Тёмный

NAKOREWE UBUGOME NDACECEKA😳KURI MELODIE ASUBIJE ABABAYE😢Uwazanye BEN I BURUNDI Asubiye i BURAYI John 

CHiTA MAGiC
Подписаться 597 тыс.
Просмотров 35 тыс.
50% 1

Опубликовано:

 

27 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 121   
@happyhappy3493
@happyhappy3493 Год назад
Courag Imana ikujimber mwana muto iyo yuguruy ntawugara abavug ntibobura kand ntawukundw nabose ishar ryarabaye ryinshi ntawukinezerezw nuko mugenziw ateyimber sinkuz arik ntacombuz kwishimir iteramber ryband
@JohnwarkerBonjour-lj3iw
@JohnwarkerBonjour-lj3iw Год назад
Rekana na nella ikorere akazi
@JustineNizigiyimanajustine
@JustineNizigiyimanajustine Год назад
Shira lmana imbere wikorer utwawe urekane nabantu
@DIEUMERCI123
@DIEUMERCI123 Год назад
Uyu musore ndamwemera cyane akunda music kandi akayifasha ❤❤❤
@inesiteka1675
@inesiteka1675 11 месяцев назад
Courage Jean De Dieu. Iyo niyo mico y,abantu bamwe bamwe bashira inguvu nyinshi kugusenya uwubateranye intambwe aho bokwishimiye mugenzi wabo. Ndakwishimiye cane nkumu jeune wuno musi ariko ariteza imbere kandi atawe akoze mumufuko. Aba jeune benshi nkawe batwawe umwanya nibiyayura mutwe ariko wewe urwana nitera mbere ryawe nabari impanda yawe. Imana ikuje imbere ❤
@urinzwenimanaildephonse45
@urinzwenimanaildephonse45 Год назад
Uyu mutype naramukunze rwose ni inyangamugayo. Kandi yahisemo neza guhitamo gukorana na Theben . Nabonye bafite imiterere isa. Abantu bari Humble Kandi bafite urukundo. Ndabizi ko iyi mikoranire yabo izagera kure heza.
@hamugish
@hamugish Год назад
Courage John👏🏼👏🏼, ne perdez pas courage!!!🇧🇮🇧🇮🇧🇮 Merci Chita n' Abanyarwanda kuri support n'ubumwe mwagaragarije John kuma reseaux sociaux notamment kuma space ya Twitter!!!👏🏼👏🏼👏🏼
@nyleneuwimana6184
@nyleneuwimana6184 Год назад
Abarundi baba promoters sibose ariko bamwe muribo basigaye batugeze ahantu nukuri kubeshera umuntu kuvuga nabi umuntu kutanezerezwa niterambere ryuwundi ishari niryo rigiye kubica ariko gusevya umuntu bigeze iyo hose vraiment birababaje nuko uwomubwira ataco bimugira John light komeza icowiyemeje uzogishikako. Chita courage nawe🙏🙏🙏❤️❤️❤️❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@axelarakaza9870
@axelarakaza9870 Год назад
Courage Brother John Nous sommes fier de toi kuba uwacu ham aba contre succes bazokwamaho
@fettyfetty
@fettyfetty Год назад
Courage musore wa YESU IMANA ikwitih ntiwite kumagambo komeza ukore kandi cane wicikintege disi IMANA iguhe kubaho no kuramba canee nyagasani akwobgere ubwenge kand akwqgure muri vyose ariko ukomeze kwubahimana MUMANA Hari vyose Jhone wacu komera NDIHO AKUBEHQHAFI
@murerwadarlene4138
@murerwadarlene4138 Год назад
Ariko chita warekeye amatiku ya Ben na Melody koko.ko usanzwe ufite ibindi byiza.ubu hashize igihe kingana gute uzana ibyo ibintu. Mukwiye kurekeraa
@belysezidona172
@belysezidona172 Год назад
Courage abarundi baciye umugani ngo" umwana yankwa niwe akura" ivyo wakoze hari abakuruta cane batobishobora. So don't give up bro.✌️
@niyonsabaabraham
@niyonsabaabraham Год назад
Chit turakwemera brother kbs arko mureke kugomeza muzamura umuriro kuri ben na Melody kuko ben ntaho yahurira na Melody kuko ben arihejuru cyane muze mureka kwigiza nkana ??
