Тёмный

Prezida Neva asaba abarundi kwijukira kurima kijambere kugira ngo bagwize umwimbu. 

Mashariki TV
Подписаться 293 тыс.
Просмотров 9 тыс.
50% 1

Inyuma y'ukwimbura ibiro bishika amajana atatu y'itomati (300Kg) kuri are zine, Umukuru w'Igihugu yasavye abarundi kwijukira kurima kijambere kugira ngo bashire mu ngiro ca civugo c'uko umunwa wose uronka ico ufungura, umufuko wose nawo ukaronka amafaranga. #Burundi

Опубликовано:

 

18 окт 2023

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 22   
@loverylovery4514
@loverylovery4514 2 месяца назад
Good good job
@N.therence
@N.therence 9 месяцев назад
Ushaka ivyagusa.
@ICGLRGERARD
@ICGLRGERARD 9 месяцев назад
Vyiza cane. Ibiciro kumasoko bizogabanuka aruko twese dukuye amaboko mu mpuzu. Agatomati kuri ino sizeni karagurika. Muhezagirwe
@nzoyihayapatrick3423
@nzoyihayapatrick3423 9 месяцев назад
Courage mutama urumukozi
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja 2 месяца назад
❤❤❤
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 9 месяцев назад
Akarorero Keza✊🏽🇧🇮
@veroniquekubwayo5169
@veroniquekubwayo5169 2 месяца назад
ariko ninde mu presida ameze njuwiburundi
@caramamttv
@caramamttv 9 месяцев назад
Du shaka imirima yose leta irime kugir abanyagihugu boroherwe
@jadouhuru
@jadouhuru 9 месяцев назад
Love my president ❤️
@julesnduwayezu1640
@julesnduwayezu1640 9 месяцев назад
🙏🙏🙏
@Joshuaerick-gu6ur
@Joshuaerick-gu6ur 9 месяцев назад
🙏🙏🙏🙏🙏
@user-sd6jh4ty4r
@user-sd6jh4ty4r 9 месяцев назад
Mutama uruwinzozi nari nari naripfuje Kubona mu buzima bwanje uhezagirwe cane
@desireirambona2319
@desireirambona2319 9 месяцев назад
Never ako sakazi kawe, hari inzego zibijejwe. Ubona ko ataco zikora, none ntiwovugana nabajama bawe CNDD-FDD murondere abashoboye canke mwibereye mu kagari. Never ntuzoshobora gutambikiza hose, uratanga imihoho, abarundi tuzokwibukireko ko wananiwe gutwara uBurundi!!☺☺☺☺
@Topnews6148
@Topnews6148 9 месяцев назад
Umutwe ntusare!😂😂😂
@RukundoEmille-lq3kv
@RukundoEmille-lq3kv 9 месяцев назад
Sha,umengo ubuze icyo utuka Inka kwell!???? None niba atarakazi kiwe!? Wowe akazi kawe nakahe!? Ushaka se akore akahe kazi!? Ko Ari Sebarundi agomba guhimiriza abenegihugu kwitez,imbere!!!
@N.therence
@N.therence 9 месяцев назад
Urikigugu kwl. Sumurundi rero. Muhe ako ubo ashoboy. Hama ucirire inkonda iwanyu.
@N.therence
@N.therence 9 месяцев назад
Hama igihugu uracakira ugitware wewe wize gutwara, imbécile !!
@user-gq1qd5cg1t
@user-gq1qd5cg1t 9 месяцев назад
Wamunyarwanda gabanya itabi pumbafu
Далее
LABARINA SEASON 9 EPISODE 13
1:15:58
Просмотров 601 тыс.
Maybe a little TOO much gel 😂
00:12
Просмотров 9 млн
Угадай МОБА 1 🥵 | WICSUR #shorts
01:00
Просмотров 609 тыс.
Your bathroom needs this
00:58
Просмотров 14 млн
Gutera ibigori - Maize planting
11:29
Просмотров 10 тыс.
Burundi : ivyo twomenya ku bwicanyi bwo mu 1988
9:25
Maybe a little TOO much gel 😂
00:12
Просмотров 9 млн