Тёмный

Perezida w'u Burundi baramwanga cyane no gucura umugambi wo kumuhirika ntibyantungura||Dr Rusa 

Ukwezi TV
Подписаться 370 тыс.
Просмотров 56 тыс.
50% 1

Опубликовано:

 

13 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 197   
@user-ig8fy7qs5h
@user-ig8fy7qs5h Год назад
Umukuru wigihugu cacu c'Uburundi Turamukunda Kuko kuva Burundi bwiswe Burundi ntamukuru w'Igihugu twaribwaronke amezenkawe,Arakunda igihugu n'a Benegihugu Akanabashigikira Mumigambi yukwitezimbere Akabereka nuko boyikora neza Kugirango turonke umusaruro ukwiye.Amaze kurenganura benshi Bari bararenganijwe.Ahubwo Abamwanka Nabaja Baba Colonie,Ariko koyitaho Impahazwa IMANA Iramushigikiye Nakomere kungoma Yuburundi 🇧🇮
@bdtvurumuri7712
@bdtvurumuri7712 Год назад
Sha Abarundi nibemera gushukwa bakagwa mumutego wabakoroni bagahirika Ndayishimiye bazamwicuza ibihebyose umunsibazategekwa nigikoresho cyaBakoroni
@muhireolivier7856
@muhireolivier7856 Год назад
Abarundi mwiba nk'abanyafrica bica intwari zabo, bagategekerwamo, rwose mufite président mwiza ahubwo nimumurinde.
@felixmanirambona6576
@felixmanirambona6576 Год назад
Kumurinda ntivyoroshe Imana iramubona
@headmaster1988
@headmaster1988 Год назад
Ndabakunda cane. Nanezerewe n'ingene muvuga igihugu cacu neza. Abarundi ntamfashanyo z'agasuzuguro dukeneye!
@umojawote9878
@umojawote9878 Год назад
Ndayishimiye bamwangira ko ababuza kwiba.
@ericciza926
@ericciza926 11 месяцев назад
Yewe ahoba Africa dufise Abatama5 Barinka Mutama Rusa Africa twomenye ukuri wirambire Mutama.❤🇧🇮
@inghabopro8495
@inghabopro8495 Год назад
Nyakwigendera Nyenicubahiro Petero nkurunziza yarahagaze rugabo mu rugo rwiwe,yaratweretse ko nkabarundi dushobora kwibeshaho tudasabiriza, ntamugabo asumirwa nuwundi mugabo(may his soul rest in peace) iragi yadusigiye tuzoryamana.nzobwira umwana wanj nawe azobwire uwiwe ko Uburundi bwigeze kugira umugabo.Ndakunda u Burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@kalimbaedouard8250
@kalimbaedouard8250 Год назад
Abarundi nimwihangane kugez'igihe.
@ukweri98
@ukweri98 11 месяцев назад
Rusa agumiza abantu muri nostalgie ! Umu President mwiza nuwugwana intambara yokwunga abanyagihugu bakaba umwe ! Nizo nguvu zabazungo zambere nico iwabo bashoboye. Like Son Excellence PK umugabo yasobanukiwe neza uko isi iteye.
@rukundocallixte9500
@rukundocallixte9500 Год назад
Theo ndanenga cyane abanyamakuru bomu Rwanda bavuga ibibera mubindi bihugu ariko ariko mwagera ku Rwanda mukaruca mukarumira kandi mubizi ko arirwo nyirabayazana wumutekano mucye mu Akarere
@New-kg8ln
@New-kg8ln Год назад
Bakwibeshyex bakavuga ukareba bafute ahobavugirax?
@kagoma1964
@kagoma1964 Год назад
Ibitekerezo byawe mbifata nkisengesho pe!!❤❤
@kayihurainnocent9111
@kayihurainnocent9111 Год назад
K0ĺ
@petertwizerimana3264
@petertwizerimana3264 Год назад
Jyee rwose ibyo Dr Rusa avuga nemeranya nawe. Iyaba abaperezida benshi ba Africa bamwumbaga.
