Тёмный

Reta Zunze Ubumwe z'Amerika Zigiye Gufasha Uburundi Gushikana Umuyagankuba mu Gihugu Cose 

Radiyoyacu VOA
Подписаться 62 тыс.
Просмотров 8 тыс.
50% 1

Reta Zunze Ubumwe za Amerika zigiye gufasha igihugu c'Uburundi n'imfashanyo izotuma muri iyi myaka iri imbere Uburundi butera intambwe ikomeye mw'iterambere ry'umuyagankuba mu ntara zose z'Uburundi. Ambassaderi w'Uburundi i Washington Jean Bosco Barege yabivugiye kuri micro y'umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika Frederic Nkundikije.
==
Ijwi ry’Amerika (VOA) ni cyo kigo cy’Itangazamakuru mpuzamahanga kinini cya Leta zunze ubumwe z’Amerika. Gitangaza amakuru mu ndimi zirenga 40 ku bantu bagera kuri miliyoni 237. Ijwi ry’Amerika rikora amakuru n’ibiganiro byo kuri internet, televiziyo na radiyo. Biroroshye kugera ku makuru y’Ijwi ry’Amerika ukoresheje telefoni igendanwa no ku mbuga nkoranyambaga. Amakuru yayo kandi agera kubayumva hakoreshejwe satelite, ku mirongo ya FM, n’imirongo migufi ya SW, kandi amakuru yayo akwirakwizwa ku yandi masitasiyo ya radiyo agera ku 3,000 dufatanya.
Kuva muri 1942, Ijwi ry’Amerika ryiyemeje gutanga amakuru acukumbuye kandi yizewe kubayumva. Mu gihe cy’intambara ya kabiri y’isi, intambara y’ubutita, mu ntambara yo kurwanya iterabwoba ku isi hose, no mu rugamba rwo guharanira ubwisanzure hirya no hino ku isi muri iki gihe, Ijwi ry’Amerika rikomeza ritsimbaraye ku mahame y’itangazamakuru ryigenga.
Uko wakumva amakuru n’ibiganiro byacu.
SURA URUBUGA RWACU: www.radiyoyacu...
KUNDA URUBUGA RWACU RWA FACEBOOK: / radiyoyacuvoa
DUKURIKIRE KURI INSTAGRAM: / radiyoyacuvoa
DUKURIKIRE KURI X: / radiyoyacuvoa

Опубликовано:

 