@parfaitIrankunda-dp7sf
@parfaitIrankunda-dp7sf Год назад
Imana yakuturemeye izaguhe kuramba ndahimbagwa nukuntu wambara idrapeau yigihugu ciza cuburundi
@IndegeAAA
@IndegeAAA Год назад
Man John kbs mukiganiro biragaragarako atarikurwego ruto kuko YARUSHIJE CHITA cyane mukiganiro Chita ntiwumvako ibibazo ubaza biciriritse kururi john Wewe wakurikije social media kd john afite ukundikuri byatumye ikiganiro wateguye wenyine kikurusha imbaraga Uwo ni umukire chita ugomba kubaza ibibazo biri professional
@galaxy2n466
@galaxy2n466 Год назад
Ariko chita wagirango urarwaye? Sound(?) Gusa pole kd Turagukunda chita magic🇷🇼
@diagfinamix1861
@diagfinamix1861 Год назад
Uyu musore ni icon , asumba benshi mubandi ba jeune babarundi nkunda ukuntu confident of himself , naho ayo ma billions atayo yoba afite ndayamwifurike kabisa . Niyo company niyaba ibaho izobandanye itere imbere .
@titibiz1377
@titibiz1377 Год назад
Uyu muhungu nabaye umu fan wiwe kabisa.Ntucike intege,ukomereze aho 🇧🇮🇧🇮ureke abavuga bivugire.💪🏻💪🏻
@Sabriya-ms4ry
@Sabriya-ms4ry Год назад
Yemwe umu jeune wacu umutuzo abereke ibikorwa abantu bakure amashari namajambo .musore wacu turagukunda muvyo ukora vyose cuorage mumisi uzokwandike izina iburundi nkaba ziranotse ba siyoni nabandi benshi bizotunezereza
@mukabazigavirginie5811
@mukabazigavirginie5811 Год назад
Uyu mushou bazamureke di Aranashoboye imisubirize ye rwose irasobanutse kweil rata comerezaho brother urasobanutse kd God bless you ❤️❤️❤️❤️ we love you
@gedeonkwizera7949
@gedeonkwizera7949 Год назад
John uri umuntu w Imana kbsa. Komeza ukore ibyawe witonze kd nta gihombo uzagira.
@justinniyonizigiye8068
@justinniyonizigiye8068 Год назад
abandi bana bari murugero rwiwe bishwe nibiyayuramutwe abandi uburaya abandi baracaba kwaba se na nyina ntibazi nokwigurira ipantalon nawe ariko akora investment mu music mugatangura amatiku much imanza ngo ni escrow nawe uzaz we escrow ukor nkivyo yakoz !!be strong bro Mr Light
@ntacogoraomarnicevide6756
@ntacogoraomarnicevide6756 Год назад
Shora imari kuri theben ntuzahomba kbs respect ❤
@nkindicharmant1760
@nkindicharmant1760 Год назад
Yabaye manager we se msza
@ngirabezaaimeherve8092
@ngirabezaaimeherve8092 Год назад
Uragerageze ukoresha ikirundi muma interview yawe ukorera mu rwanda, hama courage cn kubikogwa vyiza uriko urakora
@odiletuyisenge3915
@odiletuyisenge3915 Год назад
Mwubahwe cane Mr Nishishikare ,ico mvuga kubakunegura niho umutwe woba ugeza kubitahura bukebuke bazobonako bariko barihenda
@ndayikengurukiyeremy6236
@ndayikengurukiyeremy6236 Год назад
nuhungu wacu congratulations kuba ufise amafaranga ariko uko nkubona uracari umwana mumutwe nuko wagize umugisha w'Imana. witware neza bwana amafaranga nimeza akaba kandi mabi
@khloecalala7606
@khloecalala7606 Год назад
Ukuntu John asetse ati none twari kwakira umurundi already uri mugihugu kuri Airport???😹😹😹😹😹😹😹😹😹😹😹nange ndasetse ahwiiiii yooo John isekere uracyari mutoya iyi si izakurinde guhura nabantu babi ige igukingira 😹! Ukomeze utere imbere kandi jya uhisha munda Ishyari ryamunze abantu jya usenga cyane
@sandyk4966
@sandyk4966 Год назад
😂😂😂🤌🏼
@titieloge
@titieloge Год назад
Courage ntibaguce intege,abantu ntiboroshe.
