Тёмный
No video :(

Ntacica Nk'irungu Cover_-_Derrick Don Divin/Original Song By Canjo Amissi 

Derrick Don Divin
Подписаться 88 тыс.
Просмотров 2 млн
50% 1

Опубликовано:

 

28 авг 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 790   
@rubashabillybertin1367
@rubashabillybertin1367 3 года назад
Mn komerezaho musore ✊✊✊✊Mn nkwemera kubi kbx niba nawe umwemera nuceho utampaye like👍👍👍
@DerrickDonDivin
@DerrickDonDivin 3 года назад
Asante sana kbsaaa!!
@rubashabillybertin1367
@rubashabillybertin1367 3 года назад
Ok
@rubashabillybertin1367
@rubashabillybertin1367 3 года назад
Nice
@rubashabillybertin1367
@rubashabillybertin1367 3 года назад
@@DerrickDonDivin nange nfitenimano yokurirmba
@DerrickDonDivin
@DerrickDonDivin 3 года назад
@@rubashabillybertin1367 Courage Billy!! Nawe gira vuba utwereke impano yawe
@sandysshanny224
@sandysshanny224 3 года назад
Ntacica nkirungu kweli ndakumbuy igihugu canj camavukiro😥😥🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@mutuyimanaservilien344
@mutuyimanaservilien344 3 года назад
Kuva kuri Nyamibwa y'igikundiro kugeza kuri Nta cica nk'irungu ntiwigeze untenguha. Ngukunda kubi!! Uri Imano kabisa kandi tukuri inyuma.
@DerrickDonDivin
@DerrickDonDivin 3 года назад
Murakoze cyane!!
@floriennekantungeko3123
@floriennekantungeko3123 2 года назад
Ararenze✌️Imana ikuje imber
@GahongayireJacqueline
@GahongayireJacqueline 2 месяца назад
Definitely Derrick you are a good arist and keep your talent up and God will always help you in your journey and l always support you all blessings be upon you.🙏🙏🙏🙏
@1nesoch
@1nesoch 3 года назад
Unyibukije i Burundi, kera cyane tukiri abana, u Burundi di ! Cyari Igihugu cyiza, n'abantu beza......., wow.
@alfredniyomutabazi1038
@alfredniyomutabazi1038 Год назад
Karibu kandi i Burundi
@patopaty1644
@patopaty1644 6 месяцев назад
Nice song utumye nkumbura iwacu i rwanda nako Africa muri rusange ntaheza nkiwabo wumuntu koko
@NshimiyimanaJeanpaul-jn2pm
@NshimiyimanaJeanpaul-jn2pm 5 месяцев назад
Derick ndagukundape ndumufanawae divine
@DerrickDonDivin
@DerrickDonDivin 5 месяцев назад
Thank you
@MushimiyimanaAline-c9e
@MushimiyimanaAline-c9e 10 дней назад
3:10 ​@@DerrickDonDivin
@user-ic5tn3sj6b
@user-ic5tn3sj6b 6 месяцев назад
Nukuri komereza aho urashoboye lmana ikomeze igende imbere yawe❤
@DerrickDonDivin
@DerrickDonDivin 6 месяцев назад
Murakoze cyane
@josiannenduwimana8873
@josiannenduwimana8873 3 года назад
🇧🇮🇧🇮🇧🇮Canjo Amisi yari umugabo pe. A legend
@DerrickDonDivin
@DerrickDonDivin 3 года назад
He will live for ever!!
@mutakoallen4771
@mutakoallen4771 3 года назад
Never give up
@mutakoallen4771
@mutakoallen4771 3 года назад
Never give up
@1nesoch
@1nesoch 3 года назад
@Alexis Nimubona 😄😆😅🤣
@allafricanswearebrothers6903
@allafricanswearebrothers6903 2 года назад
@Alexis Nimubona hhhhhhhhhh
@rosaliebiniga5543
@rosaliebiniga5543 Год назад
Uri umwanya mwiza Uzi UVA nahujya, ijwi ryiza urinfura pe
@thierrynsavyumukama9645
@thierrynsavyumukama9645 3 года назад
Nice song! Aho hambere bararirimba
@uwisezeranoviolette7699
@uwisezeranoviolette7699 13 дней назад
Derrick rwose nkwemera kubi Nkukurikirana Kenshi ark iyiyo Nyumva buri kanya Komeza ujye ejuru
@DerrickDonDivin
@DerrickDonDivin 12 дней назад
Murakoze cyane!!
