Тёмный

NTUTINYE IZO MBWA 

HUNGA ICAHA MINISTRY
Подписаться 66 тыс.
Просмотров 51 тыс.
50% 1

Опубликовано:

 

25 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 53   
@ريمالريم-ح2خ
@ريمالريم-ح2خ Год назад
Ishimwe nicubahiro nibibe ivyi mana ishoboravyose ndanezerewe cane nabene data bahisemwoneza bihamye imana ibayobore munzira yokugoroka .Amen Amen haleluya Haleluy haleluya haleluya haleluya imana ishimwe cane .
@theophilendayisaba7216
@theophilendayisaba7216 2 года назад
Apôtre Komera Cyane Murwanda turagukunda kandi Turagukurikirana cane. Komeza Uduhe Amajambo y'Imana kweli. Yesu Aguhe Umugisha Myinshi. 👏👏👏👏👏
@ndarufatiyevictor1969
@ndarufatiyevictor1969 2 года назад
Apôtre urigisha neza vraiment. Imana ikongere ubumenyi
@uwifashijejoselyne713
@uwifashijejoselyne713 2 года назад
Wa mugabo we ur'umuhanga, uwakugeza mu biyit'abakozi b'Imana bo mu Rwanda. Birirwa babeshya abantu kdi ar'ibisambo byigendera.
@lilianekamikazi6694
@lilianekamikazi6694 2 года назад
Amen,tubwire ntaco tuzitwaza,kwiga twarigishijwe,nahacu hokwisuzuma,Ndiho aguhezagire
@hungaicahaministry3747
@hungaicahaministry3747 2 года назад
Mweeeeese murakoze muragahezagirwa n'iyaremye ijuru n'isi.
@kalingalingatv3066
@kalingalingatv3066 Год назад
Imana iguhezagire ❤
@girukwishakaclaudine5374
@girukwishakaclaudine5374 2 года назад
Imana yomw'ijuru ihabwe icubari kuko rinojambo riratsinze nukuri🤦🙌🙏
@jeanvyamungu5821
@jeanvyamungu5821 2 года назад
Je suis tellement fortifié par tes enseignements en rapport avec la foi et les oeuvres de la foi. Priez pour moi sans cesse
@owenjuniorkravecki7874
@owenjuniorkravecki7874 Год назад
Iyo uvug mukirundi......
@jeanvyamungu5821
@jeanvyamungu5821 Год назад
@@owenjuniorkravecki7874 quel problème as tu ! Je suis vraiment fier, sinzi ingorane ufise mvuze mu rurimi Nshaka.
@mungumuwezavyote9831
@mungumuwezavyote9831 Год назад
Sanze wiyitira uwimana Kandi sanze urikijuju pastor waratakaye subira kumurongo wimana
@jeandedieuhabonimana9866
@jeandedieuhabonimana9866 Год назад
Amen ameen tubandanya dukurikirana
@egideegideology3196
@egideegideology3196 2 года назад
Imana nyene Amahoro iguhe kuramba ubutumwa bwawe buramfasha, nifuza natwe tugukwirikirana kuri uru rubuga ko woza udushira mu gisabisho Aho Ubu uriko usabira n'abandi🙏 Aaaameenn
@mandaribede8603
@mandaribede8603 2 года назад
Utang'inyigisho neza iyo utambaye umutamana w'imugambwe kweli.
@alicentirampeba6378
@alicentirampeba6378 Год назад
Ndakwikundira ku nyigisho zawe.
@lilianmajana5032
@lilianmajana5032 2 года назад
Amen 🙏 imana ishimwe kandi iguhezagire
@EliasBigirimana-g2d
@EliasBigirimana-g2d 10 месяцев назад
Asantikwer bandanya ubutumwabwiza
@engleberthentirampeba3452
@engleberthentirampeba3452 2 года назад
Wavuga nuko batumva ubu urusengero gwabaye urudandaza.Imana Izobahemba bareke
@claudemanirambona5865
@claudemanirambona5865 2 года назад
Apôtre buza uradukebura Abo bantu biyambika amakoti yabakozi bimana arabateka mitwe tuze turabahinyura
@melchiorntiruhenura6560
@melchiorntiruhenura6560 2 года назад
Ca me rappelle l'Abbé Herménégilde, auxiliaire du Curé Bwabo, de la Paroisse Saint Joseph à Ngagara. Repos à son âme.-
@owenjuniorkravecki7874
@owenjuniorkravecki7874 Год назад
Iyo uvug mukirundi.........
@annonciatendinzemenshi282
@annonciatendinzemenshi282 2 года назад
Mwarahezagiwe
@miracleange1588
