Тёмный

NI UWUHE MWANYA MWIZA WO GUSENGA by Chris NDIKUMANA 

INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Подписаться 105 тыс.
Просмотров 130 тыс.
50% 1

Mushaka kumenya ivyerekeye Kanguka, mwoja kuri www.kanguka.com muce kuri "KI" hejuru i buryo.
Mushobora kuturungikira intahe (ubuhamya) muciye kuri WhatsApp: +257 71 11 11 32

Хобби

Опубликовано:

 

1 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 473   
@nikuzesandrine1034
@nikuzesandrine1034 4 месяца назад
Ariko uwanyereka Umunsi shitani yabonye Yezu abambye uburyo yiyumvaga n'uburyo yumvise ngo Yezu yatsinze urupfu 😂😂 shitani uzamwara Umunsi nanjye wambonye nkomeye ibyo undazamo byose suko mba mbikunze n'ubuzima bubintera ariko nziko bizarangira
@joselynekwizera3646
@joselynekwizera3646 Месяц назад
Umwami Mana akubambure mukunzi wa kristu
@josueintsinzi1209
@josueintsinzi1209 2 месяца назад
Urakoze Mana kw'ijambo ryawe🙏🏼🙏🙏 biciye k'umukozi wawe Chris ndikumana, ubuntu bwawe MANA buzokwamane nawe
@UmutoniGrace-ls3gs
@UmutoniGrace-ls3gs 4 месяца назад
Mbasabye inkunga y isengesho Bavandi, mu mfashe mu nsengere Kristu Yezu yugurure amarembo afunze.ndabinginze.
@MINOUCHEMIREILLE
@MINOUCHEMIREILLE 3 месяца назад
Witwande ngo Dufatanye kugusengera...Imana irakora
@leviskabura-ce8rn
@leviskabura-ce8rn 3 месяца назад
Amen❤
@muhozajenet8290
@muhozajenet8290 3 месяца назад
None c aba Ari live ​@@TYFashion_cosmetics409
@ChristineNduwayo
@ChristineNduwayo Месяц назад
P
@karyuryujeanmichel
@karyuryujeanmichel 4 месяца назад
Chris Imana iguhe umugisha, j'ai essayé de pratiquer ceci ariko umubiri fait obstacle......bwabundi turi in the battle, ndasavye Imana itwugurure amaso yumutima tumenye comment veiller
@KabiraJeanclaude
@KabiraJeanclaude 4 месяца назад
Amen mukoz w Ndiho kure niho nkwipfurij gushika ushishikar guhabw inkomezi 🙇‍♀️🙇‍♀️🙇‍♀️
@AliceUwimana-yp1pl
@AliceUwimana-yp1pl 3 месяца назад
Merci seigneur kumukozi wawe wahagurukije akagukorera , mana ngusavye kugendera iyi nyigisho numutima wanje wose ikiruta ikindi nzagarukane intahe nyinshi imbere yawe
@murekatetelaetitia4843
@murekatetelaetitia4843 3 месяца назад
Amina, habwa umugisha mutumishi wa Mungu
@amen.murakoze129
@amen.murakoze129 4 месяца назад
Yesuwarakozekuduha.umukonzi.avugijambovyimana.ahembura.initimayabechi
@alialshehri9645
@alialshehri9645 4 месяца назад
🤲🤲🤲🤲🤲🙏🙏🙏
@niyubunturichard6709
@niyubunturichard6709 4 месяца назад
Chris. wew abana babantu tuzobura ico tuguha ariko. Hariho Uwaremye vyose nkuko ukunda kubivug munyigisho azoguhemba ❤❤❤ ❤❤
@WimurizaMonica
@WimurizaMonica 4 месяца назад
Amen, Amen mukozi w'Imana ihabwe umugisha kubwinyihisho nziza ndafashizwe nshobanukiwe igihe cyogusenga Imana inshoboze
@DalitsoJoseph-b3l
@DalitsoJoseph-b3l 4 месяца назад
Amen ,uwiteka akwiteho na family yawe
@BukuruMediatrice
@BukuruMediatrice 4 месяца назад