@JustinaZulu-ke6un
@JustinaZulu-ke6un 11 месяцев назад
Ndayishimiye tumurinyuma komerezaho abarundi turakwemera kiretse abo banyonyezi harambe uburundi komerezaho kandi turwanye umuzungu ashak kutwivangamwo.acishije kunyankamahoro
@johnsonmuco75
@johnsonmuco75 Год назад
Dr imana Iguhezagire🙏🙏
@tontonginolla1234
@tontonginolla1234 Год назад
Hama Dr RUSA wacu naho uri mu rwanda zubabwizukuri iyokudeta bavuga ntayihari Gusa abayidugije cane nibinyamakuru vyinshi vyaho mu rwanda nivyo vyayi Yidugije cane so kukijanye nimbwa babonye inzego cacu zari mumyitozo ijanye nugusuzuma barabeko Zikora kko zarinshasha.
@pascalgashikanyi9429
@pascalgashikanyi9429 11 месяцев назад
Ivyi uburundi banya Rwanda mube muceceka muvyirekere abarundi turahari tuzovyivugira ...vuga ivyanyu
@user-fb9sd2us4s
@user-fb9sd2us4s Год назад
Nukuri uyu mutama aranyemeje nanje ndamukunze cane guko numuhanga cane
@alexikagoma5135
@alexikagoma5135 Год назад
Ndayishimiye turamukunda cane nuwobigerageza ntwomuvugutira umuti
@umojawote9878
@umojawote9878 Год назад
Abatuka Rusa muri abasazi ni umusaza uzi ubwenge
@Josephat-cw6co
@Josephat-cw6co 11 месяцев назад
Ndagukunda Mwubahwa Bagirishya uzubwenge cane hezagirwa
@AlexandreNdarishikanye-qr8oh
Ntamfashanyo dukeneye,,ntangaruka mbi nimwe ahubwo ico dushaka ni ico nokwita cohésion sociale niyo ibuze,, kandii turi kukivi caanee ❤ dr Rusa ndipfuza kuyaga nawe bihagije ndagukunda peee 🤝
@user-hj4fj8jr8p
@user-hj4fj8jr8p 11 месяцев назад
caane gose
@IRAKOZEBelyse-ri9nj
@IRAKOZEBelyse-ri9nj Год назад
Twebwe muburundi ntakibzo cimibereho mibi dufise kuruta abandi ahubwo turashima Imana murivyose Ikomez kuturindira uburundi bwacu bwiza
@bibbiturukorere3360
@bibbiturukorere3360 Год назад
Dr Rusa nkunda analyses ze rwose👏🏽👏🏽👏🏽👏🏽👏🏽👏🏽👏🏽
@Hardman11
@Hardman11 11 месяцев назад
Iyi ngirwa dr yibwira ko Kagame ariwe bishimye
@user-zt5tc4rm7d
@user-zt5tc4rm7d 11 месяцев назад
NEVA IMANA iramuturabira niyirambire
@AmusedFrogmouth-xh5yz
@AmusedFrogmouth-xh5yz 3 месяца назад
Mahoro docta MBE burya kubecha ntubona kwabarundi tugeze habi burya nko Kuba turuch,ukuraho , bureka guhengama . Ubundi je n'a kwemera ariko Hari gihu vuga nkababara .