@fleuryb8706
@fleuryb8706 Год назад
Uyu mu jeune yubahwe cane numuntu wumugabo uretse abanyashari bagomba kumusevya harimwo akitwa nellynath
@JohnwarkerBonjour-lj3iw
@JohnwarkerBonjour-lj3iw Год назад
Mureke abe ariyararaza kuma TV
@belysebutoyi5658
@belysebutoyi5658 Год назад
Keep going JDe Dieu uri ishusho ya benshi
@Princefashionhairstyle
@Princefashionhairstyle Год назад
John Ni humble man kbc
@Musafiririchard
@Musafiririchard Год назад
Courage brother kukureba uvugana icyizere n'ubwenge ku myaka yawe biratunezeza, shame upon ku bantu batumva imbaraga uyu mwana w'umusore aba yakoresheje.
@s_julestv4060
@s_julestv4060 Год назад
🎉abarundi bagira ishyari my friend nutitonda bazakwica nabagome cyne ntibakundana peee,,, urebye uburyo birigwa basebya uyu mu jeune birambabaza Sana ,,
@leilaprinciaishimwe191
@leilaprinciaishimwe191 Год назад
Umunt ujy umuziza icy yakoz svp !!! Nta shyari dufite twese
@nadinehaberisoni7103
@nadinehaberisoni7103 Год назад
Komera muhungu mwiza wiwacu abakugwanya bazamaho never give up 💪🏿
@GyslaineAkimana
@GyslaineAkimana Год назад
Chita aka gripe kagufashe😢mpole ufate agatangawizi ubundi Mr light komeza namba ivyurimwo atakibazo wew ubifiseko ubundi abantu bavuga ayabo atanivyo bahagazeho🤨
@jeanpaulb6909
@jeanpaulb6909 Год назад
Big Respect brother John ejo hawe ni heza ntibaguce intege wabikoze neza cyane
@kekeuuu4757
@kekeuuu4757 Год назад
Abanya Africa muge mureka amatiku Yivugiraga uburyo yateye imbere kubuzima bwe avuye hasi kubuyede nkaho mwabyishimiye ahubwo mutangira kuvuga ngo arabeshya kubera amashyari yanyu ntacyo muzageraho mudahinduye imyumvire
@Ishimwe-s9m
@Ishimwe-s9m Год назад
Ese Chita urwango wanga melody runganiki? Kukomejegukabya Sha bizakugora pee
@umutonidody2483
@umutonidody2483 Год назад
Courage john imana iguhe umugisha turagukunda cyane
@allygwiza5362
@allygwiza5362 Год назад
Chita content zaragushiranye!Subira ujye kwigana amajwi yabantu! usigaye mubiganiro byo gukurura amatiku amazimwe no guteranya abantu
@sandraumuhoza7333
@sandraumuhoza7333 Год назад
John ubutaha ariko uzatumire melody rwose udufashe ugaragaze ko ntaho uhuriye namakimbirane yabanyarwanda twasaze uzamutumire pe
@DhhfhdjdjdDjcchdhdue-up3ju
@DhhfhdjdjdDjcchdhdue-up3ju Год назад
Uwo mumenyeshamakuru ari mwigendereza canke ariko abazumutumire. Courage bro uwutakunze ivyo wakoze azokore ivyiwe bakuveko
@jozy1921
@jozy1921 Год назад
Mr light turagukunda 🇧🇮🥰
@Stunna4Hoey
@Stunna4Hoey 11 месяцев назад
Man uzi kuvuga kbxa!!!
@aaronbe9966
@aaronbe9966 Год назад
Chita ukunda amatiku
@Kaneza825
@Kaneza825 Год назад
We love J De Dieu from Sweden.courage
@AlthrayhGold-qh1ii
@AlthrayhGold-qh1ii Год назад
Rekasha waraduhaye umunezero n'a Thé ben
@claudinendayizeye4619
@claudinendayizeye4619 Год назад
CHITA grippe ntikorohereje pole sana.Ariko jew nfise ikibazo Ku Barundi n'aba Nyarwanda .kuki bataryohererew kuba John yarakoranye na Ben? Ego si Bose ariko ndavye aha iburundi har abihaye gucafuza uwo John Aho kwishima kubona yaratuzaniye Thé Ben umuririmvyi adasanzwe mur Africa? Abanyarwanda namw mwar kuryoherwa nuko Ben yakiriw iburundi mukamukeza nndetse mukanamu shigikira.None raba ba Melody hariy barya imisaya abandi bivye phone ya The Ben 🥺ariko Mwumv mufit umutima wakimuntu????