Amen amen Yesu aguh umugish yonger akwagur mubury bw'impwem nashak gutahur ibibint arik Iman ishimw ko igukoreshej nkabitahur
@ClaudiaKoffiInes
@ClaudiaKoffiInes 4 месяца назад
AMEN la guérison que Dieu me donne maintenant😭🙏🙏
@ANISSIEKUBWIMANA
@ANISSIEKUBWIMANA 2 месяца назад
Mbasambe inkunga.yamasengesho.bayeyi.banjye.murakoze.turikumwe
@DidierIzere-ij4sz
@DidierIzere-ij4sz 3 месяца назад
Musenge ndabibasavyeeeeee mwabantu bimana icire iziraaaa Basha ndarushe
@seraphinemukayiranga8018
@seraphinemukayiranga8018 2 месяца назад
Urakoze mukozi w'Imana utumye ntahura ibihe biri favorables gusenga .Uhezagirwe❤
@ClovisNtirubuza
@ClovisNtirubuza 2 месяца назад
Amen amen.. Umwami Yesu aguhezagire cane Servant of God..lyo séminaire nayo turayinyotewe..aha c'est comme une étincelle.. Umwami Yesu abibashoboze
@leonieuwimana2012
@leonieuwimana2012 4 месяца назад
Urako kuyindi nyigisho itwubaka None ko twajyaga tuvyuka saa. 0400 none duhindure tuvyuke saa 0300 ??
@nzayisengaodette8345
@nzayisengaodette8345 3 месяца назад
Buriya nunakanguka saa 03:00h cg saa 05:00h uzasenge cyane kuko ni Imana iba igukanguye ngo uvugane nayo
@ahishakiyeepiphanie3559
@ahishakiyeepiphanie3559 4 месяца назад
Ariko kwel izinyigisho ziberahe direct komba kuzibonekamo
@belyseuwimana9573
@belyseuwimana9573 4 месяца назад
Kigobe minevam
@Mariam-tk8zn
@Mariam-tk8zn 4 месяца назад
Kibimisi yose??​@@belyseuwimana9573
@ngeriminweclaudette
@ngeriminweclaudette 3 месяца назад
Isaha zitangururira​@@belyseuwimana9573
@ChantalNdikumana-uh7mm
@ChantalNdikumana-uh7mm 4 месяца назад
Ndiho warakoze kuduha ingabire yakanguka iratwigisha Ndiho warakoze 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
@MUGISHABenigne
@MUGISHABenigne 4 месяца назад
Amen.Imana Ishimwe kubwa Chis NDIKUMANA.Imana yarakoz kugushiramwo ubwenge bw ijambo rihembura
@AnnichouMungunimungutu-yk6fi
@AnnichouMungunimungutu-yk6fi Месяц назад
Amen Amen🙏Ivyapfuye Bizozuka mwizina Ryayesuu Kristu
@EuphraimNiyonyishu
@EuphraimNiyonyishu 27 дней назад
@NkorerimanaJeanbosco
@NkorerimanaJeanbosco 4 месяца назад
Amen Yesu Kristo umwami n'umukiza mubuzima bwanje nashimw imisi yose
@MireilleIteriteka
@MireilleIteriteka 4 месяца назад
Ndagushima MANA wow waduhae umukozi wawe duhe natwe ukwizera🙏
@eliane802
@eliane802 4 месяца назад
Ameeeeeen Ndiho azoguhe igitsibo mukwiranye nukuri ❤❤❤
@HakizimanaEdouard-y6t
@HakizimanaEdouard-y6t 4 месяца назад
Be blessed for ur preech I give tanks to the lord who gives you the wisdom you open my eyes may God keep bless you tanks to the lord 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
@rebeccandayishimiye114
@rebeccandayishimiye114 4 месяца назад
Imana ihabwe icubahiro kubw'umukozi wayo chris ndikumana.yesu agume akongera avuta
@DjumaNdayishimiye-rc7ol
@DjumaNdayishimiye-rc7ol 4 месяца назад
hallelujah nukur ndafashwa caaaaaaane iyo numvis inyigish zaw ntituzovug kotutumvis utwigish muburyo bwose nukur Imana igukomez numuryang waw🙏🙏🙏🙏