@maniraycorneille
@maniraycorneille 11 месяцев назад
Uburundi bwubahw❤❤❤❤❤
@menyabyosetechnotv3979
@menyabyosetechnotv3979 Год назад
Dr. Rusa ni umusesenguzi w' umuhanga turamwemera
@SeukPiri
@SeukPiri Год назад
Baribeshe ivyo dukenye tubisangiy nibindi bihugu vyo muri africa
@user-hj4fj8jr8p
@user-hj4fj8jr8p 11 месяцев назад
ndaukunda caane uvuga neza . , abazungu batugira ibikoresho , ariko, natwe twige gukora , dutwara tutiba ibihugu kugira twige kwitunga , none se, sitwe abazungo tubahamagara , canke tubaha agaciro ! mugihe aba anya afrika tutize kwimenya , dusabiririza , abazungu bazotugaya , batuganze
@AlainIrankunda-vi7rk
@AlainIrankunda-vi7rk 11 месяцев назад
Uvuze ukuri gose
@user-bq3jb9yz5h
@user-bq3jb9yz5h Год назад
Turamukunda cane abamwanka nabansi bigihugu nukuri abarundi batobato turabakunda cane
@thaddeendayizeye9581
@thaddeendayizeye9581 Год назад
Hi, Dr Rusa nkumwanditsi w'umu Panafricaniste wodufasha ukandika igitabo cofasha ibindi bihugu vy'Africa uburyo vyobaho bidateze amashi wisunze ukwo vyagenze mu Burundi. Thanks Dr
@ndayikengurukiyedaniel5737
@ndayikengurukiyedaniel5737 11 месяцев назад
Mura banyafrika bazubwenge caaane bakunda African n'isi muri rusangi nda bakunda cane ndi mu Burundi ❤
@user-fe6mb7dy2c
@user-fe6mb7dy2c 11 месяцев назад
Umwanga amwandure ko mumuzlza ukuri
@onealpeterson2180
@onealpeterson2180 Год назад
CONGO BRAZA, ngo ibintu byashyushye udushakire amakuru Mr Theo
@benisrael7
@benisrael7 Год назад
Ariko Dr. Rusa, niba ushaka gufasha abanyafurika uzagabanye ijambo "abazungu" mu bitekerezo byawe, ushyire imbaraga mu kagaragaza ubucucu n'inda nini by'abanyafirika bemera gukoreshwa n'abazungu!!
@joemac7463
@joemac7463 Год назад
Nkaw wibazako uvuze !!? Genda wibrosse
@benisrael7
@benisrael7 Год назад
@@joemac7463 ahubwo wowe vuga!! Abazungu, abazungu...??!!! Ba profita ubujuju bw'abiribura cg abandi bantu badakunda ibihugu bita ibyabo nka zelensky na wa mugore wo muri Taiwan !!
@killumina2039
@killumina2039 11 месяцев назад
Dr aguha ukuri kbsa ark yagera iwacu kdi suko aba atabibona akaruca akarumira
@philimonmitoni9182
@philimonmitoni9182 Год назад
Kandi mumenyeko Rwanda leader akoreshwa na mpatsibihugu kandi idakuze ubuyobozi bwa NEVA
@isatatv2299
@isatatv2299 Год назад
Dr Rusa se ashaka kuvuga ko HE kagame ari igikoresho cy abazungu bahu? Ubwo rero abagambanyi ni twe kuko birazwi ko twafashije ba Niyombale
@sehene9324
@sehene9324 Год назад
None se wari uziko bimeze bite?? Njye nari i Burundi bashaka gukora coup d'état!! Ibihwinini byo muri FPR byishe abarundi batagira ingano bifatanyije n'abagambanyi b'intagondwa z'abatutsi n'ibijuju by'abahutu byashakaga intebe y'ubutegetsi!!
@felixmanirambona6576
@felixmanirambona6576 Год назад
Imfashanyo Uburundi bwaratimvye babaho uko bishoboka mumwidegemvyo bikarusha guhabwa imfashanyo ukama utegekwa ivy ukora.
