Тёмный

NYAGOTOMERA AGABURIYE MUSAZA WAMAYINA IMITEJA// NYAGOTOMERA PART 2 . 

kanyamukwengo Comedian
Подписаться 64 тыс.
Просмотров 63 тыс.
50% 1

Musaza wamayina araburaye yanze kurya imiteja.

Опубликовано:

 

7 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 186   
@rodyrody3358
@rodyrody3358 3 года назад
Mukina neza cane ariko mbasaba kutazaza mukina mu buryo muvuga abantu, cangwe ubwoko runaka, nkaho avuze ngo agira umutima mubi nka banyintu kuko iyi film nabanyintu bazayireba cangwe nka kurya abanyamulenge tuvuga ngo uyu munsi harapfa umushi. Izo mvugo si sawa bana bacu
@uwamahoronelia2510
@uwamahoronelia2510 3 года назад
NYagutomera we????😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😌😌😌😌😌😌😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂🇧🇮🤲 so nice 👍 nawapenda bure🤗 inya mashi ,komeza ,mukora akazi keza 👌 Imana ibaje imbere kandi Ihore imbere
@ndanyuzweh
@ndanyuzweh 3 года назад
Ati uza wishikura 😂😂😂 Nyabuna mutuzanire Binyamini nashake abe umwana wanyu azakina neza mujana bikaryoha bwana Dawidi we
@priscabenurugo1224
@priscabenurugo1224 3 года назад
😂😂🤣 Nyagotomera she’s my favorite 😍
@munezerogeorgette6615
@munezerogeorgette6615 3 года назад
Uyu mwana wumukobwa azi ikinyamurege nogukina neza
@rnnyamukabakaba166
@rnnyamukabakaba166 3 года назад
Hhhhhh amatirimbukanya yinkoko 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@uwamahoronelia2510
@uwamahoronelia2510 3 года назад
Wako vizuri Sana 👌🤗
@dianenyiarabitanga6471
@dianenyiarabitanga6471 3 года назад
Mbaye uwa mbere tura bakunda cyane bana bacu
@soleilmfurakazi9452
@soleilmfurakazi9452 3 года назад
Kanyamukwengo et Nyagotomera big up gyz keep up courage
@antoinentagwabira9137
@antoinentagwabira9137 3 года назад
Ahhhhhh, Ngo yariye imiteja, Arara yikanga kugeza bukeye!
@estherkabebe4307
@estherkabebe4307 3 года назад
u guys are very talented
@mashekwamundia3691
@mashekwamundia3691 3 года назад
Nyagotomera nabanye nabanyamulenge ndumurundi ndabakunda
@beatricegikundiro9868
@beatricegikundiro9868 3 года назад
Wawuuuuu Muratwika mukimanukira kbsaa Courage bandugu
@chantalnyahumure5892
@chantalnyahumure5892 3 года назад
Courage ndagukunda kakayangu
@uwaseimma6930
@uwaseimma6930 3 года назад
urukundo mbakunda ntirubarikaa 💞💞keep it up gyz😁😁😁😁
@mindcleaner9290
@mindcleaner9290 3 года назад
Big up bro,,,,, komerezaho ufate akarere kbsaaa👍
@murimasteven1944
@murimasteven1944 3 года назад
Twishimiye kongera kubona papa kanyamukwengo ugaruka mumwuga nyuma yurupfu RWA Mama
@kateflora703
@kateflora703 3 года назад
Kwekwekweeeeeee! Ndabakunda gusa!
@alicerwaka9225
@alicerwaka9225 3 года назад
Ngo yaraye yishikura🤣🤣🤣🤣🤣 muzanshake mbagurire mwembi hhhhhhh Ahwiiiiii
@mugiranezamarguerite9355
@mugiranezamarguerite9355 3 года назад
Ngwarya imiteja akarara yishikura👌🤣🤣🤣🤣
@xrxr7430
@xrxr7430 3 года назад
umugabo numugore murantwenza p🤣🤣🤣
@promiessenshizirungu9720
@promiessenshizirungu9720 3 года назад
Woow! ark muransekeje ba mugire mudusunikire akandi nyabuna.