@miracleange1588 2 года назад
Amen hallelujaha ndafashijwe cane
@kaynathan8424
@kaynathan8424 2 года назад
Uhevye politique urumukozi wimana mwiza. Rero ntawusaba abami babiri.
@ndabaniweperusi9546
@ndabaniweperusi9546 2 года назад
Ndabaramukije amahoyimana turabakunda turabarundi
@innocylee9967
@innocylee9967 2 года назад
Ubona iyaba Basi abantu Bose bigisha ijambo ryimana iyaba bigisha nkuku ibibazo vyoheze
@ndihokubwayofirmin9550
@ndihokubwayofirmin9550 2 года назад
URAVUGA UKURI IYO ABABAIRIGWA BARASWAGANYA ABANTU NGO BABIGISHA IVY'IMANA KUMBE NUKUBAZIMIZA BAKWUMVIRIZA NGIRA BOKWIGARUYE KABISA
@hakizimanaandre7494
@hakizimanaandre7494 8 месяцев назад
Ahubwo azadusure
@rugemintwazaumurundi6388
@rugemintwazaumurundi6388 2 года назад
Ndagishikiye pasteur
@ALSADeskya
@ALSADeskya Год назад
Amen Amen
@claudineniyonkuru7331
@claudineniyonkuru7331 Год назад
Mana dufashe
@melancemukeshimana4188
@melancemukeshimana4188 2 года назад
Ndagukunze
@liakatali9699
@liakatali9699 2 года назад
Komera apporte Nukuri urigisha nkanyugwa
@anesiendaz9890
@anesiendaz9890 2 года назад
Amen ,komerezahooo, Imana ikuzuze ubuntu bwayo.
@anesiendaz9890
@anesiendaz9890 2 года назад
Ndafashijweeee pe, kandi uraturemesheje, hezagirwa
@nduwayolobert2679
@nduwayolobert2679 2 года назад
Mubarikiwe mtumishi wa MUNGU
@chantalininahazwe5148
@chantalininahazwe5148 2 года назад
Imana ikomeze ikuvugutire Mukozi wayo ndakunda uko wigisha uvuga ukuri kwose
@IrabandutiraFabrice
@IrabandutiraFabrice 8 месяцев назад
❤❤
@innocylee9967
@innocylee9967 2 года назад
Nukurikwimana mwebwe murabakozi bimana amen amen
@nininahazwedonavine3349
@nininahazwedonavine3349 2 года назад
Amen Amen and Amen in name of Jesus christ
@charlesuwizeye9838
@charlesuwizeye9838 2 года назад
KOMERA PASTA URAZIKWIGISHA KABISA
@mwenendaruberetonicodeme
@mwenendaruberetonicodeme Год назад
😂Contacts d'urgence4
@lapazako1770
@lapazako1770 2 года назад
Ndi musulman Ariko uyumutama isidore nuwanje muvyimana
@DanielRwasa-k4v
@DanielRwasa-k4v 7 месяцев назад
Uvuze neza cane
@ndabaniweperusi9546
@ndabaniweperusi9546 2 года назад
Najewe
@angeliquecongera1597
@angeliquecongera1597 2 года назад
Amen Amen 🙏 🙌 👏
@B-Y-N
@B-Y-N 2 года назад
Amen Amen amen 👏👏👏💒💒💒💒
@josianendayishimiye9291
@josianendayishimiye9291 2 года назад
Amen
@athanasentibankundiye1839
@athanasentibankundiye1839 2 года назад
Wewe utuka abandi wewe utarimbwa urinka ?niwapfa uzoribwo nk'ingurube ntabwo urimbwa Ariko urimbeba
@jbndayifx1933
@jbndayifx1933 2 года назад
Ivyo uvuze vyerekana uko mu mutima wawe hameze. Wihane, uhindukire, uronke ibihe vyo guhemburwa bivuye mu nyonga z'Imana.
@cibutsojoefranck3164
@cibutsojoefranck3164 2 года назад
uyu muntu ntazi Ibyo avuze Imana yo mw'ijyuru imubabarire ututse UmukoziwImana uba wiyanka ntiwikunda wew
@lapazako1770
@lapazako1770 2 года назад
Burya nawe urimbwa mumbwa nyinshi zirwanya ivyanditswe vyImana
Далее
IVY'ABAGABO N'ABAGORE,ntivyoroshe  NTIBIGUCIKE UNVIRIZA
1:10:46
А вы знали что металл тонет?
00:32
IYABA UVYIBUKA NTUBA USUZUGURA ABANDI
1:05:42
Просмотров 47 тыс.
UBUHEMU BW'ABANTU
54:30
Просмотров 39 тыс.
KUZIRIRIZA ISABATO by Pastor Laurent D NIBITANGA
53:58
Просмотров 3,7 тыс.
Intambara nziza, gumya ukwizera_Past Marc Kagisye
1:12:22
BISHWE N'UBWENGE BUKE, N'IMANA IRABIZI
1:17:27
Просмотров 41 тыс.
inyigisho y'icenda
2:07:57
Просмотров 6 тыс.