@josiasmanirakiza3909
@josiasmanirakiza3909 11 месяцев назад
Uburundi nigihugu cifise kushaka gutambagaza ubutegetsi bwa neva bariko barihenda izabaye zirakwiye
@rukundocallixte9500
@rukundocallixte9500 Год назад
Theo ntago u Burundi ari nku Rwanda baradusize muri Demukarasi kutavuga rumwe ntibivuze ko uba urumwanzi wi igihugu cyangwa Perezida bitandukanye cyane nu Rwanda aho utavuga rumwe na kagame ahita ahinduka umwanzi wu Rwanda yafatwa akicwa cyangwa agafungwa
@NkenguburundiKenny-xn8of
@NkenguburundiKenny-xn8of 11 месяцев назад
Genius urwanda rufise incabwenge kbx
@amedeeahishakiye2781
@amedeeahishakiye2781 11 месяцев назад
Dr IBURUNDI NAMAHORO KABISA NTUHAVE USIGURA IBITARIVYO NUKUNTU NDAKWEMERA KURIKI KIBAZO ABAMENYESHAMAKURU NTABAKUGONERE NGO UVUGE IBITARIVYO
@solangekabatesi1189
@solangekabatesi1189 Год назад
Abarundi bafite ubuyobozi bwiza .kuburyo nibagumeza kwibeshaho mugihe gito kizaba ari igihugu cyiza cyiyobora kitabeshejweho ninkunga zituma basahura imitungo yibihugu byacu
@jeanmariendayishimiye2614
@jeanmariendayishimiye2614 11 месяцев назад
Ntitube ibitungwa twibere abantu natwe tuzabatuga kuko ibibatunga Imana yaduhaye paradizo tubikuramwo
@ndabaniweperusi9546
@ndabaniweperusi9546 11 месяцев назад
Yishenabagenziwe sabazungu abajenerari benshimugihugu namagogwa nkuwabujije abasoda guhebwu mushahara wabonibara akiyubakira ubutunzi bwiwe bwinsi
@nshimirimanarenovat1938
@nshimirimanarenovat1938 11 месяцев назад
Bonjour. Muze muduhe ikiganiro kuvyerekeye imfashanyo n'akamaro zamaze muri afrika. Je Numva hakurya inyama waseze waraye irengarenga wiyimburiye
@user-eg2vc3ox5s
@user-eg2vc3ox5s Год назад
Murebe ibyiwanyu mwabagabomwe muve kumu president wabandi mubanze muhangane nnibiraho mu Rwanda kuko ntimworahewe murake igihugu cyifitiye umutekano kubaturage bacyo. Ndayishimiye arakunzwe rwose.
@concisebusinessgroup
@concisebusinessgroup 11 месяцев назад
Doctor Rusa akora analyse neza ariko muzoje muramwegereza neza microphone
@sibojado8812
@sibojado8812 11 месяцев назад
Theo ko ukunda kuvugira muri Dr Russa, wagiye umubaza hanyuma ukamureka akavuga, akatwigisha ko natwe tuba tumuteze yombi? Thanks
@wamupepe5301
@wamupepe5301 Год назад
Marine le pen arakunda AFRICA, tutanze kubibwirana nakubivuga . 100%
@ndayishimiyejaphet9866
@ndayishimiyejaphet9866 Год назад
Uburundi,birya nzi KO ntamuzungu adukunda,hewe ntakeza Kee,kuva kera Africa Niyo yapfiriye kuko hatwara abagent babo rero ntaterambere tuzobona twes hamwe nktumugabane
@JacksonNdayishimiye-z5s
@JacksonNdayishimiye-z5s 11 месяцев назад
Uburundi bwari bwifashe bufise bonne gouvernance intwaro iberewe kugeza 1900 , haheze imyaka 70 haje président mwiza cane yitwa Bagaza yateje imbere uburundi na Africa kuko uyo yakundana na Cuba,Lybie,Chine, Corée du Nord, URSS,Mandera, ,Nyerere...
@bwengejeanbosco2610
@bwengejeanbosco2610 Год назад
Bagira bakoreshe umukozi w' ikigirwamana uwitwa apotre Mignone
@lolitaimena9782
@lolitaimena9782 Год назад
Ngaho ubwose ibyo bihuriye he😂😂😂😂😂mwarisariye
@Kefas01
@Kefas01 11 месяцев назад
Urwanda musengere uburundi Kuko uburundi bubayeho nabi nurwanda ntirwonezerwa twoba duhomvye mu mibano yacu.
@umojawote9878
@umojawote9878 Год назад
Rusa rwose abisobanura neza.
@niyonsabajeanrobert8435
@niyonsabajeanrobert8435 Год назад
Dr Rusa turamukunda cane mu Burundi. Hama burya na Peter abazungu bamwita dictateur pourtant abarundi twaramukunda cane.