@mariegracedusingizeyezu244
@mariegracedusingizeyezu244 2 года назад
Wawoo sinjya mpaga iyi ndirimbo Dear Don wazadukoreye na Gospel nkimwe koko urabizi pe big up bro
@nishyirembereofficial8622
@nishyirembereofficial8622 3 года назад
Ndemeye @Derrick Don Divin nukuri utumye nongera kwibuka byabihe bya kera uyu muhanzi yarumuhanga nawe kandi nuko komeza uturyohereze. Kararyoheye amatwi gwose Abarundi baturanyi bacu mufite impano mumuziki rwose ndavyemeye
@DerrickDonDivin
@DerrickDonDivin 3 года назад
Murakoze cyane!!!
@fabricehakizimana1185
@fabricehakizimana1185 3 года назад
Turi bamwe
@DauphinBagenzi-o2u
@DauphinBagenzi-o2u 12 дней назад
Congratulations m'y broo 🎉 igikorwa kirarenze 💥🥇🇧🇮
@DerrickDonDivin
@DerrickDonDivin 8 дней назад
Asante sana
@nayiturikijeannette9185
@nayiturikijeannette9185 Год назад
Ntakica nkirungu Koko najye ndabyemera gutyo 🚶🚶🧎🙏🙏🙏💪💪Kuraje boss ❤❤❤
@DerrickDonDivin
@DerrickDonDivin Год назад
Asante
@nadiakarangwa2286
@nadiakarangwa2286 3 года назад
Ooohhh nineza rwose Ufite impano wamusorewe❤👌
@Baho23759
@Baho23759 3 года назад
Wawoo Nukuri Iyindirimo Wayiriribye neza knd Courage Imana Ikomeze Igukomeze Ibyiza birimbere
@DerrickDonDivin
@DerrickDonDivin 3 года назад
Murakoze cyane!!
@oprahben1688
@oprahben1688 3 года назад
Nibwo nkikumenya nonaha ariko ndakunze cyane komerezaho musore mwiza
@DerrickDonDivin
@DerrickDonDivin 3 года назад
Asante sana!
@felicienhatungimana5755
@felicienhatungimana5755 Год назад
Tu es formidable Derrick. Bon courage,tu es talentueux
@DerrickDonDivin
@DerrickDonDivin Год назад
Merci bcp!!!
@joachimvyukusenge
@joachimvyukusenge 3 года назад
Love from Burundi🇧🇮, ntanguy kugukurikirana kuber ikiganiro mbony kur bujahit tv
@DerrickDonDivin
@DerrickDonDivin 3 года назад
Asante sana Joachim!!
@irdidierciza9394
@irdidierciza9394 3 года назад
Nanje kabisa
@rumagawansekanabo5659
@rumagawansekanabo5659 3 года назад
Wooow 🙏 ugire imana kandi ugire inka Divin🤝 Ntuyisubiyemo ahubwo uyisunitseho🤝
@DerrickDonDivin
@DerrickDonDivin 3 года назад
Murakoze cyane wa mfura we!
@shimwamanajeanclaude6117
@shimwamanajeanclaude6117 2 года назад
Nibyiza kabisa uzodukorere izuba rirarenze
@UWINEZATETARose-jf9mw
@UWINEZATETARose-jf9mw 5 месяцев назад
Uru nirwo mfuye pe! I miss you my love! Abo dupfuye rumwe mwihangane!
