Bana b’Imana ntako hariho ni zindi film nyarwanda zinza, Papa sava niya mbere! Non seulement itanga impanuro nziza, yibutsa abanyarwanda imico, ibibusta imigani yaba sogokuruza banyu eka ni vyinshi vyiza pe! Inyibutsa Ninde yi wacu i Burundi 🇧🇮 malheureusement benshi bari tavye Imana nti tukiyibona cane! Ndiho abahezagire muri vyose na hose bana b’Imana ♥️🙏
Muzadushakire suite turebe ko uhawe imbabazi abizirikana cg se ko gutanga imbabazi ku banyamurenhwe ari uguta igihe. P. Sava na team yose Imana ibakomereze inganzo.