@banzabernadette2805
@banzabernadette2805 9 дней назад
Chris,mbabarira,usengere umugabo wange ugeramiwe n,uburwayi incurable.Turi ikigali
@JeanBoscoButoyi
@JeanBoscoButoyi 29 дней назад
Chris Imana iragukomeza mungabire zawe ndagukunda cane tuze twisange mwijuru uzombone nzokubone amen
@peacehope304
@peacehope304 4 месяца назад
6 am to 9am 18pm to 21pm 21hto 12:00 midi night
@kanyamanzaalice7320
@kanyamanzaalice7320 4 месяца назад
Amen Amen 🙏 Ushimwe Ndiho waduhaye Umukozi wawe Chris Ndikumana. Waje hageze. Inyigisho zawe ziratwubaka caneNdiho akomeze akubungabunge❤
@mukandamageappolonie6137
@mukandamageappolonie6137 3 месяца назад
Imana yacu ikomeze ikongere Amavuta Chris ndagukunda Cane
@Ishimwe-x6p
@Ishimwe-x6p 20 дней назад
Yoooo wigisha neza kabisa Imana izaguhe ijuru
@guychristbagwza5089
@guychristbagwza5089 4 месяца назад
Hallelujah Imana Ishimweeee cane kuko Yatoranije Umukozi Wayo Chris Imana Ibahezagire cane
@mukamanasalome4102
@mukamanasalome4102 4 месяца назад
Asante sana Mutumishi wa Mungu , Mpwemu Wera adushoboze kuba ku mazamu uko bigomba. Ubarikiwe sana🙏
@ahishakiyeepiphanie3559
@ahishakiyeepiphanie3559 4 месяца назад
Ariko kwel izinyigisho ziberahe direct komba kuzibonekamo
@EsperanceNSHIMIRIMANA-y6k
@EsperanceNSHIMIRIMANA-y6k 3 месяца назад
Mana nshoboza kuba kwizamu riruta ayandi mazamu yose.ivyo nubinshoboza nizigiye nezako nibindi nzobishobora Amen
@AngeliqueNdayiragije
@AngeliqueNdayiragije 21 день назад
Warahezagiwe chris nanje ndashaka musengere imana ikomeze kumba hafi no kumpindurira ubuzima
@JanetQueen-j6l
@JanetQueen-j6l 4 месяца назад
Mana ndagushimiye kuba waratoranije Umukozi Wimana Cris Ndikumana aratwigisha mbere tunagatahura cane ndagushize hejuru Ndiho amen
@paulemile6431
@paulemile6431 3 месяца назад
Ameeeeen ❤
@BeoLe-v5f
@BeoLe-v5f 4 месяца назад
Amen 🙏🙏🙏 muhezagigwe cane 🙌🙌 🙌
@EmmanueliqueNSAVYIMANA
@EmmanueliqueNSAVYIMANA 3 месяца назад
Kumbeee harihamasaha akomeye????😳😳😳NDABIMENYE
@JeanineNiyimpaye
@JeanineNiyimpaye 4 месяца назад
Icirwa ciza cane sinahora menya umwanya nkwiriye gusenga Ubu ndabitahuy Imukoze w'Imana Imana imuhezagire
@NtirampebaProsper-tl1tg
@NtirampebaProsper-tl1tg 2 месяца назад
Duhe rinki twijire murigupe yakanguka
@mariesybyllealianetunganda3905
@mariesybyllealianetunganda3905 2 месяца назад
Nange ndabyifuza rwose
@dadapascaline7844
@dadapascaline7844 2 месяца назад
Nanjye ndabishaka rwose
@JacquelineMvuyekure
@JacquelineMvuyekure 4 месяца назад
Imana lhezagirwe yaremye Chris Ndikumana nakize vyinshii biciye muntahe nzomuri kanguka zandugirije ukwizera ndasavye munsengere nkire utuntu turi mumaso imbere muzoba mukoze nitwodusigaye mubumuga mpitiranye
@gahimbareannelyse1409
@gahimbareannelyse1409 Месяц назад
Umukozi wlmana ndamusengeye lMANA lmurinde knd lmuzigame ashikane benshi kukugororoka
@chanelleButoyi