@nduwondiwe
@nduwondiwe 2 месяца назад
Yego Sha! 😢
@gasasiafabie6548
@gasasiafabie6548 7 месяцев назад
Derrick ngukunda ijyihe cyose kbsa
@DerrickDonDivin
@DerrickDonDivin 6 месяцев назад
Murakoze cyane
@odettemanirambona4114
@odettemanirambona4114 3 года назад
Derrick nkunda cover zawe. Kandi nkunze ukuntu ufata umwanya ugaha agaciro abafana. Keep it up bro, Sky is no longer the limit
@DerrickDonDivin
@DerrickDonDivin 3 года назад
Thank you so much!! I work for them.. they're my bosses
@odettemanirambona4114
@odettemanirambona4114 3 года назад
@@DerrickDonDivin You are right bro. Keep them happy
@ireneumutoni4227
@ireneumutoni4227 3 года назад
No comment pe ndemeye kabisa
@cleverjay6693
@cleverjay6693 3 года назад
Ndavye ikiganiro ugiranye na buja hit tv,ncanza kukurondera pe!!!Ebana urashoboy pe!!!from Burundi Bujumbura 🇧🇮
@DerrickDonDivin
@DerrickDonDivin 3 года назад
Asante sana kbsaa!!
@cleverjay6693
@cleverjay6693 3 года назад
@@DerrickDonDivin 👏👏👏👏
@yvetteirinyuze3437
@yvetteirinyuze3437 3 года назад
N izindi ndirimbo ujye udushyiriraho twa lyrics gutya Ni bon
@DerrickDonDivin
@DerrickDonDivin 3 года назад
Icyo ni igitekerezo cyiza!!
@UmuhireAnualithe
@UmuhireAnualithe 23 дня назад
Urimba neza ndagukunda cyaneee ❤
@tharcissemaniragaba6954
@tharcissemaniragaba6954 26 дней назад
My brother keep it up you deserve more views coz you're very talented for sure
@DerrickDonDivin
@DerrickDonDivin 25 дней назад
Thank you!! I appreciate that
@teacheranatolensengumuremyioff
Bro narinzi ko uri umurundi pure ehh you are so talented kbs keep up ndakwemera cyane
@DerrickDonDivin
@DerrickDonDivin Год назад
Asante sana!!
@olgagarukurore2817
@olgagarukurore2817 3 года назад
Akazi kose kbx uyu musore abirimo neza imyaka 5ndakubona ahandi hantu!!🙏
@DerrickDonDivin
@DerrickDonDivin 3 года назад
Murakoze cyane!!!
@sirenvibestv
@sirenvibestv 3 года назад
❤️❤️❤️❤️❤️❤️Kararyoshe
@DerrickDonDivin
@DerrickDonDivin 3 года назад
Thank you Hosy!!
@ishangifocustv5152
@ishangifocustv5152 Год назад
Byiza cyane pe
@user-bx5oe4cd3y
@user-bx5oe4cd3y 7 месяцев назад
🙏kuraje kbs. Tukurinyuma kd turagukunda❤
@DerrickDonDivin
@DerrickDonDivin 7 месяцев назад
Murakoze cyane
@yahyankunzimana8832
@yahyankunzimana8832 3 года назад
Much respect bro..ufise impano kabisa👌👌👌👌👌👌👌👌👌
@DerrickDonDivin
@DerrickDonDivin 3 года назад
Murakoze cyane!!
@tharcissemaniragaba6954
@tharcissemaniragaba6954 3 года назад
Brother keep on pushing kbsa nukuri ufite talent bro courage musaza
@DerrickDonDivin
@DerrickDonDivin 3 года назад
Asante sana kbsaa!!
@pdotv2504
@pdotv2504 Год назад
Wow. Derrick Don Divin. Broh you a melodic voice. My favorite artist in the world 🇷🇼🇷🇼🙏🙏🙏🙏❤️❤️❤️
@DerrickDonDivin
@DerrickDonDivin Год назад
Thank you!! I really appreciate that 🙏
@copamujajarama9076
@copamujajarama9076 Год назад
Uzadukorere indirimbo ya mwitenawe ivugango ntarurabo rutoha rutuhiwe
@bizimanadieudonne1825
@bizimanadieudonne1825 Год назад
Mn nitwa Byamungu Dieudonne suhuza Safari
@uwijurujolly7081
@uwijurujolly7081 Год назад
Nukuri uririmba neza muvandi 💖💖❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️
@ndayishimiyejeanpierre187
@ndayishimiyejeanpierre187 2 года назад
Wangu ukore nizindi nyinshi kabisa ,buraryoshye courage
@DerrickDonDivin
@DerrickDonDivin 2 года назад
Enjoy kbsaa!!