6 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 47   
@yamungujustin9998
@yamungujustin9998 14 дней назад
Baramigumiz iwabo
@kingdomwatchmanministries2230
@kingdomwatchmanministries2230 14 дней назад
Reka reka kuvugako baje kudufasha. Baje kudusahura.
@johnntwari1417
@johnntwari1417 5 дней назад
Ariko turakwiye kuja kwishule ryiza apana Fyonda mbandanye kugira tumenye ko ata Gihugu gitera imbere kidafise incabwenge, nuko hari benshi batejwe imbere n’ibindi bihugu kubera imitahe bazanye n’ubwenge. Mugabo babizaniye abaciye ubwenge.
@hoppyjerry
@hoppyjerry 16 дней назад
Je doute fort ko ivyo bobikora sans aucune condtion.
@juvenalmanirakiza8828
@juvenalmanirakiza8828 15 дней назад
Amatara ku musozi iwacu!! Irterambere kuri twese !!
@JeanHABIYAMBERE-z9o
@JeanHABIYAMBERE-z9o День назад
Aho bumvise bwabutare bwacu bwo mu KIRUNDO😅😅😅. BATANGUYE KUTWISEMBA
@1lovefam
@1lovefam 15 дней назад
Abo ntibafasha, batagomba kutwiba barajwe ishinga n' uwundi mugambi mubisha wo kuturobotisa.
@ايفيتادوار
@ايفيتادوار 15 дней назад
Bamureka ububeshi mwankendemwe😂😂😂
@chistinenduwayezu6080
@chistinenduwayezu6080 15 дней назад
Dufise amabuye y'agaciro . Ivyo vyari kuba vyiza ari twe tuvyikoreye muburyo bike dufise. Kuko USA izodutwara ubutunzi bw'umurengera kugirango badukorere Ivyo.
@yamungujustin9998
@yamungujustin9998 14 дней назад
Ntavyodukeney tuzokomez kubibamw bukebuk
@Ndayaki
@Ndayaki 15 дней назад
Ni vyiza cane, ariko suko bakunda Abarundi barondera kudufasha. Bashaka ingene bazoza batuzimiriza, banatwakiriza amatara, mugihe tudashize aho bashaka
@AhishakiyeBaptista
@AhishakiyeBaptista 15 дней назад
Bamureka ububeshi twarabahinyuye ubu niho bakibuka gutanga umuyaga nkuba mugihu cuburundi nibatireke baduhe amahoro ivyamatara abarundi bazobikemura ububeshi ,twarabahinyuye,
@Favour3558
@Favour3558 14 дней назад
Jewe numvuse speech tmya president ibi bintu ntavyo yavuze . Ahubwo vavuzeko hariho abarundi baje gufasha kuzana electricity nta mfashanyo bavuzemo
@HAMUDUDURestaurant
@HAMUDUDURestaurant 16 дней назад
President wacu turagukunda Mais ivyo mwavuze , kubutare bw'Uburundi, ntimuvyibagire ngo abazu baduhendeshe isosi nabo birire inyama!!!!
@Mafia1984Ayirwanda-ge4ty
@Mafia1984Ayirwanda-ge4ty 16 дней назад
Mujye musobanura ibintu neza gufasha cyangwa gucuruza?ntabyubuntu bibaho mwabantumwe
@jeanbutoyi3982
@jeanbutoyi3982 15 дней назад
Ivyobizoshoboka mugihe abategetsi batovyinziramwo nayahandiho yocaduza Ama étage yabategetsi.
@hassanjonas1491
@hassanjonas1491 16 дней назад
Hoya bahereze uburussia nico gihugu bakugirira neza ataco bagusahuye
@Bapfunya
@Bapfunya 14 дней назад
Harico bumvise muburundi
@kingdomwatchmanministries2230
@kingdomwatchmanministries2230 14 дней назад
Exactement. Babonyeko tudufise ubutunzi bakeneye.
@Bapfunya
@Bapfunya 14 дней назад
@@kingdomwatchmanministries2230 twobaha imyaka yose bari hehe??
@ngenzihitimana8173
@ngenzihitimana8173 16 дней назад
Ariko ni ryari Afrika izikorera project nkizo hatarinze kuza Abanyamahanga bazahora badufasha badukorera kuzageza ryari?
@iradukundasamuel4929
@iradukundasamuel4929 15 дней назад
Umuyagankuba bivuze iki ariko am rwandan?
@stansiyomana1239
@stansiyomana1239 14 дней назад
Bivuze electricite (amashanyarazi mukinyarwanda?)
@ferdinandodanielo1
@ferdinandodanielo1 15 дней назад
Nibabahe abobakegesi birire ntamatara tuzobona.
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 16 дней назад
Reka reka abo bashaka kutwiba bwabutare kuvaryari umuzungu aguha ivyagusa abarundi twaramenyeye kwibako iperereza ribicungire hagufi
@sofunnystars5557
@sofunnystars5557 16 дней назад
Abazungu bama babahaye ivyagusa ntimushima. Nimiti myinshi muyironka kwagusa.
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 15 дней назад
@@sofunnystars5557 reka izonduru kuriyisi ntavyagusa bibaho burya nuburozi simiti
@sofunnystars5557
@sofunnystars5557 15 дней назад