@chanelleButoyi 4 месяца назад
Muzobitwigishe mubitegure
@beatauwamaliya1558
@beatauwamaliya1558 4 месяца назад
Imana ishimwe kd ishyirwe hejuru,Ku bw'iyi nyigisho. Nawe uyitanze, hezagirwa🙏
@lilynabwire-v7o
@lilynabwire-v7o 2 месяца назад
Amen ndafanshijwe mwizina rya yesu christo DATA aguhumugisha
@MucoJoe-Dassin-ju9up
@MucoJoe-Dassin-ju9up 4 месяца назад
Amene amene
@EricNshimirimana-ko5iy
@EricNshimirimana-ko5iy 4 месяца назад
Uhoraho uguwe umugisha nabawe nabazogukomokako bose muvyeyi ndashima Imana koyaduhaye umwigisha nkawe ndizera neza kwigihugu cacu kizomera neza kuko ndazi hariho beshi nkawe mwikoreye igihugu cacu izi neza kwImana yawe itwumva kandi harico igiye guhindura. hari amatiyo acamwo amazi hari nisoko rero ndizera ntakekeranya kwibicaniro bihumanye atajambo bigifise kuburundi bwacu kuko twabwiye yeshua uhoraho nyenigabo Imana yumva atari ikigigwamana niyompamvu nizeye ntakekeranya kubigiye kugenda sawa kuko nanj nabomye iyo ibibazo bibaye vyishi nkabura ibisubizo ariho ndiho yakora 🙏🙏🙏
@DidierIzere-ij4sz
@DidierIzere-ij4sz 3 месяца назад
Muvyeyi mukozi was datawatwese ivyawe nimana yawe mbura uko mbivua gatagara imana usega uze uyimbarre imbohorre umwana akire akarewge see mukozi was ndiho
@NadègeKaneza-v6n
@NadègeKaneza-v6n 2 месяца назад
Urakoze kubwizi nyigisho, Yesu akomeze kugukoresha ivyubuhizi
@GabinGanezoune
@GabinGanezoune 2 месяца назад
Bonjour peuple de Dieu sur kanguka.que le seigneur nous donne déplus la grâce pour tenir devant l'enemi.s'il vous plaît J besoin de votre aide dans la prière car je me sens faible en ce moment et je souffre aussi d'une maladie plus de 4 ans qui ne guérit jamais.pardon aidez moi peuple de Dieu très haut
@NDAYIKEZAJuvenal
@NDAYIKEZAJuvenal День назад
😂😢Amen .muhezagirwe cane. Imana ishoboze kuba maso kuraya mazamu. kugira ivyapfuye mu buzima bwanje bizuke mwizina rya Yesu.amen
@nicknick3651
@nicknick3651 4 месяца назад
Ameeeeeeen 🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽
@FideleBukuru-o1y
@FideleBukuru-o1y Месяц назад
Nukudusengera kweri ndabatuye umutwaro Turi mubitaro
@AishaUwamahoro-zn3mc
@AishaUwamahoro-zn3mc 3 месяца назад
Thanks god urindiho inyisho niyibirikumbaho 17-6 Dubai Mana we urigikomamangoma halluaaaaaaa❤❤
@jeannetteuwimana1000
@jeannetteuwimana1000 3 месяца назад
Amen ndiho
@cynthiadanie4260
@cynthiadanie4260 4 месяца назад
Imana ishimwe ibihe vyose kubwa Chris Ndikumana umukozi wayo no kubwiyi nyigisho iduhaye ubumenyi budasanzwe 🙌🏽🙌🏽🙌🏽🙏🏼🤍
@OsanaYusuph-l6r
@OsanaYusuph-l6r 4 месяца назад
Mana ukomeza umwagurira impano wamuhaye umurinde nokuvagirwa Kandi ndamusabiye nokuragiza neza benumuryago wiwe❤🤲🤲🙌🙌🙏🙏🙏🙏
@noellanijimbere
@noellanijimbere 2 месяца назад
Ndagushimiye mukozi wimana kunyigisho hariho ahantu ingejeje mumazamu yogusenga hezagirwa mwami wanje
@EmmanuelKwizera-vp3hy
@EmmanuelKwizera-vp3hy 3 месяца назад