@mugishamike8980
@mugishamike8980 3 года назад
Ariko Mana we ugira neza 😂😂😂😂😂 nukuri turabakunda cyane murgo tuzatubareba tukishima gose myze mukora twinshi cyane 😂😂😂😂😂 murakoze
@mugishamike8980
@mugishamike8980 3 года назад
😂😂😂😂
@mugishamike8980
@mugishamike8980 3 года назад
Tubarinyuma cyane 😂
@rweribambaradiotv4363
@rweribambaradiotv4363 3 года назад
Hahahahahah ndasetse nyagotomera aragowe kbs ese iyi inkoko izakomeze guteza intabara
@NyabyizaJudith
@NyabyizaJudith 3 года назад
Ahah iyintambara ntifite no kurangira piii
@batv3283
@batv3283 3 года назад
Ahhhhhhhhhhhhhh wanashomotse akokantu 👌👌👌
@bisengojeanpaul3901
@bisengojeanpaul3901 3 года назад
Mubikoraneza cane nanjye muzampe rore
@markiamanoa9196
@markiamanoa9196 3 года назад
Ndabakunda cane musaza wa mayina na nyiragotomera🤣🤣🤣🤣🤣
@kbfranco3587
@kbfranco3587 3 года назад
ngo umuntu wumugabo singiye konera mwisafuriya 😂😂😂😂courage bantu banje
@dianeesperance4655
@dianeesperance4655 3 года назад
Hahahahhahahah hahahah ndabakunda ataruwongeza nkaho ngogira twatse🔥🔥🔥 keep it up guys ❤️❤️
@NyabyizaJudith
@NyabyizaJudith 3 года назад
Ahah turagukunda!! 🎈🤩
@NyabyizaJudith
@NyabyizaJudith 3 года назад
😂😂😂 musaza wayina yaraguhahamuye, Nyagotomera we!
@desaillyfashingabo28
@desaillyfashingabo28 3 года назад
Courage nyagoto gusa ugabanye ubugare urek gukwaza umunanda uvuye murubunga gusenga
@nizeyimanaemmanuel2102
@nizeyimanaemmanuel2102 2 года назад
Nyagotomera icyampukamenyakongufana cyane
@nizeyimanaemmanuel2102
@nizeyimanaemmanuel2102 2 года назад
Ibyukinabyose nibyiza
@soleilmutesi1971
@soleilmutesi1971 3 года назад
Yariya comotse nubwo atagutekeye neza ahhhh ngurishikura kuberi miteja
@munyanahonorine7430
@munyanahonorine7430 3 года назад
Olalaaaaa nawe warayiriye nubwo wayiriye utayikeneye😂😂😂 i love you guyz❤💕
@baquezprofessionalcleaners3178
@baquezprofessionalcleaners3178 3 года назад
Njewe namambakunda
@chantalmukobwa2328
@chantalmukobwa2328 3 года назад
Hahaha akurajije inzara nyagotomera hhhh ilove umukomeze kbx
@angemunyura2622
@angemunyura2622 3 года назад
😂😂😂😂😂😂azarara yishikura 🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩🤙🏼🤙🏼
@LibangadariusTv
@LibangadariusTv 3 года назад
mashi murashoboye
@gitwazafelix5444
@gitwazafelix5444 3 года назад
Mukwega ,you makes happy
@Fredw6
@Fredw6 3 года назад
Ngo iyo nariye imiteja nzandara nikanga 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 ndasetse kandi
@esthernamboneka9992
@esthernamboneka9992 3 года назад
Ngusubiza yesu kumusaraba🤣🤣🤣 turabakunda
@jonasnzayinambaho8650
@jonasnzayinambaho8650 3 года назад
Hhhhhh ngo kōnera mW' isafuriya. Hhhhhh ni hatari kabisa. Courage bana bacu
@bakundangoyi6981
@bakundangoyi6981 3 года назад
Nyagotomera yamaze ikoko zi 2 wenyine azingufungura kbs
@joycebezataylar5195
@joycebezataylar5195 3 года назад
Nakererewe yewe
@aimablekingofpeace79
@aimablekingofpeace79 3 года назад
Apre la fete lavie continue!!!!