@ndabwarukanye-pg3zp
@ndabwarukanye-pg3zp Год назад
Vraiment kurivyo uvuze murakoze murasesangura cane kandi ndagukurikirana cane
@solangekabatesi1189
@solangekabatesi1189 Год назад
Nonese mwiyibagije iby,Abakono aho byageze Koko.mugiye kujya mujya gukora ibitemewe iwanyu mubijyane mu Burundi. Uburundi bwakoze kugira amakenga. Bagomba gushishoza kukintu cyose
@user-oz1qu8yg6x
@user-oz1qu8yg6x Год назад
Ngewe sindimva aka kaginga ngo ninusa nde titre gusa arko ntabusesenguzi gafite nigupapira ndayishimiye arakunzwe cyane
@MasumbukoIssa-q6i
@MasumbukoIssa-q6i Год назад
Ndabasuje namwe Dr rusa❤❤❤❤
@AmusedFrogmouth-xh5yz
@AmusedFrogmouth-xh5yz 3 месяца назад
Ana présidant Bada Kunda bene gihugu Babo n,U wuburundi arimwo cement .
@melchiorndayizeye9761
@melchiorndayizeye9761 11 месяцев назад
Muravuga amakuru meza gusa nasaba nanje komwozompa umwanya nkabaronsa ikiganiro .murakoze
@innocentndayizeye2660
@innocentndayizeye2660 Год назад
Rusa.Big up
@ndikubwayoamede9928
@ndikubwayoamede9928 11 месяцев назад
Mbega ahiwanyu ntaco mwohaga
@sengajeanbaptiste4490
@sengajeanbaptiste4490 Год назад
Murakoze dr kubitekerezo bibohora africa numva abarundi bakomeza umurongo bahisemo ahubwo bakayoboka ubucuruzi nibindi bihugu bahisemo
@emmanuelkabura6228
@emmanuelkabura6228 Год назад
Uvuze ukuri kuburundi.
@joycenjoy1593
@joycenjoy1593 Год назад
Abarundi benshi nanje ndimwo turakunda NEVA cane. Abatamukunda nabansi bigihugu n'abasuma.
@ntirampebavinney5058
@ntirampebavinney5058 Год назад
🇿🇦 mukomere Abarundi ntamfashanyo dushaka dushaka ubafatanya
@ntunzekamwejeanmarie9702
@ntunzekamwejeanmarie9702 11 месяцев назад
Abarundi ntamugenzo wogusaba twareranwe
@yvesbigirimana8130
@yvesbigirimana8130 Год назад
Iconkundira aba dd ntibitonesha nkaba porona.
@mutagandaemmanuel5148
@mutagandaemmanuel5148 Год назад
D.r Rusa komera
@casienkeshemana4984
@casienkeshemana4984 Год назад
Umuvyeyi wacu yaduhumuye amaso dusanga ubuhutu nubututsi ntacobimaze umuvyeyi wacu yagarukiye ubutungane arengera imigabwe abana bigihugu twisanze turumwe turabarundi yewe nta coup d'état ihari ntaniyimirije
@emmanuelmusafirri6893
@emmanuelmusafirri6893 Год назад
Izakorwa nu urwanda nkuko bashatse kwica nkurunziza 2015 ntimuziseko arimwe mwarimumwishe
@niyibitangajordy4707
@niyibitangajordy4707 11 месяцев назад
Ntafashanyo dukeney pe
@bonneanneejocelyne4316
@bonneanneejocelyne4316 11 месяцев назад
Mbe ko udasesangura ivyo mu rwanda?ivyuburundi ntzvyuzi ba uvyihojeje
@ndabaniweperusi9546
@ndabaniweperusi9546 11 месяцев назад
Nindeyubastiguhugu nkusoda abasoda nibubahwenibobazigama igihugubatahari ntawokwigira agakomeye kwisiyose
@wamupepe5301
@wamupepe5301 Год назад
Nimutazana banya america i Burundi ? Baza bi twika byose immédiatement
@rutenasamuel4822
@rutenasamuel4822 11 месяцев назад
Icondabashimira mwebwe abanyarwanda,muramenya gusigura ivyabandiba Présidents ariko ivyuwiwanyu ntimubivuga
@iradukundaissa1591
@iradukundaissa1591 11 месяцев назад