@christa-bellaajeneza8108
@christa-bellaajeneza8108 Год назад
Courage John ntucike intege ahubwo tegura ikindi vuba❤️
@havyarimanaemery
@havyarimanaemery Год назад
Mwompuz nawe kuri watsp jewe twarabanye i Gitega mu Burundi ab mwishatanya twaraniganye
@jhappynesjo8747
@jhappynesjo8747 Год назад
Jeune homme 👌👍Ariko conseil noguha wobanza ugahagarika gato les sociaux médias,kuneza yawe..
@igitegochannel2731
@igitegochannel2731 Год назад
I like this Guy❤
@alexandreniyomwungere4364
@alexandreniyomwungere4364 Год назад
Courage petit John Nibarek inzigo
@Ungirenkugire
@Ungirenkugire Год назад
Ariko ku isi ntimubizi. Abantu bararutana. None se uko wakwakira president niko wakwakira umuntu ucuruza mituyu ku muhanda. Kuki bashaka kwikuza bakangana na Ben ?? Bamutumiye nkumuhanzi uzwi cyane ntabwo bamutumiye nkumunyarwanda gusa. Ikindi abahanzi b’abarundi n’abanyarwanda bahuriye kuri publique so Ben yagiye arusha abandi bahanzi popularité. Music ni busness umuntu umwakira ukungana n’amafaranga ari bukwinjirize. None wowe washora amafaranga menshi ku muhanzi utazwi cyane ? Ikindi nkuko yabivuze Ben yaje nkumushitsi so abashitsi bakirwa neza. Amashyari yakagombye kuza hagati yabarundi ubwabo apaba hagati y’abashitsi n’abarundi. Abasangwa ntabwo bakirwa nk’abashitsi. Iwacu murugo iyo haje umushitsi turashashana ariko iyo haje uwo muri famille nta complexe tugira araza tukamwakiriza icyo dufite. Icyiza cya the ben nabwo ajya asubiza ububwa bw’abantu. Imyaka ya the Ben ntimwemerera kujya gusubizanya nabantu kuri social media. Bazajya barwana n’ibikorwa bye
@desirekazaneza7807
@desirekazaneza7807 Год назад
What i like th most is his expression,his ability to make his opinion being understood..ya Obviously he knows what he wants..ariko nk'umurundi we should stop that nonsense like twe mu 🇧🇮 twakira neza abashitsi,,love who loves u,appreciate who appreciates u,,bitari reciproque plz stop your shit,plz
@giraubuzimabwiza9894
@giraubuzimabwiza9894 Год назад
Ariko ko Melodie koyiyemera ryane. Ubu nigihe kiwe. Ariko ejo hazaba abandi. Please babe biryira kuri Tom Close...
@NOELLABIZOZA
@NOELLABIZOZA 4 месяца назад
Muhungu wiwacu abarundi turakwishimiy rekana nabanyshari.