@inkotanyi3074
@inkotanyi3074 Год назад
Agahinda ngira iyo ndikumva indirimbo covers zawe, gusa nkwifurije kuzagira imyaka 100
@DerrickDonDivin
@DerrickDonDivin Год назад
Murakoze!!
@JamaliNtezimana
@JamaliNtezimana 7 месяцев назад
❤❤❤😅
@irumvaaliciamiliciaaliciam2749
@irumvaaliciamiliciaaliciam2749 2 года назад
Kabisa urukundo rwubahwe
@MahoroJuwayeze
@MahoroJuwayeze 7 месяцев назад
Waw😢😢jotem❤❤❤
@DerrickDonDivin
@DerrickDonDivin 7 месяцев назад
Merisi!!
@JamaliNtezimana
@JamaliNtezimana 7 месяцев назад
Wubahwe ndagukunda
@DerrickDonDivin
@DerrickDonDivin 7 месяцев назад
Murakoze cyane
@niyonkuruayvan
@niyonkuruayvan Месяц назад
Derrick courage kbx I'm with you 🙏
@Antoine_H
@Antoine_H 2 года назад
Ni keza bro keep up.ndagakunda
@DerrickDonDivin
@DerrickDonDivin 2 года назад
Murakoze cyane!!
@bizimanadieudonne1825
@bizimanadieudonne1825 Год назад
Ndakwemera mn kurizo ndirimbo
@DerrickDonDivin
@DerrickDonDivin Год назад
Asante sana!!
@muhirealsina7632
@muhirealsina7632 2 года назад
turakwemera cyane
@DerrickDonDivin
@DerrickDonDivin 2 года назад
Asante sana!!
@Ntiranyuhuraleopold_rr9lu
@Ntiranyuhuraleopold_rr9lu Год назад
Unkumbuje Canco kbsaaa karahanyuze but ubirimwo neza gusa🙏🙏🙏
@DerrickDonDivin
@DerrickDonDivin Год назад
Asante!!
@husnatina476
@husnatina476 3 года назад
Wow unyibukije umutama Wacu canco amisi big up brother of buja and kigali
@angeliqueiradukunda1962
@angeliqueiradukunda1962 3 года назад
Wooow nice voice ♥️wazasubiyemo. Akazuba komumuseso
@DerrickDonDivin
@DerrickDonDivin 3 года назад
Asante sana!!
@user-rj7oi8fp2q
@user-rj7oi8fp2q Год назад
Turagukunda cyaneee
@DerrickDonDivin
@DerrickDonDivin Год назад
Murakoze cyane!!
@UwimpayeJcroud
@UwimpayeJcroud 2 месяца назад
Yes niwoe wacu kbx uranyemej
@uwimanafrancoise9474
@uwimanafrancoise9474 2 года назад
I'm really love u Derrick courage
@DerrickDonDivin
@DerrickDonDivin Год назад
Thank you!!
@user-os9ul5iu5y
@user-os9ul5iu5y 2 года назад
Mwagasubiyemwo ryari akanovera karaho wewe oyareka nice ndagasubiremwo🥰🥰🥰🥰❤❤❤
@Mucyo__12
@Mucyo__12 3 года назад
Wawoo my brother ndagukunda cyane kabsa iyi ndirimbo yuzuye ubuhanga pee. Thanx @Don Divin
@DerrickDonDivin
@DerrickDonDivin 3 года назад
Murakoze cyane!!
@NamirembeMadina-op4st
@NamirembeMadina-op4st Год назад
Ndadakunda
@uwambajemariegrace2273
@uwambajemariegrace2273 3 года назад
Wooow mbega indirimbo ikoretse neza, keep it up Derri.
@DerrickDonDivin
@DerrickDonDivin 3 года назад
Thank you!!