😂😂 ark narumiwe, nimba mukizera uyu mupanafricaniste w'umuhezanguni mufite big issue😂😂😂
@chartielirankunda4021
@chartielirankunda4021 Год назад
Mu Burundi twikenereye amahoro uwugomba kuyatubuza Uhoraho amuhane birushirije
@NyiramutimaAna-mu3sp
@NyiramutimaAna-mu3sp Год назад
Ntakuteta izaba iburundi basaza
@ndabaniweperusi9546
@ndabaniweperusi9546 11 месяцев назад
Ntimubeshere abazungu nibirarivyubutegesti ntamuzungu arimuri aryamanyanga bapfiryantebe
@vyisijean7065
@vyisijean7065 Год назад
Abarundi baritunze turashoboye
@user-ow7ky3sb7s
@user-ow7ky3sb7s Год назад
Education muburundi irazimbutse kweli ntakubesha, Africa icitwishe ninda ndende yabadutwara bashaka amahera vuba batavunikiy
@Bikorokoro123
@Bikorokoro123 11 месяцев назад
c'est l'esprit patriotique qu'il faut, et le reste poursuivra
@jeanmariendayishimiye2614
@jeanmariendayishimiye2614 11 месяцев назад
Neva ntakomere kwibanga kumwe nabagenziwe bikure kwabo bazungu batuzunguruka africa ikanure tuzaterimbere duce kubanyaburaui bobatezwa imbere ivyacu tubibime natwe duterimbere
@JohnJohn-ql5xu
@JohnJohn-ql5xu Год назад
Theo, ubwo koko iyo uri guha umuntu interview ari gusinzira ukagisohora uba wumva ari professionnel ? Iyo umuha akanya agafata akayaga cg ukeditinga
@SeukPiri
@SeukPiri Год назад
Twebwe turya dukaravye ntidukwanga na america nu burayi
@AristideNkengurutse-rm2ec
@AristideNkengurutse-rm2ec 11 месяцев назад
Abarundi turya dukaravye ntakuzerinze
@ngendakumanajeanmarrie7490
@ngendakumanajeanmarrie7490 11 месяцев назад
Iconohanura peresida wacu agabanye ingendo zabobazungu bazomwica ntibadukunda kandi twokwibeshabo
@SalmanySamiry
@SalmanySamiry Год назад
Mundamukirize de russa
@ndarishikijejeandedieu8860
@ndarishikijejeandedieu8860 Год назад
Nawe abamwanka murikumwe hafi
@godefroidhabarugira4147
@godefroidhabarugira4147 Год назад
Vyukuri izomfashanyo zabo nibazigumye tuzobaho nabi ariko ntituzopfa ahubwo tuziga ukuntu twibeshaho kndi bizogenda neza
@casienkeshemana4984
@casienkeshemana4984 Год назад
Abarundi ivyo twarabisezereye atekane se Burundi twamuhahwe nkinyishu kubene gihugu nivyifuzo igihugu kirarizwe Kiri mwabagabo
@mutagandaemmanuel5148
@mutagandaemmanuel5148 Год назад
Kandi ntucike intege kuko ibitekerezo byawe birimo guta gumusaruro rwose.ndagushyigikiye
@aliyahfanuel-qc7gn
@aliyahfanuel-qc7gn Год назад
Mukomere! Nabonye émission ya tv 5 monde igirira publicité uburundi. Nibajije ijiri inyuma.
@janviernzoyisaba7669
@janviernzoyisaba7669 11 месяцев назад
Iki kiganiro kiranezereye canne ! Reka twige kwibako
@CalixteNijembazi
@CalixteNijembazi 11 месяцев назад
Ariko se ko iyo mu Dr afise ivyiyumviro vyiza nkabona akuze urakoze iki mu bihugu vya afrika ngo twiganzure abanyaburayi Na ottan yabo hamwe Na Etas Unis ko dufise vyose
@felixmanirambona6576
@felixmanirambona6576 Год назад
Yaranababujije kwimba ubutare gaz rare,nickel n ibindi.
Далее
Сколько стоят роды мечты?
00:59
Просмотров 139 тыс.