Тёмный

Ntawundi Atari Yesu - Live at Worship Room | Light Music 

Light Music
Подписаться 4 тыс.
Просмотров 12 тыс.
50% 1

Ntawundi Atari Yesu (Live) Light Music , recorded live at Worship Room.
Subscribe to get the latest music and videos from Light Music: www.youtube.co....
Stay connected:
Instagram: / lightmusicburun. .
Facebook: / lightmusicbu. .
Lyrics:
123 r
O Christ in Thee. G.B.383 ; Tune 1.
Verse1
Yesu, ni wewe naronkeyemwo
Amahoro mu mutima;
Nahora ndayaronder' ahandi,
Ariko nta handi hariho.
Verse2
Kera naronder' umunezero
Nits' umutima mpebuye;
Nariko ndarengan' Umukiza,
Antegesh' urukundo rwiwe
Chorus
Nta wund' atari Yesu yombumba,
Nta rindi zina nokwemera,
Kuk'ubugingo n'umunezero
Bibonekera muri we.
Verse3
Nagejeje kunywa ku migezi
Y'umunezero w'iyi si,
Irakama, ndihebura rwose,
Njigirijwe ndarira cane.
Verse4
Sinarizwa n'uko ntagufise
Gushits' ah' umpumuriye:
Unkoze ku maso ndakwihweza,
Nkubonye ndizwa n'igishika.
Produced by Medard Pro
Video: Dr Ahmad
Musicians on set
Parker, Juif, Christian Marlesh, Vividrums , Justin , Kheris, Chrispin , Winny Charis, Kelly

Видеоклипы

Опубликовано:

 

