Ndasavye Maitre, akoreshe nuko Dr. Sahabo afise Nationalité Swédoise habe contact na EU. Répresentant wa EU ni Swedois na Répresentant wa droits de l'homme muri sous région ni Suédois. Korera aho!
Ntibavuze ko ariko abahutu bose bariko barakorera ikibi kibishe uwo muganga! Ahubwo leta yabuze imigambi yishimikiza yihengekera ku bwoko! Ariko abarundi barabona ko n'ubwo bwoko bitwaza ko ataco babumariye kuko nabo abenshi bagirigwa amabi nk'abo batutsi nyene! Pour dire que ikibazo cabo atari ineza y'umunyagihugu! Ahubwo iki kibazo tukigire ica twese kuko umugambi wa Dr Sahabo ntiwaraba ivy'amoko canke intara! Nivyaba bushoboka nimushinge urubanza muri tribunal international mufatanije na les actionnaires ba Kira. Sinzi ko muravyiyuyumvira