Тёмный

RUJIYORUSHATSE_EPISODE_02 

Le Saviez-Vous TV
Подписаться 83 тыс.
Просмотров 55 тыс.
50% 1

Directed by : Prosper Havyarimana
Assistant Director : Eddy Janvier Twagirimana
Story by : Nihorimbere Numérien
Script by : Tubisabimana Anny Espérance
Star cast : Kagisye Arnicia Ravelle Cadeau, Irakoze Liliane, Iradukunda Vestine, Mugisha Aurore Labelle, Twagirimana Eddy Janvier, Irakoze Christophe
Camera and Editor : Patient For Sure
Produced by : Warubizi (Le Saviez-Vous)
Music by : DreadMaster
---
Pour plus d'informations, contact LE SAVIEZ-VOUS (WARUBIZI) au 79 190 650 | 69 810 505 | 62 691 094
Email : info@warubizi.org | warubizi20@gmail.com
Site web : www.warubizi.org
Réseaux sociaux :
- Facebook : @Warubizi
- Twitter et Instagram: @Waru_bizi
LE SAVIEZ-VOUS (WARUBIZI) ibicishije mu gisata cayo c'ubuhinga ngurukanabumenyi WAR'UBIZI TECHNOLOGY, irabamenyesheke ko ikora imbuga ngurukana bumenyi na hosting na nom de domaines kumahera make. Mukeneye kumenya vyinshi, ca kurubuga rwa Warubizi kuri www.warubizi.org canke muhamagare kuri 79 190 650 | 69 810 505 | 79 435 610
HEBERGEMENT DES SITES WEB ni guhera kumafaranga ibihumbi ijana na mirongo itandatu (160.000fbu) gusa. Ntahandi bazokuronsa NOM DE DOMAINE k'ubuntu mu kiringo c'umwaka wose atari muri WAR'UBIZI TECHNOLOGY.

Опубликовано:

 

18 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 283   
@BarakaCarwash
@BarakaCarwash 8 месяцев назад
Cadeau kwafise abaclients benshi courage murashoboye
@irankundabelyse-ej5vi
@irankundabelyse-ej5vi 8 месяцев назад
Ntucuvyumvanyen izina niryomuntu😂
@UwingabireRuth-xp1ub
@UwingabireRuth-xp1ub 8 месяцев назад
Ange ni wowe wanjye kbsa I love you more ❤❤❤❤
@FlorenceNijimbere-nd5yy
@FlorenceNijimbere-nd5yy 8 месяцев назад
Ese nacerew ndihe😢😢abakunz b rujiyorushats mugongehano🤛
@josuemanirakiza447
@josuemanirakiza447 8 месяцев назад
Cadeau Courage nanj ndakwemera urakina neza cne
@jisilenechurweryimana5340
@jisilenechurweryimana5340 8 месяцев назад
Ndabona abarundi muriko muravayo musigaye mukunda ivyiwanyu ❤
@afsamossi830
@afsamossi830 8 месяцев назад
Twahishikiye tuhatwike hashe hatokombere❤❤❤🎉🎉🎉
@ChrisBanda-c4p
@ChrisBanda-c4p 8 месяцев назад
Muze mwigishe nayandi ma grp akina film Bose babonereko akarorero respect murashoboye dusukemwo the next series3
@clementnijimbere-bm9px
@clementnijimbere-bm9px 8 месяцев назад
Uwomuhungu ntamitoma afise! Yabuze amajambo abwira ange barimukabare.