@nimbonaalice8555
@nimbonaalice8555 Год назад
Chita pole ndumva gripe yagucakiye
@CHiTAMAGIC7
@CHiTAMAGIC7 Год назад
URAKOZE CYANE! 👏
@nimbonaalice8555
@nimbonaalice8555 Год назад
@@CHiTAMAGIC7 urakira kandi uzoze kudutemberera zambia
@IndegeAAA
@IndegeAAA Год назад
Urabaza 2 times ikiganiro yakoze ku Isimbi nonese urashaka kumenya cash afite akwereke account yiwe mukiganiro? Yagukosoye kbs Umukene biragoye kuganira numukire
@MaMai-v6n
@MaMai-v6n 11 месяцев назад
Riko cita wowe wakakira umushitsi nkumusagwa abasagwa karibo bakira umushitsi ayo namatiku yabanyamakuru kugirango mucuruze kumbuga zanyu gusa ndabakunda ndanabakurikira guturuka omani
@antoinetteuwamariya5381
@antoinetteuwamariya5381 Год назад
Nkugiriye inama wareka ibinyamakuru
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 Год назад
Tuzobirabira kuri terrain reka turabe ivyigiteramo kizokurikira na organisation yaco uko izoba imeze.Izinxi commentaires tuzozivuga après yaco
@niyozimaGodefroid
@niyozimaGodefroid Год назад
Najewe ndamwemera kandi Courage kubikogwa vyawe vyiza
@nijembazisevigne6349
@nijembazisevigne6349 Год назад
Amafaranga arahari pe nibakureke na Oscar yarabivuze ko yabonye umufuko wuzuye none umufuko wuzuzwa nangahe? 😂😂😂😂😂 Nukuri nibakureke pe courage goooose
@AlthrayhGold-qh1ii
@AlthrayhGold-qh1ii Год назад
Mumutukiriki turagukunda jean komeza wikorere abantu ubime amatwi
@vyizigirofiston6783
@vyizigirofiston6783 Год назад
J ndiko ndanariza neza neza ndiko mbon show imwe yumunyamahanga izohombo ihombejwe nabafana babarundi ukw kugum muzana abantu mukuye hiyo mdabivuze knd ubu nubuhanuzi
@ericciza926
@ericciza926 Год назад
Cita uramubesheye ntiyavuze uyo pe.
@RossifArsene-ke1fs
@RossifArsene-ke1fs Год назад
Chita iyuvuze mubabakurikira harimwo abarundi nabanyarwanda hamwe nabanyamurenge ubushatse kuvugako abanyamurenge atarabanyarwanda?? Attention
@maraym1118
@maraym1118 Год назад
Hezagigwa jonh na Bene imana ibazigamire mumirimwo yanyu
@francinendacayisaba2411
@francinendacayisaba2411 Год назад
Ariko umuhungu wumurundi baramushaka hiki???nubwo biruko turagukunda
@ManuDibango-n4c
@ManuDibango-n4c Год назад
Courage young man be strong you have a big vision don't give time to haters
@aimonslavolonte7660
@aimonslavolonte7660 Год назад
Iyo uri droit, ntakintu nakimwe wagiziwa...
@imanizabayojoseph2737
@imanizabayojoseph2737 Год назад
Ben natuze akore nawe bizongera byemere merod munyakazi hejuru cane rwubika na rwubura turabivuze ntituryindimi guturuka imusanze
@amirahlauriaizere
@amirahlauriaizere Год назад
Chita Magic ✌️✌️✌️✌️❤ 🇨🇵🇧🇮
@preciousemako6764
@preciousemako6764 Год назад
Courage papa
@Mwalimu_Ben123
@Mwalimu_Ben123 Год назад
❤❤❤❤Turabumva twicecekeye😂😂
@gasanabernadette1201
@gasanabernadette1201 Год назад
Uwanze kuvurwa yageze mu nda kwa nyina
@MurenziAron-p7z
@MurenziAron-p7z Год назад
I love you brother inama zawe turazemera
@alicekeza432
@alicekeza432 Год назад
Aka kajama ni aka escro gentil,ni Nako kazanye saga ngo bruce Melodie na gael bari kwica igitaramo
@the_real_motivat
@the_real_motivat Год назад
Umuntu x yabona akaz gute muri now now company musuhe akazi
@ericjohnson315
@ericjohnson315 Год назад
Man this story is too old
@Kofi-x5h
@Kofi-x5h Год назад
@alexisbimenyimana3260
@alexisbimenyimana3260 Год назад
Chita,i Burundi hari abamenyeshamakuru b'imitima mibi kandi b'inda ndende,igituma bavuga Ayo majambo ni kugira batyoze uyo muhungu.Ivyo bintu vy'ububeshi abari inyuma yavyo ni DJ Paulin hamwe n'uwitwa Oscar!Abo mvuze bafise inzigo y'uko John yakoze igiteramo cyiza cane kuruta ivyo bahora bategura n'abaririmvyi babo babereye aba Managers.
@akanyanadorine9729
@akanyanadorine9729 Год назад
Chita uyumwana muramugora sana kdi urabona ko yifitiye udusoni
@rodriguerwaka987
@rodriguerwaka987 Год назад
Uyu aratubura nukuntu aza kwisobanura😂😂
@IradukundaYvette-uc1lg
@IradukundaYvette-uc1lg Год назад
Ark amashyar muyakomor he ngo aratubur ubwo x agutuburiy iki koko
@TETA_TETA
@TETA_TETA Год назад
John uri umuhanga ariko ama milliard wavuze ngo uratunze wararengeye mu kubeshya!