@irerenyadiyama4494
@irerenyadiyama4494 2 года назад
❤️👌
@Jd-cb8bp
@Jd-cb8bp 3 года назад
Ibintu bitajanye kbs imiteja mubasita🤣🤣
@estherkabebe4307
@estherkabebe4307 3 года назад
arakujana maman
@muhodariiranzi1117
@muhodariiranzi1117 3 года назад
Ya cyomotse Mayina 😊😂🤣
@biregeyaserugo8498
@biregeyaserugo8498 3 года назад
Uri number one gukina
@tanganikapacifique5175
@tanganikapacifique5175 3 года назад
Imiteja irakumena Itama papa hhhhhh Gusa Turabemera Courage
@Inezalivetv
@Inezalivetv 3 года назад
good
@salvationjptv
@salvationjptv 3 года назад
Arimukwishikura kubara imiteja sevalanti yamaze umutungo 😂😂😂😂😂
@aimabletegeka7137
@aimabletegeka7137 3 года назад
Nyagotomera yakujaribye kuguha imiteja uvuye mwihuduma,kurara wishikura ahhhhhhhhh.
@amanidesire9100
@amanidesire9100 3 года назад
Yeme binyamini turamukemey 😛🧏‍♂️
@nfurakaziimmaculee4635
@nfurakaziimmaculee4635 3 года назад
Nyagotomera oyeeeeeee
@bezaaimee1008
@bezaaimee1008 3 года назад
hahhhhhhhh ati muramy washitani courage guys
@umwalijoslyndouce9741
@umwalijoslyndouce9741 3 года назад
You guys are the best nukurii😂😂😂
@ingabirerehema6597
@ingabirerehema6597 3 года назад
Hhhhhh ahwiiii sinjya mbahaga
@Humanity-is-great
@Humanity-is-great 3 года назад
Murakora neza badata❤️
@msr4449
@msr4449 3 года назад
Ngo nabaye ihene ndasetseeer cyanee big up guys👌
@Jimmy-qe1ky
@Jimmy-qe1ky 3 года назад
Bagutahishe ntagasoni nyiragotome uriye intoraguzi zibiri none ugaburiye umugabo imiteja urwishigishiye !!!!!?
@innocent9743
@innocent9743 3 года назад
Ark nyagotomera nisawa kbs
@dollarjolie2775
@dollarjolie2775 3 года назад
Hhhhhh ark ndabakunda bacu
@ivarniyorurema8494
@ivarniyorurema8494 3 года назад
Ndabakunda kubiiiii👍😜😍
@anuaritebazizane2412
@anuaritebazizane2412 3 года назад
Ahhhhhhh ikofi ngo isagayemo ifunguzo
@umuragwaolive9979
@umuragwaolive9979 3 года назад
Hahaha hahaha imiteja hhaah
@kamusorefidose565
@kamusorefidose565 3 года назад
Hhhhhhhhhhhhhhh ndasetseee kbs courage bana bacu
@moiserunezerwa9018
@moiserunezerwa9018 3 года назад
Nyagotomera we arakubashije caneee
@johnsmelody1803
@johnsmelody1803 3 года назад
Hahaha Nimwe bambere kbs
@zirajekomando6534
@zirajekomando6534 3 года назад
Ayiwee imitejec nisimbura yankoko🤣🤣🤣
@munezerogeorgette6615
@munezerogeorgette6615 3 года назад
Yaraye ariye imiteja arara yishikura hhhhhhhhhhh
@janetukwitegetse7619
@janetukwitegetse7619 3 года назад
Kurarira amazi nkibata😅😅😅
@nyabisagekamayirese6006
@nyabisagekamayirese6006 3 года назад
Hhhhhhh gozararanishikura 🤩
@ngabirekenny6377
@ngabirekenny6377 3 года назад
Hhhhhhhhhhhh courage kbsa mukomereze aho ndasetse pe
@nshizirungubienvenu9712