Iryobanga ndarimenye bizabyara intahe ikomeye mubuzima bwange
@CharlesKayoya
@CharlesKayoya Месяц назад
Bientôt je lance l'émission du 14/10/2023 juste à la fin de l'enseignement. 4H54. AU NOM DE JÉSUS. AMEN
@nsabirabandisostene1230
@nsabirabandisostene1230 4 месяца назад
Asante Yeshuwaaaaa wetu❤
@KambabaziMonique
@KambabaziMonique 6 дней назад
Chris jyanumva abatanga ubuhamye kubyo Imana yabakoreye najye mfasha unsengere mfite umutante umaze 25 narubyaro Imana yo mw'ijuru imuhe umwana nukururi pe ndakwinginze kd Imana imukize irwara za amayobera ahira arwaye munsengere🤲🤲🤲🤲
@FabriceNiyizigama
@FabriceNiyizigama 19 дней назад
None gukizwa nimpaka ugende kumukozi w'imana?ko avuze ngo naho twosenga kwatacovamw ntushubora kwigirira auto delivrznce
@FabriceNiyizigama
@FabriceNiyizigama 19 дней назад
None gukizwa nimpaka ugende kumukozi w'imana?ko avuze ngo naho twosenga kwatacovamw ntushubora kwigirira auto delivrznce
@FabriceNiyizigama
@FabriceNiyizigama 19 дней назад
None gukizwa nimpaka ugende kumukozi w'imana?ko avuze ngo naho twosenga kwatacovamw ntushubora kwigirira auto delivrznce
@olicendayihimbaze4074
@olicendayihimbaze4074 4 месяца назад
🙏🙏🙏 Amen
@nsengymuremyikanyani8528
@nsengymuremyikanyani8528 4 месяца назад
Umitwenzi=umuseke mukinyarwanda
@ndaalexis9221
@ndaalexis9221 4 месяца назад
Amen Amen 🇲🇼🇲🇼🇲🇼 very very powerful
@JeanBadelNiyokwizigira
@JeanBadelNiyokwizigira 4 месяца назад
IMANA aguhezagire ikuzigame ikurinde wamubi ikurindire nivyawe nabawe bose Amen
@MutwareCelestin-do7lm
@MutwareCelestin-do7lm 3 месяца назад
Ukoze ikintu cinkoramutima mukozi W'IMANA
@ManiVenuste-xp3hr
@ManiVenuste-xp3hr 23 дня назад
AMEN 🙏🏾
@ManiVenuste-xp3hr
@ManiVenuste-xp3hr 23 дня назад
AMEN 🙏🏾
@olatundeolayiwola4999
@olatundeolayiwola4999 9 дней назад
Shalom Shalom turagomba kumenya amazamu yose ibikoreka ivyo twosengera
@audacenibaruta.
@audacenibaruta. 3 месяца назад
Umutwenzi utaratambika si izuba ritaraseruka,oya ahubwo hatareyuka.Donc yasenze imbere y'umutwenzi.Umutwenzi ni ukweyuka kw'ikirere kwerekana ubuca.Utangura kuboneka kuva isaha cumi n'imwe z'ubuca.
@NshimirimanaPacifique-t5w
@NshimirimanaPacifique-t5w 2 месяца назад
Amen
@ahishakiyeepiphanie3559
@ahishakiyeepiphanie3559 4 месяца назад
Izinyigisho ndasaba mumfashe mumbwire aho zibera ziba ryari ngonzahore nzibamo
@beatriceniragira9209
@beatriceniragira9209 4 месяца назад
Zibera Minevam Kigobe
@ahishakiyeepiphanie3559
@ahishakiyeepiphanie3559 4 месяца назад
Ziba sangahe?mwatubwira programme? Mudufashe murakoze
@EvelyneNsabiyumva-ed3uc
@EvelyneNsabiyumva-ed3uc 4 месяца назад
Israël umusi utangura 18h zumugoroba ugahera 18h zuwundi musi nyene
@uwonkundabasmath9537
@uwonkundabasmath9537 Месяц назад
Mu Izina rya Yesu ibyanjye byafuye bizuke
@gloriosenduwimanapstad4144
@gloriosenduwimanapstad4144 4 месяца назад
Sinatahuy peee, kuko ntabara namwe itari mentionné kuma veille.haruwontahuza?