@annonciateniyonkuru9938
@annonciateniyonkuru9938 Год назад
Indirimbo nziza ya CANCO AMISI 💗💗💗💗💗
@djkandt
@djkandt 9 месяцев назад
wllh! ma beloved artist, when Am listening yr cover songz feeling like undiscovered place
@DerrickDonDivin
@DerrickDonDivin 9 месяцев назад
Thank you!! Keep Enjoying the tunes
@user-bz3ig3sy5b
@user-bz3ig3sy5b 8 месяцев назад
Bro uzaduhe. Kd uzarya❤ harabakenera kukubobereza umuhogo bakabura. Inzira
@user-qn6hd4zj4c
@user-qn6hd4zj4c 7 месяцев назад
Ndakwemera cyn
@DerrickDonDivin
@DerrickDonDivin 7 месяцев назад
Asante sana
@mushimiyimanachantal8112
@mushimiyimanachantal8112 3 года назад
Ufite indirimbo nziza pe courage
@DerrickDonDivin
@DerrickDonDivin 3 года назад
Murakoze cyane!!
@ackleokwenda5959
@ackleokwenda5959 3 года назад
Iyondirimbo wayivye umurundi yitw Canco Amis.
@DerrickDonDivin
@DerrickDonDivin 3 года назад
😅😅😅😅😅
@iyakaremyeandrew5346
@iyakaremyeandrew5346 3 года назад
Urashoye cyane
@jacqueline40uwamahoro94
@jacqueline40uwamahoro94 3 года назад
Komeza mon gd frère
@DerrickDonDivin
@DerrickDonDivin 3 года назад
Merci bcp!!
@baudouinndayisaba5162
@baudouinndayisaba5162 Год назад
Amateka yacu 🇧🇮 congratulations mutama
@mwizahilaire7338
@mwizahilaire7338 Год назад
Derrick,nukuri utwibutsa uturirimbo two hambere.
@laurettetetero3529
@laurettetetero3529 3 года назад
🥺 Mana y’i Burundi Uragahezagirwa imigisha utanga ni iy’agahebuza💃
@DerrickDonDivin
@DerrickDonDivin 3 года назад
Twese hamwe!!
@DerrickDonDivin
@DerrickDonDivin 3 года назад
Courage Laurette nawe uririmba neza!!
@claudinemuhawenimana807
@claudinemuhawenimana807 4 дня назад
Wawuuuu 😊🎉🎉🎉 komereza ajo
@henrylepage4671
@henrylepage4671 2 года назад
Iwacu mu ngagara, merci fiston
@DerrickDonDivin
@DerrickDonDivin 2 года назад
🤝🤝🤝
@valenstuyishime8426
@valenstuyishime8426 8 месяцев назад
Komereza aho waraye udususurukije mubukwe neza bwa Vincent poul muri saint famille ark no mumajyepfo I nyanza turagukeneye
@DerrickDonDivin
@DerrickDonDivin 8 месяцев назад
Murakoze cyane!! Naho nzahagera
@user-vz8wm2ox2i
@user-vz8wm2ox2i 10 месяцев назад
Nice song nakarundi uracishamwo
@DerrickDonDivin
@DerrickDonDivin 10 месяцев назад
Cyane
@niringiyimabopana5917
@niringiyimabopana5917 Год назад
Nokonuko 💫
@ngobokaespoir6159
@ngobokaespoir6159 2 года назад
Derrick ndagukunda nindirimbo zawe
@DerrickDonDivin
@DerrickDonDivin 2 года назад
Murakoze cyane!!
@ingabireliliane4909
@ingabireliliane4909 Год назад
Wooow😭😭❤️❤️❤️❤️gusa God blesse youu
@DerrickDonDivin
@DerrickDonDivin Год назад
Bless you too
@nshutiange6277
@nshutiange6277 Год назад
To the moon and back love you 💕💗💖💕💖💗💗
@DerrickDonDivin
@DerrickDonDivin Год назад
Thank you!!