@nshizirungubienvenu9712 3 года назад
Oyayee nyagotomera yaradekonye cane 😂
@barutafrancine1673
@barutafrancine1673 3 года назад
Ndabakunze bikomeye❤
@kamikazivivian3738
@kamikazivivian3738 2 года назад
Hey girl ndagufana pe
@moiserunezerwa9018
@moiserunezerwa9018 3 года назад
Nukurara nishikura 🤣🤣 kd sinshaka koona ndi munzu😀
@biregeyaserugo8498
@biregeyaserugo8498 3 года назад
Ntugomba kurarira imiteja kbx
@aimablekamusore869
@aimablekamusore869 3 года назад
Umugabo winfura ntakomba kudya imiteja uko nukona nkihene
@bebeteta5308
@bebeteta5308 3 года назад
🤣🤣🤣🤣🤣🤣musaza wamayina samandi hhhhhhh
@huguetteniyonzima8586
@huguetteniyonzima8586 3 года назад
Nkunda ukuntu bavuga.nivyo bintwenza
@JoselyneGateraTV
@JoselyneGateraTV 9 месяцев назад
Gushaka nabi bimena amavuta 😂😂😂😂❤
@muhodariiranzi1117
@muhodariiranzi1117 3 года назад
Hhhh turakunda cyane
@ndabarishemicyo4140
@ndabarishemicyo4140 3 года назад
Hhhhh ahwiiii ariko noneho murampirimishije kbs uzurara wishikura kubera imiteja
@richardrutunganya4765
@richardrutunganya4765 3 года назад
Ntabwo wona munzu hahaha
@ykeegaery1092
@ykeegaery1092 3 года назад
Harukuntu yarigegenye😁
@hogadeny3473
@hogadeny3473 3 года назад
Hahahahaha part 3
@ntagawafred4859
@ntagawafred4859 3 года назад
Uwo mukobwa arashoboye cyane
@solangedaniella6030
@solangedaniella6030 3 года назад
Where is part 1 ?
@Sosolove718
@Sosolove718 3 года назад
🤣🤣🤣🤣🤣🤣 nguzarara wishikura 😂😂😂
@manzipatrick6500
@manzipatrick6500 3 года назад
Nyagotomera numugore ugira utanga ubuganza 🤣🤣🤣🤣
@bisengimanachristophe8304
@bisengimanachristophe8304 3 года назад
Ngwinabi nkabanyintu
@kamarizaannick860
@kamarizaannick860 3 года назад
inzigo wawa musazaza wa mayinaa hhh uti kona mwisafuriya
@gabrielgak9790
@gabrielgak9790 3 года назад
Ngo ndararira amazi nkibata hhhhhh
@muraketetejustine149
@muraketetejustine149 3 года назад
Hhhaaaa nyagotomera🥰👊
@ndayishimiyefred6842
@ndayishimiyefred6842 3 года назад
Hhhhhhhhhhh uyumuhugu arasetsa cane
@mberabijuri7909
@mberabijuri7909 3 года назад
Ati ararayikanga
@Josianeuwase2022
@Josianeuwase2022 9 месяцев назад
Ati nje konera munzu 😂😂😂😂😂
@reaganntabgoba3504
@reaganntabgoba3504 3 года назад
Barinze kugufata ahhhhhh
@ebgyvan9028
@ebgyvan9028 3 года назад
GOOD ACTING
@rushimishasocrate2476
@rushimishasocrate2476 3 года назад
Gushaka nabi kubaho nyagotomera akugaburiye imiteja
Далее
NYAGOTOMERA NA MUSAZA WAMAYINA PAR 6
32:02
Просмотров 94 тыс.
POLI и Маша - Сигма бой
00:20
Просмотров 422 тыс.
Find The Real MrBeast, Win $10,000
00:37
Просмотров 46 млн
nyagotomera na musaza wa mayina part 5
23:23
Просмотров 109 тыс.
Nyagotomera na Musaza wamayina  qpart 7
12:36
Просмотров 141 тыс.