@@bizomenyimanaelias5455 Reta yanyu ihora yemera kwakira uburozi?
@EricIrakoze-s7b
@EricIrakoze-s7b 16 дней назад
Gusa Barabe neza abo bazungu bazubwenge bwishi bwo kwiba
@edmustofficial4914
@edmustofficial4914 15 дней назад
Naho boba bashaka kwiba ubutare ntakibazo
@edmustofficial4914
@edmustofficial4914 15 дней назад
Kuko nababwiba ntakintu baduha
@MporanimanaDonacien
@MporanimanaDonacien 16 дней назад
Ahoboduhaye imihanda arik nibyo nibyiza gunsa reta icyunge neza american ahiciye hasigaribyagi😅
@BerchimasBigirimana-do2sf
@BerchimasBigirimana-do2sf 16 дней назад
😂😂😂 bumvise inzahabu zacu none bagomba kubutwiba? Abanyamuyinga nimwe jisho ryabarundi barimuntara zindi zigize igihugu ciza camata nubuki
@FloribertDusengimana
@FloribertDusengimana 16 дней назад
badufasha ibik usivye kutuzanira iryane leta nitaraba neza ejo munzumva ivyobatuzaniye
@denis-wd6cv
@denis-wd6cv 16 дней назад
Nuko baza ntabyubusa batanga buriya harizindi nyungu zibagenza Uburundi bumaze igihe bwarabagoye kubwinjirira ntibabukoreramo uko babyifuza ibyabazungu ni impa nguhe wakwanga bakakurangiza igishoboka nukubirinda naho bitaribyo bazabasibiza hahandi muzi ikibagenza nukongera kubateranya Hutu titsi rugahora rwambikanye hagati yanyu ubu murwanda byavuye kuri Hutu titsi batizanira Andi mazina mashya yabagomba guhora bahanganye, ubwoko bwitwa ibigarasha , inyangarwanda, Interahamwe, Abavantara , intore mbese urugero biriho biragoye cyane ngo uzongere guhuza abanyarwanda bwengere kuba umunyarwanda umwe nbwo buzima twoberamo aho duhora ducunganye kujisho aho buri wese yita cg ashyira undi mugisata Bitewe nuko wamwizeho utwo dukipe rero ni tubi cyane mugihe abarundi ubu 80% byibuze bagaragara ko ari bamwe.
@PascalineIradukunda-zs4lk
@PascalineIradukunda-zs4lk 16 дней назад
Nibisuma twarabamenye
@sofunnystars5557
@sofunnystars5557 16 дней назад
​@@denis-wd6cv Bopfuma bazana uwo muyahankuba ugashikira abarundi bose. Kuko bitabaye ivyo, ubwo butare buzoribwa nakarwi kabategetsi gapfukamye igihugu munda nkuko nubu bimeze.
@theafricanhauler3396
@theafricanhauler3396 16 дней назад
uBurundi bwaravunitse,bwiga gucumbagira, Komera k'umuheto tuzoshika iyo tuja. Ibi vyo..is Just 1of many other Empty promises from the West 🙄🤔 Barundi Barundkazi you are on your Own. FIFA umusezero wa Stade Intwari Na ya Stade Olympic bigezehe😊 Gushika Ubu, Fablice Manirakiza n aba Chinois nibo bantu gusa batarabwira Abarundi Amasigaracicaro😢
@sofunnystars5557
@sofunnystars5557 16 дней назад
Stade olympique yibaze CNDD-FDD niyo yayibemereye mumyiyamamazo. Hama FIFA umusezero wibibuga yama yawutanze: Muyinga, Gitega, Makamba, Bujumbura,... Hama abashinwa bamaze gukora iki?
@jeanmariemanirambona1939
@jeanmariemanirambona1939 14 дней назад
Abarundi ntamajambo tugikeneye dukeneye ibikorwa
@HAMUDUDURestaurant
@HAMUDUDURestaurant 16 дней назад
Abazungu bafise ubwenge. Babony ubure batanguy kutwemerera imfashanyo
@PascalineIradukunda-zs4lk
@PascalineIradukunda-zs4lk 16 дней назад
Ese bumvise rwarugomero nucléaire uburusiya twahana amasezerano? Yooooohhh twarabamenye sha ivyuburundi ntimuzongera kuducamuryahumye
@sofunnystars5557
@sofunnystars5557 16 дней назад
Uruhe rugomero? Umurusiya hari ikintu atanga?
@ngenzihitimana8173
@ngenzihitimana8173 16 дней назад
Urugomero rwa nuclear kugirango rwuzure rutwara hejuru yimyaka 5 rwubakwa
@ngenzihitimana8173
@ngenzihitimana8173 16 дней назад
​@@sofunnystars5557uzatemberere muri West Africain uzarebe ibikorwa byindashyikirwa bamaze kuhageza
@sofunnystars5557
@sofunnystars5557 16 дней назад
@@ngenzihitimana8173 ntanakimwe babahaye uretse groupe Wagner hamwe nibigwanisho. Mbe bobo nibo badashaka inzahabu? Ugira naho bof bofasha babigira kwagusa?
Далее
I Did This With Coffee! 🤯☕️ #shorts
00:22
Просмотров 420 тыс.
Amakuru Arambuye: 29.09.2024
36:11
Просмотров 40 тыс.
Launch of PM E-DRIVE
1:45:40
Просмотров 10 тыс.