Тёмный

Nje ngana iwawe By Chorale Saint Kizito Gisanze 

Michel HABIMANA
Подписаться 39 тыс.
Просмотров 1,1 млн
50% 1

From #Burundi #Bujumbura #Muyinga

Развлечения

Опубликовано:

 

27 апр 2022

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 231   
@user-kr1ct7pf2s
@user-kr1ct7pf2s 6 месяцев назад
Abo mugahahe mwese ndayibatuye cane nciye nkumbura kuhasengera❤😮😮😮
@user-zu4mo1ln4e
@user-zu4mo1ln4e 5 месяцев назад
Abo mugahahe turaho turakomeye turagusimiye nawe KO udutahije Imana izokuzigamire iyo wagiye uzogaruke amahoro mugahahe bigumama bigumama biryoha Kuri chapelle
@user-cs6rx3yr5p
@user-cs6rx3yr5p 9 месяцев назад
Njengana iwawe nje kugusenga amen amen ntabwo turi muburundi ariko turahimbagwa can amen
@ChristelleAmani-zb8ju
@ChristelleAmani-zb8ju Месяц назад
Ooh!nivyiza cane birahimbaye
@user-ok7re6iv3z
@user-ok7re6iv3z 5 месяцев назад
Ndaje nje ngani wawe njekugusenga iranshimishije kwel ndi murwanda ark ndazunva cane abobana mbifurije kuzabona ijuru amen knd tubahoza ku❤❤❤❤🎉❤❤
@nell388nnh
@nell388nnh 8 месяцев назад
Iyindirimbo nayaikunze lmana ibahe umugisha bana batoya from 🇷🇼
@JamarieHicuburundi-kb6ej
@JamarieHicuburundi-kb6ej Год назад
Biteyigomwe knd birahimbaye Umukama akomeze ahezagire agize chorale st Kizito
@Alice-px3nw
@Alice-px3nw 12 дней назад
Mwubahwe cane ndagakunda ❤
@user-zl1xg8wn7g
@user-zl1xg8wn7g 9 месяцев назад
Mubikoraneza mugutaziraa umukamaa narahimbawee caane niyindirimbo umukama abongerereze inkomezii❤❤❤🎉❤❤
@ChristelleAmani-zb8ju
@ChristelleAmani-zb8ju Месяц назад
Tera imberbe nk'umuzinga Imana ibandanye ininahazwa kw'isi Niko mw'ijuru
@jeanpaulndikumwenayo4086
@jeanpaulndikumwenayo4086 Год назад
Merci chorale st kizito de Gisanze mon paroisse natale
@vestineniyonkuru2612
@vestineniyonkuru2612 Год назад
Paroisse yanje nkiri akana disi🙏🙏mukomere mutere imbere cane
@CharlotteMukeshimana-yy6im
@CharlotteMukeshimana-yy6im Месяц назад
Nukuri mukurire mumana bato
@ManielNiyonkuru
@ManielNiyonkuru 9 месяцев назад
Kararyoshe paroisse gisanze yubahwe kabisa duhereze mer6 pour leurs chansons
@nyiranezacharlotte3874
@nyiranezacharlotte3874 Месяц назад
I😊llollp😮p0p00 ppl pp0pvz😢😮😮
@dinadineirankunda1765
@dinadineirankunda1765 Год назад
Muhezagirwe❤🇧🇮
@user-my8rb9zw2g
@user-my8rb9zw2g 2 месяца назад
Iraryosh san muhezagigw😢
@EddyHABONIMANA-nm3fc
@EddyHABONIMANA-nm3fc 19 дней назад
IMANA ibakomez namw mubandany kuyivyinira nez.
@FelixNkeshimana
@FelixNkeshimana 3 месяца назад
Ndaj Njengan Iwaw Iman Rugiravyos Ibafash
@CharlotteMukeshimana-yy6im
@CharlotteMukeshimana-yy6im Месяц назад
Umukama nahezagire ni vyiza
@BIZIMANAEric-qv3ur
@BIZIMANAEric-qv3ur Месяц назад
Ndaj njengan iwaw manayanj njekuguseng
@O.T.UTV-cz5pw
@O.T.UTV-cz5pw Год назад
From Tanzania🇹🇿🇹🇿❤❤💯👍
@user-gc4wz9bf8t
@user-gc4wz9bf8t 8 месяцев назад
Ndakunda iyindirimbo
@bukurugenevieve6514
@bukurugenevieve6514 Год назад