@AishaHarunaNayigihugu
@AishaHarunaNayigihugu 8 месяцев назад
Wauuuuu mukaza muraza gukinira niwac gtg
@user-ou4ib4hr4w
@user-ou4ib4hr4w 7 месяцев назад
Ibint bigum biryoh kl ❤️❤️❤️❤️
@Estanishøg
@Estanishøg 5 месяцев назад
courage❤❤❤🎉🎉🎉
@menyanibihamwenajeanluctv3904
@menyanibihamwenajeanluctv3904 8 месяцев назад
nubwo mbaye uwa 46 mumpe utwo tu like😂😂😂
@فرنسينا
@فرنسينا 8 месяцев назад
Nyene rujiyorushaka Niyo noba uwanyuma nkahagera ntaribi niyi ntizovyorosha ninkishari❤❤❤❤❤❤
@alainingabireyimana4421
@alainingabireyimana4421 8 месяцев назад
Merci bcp gusa uwumuntu azohindure amasanamu yasa nabi merci kandi
@ChachaChany
@ChachaChany 8 месяцев назад
Mur 52min nkab ndahagez courage bantu banje rujiyorushatse hejur cane
@EuphemieNACIZA
@EuphemieNACIZA 8 месяцев назад
Mimi arihe ga mana😊 nashaka bahatwikire rimwe na Cadeau 😢
@MediatriceNduwayo-hw8qp
@MediatriceNduwayo-hw8qp 8 месяцев назад
Disii Ange❤️❤️
@lisaalllisa5326
@lisaalllisa5326 8 месяцев назад
Komerezaho ❤❤
@laissayvonne8146
@laissayvonne8146 8 месяцев назад
Imbere cyane abachu
@josiasniyonkuru9888
@josiasniyonkuru9888 8 месяцев назад
❤❤❤❤❤ ndongereje kubakunda kuko mwatwibutse mwakiniye muhira
@irankundabelyse-ej5vi
@irankundabelyse-ej5vi 8 месяцев назад
Iwanyu nigitega majag
@AlineNsabimana-jx8sq
@AlineNsabimana-jx8sq 8 месяцев назад
Waoooo ndabakund Can
@ingabirebelyse5978
@ingabirebelyse5978 8 месяцев назад
The first one today❤ warubizi ndabakunda cyane, rujiyorushatse the best movie ever. Guyz you never disappoint us❤
@ChantalNdayizeye-ol1re
@ChantalNdayizeye-ol1re 8 месяцев назад
Mbay uwa 2🎉🎉🎉🎉
@LianaLecia
@LianaLecia 7 месяцев назад
Courage❤
@fabricentihebuwayo2000
@fabricentihebuwayo2000 8 месяцев назад
Reka turindire iyo bizoherera ivya Ange na Ercy
@methodnkundumukiza6367
@methodnkundumukiza6367 8 месяцев назад
#*Murazi #*kuturyihereza #*basi
@user-gq3cc1bd8r
@user-gq3cc1bd8r 8 месяцев назад
Egome courage caaane mubikorwa bien sana
@MarieRoseNimbona
@MarieRoseNimbona 2 месяца назад
🎉🎉🎉🎉🎉🧡🧡🧡🧡🧡
@angerubeneirakiza1628
@angerubeneirakiza1628 8 месяцев назад
Rujiyorushatse kweli🥰🥰🥰👌👌🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️❤️
@ihuriroGroup
@ihuriroGroup 8 месяцев назад
Hasheeeee
@ChabaniNduwayo
@ChabaniNduwayo 8 месяцев назад
Raba mutuzanire mimi vrt twamukenye sana
@NkunzimanaNoel-pq2jk
@NkunzimanaNoel-pq2jk 8 месяцев назад
Courage mes amis abari mu rukundo mwubahwe 🙏🙏🙏 turabakunda ❤❤❤❤
@medybayemere
@medybayemere 8 месяцев назад
Emwe ubuho mump utwo tu like nazinduts
@Cyriaquemfisabakunzi
@Cyriaquemfisabakunzi 6 месяцев назад
🎉🎉 nukur wazinduts
@Cyriaquemfisabakunzi
@Cyriaquemfisabakunzi 6 месяцев назад
Nanj nimbatubihurieako gukunda fulm mutump
@ntigurishajeannette3654
@ntigurishajeannette3654 8 месяцев назад
Ndabakunda cane team yose
@jeaninedusengimana-ho4qh
@jeaninedusengimana-ho4qh 8 месяцев назад
Nanje ndahishikiy Kandi ndabakunda cane Love from jaja🎉
@DignedelouangeIRUMVA
@DignedelouangeIRUMVA 8 месяцев назад
❤❤❤❤❤❤ knd courage
@elihoudidukorerimana
@elihoudidukorerimana 8 месяцев назад
courage vrm mubikora neza imana ishishikare kubagurira ubumenyi bwokuturyohera
@BandimaDieudonne-ci6fd
@BandimaDieudonne-ci6fd 8 месяцев назад
Cadeau ndakwemera nuko uri umu barca
@VetanaTheDj
@VetanaTheDj 8 месяцев назад
Nikuraba basi muze murerekura zibiri zibiri kl zirubaka imitima kbx respect
@ErickIrambona-wo6gg
@ErickIrambona-wo6gg 8 месяцев назад
Bien bien abarundi tugeze mbali mugukina vrmt
@ndayizeyeprotais59
@ndayizeyeprotais59 8 месяцев назад
Iyo film naho irimwo KAGISYE ariko irabuzemwo mimi.kubwivyo jw abo bantu2 batarimwo😢
@OdileIrambona
@OdileIrambona 8 месяцев назад
Cadeau uranryohey Rer wambay tarif Gus mubirimw nez courage
@AmidaIzodukiza
@AmidaIzodukiza 8 месяцев назад
Nainatanzw😘😘😘
@IrakozeMicheline-j3h
@IrakozeMicheline-j3h 8 месяцев назад
Mubirimwo neza nda❤
@GiseleNdayiragij
@GiseleNdayiragij 8 месяцев назад
❤ ndabaaaaaakuuuunda can gos
@PatrickNtihemuka-s6e
@PatrickNtihemuka-s6e 8 месяцев назад
Mukomerezaho❤❤❤
@VianneyMUGISHA-yv7ig
@VianneyMUGISHA-yv7ig 8 месяцев назад
Merciiii de nous partager2è épisode.