@JeannedarcUWIMANA-d2h
@JeannedarcUWIMANA-d2h 4 месяца назад
Halleluya halleluya halleluya imana ishimwe
@karasirarachel3120
@karasirarachel3120 4 месяца назад
Merci bcp Chris! Iyi nyigisho nari nyikeneye cyane. Stay blessed!
@chantaluwimana8347
@chantaluwimana8347 3 месяца назад
Amen.Imana Iguhe Umugisha
@ShimirimanaJeannine
@ShimirimanaJeannine 3 месяца назад
Munsengere nkundanye numu fiancé Ark mumuryango baguma abatugwanya amasengesho yanyu ndayakeneye ndiho abampezagirire❤
@NiyonizeyeEvode
@NiyonizeyeEvode 2 месяца назад
Ihangane yesu arashoboye
@VanessaNgabire-nr1it
@VanessaNgabire-nr1it 4 месяца назад
Ameeeeen🙏 ndafashijwe cane
@DadaMami-t6b
@DadaMami-t6b 3 месяца назад
Amen 🙏🙏🙏🙏🙏, YESU agukomeze agakiza 🙏🙏🙏
@ClémentineBUTOYI
@ClémentineBUTOYI 4 месяца назад
Amen🙌🙌🙌🙌🙌🙏🙏🙏🙏
@Marina-gr2er
@Marina-gr2er 4 месяца назад
Amen ,Amen twakiriye ubu bwenge bw' lmana
@СергейСаянов-й8в
@СергейСаянов-й8в 15 дней назад
Gonzalez Betty Brown Larry Williams Kenneth
@peacehope304
@peacehope304 4 месяца назад
Nari ntegereje iyi nyigisho
@ingabirefrancoise2420
@ingabirefrancoise2420 2 месяца назад
Mwiriwe ndikubaza se ni saa3:00’ AM cg 3:00’PM.??? Musobanurire
@GorethGoreth-lp6kl
@GorethGoreth-lp6kl 2 месяца назад
🎉🎉🎉imana iguhezagire cane
@FabriceNiyizigama
@FabriceNiyizigama 19 дней назад
None gukizwa nimpaka ugende kumukozi w'imana?ko avuze ngo naho twosenga kwatacovamw ntushubora kwigirira auto delivrznce❤😊😊😊
@CalixtedésireNibaruta
@CalixtedésireNibaruta 11 дней назад
Iyo ni deuxième étape igikogwa cambre ni mumutima ari nka kurya KO mumubiri ufte umuvyeyi tu dois avoir un parent spirituelle kugira akurere ntuzingame muburyo bwimpwemu c'est alors l'intervention de l'homme de Dieu
@CyizaJeanette-vp2jb
@CyizaJeanette-vp2jb 4 месяца назад
Amen Amen lmana ikomeze iguhe imbaraga 🙏🙏🙏
@julynyampinga6933
@julynyampinga6933 3 месяца назад
Amen
@kenniaivuganeza650
@kenniaivuganeza650 4 месяца назад
Amen Amen be blessed man of God🙌🙌
@JeanMarie-q6t
@JeanMarie-q6t 22 дня назад
Amen urakoz kutwigish guseng imana ihabwe icubahiro
@gloireirumva2195
@gloireirumva2195 2 месяца назад
Murakoze cane kunyigisha.... nashaka kubaza ni ryari naryari haba inyigisha? Aho zibera ndahaz gusa sinzi imisi merci
Далее
KUBOHOKA KU MUVUMO WA KARANDE by chris NDIKUMANA
1:08:51
Просмотров 142 тыс.
▼ КАПИТАН НАШЁЛ НЕФТЬ В 🍑
33:40
Просмотров 485 тыс.
IBINTU BINE BIZIBIRA IGITANGAZA by Chris NDIKUMANA
55:51
UBWOKO BUNE BW'IBIMAZI BIHIMBARA NDIHO by Chris NDIKUMANA
1:14:47
AMAZAMU UMUNANI Y'AMASENGESHO by Chris NDIKUMANA
1:00:53
UMUSOZI W'IMANA by Chris NDIKUMANA
1:11:09
Просмотров 39 тыс.
I Took An iPhone 16 From A POSTER! 😱📱 #shorts
0:18
Салат в пачке чипсов
0:19
Просмотров 1,3 млн
ТАМОЖНЯ БЕЛАРУСИ
0:19
Просмотров 6 млн