Indirimbo nziza, uwerekanye abantu yerekanye bamwe gusa,azohindire aze atwereka abatambitamana bose hamwe n’abariko baririmba. Nivyiza mukomereze aho
@cizachristian6884
@cizachristian6884 Год назад
katolika
@user-fq2uq3vb4j
@user-fq2uq3vb4j 4 месяца назад
Ninzizarwose
@juvenal4099
@juvenal4099 20 дней назад
Murakoze cane
@user-lx4dc5bg3b
@user-lx4dc5bg3b 3 месяца назад
Mana nyenikigogwe uhabw icubahir iyi chorale iman iyizigamir mubunt bwayo amen turabakund❤❤❤❤
@haskellallston
@haskellallston 2 месяца назад
❤ I love this Christian song even though, I don't understand a word of it.
@uwasejoselyne2496
@uwasejoselyne2496 Год назад
Amazing nukuri Imana ibashoboze cyane 😨💓🇬🇦🇬🇦🇬🇦
@DannielBanda
@DannielBanda Месяц назад
Habwicubahiro MANA
@CedrickNiyokwizera-df4gq
@CedrickNiyokwizera-df4gq Месяц назад
Nice cool ❤
@judithkarerwa5155
@judithkarerwa5155 Год назад
Umukama abampezagirire cane, Amen
@user-ee9zu2ev2y
@user-ee9zu2ev2y Год назад
Jew umwana wawe ndajeee
@user-hj5er2ve4p
@user-hj5er2ve4p 5 месяцев назад
Nukuri imana ibampezagirire mubikora neza cane
@HerveJesus-up5xo
@HerveJesus-up5xo 5 месяцев назад
I love ❤ amena from 🇨🇩, God Bless all of Africa 🇷🇼🇨🇩🇲🇱🇲🇼🇧🇯🇨🇫🇰🇪🇳🇦🇳🇪......
@GloriaIradukunda-do3ty
@GloriaIradukunda-do3ty 3 месяца назад
Ndaje mana yanje
@vestineniyonkuru2612
@vestineniyonkuru2612 Год назад
Ndaje nje ngana iwawe mana yanje nje kugusenga🙏🙏
@Pacifiquenisubire
@Pacifiquenisubire 8 месяцев назад
Muhezagirwe Iman ibongerimigish❤❤❤❤❤❤❤💯
@JeanMarievianneyMurwanashyaka
Nukuri Mukama azagomye kubashoboza
@HyacintheHARINGANJI
@HyacintheHARINGANJI 10 дней назад
Waaaooo😮❤nice song
@CharlotteMukeshimana-yy6im
@CharlotteMukeshimana-yy6im 28 дней назад
Mwaduhaye iyindirimbo yanditse
@michelhabimana
@michelhabimana 27 дней назад
Mu Burundi muri chorales zitari nke woyironka uyirondeye
@feliciennyiribambe9689
@feliciennyiribambe9689 Год назад
Iyi ndirmbo ni nziza cyane rwose uyu muhanzi ndamwemeye
@user-jb4ke8et1m
@user-jb4ke8et1m 7 месяцев назад
Muduh nizind nyishi
@mauricendayishimiye3102
@mauricendayishimiye3102 3 месяца назад
Muhezagirwe Imana ibakomeze
@NgarukiyinkaLouise
@NgarukiyinkaLouise 2 месяца назад
❤❤❤❤umukama abahezagire akomeze abuhirira Bana.bato❤❤❤❤
@user-ky3zl9ii8m
@user-ky3zl9ii8m 4 месяца назад
Indirimbo ninziza cyane
@user-ky3xq7kz9k
@user-ky3xq7kz9k 9 месяцев назад
Amen ndabe njenganiwawe njekugusenga
@pascalndiwenumuryango8899
@pascalndiwenumuryango8899 Год назад
Na patiri vraiment ntamashi akoma none wumva aba kristu bazoyakoma gute
@maganyarobert7008
@maganyarobert7008 Год назад
Naipenda dini yangu katoliki kote duniani Amina
@jeanmariendayisenga5108
@jeanmariendayisenga5108 Год назад
az1 art u2 UQ2Y
@user-kx5dz2sp3m
@user-kx5dz2sp3m Месяц назад
Woooooooow❤🤩
@user-ew3od4ou4d
@user-ew3od4ou4d 5 месяцев назад
Iyindirimb nanj nday❤❤❤100/100 from🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@EmmeLine-vl7lm
@EmmeLine-vl7lm 17 дней назад
Muhezagirwe canee ndayikunda iyindirimbo Umukama abakomeze
