Na jew film ya bamenya ndayikunda cane gose. Ndakunda abakinyi bayo ni abahinga.umwe wese kuco akinako. Bamenya ariko wewe ararenze. Ark ntimub mumez kurya mubuzima busanzw kuko kecap aranterubwoba.
@@zizinadada535 Ntabwo aritiku Dada Yangu, I just hate imyifatire yabakobwa bo mu Rwanda, aba ba star bose ubona hafi 50% babyaye batararongorwa. it is a shame