Тёмный

PAMELA🇷🇼akoroye AMOSOZi The BEN🇷🇼Amukoreye SURPRISE idasanzwe Ntazovyibagir FUll Performance🇧🇮 

HIT TOP TV
Подписаться 102 тыс.
Просмотров 119 тыс.
50% 1

‪@hittoptv‬ #hittoptv1 #burundi #rwanda ‪@bigfizzoofficial‬ #bigfizzo

Опубликовано:

 

16 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 55   
@hittoptv
@hittoptv 11 месяцев назад
🇧🇮🇷🇼❤️
@DianaNingabiye
@DianaNingabiye 11 месяцев назад
Hejur cane ntitwiger tunanigw kirets iyotwingirishij❤🎉❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
@doomedinscrolling3587
@doomedinscrolling3587 11 месяцев назад
Kuva ejo mwijoro ndindiriye ko mugitondo hagera ngo ndabe uko vyagenze , Muvyukuri nuyu The Ben sinahora ndumufana namwunva kwizina, Ariko kubera mba nunva UBURUNDI N’URWANDA bitegerezwa kuba abavukanyi mba nunva nshigikiye ikintu cose kiduhuza, ikintu rero nabonye kizobidufasha cane n’umuziki na art en général . Ndabezerewe caaaaaane Amosozi arakorotse Nuyu muririnvyi The Ben nciye ndamukunda kuko nabonye yicisha bugufi ! Humilité arayifise pe and that’s what people need! Merci Fizzo, Merci Sat B Merci Lino G Merci The Ben Merci à tous les médias murakora kandi murafise akamaro kanini ❤❤❤❤❤
@utamurizaariane1735
@utamurizaariane1735 11 месяцев назад
The Ben ibyo wagombaga gukora wabikoze ndetse neza cyane!!! Abarundi ibyo byagombaga gukora mwabikoze uko bikwiriye!!!!!❤️❣️🎉
@niyokwizeralewis3340
@niyokwizeralewis3340 11 месяцев назад
Mumbwirire bamwe bibaza ko Concert nziza ar’ukuzunza ibisusu berekana ukutiyubaha, ko bibesha cane Thank you Tiger jewe nakurikiranye uguca ubugufi kwawe , gukunda abantu, kwubaha ititayeho ivy’ubu Star👌
@jartininget773
@jartininget773 11 месяцев назад
Uvuze neza The Ben aranyemeje. Afise uburere peeee. Incwiiii ka Pamela nako kararengeje udusoni twako kuriye kuri stage
@estellanshimirimana5566
@estellanshimirimana5566 11 месяцев назад
Thé Béné Musazanje amosozi warize Imana yayabonye kandi yayahimbariwe cane..isi nukwo imeze kandi uzokwama ubahezagirirwa mumaso yaboo abisi nukwo bameze ,,mwaremanwe umutima uciye bugufi numu kenyezi wawe pamella,,nimuhezagirwe bana b'Imana warampimbaye cane ukuntu uha icubahiro Imana ugafukama ,,ukariraaa,, kukuri uzobana n'Imana kuko arumuvyeyi wacu urayikunda cane..novuga meshii sinoheza hamwee nokwihweza ukwo muteye
@hirwadonna6773
@hirwadonna6773 11 месяцев назад
Nkunda abarundi bikaze ni abavandimwe bacu❤
@ravyfficial9065
@ravyfficial9065 11 месяцев назад
Ooooo The ben ❤❤❤❤❤
@rachelmukeshimana3525
@rachelmukeshimana3525 11 месяцев назад
The Ben wacu❤❤❤
@jabiroofficial250
@jabiroofficial250 11 месяцев назад
Rwanda & Burundi turi abavandimwe
@iradukundasandrine5583
@iradukundasandrine5583 11 месяцев назад
ben u are the best l love the way he love God in everthing he do keep it up my brother love u much respert🙏
@mukamparayesolange3271
@mukamparayesolange3271 11 месяцев назад
Ukwanga azangare kibondo mfura urwanda a banyarwanda abamashyari azabamare tugufatiye iryi iburyo humura turisha umutima wawe turagusengera❤
@jartininget773
@jartininget773 11 месяцев назад
Fatakumavuta urihe nishyari ryawe ? Subira uvuge. Arakwemeje The Ben pee
@mwitireheclementine1616
@mwitireheclementine1616 11 месяцев назад
The Ben umwanzi ukwanga aragapfumbata impiri nibutse ko ntawe umwanga da🤦🤦 !!
@kabalisavdp2052
@kabalisavdp2052 11 месяцев назад
Byiza cyane, The Ben, you are The best.
@NsengiyumvaEtienne-uc7rj
@NsengiyumvaEtienne-uc7rj 11 месяцев назад
abantu ba kunda the Ben mumpe rake
@kubwimanadjasmine1802
@kubwimanadjasmine1802 11 месяцев назад