@Alice-px3nw
@Alice-px3nw 9 месяцев назад
Byiza cane❤
@mpungutonny-hd2vk
@mpungutonny-hd2vk Год назад
Mwebale nyo kuyimbira Omutonzi mu maloboozi amalungi nemu mulaga omukwaano Mukama abawe OMUKISA
@jeannenduwimana5950
@jeannenduwimana5950 4 месяца назад
Ndaje mukama njengana iwawe niwe ufise buri kimwe cokumpa
@sourtanshemu9512
@sourtanshemu9512 Год назад
Iragasengwa Iyo ndavyi tuba twumva idushikana kuvyiza vyayo ❤❤
@bayubaheemile-ns8bk
@bayubaheemile-ns8bk 6 месяцев назад
Wawooooo!!!!!!vrt courage
@cedrickniragira1636
@cedrickniragira1636 Год назад
Mkatorika :Daima milele ! Mungu ni muema kila wakati 🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮 thenk you jesus 🙏🇧🇮
@michelhabimana
@michelhabimana Год назад
Amen🙏🤩🥰
@user-ub4ry4jg7s
@user-ub4ry4jg7s Месяц назад
Iyi ndirimbo ni nziza
@inoccenttumwizere3858
@inoccenttumwizere3858 Год назад
Murakoze cyane cyane.
@robertmugisha4299
@robertmugisha4299 10 месяцев назад
Thank you great cholare . You are the best. Listening to you here in Uganda, Kampala.
@reponsezirikana
@reponsezirikana Год назад
Bt ndabona ibintu nisaw ,nanj ndimur chorle st martyrs de l’Ouganda cathédrale coeur immaculé de Marie de ngozi
@michelhabimana
@michelhabimana Год назад
Namwe ni ukuzana tubashire ahabona. Ngozi cathédrale, nzi chojetev na Sainte Philomène na Toussaint. Hamwe na Mesaagers du Christ Rusuguti
@nishimwealice7001
@nishimwealice7001 7 месяцев назад
Nje kugusenga Mana urabikwiye❤❤❤
@machanakintije7323
@machanakintije7323 Год назад
Indirimbo nziza, abana b'amajwi meza. Birahimbaye birarenze
@khamisisaid4148
@khamisisaid4148 Год назад
Nanje ndahezagigwa iyondi mumahanga
@anastasientawumenya7693
@anastasientawumenya7693 Год назад
Very nice ❤
@MunezeroClaude-jv1wn
@MunezeroClaude-jv1wn 2 месяца назад
Man hezagir chorale amen
@user-kw1eg2gy4m
@user-kw1eg2gy4m 3 дня назад
waouuuuh❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@aurianeirambona9439
@aurianeirambona9439 21 день назад
Hezagirwa
@richardnshimirimana3105
@richardnshimirimana3105 Год назад
Muhezagirw 👏 nivyiz mukomer
@wilisonndayishimiye8567
@wilisonndayishimiye8567 7 месяцев назад
❤❤ avante mungu.
@user-nd1vj6my9t
@user-nd1vj6my9t 10 месяцев назад
Amen muhezagigwe
@floridensabimana9967
@floridensabimana9967 Год назад
Bravo à la Chorale Saint Kizito de la paroisse Gisanze, notre paroisse bien aimée
@rukundochadou6387
@rukundochadou6387 8 месяцев назад
Indirimbo ntashobora kuvyuka ntayumvirije sinshobora kuryam ntayumvirije imana ihezagire abayirimvye
@SixBreezy-pn8ln
@SixBreezy-pn8ln 5 месяцев назад
Amen ndahimbawe niyi ndirimbo
@NindereraOdette-rr7jk
@NindereraOdette-rr7jk 5 месяцев назад
Mana nyenubweranda ✨ bravo 🙏🙏
@kalisaleonard8649
@kalisaleonard8649 Год назад
Umwami yezu yaratsinze
@bosconyabenda7988
@bosconyabenda7988 Год назад
Ikigongwe cawe nukrukndo nivyigaragze mubana bawe
@nzabonimanajcloud1151
@nzabonimanajcloud1151 Год назад
