Тёмный

Prezida Ndayishimiye yagendeye ikigo co kugwiza inkwavu Sungura kiri muri komine Mugina 

Magazine Jimbere
Подписаться 53 тыс.
Просмотров 3,6 тыс.
50% 1

🐰 Bugingo Umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye yariko aratanguza urugendo rwitiriwe #Inkebuzo rumushikana mu migambi y'urwaruka ruri ku kivi, yaragendeye kur'uyu wa 9 Mukakaro 2024 ikigo co kugwiza inkwavu #Sungura kiri muri komine #Mugina, ku mutumba wa #Muyange, mu ntara ya #Cibitoke.
📌 Ico kigo kiri mu minwe y'aborozi batanu b'inkwavu kizoba gishobora gusohora inkwavu zivyara zirenga 48.000 ku mwaka, zizogurwa n'abashaka kworora inkwavu za kijambere mu #Burundi

Опубликовано:

 

17 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 7   
@arthemoniradukunda1643
@arthemoniradukunda1643 3 месяца назад
Courage
@DignedelouangeIRUMVA
@DignedelouangeIRUMVA 3 месяца назад
Courage blaise
@mykitchenmy375
@mykitchenmy375 3 месяца назад
🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@nyamurangwajeanmarie5331
@nyamurangwajeanmarie5331 3 месяца назад
Can you Imagine?😢😢😢 Muri 2024 koko President ngo yasuye ikigo cyo kugwiza inkwavu? Ibi biteye isoni basi se yananiwe ni kubaka uruganda rwa biscuit koko?Erega namwe banyamakuru mukandika mugacamera avec fierete what fuck?
@Plus4TV250
@Plus4TV250 3 месяца назад
Ubwenge bwawe buracagase urazi amafaranga ava mu nyama z'urukwavu kandi ni bigoranye kurwora u Burundi buzageraho bujye bwinhiza amadevize bubikuye mukohereza inyama z'urukwavu hanze nkuko za Namibia zinjiza amafaranga menshi cyane mu kohereza inyama hanze y'igihugu
@Plus4TV250
@Plus4TV250 3 месяца назад
Ubwenge bwawe buracagase urazi amafaranga ava mu nyama z'urukwavu kandi ni bigoranye kurwora u Burundi buzageraho bujye bwinhiza amadevize bubikuye mukohereza inyama z'urukwavu hanze nkuko za Namibia zinjiza amafaranga menshi cyane mu kohereza inyama hanze y'igihugu
@sbensiutransformerstv1474
@sbensiutransformerstv1474 3 месяца назад
Courage.
Далее
10 FREE DEAD BOXES?! #deadgame
02:26
Просмотров 7 млн
ANATOLIY SERNIC   FUNERAL
37:06
Просмотров 3,2 тыс.