5 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 96   
@VaninaornetteKaneza
@VaninaornetteKaneza Месяц назад
Courage worship room 🙏
@dushimejthibaut9677
@dushimejthibaut9677 Месяц назад
There no other place like worship room 🙏🙏🤍
@LightMusicBurundi
@LightMusicBurundi Месяц назад
@@dushimejthibaut9677 Hallelujah 🙏🤎🤎
@gahmillymilton8851
@gahmillymilton8851 Месяц назад
Muhezagirwe cane gose kandi vyoba vyiza mubandanije indirimbo nyinshi za cantique kuko hari urundi rugezo ruhsikana umuntu muguhimbaza Kristo Yesu akomeze kubana namwe ❤🙌🏾🙏🏾
@LightMusicBurundi
@LightMusicBurundi Месяц назад
Amen amen murakoze 🙏❤️
@gloirekiza5276
@gloirekiza5276 Месяц назад
Même si je n’écoute pas la langue mais je suis tellement béni à travers vous light music
@LightMusicBurundi
@LightMusicBurundi Месяц назад
Wow hallelujah gloire à Dieu vraiment 🙌
@therencebikorimana8635
@therencebikorimana8635 Месяц назад
Amen Amen
@nihuyihrevianney9126
@nihuyihrevianney9126 Месяц назад
Ntawundi atari Yesu wokwemegwa Hallelujah
@LightMusicBurundi
@LightMusicBurundi Месяц назад
@@nihuyihrevianney9126Hallelujah 🙌🙌
@user-hc8zl7bp8l
@user-hc8zl7bp8l Месяц назад
God bless you more turabakunda cane gose mukomereze ahoooooo
@LightMusicBurundi
@LightMusicBurundi Месяц назад
🙏🙏
@guybeart_artist
@guybeart_artist Месяц назад
🙌🙌😮amen 🙏
@JeremyBukuru
@JeremyBukuru 25 дней назад
Balikiwasana
@melancenzohagera
@melancenzohagera Месяц назад
amen
@billykercymperabahizi272
@billykercymperabahizi272 Месяц назад
Worshiproom 😊a place to be
@LightMusicBurundi
@LightMusicBurundi Месяц назад
Yesss
@egidepetit
@egidepetit Месяц назад
Ooh My God!! What a beautiful song ❤❤. God bless you Light music
@LightMusicBurundi
@LightMusicBurundi Месяц назад
Amen amen 🙌❤️ God bless you too brother, through these songs, everyday!
@sinzoyihebadaniel3938
@sinzoyihebadaniel3938 Месяц назад
Amen.Yesu ni mwiza.ndanezerewe kubwanyu
@JboscoNdayirorere-kq8sl
@JboscoNdayirorere-kq8sl Месяц назад
Quelle belle cantique ❤❤, courage mes frères. Mukomereze kuma cantique, we'll be together for ever
@LightMusicBurundi
@LightMusicBurundi Месяц назад
Ameeen 🙏❤️
@nvlrpz3487
@nvlrpz3487 Месяц назад
My favorite team🔥🔥🔥
@farajaworshipper8309
@farajaworshipper8309 Месяц назад
Glory to God for you Light music
@LightMusicBurundi
@LightMusicBurundi 6 часов назад
@@farajaworshipper8309 ameen!! 🙏
@thierryngenda100
@thierryngenda100 Месяц назад
mwarahezagiwe caane nImana nzimana
@LightMusicBurundi
@LightMusicBurundi 6 часов назад
@@thierryngenda100 Amen amen 🙏
@dudabelinda4446
@dudabelinda4446 Месяц назад
Just Wow👌🏾 songs zanyu zirampezagira Knd ziramfasha mubihe vyo guhimbaza Imana. Vyukuri Imana ibampezagirire muri vyose na hose.❤️
@LightMusicBurundi
@LightMusicBurundi Месяц назад
@@dudabelinda4446 Ameeeen ibandanye ibikora amen amen 🙌🙏❤️
@titijunior9090
@titijunior9090 Месяц назад
Ntawundi ni yesu christ is enough Thx worship room 🎉❤
@LightMusicBurundi
@LightMusicBurundi Месяц назад
🙏❤️
@ClovisNtirubuza
@ClovisNtirubuza Месяц назад
Go deeper brethern
@JospinBUNANKA
@JospinBUNANKA Месяц назад
Nariii ndazigwayeee merciiiii God bless u guys😍
@LightMusicBurundi
@LightMusicBurundi Месяц назад
God bless you 🙏
@EliphazNzoyikorera-gr5hb
@EliphazNzoyikorera-gr5hb Месяц назад
irijwi ryuyumusore wacu umengo ni Dudu kwr
@LightMusicBurundi
@LightMusicBurundi 6 часов назад
@@EliphazNzoyikorera-gr5hb 😁😁
@shemezaaimefiston1760
@shemezaaimefiston1760 Месяц назад
Ooohhh 😢 Hallelujah IMANA igume ibahezagire cane
@LightMusicBurundi
@LightMusicBurundi Месяц назад
Amen amen 🙏
@Mbehonkunda
@Mbehonkunda Месяц назад
🙏🏾❤️
@fleuryigirukwayo5829
@fleuryigirukwayo5829 Месяц назад
❤❤❤
@Museveni-uk6pd
@Museveni-uk6pd Месяц назад
Amen 🙏
@nishimwedavid4559
@nishimwedavid4559 Месяц назад
🙏 🙏 🙏
@shyakagospel9199
@shyakagospel9199 Месяц назад
Music Arrangement was Very Good Kbs
@LightMusicBurundi
@LightMusicBurundi 6 часов назад
@@shyakagospel9199 thank you!!
@jehovanissiiradukunda7049
@jehovanissiiradukunda7049 Месяц назад
Ooh 😢mbega ibihe vyiza😭❤️please musubiremwo nyishi zo muri cantique😊mwakoze neza yesu abahezagire cane
@LightMusicBurundi
@LightMusicBurundi Месяц назад
Ooh amen amen!! Yesu abahezagire 🙌
@josuensengiyumva3824
@josuensengiyumva3824 Месяц назад
May God keep on use you guys it's a blessing to have you
@user-gt4km7gh3i
@user-gt4km7gh3i Месяц назад
