмотров 212 тыс.
"Nguteramire" par club culturel IHUNJA
5:22
Просмотров 217 тыс.
Mt number one - yasa n'irirenga
4:56
Просмотров 2 млн
Iyo nterena |Club-Socio Culturel Giramahoro
3:26
Просмотров 528 тыс.
URUVYINO RUTWENGEJE RW'UMURUNDI
2:57
Просмотров 58 тыс.
Umukenyezi  by  Club Giramahoro Official Video 2018
5:56