Тёмный

Naomie NKURUNZIZA:”Ibintu uba ufise ntibiba ari ivyawe gusa.Uba bifise kugira ubisangize n’abandi” 

AKEZA TV
Подписаться 123 тыс.
Просмотров 11 тыс.
50% 1

🔴”Burya ibintu uba ufise ntibiba ari ivy’iwawe gusa. Uba ubifise kugira ubisangize n’abandi”.Bivurwa na Naomie NKURUNZIZA, umwana w’uwahoze ari Umukuru w’igihugu c’Uburundi, Nyakwigendera Pierre NKURUNZIZA. Naomie asanzwe afise ishirahamwe ryitwa “Cross Conquerors in christ “ rifasha abatishoboye.
#lesbeautesdecheznous #akezanet #Gufasha #Burundi

Опубликовано:

 

28 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 40   
@mariamMilha-st3qu
@mariamMilha-st3qu 8 дней назад
Uko Mutoto wamuze kabisa Courage Allah akurine💞💞💞💐
@kungwakaftedjogoo6321
@kungwakaftedjogoo6321 Год назад
Vraiment que Dieu vous bénisse richement Naomie pour ton couarge et l'amour envres les pauvres
@NdagijimanaEric-ce2zu
@NdagijimanaEric-ce2zu Год назад
Mbega umwigeme avuga imana neza komerezaho imana ikongere amavuta
@DieudonneNiyonizeye
@DieudonneNiyonizeye Год назад
Eeeeeeeeh !!!!!🇧🇮👍mbonye bibereye ukuntu muhagararira ishaka ryo muri mwebwe ryo gukorera Imana nubuntu ✨✨🙏🙏 buva ahera h'Imana yomwijuru mwagirirewe ,,,hama uwogira intererano yiciyumviro yoyicisha hehe?
@MeschackNIYIMPA
@MeschackNIYIMPA Год назад
Imana izokumpere ijuru
@dorcellaakimana6348
@dorcellaakimana6348 Год назад
Courage vraiment,nigikorwa ciza Uri mwiza nka Maman waw
@ErvisNiyibitanga-ll9pg
@ErvisNiyibitanga-ll9pg Год назад
Iman imuzigame arigisha cane
@ondndkddkddk4612
@ondndkddkddk4612 2 месяца назад
Naomie uvuzeneza imana ikuje imber❤❤❤
@dorineniyokwizera9213
@dorineniyokwizera9213 Год назад
Courage mwana Esprit d'integrité ; leaderahip
@sisisylvanendayisenga1005
@sisisylvanendayisenga1005 4 месяца назад
Isase riva kucuma, n'umwana w'Abavyeyi biwe nyene
@FelixBigirimana-wb8xh
@FelixBigirimana-wb8xh 2 месяца назад
Naomie.Imana ibandanye ikuja imbere.
@Floribert21622
@Floribert21622 Год назад
Baraka afis amasoni
@nzoyisabaannick9490
@nzoyisabaannick9490 Год назад
Ryooo ndafashijwe nukuri🙏
@SoloBig-nq1mz
@SoloBig-nq1mz 4 месяца назад
Iyi ni Life of worship
@thewisetv3989
@thewisetv3989 Год назад
IMANIGUME HAFI YAWE MWANA
@CizaMadeleine
@CizaMadeleine 4 месяца назад
Naomie félicitations. Ndanezerewe .mwirerero ryacu ry'impfuvyi ndareze akana kitwa Naomie kandi gakerebutse nkawe
@bsc4177
@bsc4177 Год назад
Umwana wa mutama kbs
@chancelineirankunda1237
@chancelineirankunda1237 Год назад
wubahwe
@irakozeshakiru1131
@irakozeshakiru1131 Год назад
Hezagirwa kibondo ❤️💞🇧🇮
@AimabletriardaireTwagirayezu
we are together and we will have to be with you
@angelndihokubwayo3742
@angelndihokubwayo3742 Год назад
Ndagukunze disi Naomi nkumi ya Yesu
@AimabletriardaireTWAGIRA-in5xv
Naomie IMANA Yakuremye itagahezagirwa
@Gospelsound24
@Gospelsound24 5 месяцев назад
Ndakubda Naomie cane😢
@gloriosendayiziga9544
@gloriosendayiziga9544 Год назад
Courage
@elyseeelysee5620
@elyseeelysee5620 Год назад
Wararahuy kubavyeyi nctuti yanj couraj imbere niheza.
@kindsontalent8994
@kindsontalent8994 Год назад
🙏
@AimabletriardaireTwagirayezu
you are chugen generation
@travisuwingabo488
@travisuwingabo488 Год назад
Murafashij bensh kand ni vyiza
@kumurundi6120
@kumurundi6120 Год назад
❤️❤️
@gakeboranda3223
@gakeboranda3223 9 месяцев назад
❤😮❤❤
@nininahazwepascalinemutoni4193
Yooo abana bingozi twubahwe kurukundo
@damasenimutabazi9251
@damasenimutabazi9251 Год назад
Kbs wubahwe naomi
@arbinuwamahoro7370
@arbinuwamahoro7370 Год назад
👍❤️❤️❤️
@ubuzimatv3.622
@ubuzimatv3.622 3 месяца назад
Hezagigwa ma
@nininahazwepascalinemutoni4193
Abarundi turibeza nomumutima
@thewisetv3989
@thewisetv3989 Год назад
ISASE RIVA KUCUMA
@alicekrahenbuhl6949
@alicekrahenbuhl6949 Год назад
Uzohorane uwo mutima kibondo
@mrsingleb
@mrsingleb Год назад
même stratégie de parents à enfants: se servir de 'dieu' pour blanchir le passé et le présent délictuel et criminel de cette famille
@reetar7758
@reetar7758 Год назад
Nimwubahwe mwana wasogokuru
@travisuwingabo488
@travisuwingabo488 Год назад
Murafashij bensh kand ni vyiza
Далее
ДУБАЙСКАЯ ШОКОЛАДКА 🍫
00:55
Просмотров 2,9 млн
Family♥️👯‍♀️🔥 How old are you? 🥰
00:20
ДУБАЙСКАЯ ШОКОЛАДКА 🍫
00:55
Просмотров 2,9 млн