Hallelujah I'm have been saved ❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@LightMusicBurundi
@LightMusicBurundi Месяц назад
Hallelujaaah 🙌🙌
@parkerheritier8179
@parkerheritier8179 Месяц назад
What a powerful Songs
@GrettaNduwamahoro
@GrettaNduwamahoro Месяц назад
So lovely 🥹🙌bless you More guys 😍❤️🙌
@LightMusicBurundi
@LightMusicBurundi 6 часов назад
@@GrettaNduwamahoro Ameen ♥️
@william-king62
@william-king62 4 дня назад
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@LightMusicBurundi
@LightMusicBurundi 6 часов назад
@@william-king62 🙏❤️❤️
@jedidjajediaelakimana2407
@jedidjajediaelakimana2407 Месяц назад
Worship room 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🇧🇮
@user-xh9ym5yh8q
@user-xh9ym5yh8q Месяц назад
😥🙏❤️🕊️Ooohh my God🙏
@GuynobelNishimwe
@GuynobelNishimwe Месяц назад
MWARAHEZAGIWE IMANA IBASHIKANE KURE
@LightMusicBurundi
@LightMusicBurundi Месяц назад
Ameeeen 🙌🤎
@justeiriho6990
@justeiriho6990 Месяц назад
IMANA IBAHE UMUGISHA MWINSHI ✨
@ndihokubwayoinnocent1332
@ndihokubwayoinnocent1332 Месяц назад
God bless you guys🤗🤗
@IzivyizaDarcyArmel-ds5lz
@IzivyizaDarcyArmel-ds5lz Месяц назад
Amahoro Y'Imana abane natwe twese
@LightMusicBurundi
@LightMusicBurundi Месяц назад
Ameeen 🙌
@ndayishimiyebienvenue1669
@ndayishimiyebienvenue1669 Месяц назад
Bless u
@LightMusicBurundi
@LightMusicBurundi 6 часов назад
@@ndayishimiyebienvenue1669 Amen amen! Bless you too!!
@kevinequeen
@kevinequeen Месяц назад
🙌🙌🙌🙏♥️
@LightMusicBurundi
@LightMusicBurundi 6 часов назад
@@kevinequeen 🙏❤️❤️
@NgaboAdonis-fx1qf
@NgaboAdonis-fx1qf Месяц назад
🎹🌘🌘🌘
@Tracyjoy_
@Tracyjoy_ Месяц назад
🥹🤲🏾thank you so much for this❤️‍🔥
@LightMusicBurundi
@LightMusicBurundi Месяц назад
@@Tracyjoy_ 🙏🙏 may it minister to you constantly 🤎
@VenusteNizigiyimana-z1e
@VenusteNizigiyimana-z1e Месяц назад
I 'm blessed
@LightMusicBurundi
@LightMusicBurundi Месяц назад
🙌🙏
@EgideNduwayo-s9e
@EgideNduwayo-s9e Месяц назад
Amen amen mukoemere
@apotrerodrigue5482
@apotrerodrigue5482 Месяц назад
Worship gushika Yesu agarutse🔥🔥🔥
@LightMusicBurundi
@LightMusicBurundi Месяц назад
@@apotrerodrigue5482 yeeessssss
@ndeanaeddy
@ndeanaeddy Месяц назад
Ntawundi atari YESU 🙌🏾🙌🏾 #Thx_Worship_room
@LightMusicBurundi
@LightMusicBurundi Месяц назад
@@ndeanaeddy 🙌🙌
@ShimiyemanaJadodiye
@ShimiyemanaJadodiye 4 дня назад
Imana ihabwe icyubahiro! nonese musengerahe?
@LightMusicBurundi
@LightMusicBurundi 6 часов назад
@@ShimiyemanaJadodiye Amen amen!! Dusengera ahitwa “Worship Room” ni muri quartier ya Kinanira I, iruhande y’igituro ca Otraco. Kaze cane 😊
@clovisishimwe2166
@clovisishimwe2166 Месяц назад
Ndabakunda Caan . Please muraditevya caaan . Ham muhezagirw
@LightMusicBurundi
@LightMusicBurundi Месяц назад
@@clovisishimwe2166 Ameeen duhezagirwanee 🙌🤎
@ERICMBABAZI
@ERICMBABAZI Месяц назад
Muhezagirwe
@LightMusicBurundi
@LightMusicBurundi 6 часов назад
@@ERICMBABAZI amen amen brother! Muhezagirwe namwe cane!!
@fleury257
@fleury257 Месяц назад
Amazing ❤❤❤
@the_bible_quizzes
@the_bible_quizzes Месяц назад
Wow ❤
@RegineNTUNGUKA-ks2hg
@RegineNTUNGUKA-ks2hg Месяц назад
Courage
@milkaclaramuco2658
@milkaclaramuco2658 Месяц назад
🥹🥹🥹😍😍😍😍
@blandineniyongere
@blandineniyongere Месяц назад
🙌🙌🙌🙌🙌
@audacebizabishaka7895
@audacebizabishaka7895 Месяц назад
@constantiniradukunda7305
@constantiniradukunda7305 Месяц назад
❤❤❤❤
@lewisishimwe8619
@lewisishimwe8619 Месяц назад
❤❤❤❤
@bernicemanirambona9064
@bernicemanirambona9064 Месяц назад
❤❤
@belysendayisenga910
@belysendayisenga910 Месяц назад
❤❤
@ClovisNyishuyanje
@ClovisNyishuyanje Месяц назад
❤❤❤❤❤
@LightMusicBurundi
@LightMusicBurundi 6 часов назад
@@ClovisNyishuyanje ❤️❤️
@chadindayishimiye5280
@chadindayishimiye5280 Месяц назад
❤❤❤
@justebucibaruta8557
@justebucibaruta8557 Месяц назад
❤❤❤❤
Далее
Worship Session | Light Music
45:08
Просмотров 24 тыс.
Bibwire Yesu - Live at Worship Room | Light Music
5:59
ПРОСТИ МЕНЯ, АСХАБ ТАМАЕВ
32:44
Просмотров 1,6 млн
Cristiano Ronaldo Surpassed Me! #shorts
00:17
Просмотров 11 млн
IBYIRINGIRO || James&Daniella
13:25
Просмотров 1,2 млн
Naho Noca - Obed Zawadi [Official Video]
6:08
Просмотров 24 тыс.
Israel Mbonyi - Nina Siri
11:11
Просмотров 60 млн
Worship Session | Light Music
36:32
Просмотров 13 тыс.
Free Worship - Ulemelero Wanu feat. Praise Umali
5:11
Кофта пахнет твоим домом
2:19
Просмотров 207 тыс.
СЕКРЕТАРША
3:02
Просмотров 259 тыс.