@AliceNITANGA-n4r
@AliceNITANGA-n4r 8 месяцев назад
Warubizi hejurucane ndabakunda rujiyorushatse🔥🔥
@MagnificNiyonkuru-bs6ve
@MagnificNiyonkuru-bs6ve 8 месяцев назад
Ic ndabakundir nik ❤🎉🎉
@ManirakizaJoachim-dv5gm
@ManirakizaJoachim-dv5gm 8 месяцев назад
Ndabakunda cn kbx 👍
@AnithaNininahazwe-n8d
@AnithaNininahazwe-n8d 8 месяцев назад
Courage bantu bacu dada lmcsh hejuru oyeeee
@santhaaudreilleakimana1778
@santhaaudreilleakimana1778 8 месяцев назад
Couragee
@FaustineNiyonzima
@FaustineNiyonzima 8 месяцев назад
Nahashitseeeee🎉🎉🎉❤❤
@ElianeTuyizere-uu3pf
@ElianeTuyizere-uu3pf 2 месяца назад
Yoooo! Murandyohr gus iyab harims mimi har gush Gus thankx muraz gukin!❤❤❤❤❤
@sidbgggh-il5ud
@sidbgggh-il5ud 8 месяцев назад
🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤
@NishimweNadia-vr4fj
@NishimweNadia-vr4fj 8 месяцев назад
🎉🎉❤❤❤🎉❤❤🎉
@user-td7ht7wd3v
@user-td7ht7wd3v 8 месяцев назад
Ndaba❤❤❤
@NINGABIREElysee
@NINGABIREElysee 8 месяцев назад
Iraryoshe vrt❤❤
@user-hd9hf9kh2i
@user-hd9hf9kh2i 8 месяцев назад
❤❤
@RuthIRANKUNDA-dd3rx
@RuthIRANKUNDA-dd3rx 8 месяцев назад
Ni nde yabonye nkaje ko bagakiniye iwacu igitega 😂❤❤
@ffhcgggcjc-ix7fs
@ffhcgggcjc-ix7fs 8 месяцев назад
Rujiyorushaka hejuru🎉🎉🎉🎉🎉
@SandrineIgiraneza-v7q
@SandrineIgiraneza-v7q 8 месяцев назад
Nukur ntak mutagra murab kubahw n gushrirw👌👌crg💪💪💪
@Mwaminiomar
@Mwaminiomar 8 месяцев назад
Elsie urukundo ruzohava rumusaza ukwo ndabibona🙈🙈🙈, courage ❤❤
@ClaudineTiyikeze
@ClaudineTiyikeze 8 месяцев назад
nimuduh ep3 ndabon ibint bigiy gukomer
@ClaudineTiyikeze
@ClaudineTiyikeze 8 месяцев назад
nizerek mbay uwamber ndavy ep2 mump utw tura like😂😂😂😂
@EuphemieNACIZA
@EuphemieNACIZA 8 месяцев назад
Mimi ndamubuze basha😢
@rahimaksa4422
@rahimaksa4422 8 месяцев назад
🥰🥰🥰🥰🥰🥰courage💪💪💪
@NishimweNadia-kt8pe
@NishimweNadia-kt8pe 8 месяцев назад
Courage 💪🥰🥰🥰
@OseBAYUBAHE
@OseBAYUBAHE 6 месяцев назад
𝗡𝗱𝗮𝗯𝗲𝗺𝗲𝗿𝗮 𝘅𝗻𝗮 𝗧𝗷𝗿𝘀
@yvettenizigiyimana6857
@yvettenizigiyimana6857 8 месяцев назад
Irateusa vrt guxa amasanamu uyu muns ntabona umeng n zoom but we love youuuu❤ courage
@LevisMvuyekure
@LevisMvuyekure 8 месяцев назад
Ange ubikoze neza ndagufana uze urivugira bikenewe
@ndayisengalydwine8939
@ndayisengalydwine8939 8 месяцев назад
Numb7😂😂😂😂🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤
@SalhaSandra-f4c
@SalhaSandra-f4c 8 месяцев назад
Coullage❤❤❤
@NancyDarlèneIgiraneza
@NancyDarlèneIgiraneza 7 месяцев назад
Cadeaux Ravel hejur cnee urakina neza 🥰😍
@Burundistartv
@Burundistartv 8 месяцев назад
Merci
@dododolinenshimirimana3112
@dododolinenshimirimana3112 8 месяцев назад
Courage mubirimwo neza❤❤
@masabarakizaornella-ks9cb
@masabarakizaornella-ks9cb 8 месяцев назад
Iwacu igitega sha hejuru cane cadeau
@FootballOnly2004
@FootballOnly2004 8 месяцев назад
Mbega film iryoshe weeeh! Iratuje uko kuntu!