@gasanabernadette1201
@gasanabernadette1201 Год назад
Usubiza nk'umunyabwenge kabisa
@bigirimanaclaude-qh7fg
@bigirimanaclaude-qh7fg Год назад
Ibyabaye nubuciruzi ntabwo arugupfobya abahanzi.
@yussufungendakumana898
@yussufungendakumana898 Год назад
Big up sana Mr Jonh
@NdayishimiyeJack
@NdayishimiyeJack Год назад
😂😂😂 Icyonivugiye nikimwe (wasiwe??)
@JohnwarkerBonjour-lj3iw
@JohnwarkerBonjour-lj3iw Год назад
Aho uravuze
@bobobit0763
@bobobit0763 Год назад
Nabe aretse uyu mujama numuswa yransevye ndavye interview ziwe num frapeur gsa arafis amayeri
@edithkatihabwa2600
@edithkatihabwa2600 Год назад
Icukoze uriyemera cane bizoguhanga
@nijembazisevigne6349
@nijembazisevigne6349 Год назад
None atiyemeye womwemera ? Twige gushigikirana
@iranziesther-le7eh
@iranziesther-le7eh Год назад
Yamaze niba yiyemera😂 atiyemeye ninde wamwemera
@moontv2959
@moontv2959 Год назад
Ewe 7 Milliards Rwandan! Ububeshi burakumotako!
@JohnwarkerBonjour-lj3iw
@JohnwarkerBonjour-lj3iw Год назад
Ishari. Come
@titibiz1377
@titibiz1377 Год назад
Murasangiye compte bancaire.Reka ishari ukore.Ataco womufasha wicecekere
@mugerochristophe5527
@mugerochristophe5527 Год назад
Il est vraiment dommage que cet individu n'ait pas répondu à tes questions, il a uniquement cherché à esquiver et à mentir. Déclarer qu'il n'a jamais été capturé, c'est une erreur. Dans le cas où une entreprise ne s'acquitte pas de ses impôts, il est judicieux de prendre des mesures préventives en arrêtant son représentant avant de procéder à l'arrestation des employés. Il est vrai qu'il a des rêves, mais il est important de comprendre que parfois nous faisons des erreurs, il faut l'assumer et savoir comment se relever. En fait, s'il est convaincu qu'il y a de la jalousie, il ne progressera pas." C'est mon propre opinion"
@AlthrayhGold-qh1ii
@AlthrayhGold-qh1ii Год назад
Chita wewe uribagiye ka bantu arabagesera abantu nibabi
@dianekamariza5174
@dianekamariza5174 Год назад
Nivyiza cancer aruko ndakwingingira kuzurigorira Iban.ga kuko abattu ni babi
@ndayizeyedjaludi3292
@ndayizeyedjaludi3292 Год назад
avuga nkumwesikoro
@AlthrayhGold-qh1ii
@AlthrayhGold-qh1ii Год назад
Ntasoni vuga make
@ndayizeyedjaludi3292
@ndayizeyedjaludi3292 Год назад
@@AlthrayhGold-qh1ii numuryogo
@diagfinamix1861
@diagfinamix1861 Год назад
Ngo umuki? 😅😅😅
@ndayizeyedjaludi3292
@ndayizeyedjaludi3292 Год назад
@@diagfinamix1861 umuryogo
@nirenganira8433
@nirenganira8433 Год назад
​@@ndayizeyedjaludi3292umuryogo niki?
@igirimbabazisania9768
@igirimbabazisania9768 Год назад
😂😂😂😂Uwokubona ngaha ntiyomenya ko ariwew ugira birya kuri tiktok nuryamukobwa wumugande😂😂
@murerwadarlene4138
@murerwadarlene4138 Год назад
Ariko chita warekeye amatiku ya Ben na Melody koko.ko usanzwe ufite ibindi byiza.ubu hashize igihe kingana gute uzana ibyo ibintu. Mukwiye kurekeraa
Далее
MAGIC TIME ​⁠@Whoispelagheya
00:28
Просмотров 5 млн
Brawl Stars expliquez ça
00:11
Просмотров 6 млн
MAGIC TIME ​⁠@Whoispelagheya
00:28
Просмотров 5 млн