@divinnininahazwe257
@divinnininahazwe257 Год назад
conglatulation don divin
@DerrickDonDivin
@DerrickDonDivin Год назад
Thank you
@user-md2pc3hj6k
@user-md2pc3hj6k 5 месяцев назад
This song is very good
@DerrickDonDivin
@DerrickDonDivin 5 месяцев назад
Thank you
@emelynetuyishime6968
@emelynetuyishime6968 Год назад
MashaaAllah uyumuntu aracabaho akarer dissii
@olivekanyange6637
@olivekanyange6637 3 месяца назад
Warukumbuwe❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@nishimweemmanuel6504
@nishimweemmanuel6504 3 года назад
woooow nobwo nkiyumva kbs ni waneza kbs full of melody
@DerrickDonDivin
@DerrickDonDivin 3 года назад
Asante sana!!
@alicenik9375
@alicenik9375 3 года назад
Remeo na Juliette ba Barundi. Aba kera bari bazi kuririmba
@kibuye1
@kibuye1 2 года назад
Urankumbuje pe yooooo
@joasniyonyishu8472
@joasniyonyishu8472 Год назад
Ukwiye gukomerwa amashi kuko iyo ndirimbo ni nziza cane
@DerrickDonDivin
@DerrickDonDivin Год назад
Asante sana
@IrabukundaDamase
@IrabukundaDamase 3 месяца назад
❤❤❤❤❤❤❤❤ good morning
@user-xw3mo8pc2b
@user-xw3mo8pc2b 6 месяцев назад
Iyindirimbo ndayikunda
@emelyneiradukunda-iw3dp
@emelyneiradukunda-iw3dp Год назад
Respect brother courage
@DerrickDonDivin
@DerrickDonDivin Год назад
Asante sana
@anmarisamatha135
@anmarisamatha135 4 месяца назад
Indirimbo nziza can ntacica nkirungu nanj riranyish kabisa❤❤
@irakozeisrael9844
@irakozeisrael9844 Год назад
Wabikoze neza❤
@DerrickDonDivin
@DerrickDonDivin Год назад
Asante!!
@NirereSelaphine
@NirereSelaphine 4 месяца назад
Ndagukunda cyane❤❤❤❤❤❤
@promiselucky3365
@promiselucky3365 2 года назад
Sindabona indirimbo wariribye ibe mbi uri umuhanzi uhangana ubuhanga
@DerrickDonDivin
@DerrickDonDivin 2 года назад
Murakoze cyane!!
@anmarisamatha135
@anmarisamatha135 4 месяца назад
Ndagukunda can❤❤❤ wewe
@IribagizaM.goreth
@IribagizaM.goreth 29 дней назад
Ndagukunda
@DerrickDonDivin
@DerrickDonDivin 26 дней назад
murakoze
@mukamahoroalice9281
@mukamahoroalice9281 Год назад
Mukomereze ahooooo!
@DerrickDonDivin
@DerrickDonDivin Год назад
Asante
@kananipius2649
@kananipius2649 10 месяцев назад
You make me deeply think of my own love, and the love that was unmistakenly picked . With love from Tanzania ❤ 🇹🇿. Hezagirwa ni iyakuremye.
@DerrickDonDivin
@DerrickDonDivin 10 месяцев назад
Thank you so much
@gikundirofanny2862
@gikundirofanny2862 3 года назад
Mbere yokubyuka ndayumva
@DerrickDonDivin
@DerrickDonDivin 3 года назад
Thank you!!
@gracehamza5883
@gracehamza5883 2 года назад
wooow umenikumbusha mbali sana
@duzVart
@duzVart 3 года назад
Here 💚 from 🇷🇼.
Далее
Naraye Ndose Cover_-_Derrick Don Divin X Denise
3:40
Просмотров 518 тыс.
Woman = best friend🤣
00:31
Просмотров 3,2 млн
Canjo Hamisi  - Ntacica nk'irungu
6:23
Просмотров 750 тыс.
Suzana - Makanyaga Abdoul (music by trackslayer)
5:58
Просмотров 945 тыс.
Israel Mbonyi - Yaratwimanye
15:38
Просмотров 6 млн
NINKUREKA BY KNOWLESS Official Video
4:32
Просмотров 655 тыс.
Mama Wambyaye Cover By Derrick Don Divin
3:50
Просмотров 730 тыс.
Mt number one - yasa n'irirenga
4:56
Просмотров 2 млн