The ben uru wambere again💪💪💪
@mutaG250
@mutaG250 11 месяцев назад
Nukuri wabaryohereje bro byari fire❤
@DivineMukariranda
@DivineMukariranda 11 месяцев назад
Emutiyen,muzika,ngoma
@hopekobusingye5656
@hopekobusingye5656 8 месяцев назад
❤❤❤❤
@startv257.
@startv257. 11 месяцев назад
👑👑👑🔥🔥🔥🔥💪💪💪Kubadida
@denyseumurungi7823
@denyseumurungi7823 11 месяцев назад
Yego!
@user-cb9pv4kv9e
@user-cb9pv4kv9e 11 месяцев назад
Full happness
@KanigiJoyeuse-rm2qw
@KanigiJoyeuse-rm2qw 7 месяцев назад
@user-ji5zr8zx2x
@user-ji5zr8zx2x 11 месяцев назад
Ndabemera❤
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp 11 месяцев назад
Wooooa ❤❤❤❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮❤🇷🇼🇷🇼❤❤
@alaintresortuyisenge95
@alaintresortuyisenge95 11 месяцев назад
Cool
@gubwanezatv9442
@gubwanezatv9442 11 месяцев назад
The Ben nukuri nkabanyarwanda ndetse abahanzi bagenzibawe tukurinyuma ibyowagombaga gukora wabikoze nabarundi nabo baragukunda kandi uzahora utsinda abanzi bawe bazakurwanya ntibazagutsinda
@uwimanaadelitine7926
@uwimanaadelitine7926 11 месяцев назад
Wahacanye umucyo mfura yurwanda💕
@mukamparayesolange3271
@mukamparayesolange3271 11 месяцев назад
Mfura yu urwanda nabanyarwanda sorry
@Yourmoneymoney
@Yourmoneymoney 11 месяцев назад
Uruwambere mwanawacu ❤
@schollaschol3948
@schollaschol3948 11 месяцев назад
❤❤❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@alaintresortuyisenge95
@alaintresortuyisenge95 11 месяцев назад
Image z b1
@imararungutv
@imararungutv 11 месяцев назад
Turikumwe
@bellairakoze2769
@bellairakoze2769 11 месяцев назад
❤️❤️❤️🔥
@ibertmwizerwa2020
@ibertmwizerwa2020 11 месяцев назад
Umusaza yahatwitse kbsa
@mvmezerosamira3960
@mvmezerosamira3960 11 месяцев назад
Linah blanche waririmvye neza. Vivie moyomba 's wife. Nice couple ❤❤
@muhawenimanajeannette6982
@muhawenimanajeannette6982 11 месяцев назад
Pull up my crush
@AugustinTwizeyimana-b1c
@AugustinTwizeyimana-b1c 11 месяцев назад
Wawuuu The Ben Big Up Rwanda 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼 Turagukundaaaaaaa❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🫶🫶🫶🫶🫶🫶🫶 all fans the Ben take peace ✌️✌️✌️✌️✌️✌️ and Burundi 🇧🇮 are together is one to celebrate show 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏 🥰 🫶 nibanawe turikumwe binyereke umereza like 👍✌️ ubundi hakomeze hashye ( fire )🔥🔥🔥🔥🔥 to fly on sky 🕊️ with together at the same time ❤🫶👏👋🍷
@iteritekabenjos-xr7yv
@iteritekabenjos-xr7yv 11 месяцев назад
Ben live arakazee erreur nuko Fizzo ataririmvye🤦 one love❤🇧🇮🇧🇮
@BaroreDelphina
@BaroreDelphina 11 месяцев назад
Harahiye 0:38
@CypridioTuyikuze
@CypridioTuyikuze 11 месяцев назад
Slm slm
@tuyisabebosco
@tuyisabebosco 11 месяцев назад
Umuntu wumugabo arira imbere yumugore jye mbona afite ikibazo cyihungabana
@musemaingabirejosine1350
@musemaingabirejosine1350 11 месяцев назад
Umunezero uriza umuntu!yanejejwe nibyo Imana ukoze!ntaby'umugore imbere y'Imana
@ingabiremarigo372
@ingabiremarigo372 11 месяцев назад
Umva mbese
@MbabaziCharlotte-rm6bt
@MbabaziCharlotte-rm6bt 11 месяцев назад
Ben nimfura nicyo kiranga imfura
@MbabaziCharlotte-rm6bt
@MbabaziCharlotte-rm6bt 11 месяцев назад
Ben nimfura nicyo kiranga imfura
@angeineza938
@angeineza938 11 месяцев назад
❤❤❤
@DididiellaNiyongere
@DididiellaNiyongere 11 месяцев назад
❤❤
@yafitaalghtany3812
@yafitaalghtany3812 11 месяцев назад
❤❤❤❤
@addy3847
@addy3847 11 месяцев назад
❤❤❤❤
@user-gn9kd9fm2q
@user-gn9kd9fm2q 11 месяцев назад
❤❤❤
Далее
Dora was kidnapped and then… 😨 #shorts
00:18
Просмотров 2,4 млн