@user-iq7yw6qm3t
@user-iq7yw6qm3t 8 месяцев назад
Courage ❤❤
@dastellaharerimana7192
@dastellaharerimana7192 8 месяцев назад
Vyiza can bagenzi gusa Ange mam waw azokuvyonger urukund pe.Abavyey barakwiy kurek kwivang munkundo z'aban babo pe
@ClaudeMani
@ClaudeMani 8 месяцев назад
Courage so❤❤❤
@ced1-r4v
@ced1-r4v 8 месяцев назад
Warubizi hejuru cane mukina neza icompuz nabo
@AkbarHafswa
@AkbarHafswa 5 месяцев назад
Hagiye gusha muransekeje 😂😂😂😂😂❤ ndanakunda from Burundi 🇧🇮🇸🇦🇸🇦
@SévéraNsengiyumva
@SévéraNsengiyumva 5 месяцев назад
Courage kwl
@niyurukundodesire9330
@niyurukundodesire9330 8 месяцев назад
Bien ❤
@christabeb7503
@christabeb7503 8 месяцев назад
🎉🎉🎉🎉🎉
@shopaman3726
@shopaman3726 8 месяцев назад
❤❤❤🌹🌹🌹🌹
@melchiorngendakuriyo2828
@melchiorngendakuriyo2828 8 месяцев назад
Courage 💪💪💪
@chnae-k5o
@chnae-k5o 8 месяцев назад
Twahichikiy mwubahwe ❤😂😂🎉🎉
@user-rb1qh6vr6u
@user-rb1qh6vr6u 8 месяцев назад
Ndabakunda beza Imana ibahezagire
@NiyeraDiane-j7m
@NiyeraDiane-j7m 8 месяцев назад
❤❤❤❤❤❤❤❤
@HenryGuillaumesinguranayo
@HenryGuillaumesinguranayo 8 месяцев назад
Support our own things Burundian films🇧🇮✅
@estachou6896
@estachou6896 8 месяцев назад
Mwonger iminot vrt rujiyorushats kwl
@AlbertNdayikengurutse
@AlbertNdayikengurutse 8 месяцев назад
😂😂utangura intambara ikarangira ariww ubabay!niwaraba nabi izorangira uyiguyemwo! pole Sana dada yangu😅😅
@ElyseNkurunziza-oc8wo
@ElyseNkurunziza-oc8wo 8 месяцев назад
Neza cane kwl et courage
@AriellaUwizera
@AriellaUwizera 8 месяцев назад
Mwubahw 😍
@FofoFo-qt1qj
@FofoFo-qt1qj 8 месяцев назад
Nubwo natevye ndashaka like
@ggfwtgg1652
@ggfwtgg1652 8 месяцев назад
Courage team ruja iyo rushatse ❤❤❤
@NduwimanaDiane-g4d
@NduwimanaDiane-g4d 8 месяцев назад
Mwakoze rèsaux zandekoney nar uwamber
@ChantalIrakoze-rw7ez
@ChantalIrakoze-rw7ez 8 месяцев назад
Shak kubaz hari filim bahahevy ntahoyagiye ni shari maza muduherez izofilim hm mukore izonazo
@KevineIradukunda-gm7od
@KevineIradukunda-gm7od 8 месяцев назад
😂😂😂haraj hash kbs
@komlaakomlaa7465
@komlaakomlaa7465 8 месяцев назад
Elsie ndakwikundira cane ukuntu uri kivuruga.hama Ange nawe witege intambara zumuvyeyi wawe🤣🤣🤣
@Francus1609
@Francus1609 8 месяцев назад
Neza cane murashoboye peeeee.
Далее
RUJIYORUSHATSE EPISODE 03
21:38
Просмотров 42 тыс.
RUJIYORUSHATSE_EPISODE_08
24:49
Просмотров 47 тыс.
Ice Bear would appreciate some cheese 🧀
00:18
Просмотров 13 млн
NITOU INTÉRÊT - Épisode 72 - Saison 1 - VOSTFR
32:55
MUKUNZI WANJE BY DIVIN SINDA
3:13
Просмотров 12 тыс.
ISHARI_EPISODE_9_FINAL
21:57
Просмотров 51 тыс.