Mubyinanezape
@nitunganoeline9809
@nitunganoeline9809 Год назад
Muhezagirwe
@ladislasmasabarakiza1012
@ladislasmasabarakiza1012 8 месяцев назад
Imanishimwe Cane
@henriettelenghe7791
@henriettelenghe7791 9 месяцев назад
Ndahezagiwe cane mkatolika daima
@IzibikwiweJand-hu8kr
@IzibikwiweJand-hu8kr Год назад
murakomey
@IrakizaLaurence
@IrakizaLaurence 2 месяца назад
Very good
@JulesFifi-my2zy
@JulesFifi-my2zy Год назад
Kabisa vyiza cane ciye nkumbura Aho natay uruzogi kwel
@user-nq7rw6yz4k
@user-nq7rw6yz4k 9 месяцев назад
Brampimbay kub muririmb nez
@user-zv2je1iq1g
@user-zv2je1iq1g 7 месяцев назад
Imana ibonger inkomez bane.
@user-pj6yv1gc5d
@user-pj6yv1gc5d 4 месяца назад
Mana njenurukundo unyakire
@MkykeeMukisa
@MkykeeMukisa Год назад
Nshira hamwe nabawe ugume ukumbuza iwacu kweri
@user-lp3mb3bc7o
@user-lp3mb3bc7o 7 месяцев назад
Kristu n ashemezwe🙏🙏🙏🙏🙏
@nijimberefrancois8410
@nijimberefrancois8410 Год назад
Ndaje njekuguseng nice song courage kuduha ubutumwa bwiza
@jean-christiankalenga2594
@jean-christiankalenga2594 4 месяца назад
c'est a gangara derriere hope africa university,jean-christian depuis kolwezi en rdc.
@ernestndayizeye3116
@ernestndayizeye3116 Год назад
Très belle mélodie, courage, vrmt muraturyohera
@simeonnijimbere6285
@simeonnijimbere6285 Год назад
Ndaje nje ngana iwawe nje kugusenga 🤲karanjanye muri mpwemu nukuri
@user-sm1fz8tk5i
@user-sm1fz8tk5i Год назад
Amen.ndaje Mana.yanj nje.ngana.Iwaw.gusaa
@user-hn7sv3gl7w
@user-hn7sv3gl7w 6 месяцев назад
Uragasengwa na bose Mana mushobora vyose.
@elinz3261
@elinz3261 Год назад
Wow! I like this culture dance and muhezagirwe!..
@elianekankindi1178
@elianekankindi1178 Год назад
iyi ndirimbo irampezagira cane
@khamisisaid4148
@khamisisaid4148 Год назад
Nanje nukwo kweri
@ferdinandndayishemeze8511
@ferdinandndayishemeze8511 Год назад
Great song. Thanks our singers from Gisanze parish. Watching from Malawi
@DesireNahimana-lz4nd
@DesireNahimana-lz4nd 11 месяцев назад
Very song 🇧🇮 mubikor nezaa
@annentahombaye4125
@annentahombaye4125 6 месяцев назад
Amen Amen
@user-pf5ct1fs7x
@user-pf5ct1fs7x Год назад
Muhezagirwe mwese❤❤
@gilbertngoga6166
@gilbertngoga6166 Год назад
Indirimbo ni nziza
@NiyosengaAderin
@NiyosengaAderin Месяц назад
Ok I will let 😮❤❤❤❤❤
@simonkabura4421
@simonkabura4421 9 месяцев назад
Dankie our brothers
@HassanKile-he6cx
@HassanKile-he6cx 9 месяцев назад
Amen amen imana yacu yubahwe
Далее
Numvise akanyamuneza mu mutima wanje
6:25
Просмотров 412 тыс.
Kristu aratwihereza ingo tumwakire (Chorale St Kizito)
7:32
Кто то встречал их на улице?
00:59
Twaje Mana
9:49
Просмотров 328 тыс.
NINAHAZA UMUKAMA YEZU. DIOCÈSE DE BURURI. BURUNDI
2:59
URUKURIKIRANE RW'INDIRIMBO Z'ITORWA, IGICE CA MBERE
52:30
INDIRIMBO GATOLIKA ZO GUKENGURUKA
18:23
Просмотров 72 тыс.
Tuje gusaba umuhezagiro
7:02
Просмотров 116 тыс.
Rugira yarabatoye
4:15
Просмотров 224 тыс.
Дед и новая машина😁
1:00
Просмотров 4,5 млн