Тёмный

Prezida NKURUNZIZA yabwiye Abasirikare n'Abaporisi ati : "inkoko mu guhona zicudika n'ibisiga" 

Mashariki TV
Подписаться 315 тыс.
Просмотров 52 тыс.
50% 1

#Burundi : Umviriza impanuro zikomeye Umukuru w'Igihugu c'Uburundi Petero #NKURUNZIZA yatekereye abajejwe umutekano, ukwivuna abansi hamwe n'igendereza ku munsi mukuru wiwe wa nyuma ari Umukuru w'Igihugu, yagiriwe n'abasirikare n'abaporisi. Mw'Ijambo yashikirije, yabahanuye kwirinda abo yagereranije n'ibisiga. Yagize ati : "inkoko mu guhona zicudika n'ibisiga. Tugiye gusozera uwu mwaka, ibisiga vyose murabizi. Nta mwansi n'umwe y'Uburundi atamenyekanye" Kurikira Umukuru w'Igihugu Petero NKURUNZIZA

Опубликовано:

 

19 дек 2019

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии    
Далее