Тёмный

RUJIYORUSHATSE_EPISODE_14_FINAL 

Le Saviez-Vous TV
Подписаться 83 тыс.
Просмотров 58 тыс.
50% 1

Pour plus d'informations, contact LE SAVIEZ-VOUS (WARUBIZI) au 79 190 650 | 69 810 505 | 62 691 094
Email : info@warubizi.org | warubizi20@gmail.com
Site web : www.warubizi.org
Réseaux sociaux :
- Facebook : @Warubizi
- Twitter et Instagram: @Waru_bizi
LE SAVIEZ-VOUS (WARUBIZI) ibicishije mu gisata cayo c'ubuhinga ngurukanabumenyi WAR'UBIZI TECHNOLOGY, irabamenyesheke ko ikora imbuga ngurukana bumenyi na hosting na nom de domaines kumahera make. Mukeneye kumenya vyinshi, ca kurubuga rwa Warubizi kuri www.warubizi.org canke muhamagare kuri 79 190 650 | 69 810 505 | 79 435 610
HEBERGEMENT DES SITES WEB ni guhera kumafaranga ibihumbi ijana na mirongo itandatu (160.000fbu) gusa. Ntahandi bazokuronsa NOM DE DOMAINE k'ubuntu mu kiringo c'umwaka wose atari muri WAR'UBIZI TECHNOLOGY.

Опубликовано:

 

18 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 542   
@JustineWitonze-q3y
@JustineWitonze-q3y 5 месяцев назад
Abotwayitangurany mpaka iheze ndazi kotwabanye neza tuzosubira mugiribih vyiza nahubutaha
@user-nj4oh8pi2y
@user-nj4oh8pi2y 5 месяцев назад
Nukuri turabashimiye knd turabakunda❤❤❤❤❤
@MukundanganjiIsidore
@MukundanganjiIsidore 5 месяцев назад
Murakoze cane mutuzanire iyindi murakina neza!
@AmuriAroyizi-mw1nn
@AmuriAroyizi-mw1nn 4 месяца назад
Basha mwakoz nez muduhe s2 kbx ntihari bwagere kwihera ababashaka kobaduha s2 mump ut like
@Dusenge5
@Dusenge5 5 месяцев назад
Mbaye uwambere MPa utwo tuntu
@Francus1609
@Francus1609 5 месяцев назад
Neza cane abo muri WAR'UBIZI nayo abakinyi murashoboye peeeee, bakunzi ba série RUJIYORUSHATSE muze hano tumenyane.
@benjaminkarangwa2000
@benjaminkarangwa2000 5 месяцев назад
Egooo, tumenyane kabisa❤😊
@JeanDamasceneSIBOMANA-official
@JeanDamasceneSIBOMANA-official 5 месяцев назад
Mumeze mutex
@JeannetteManirambona-o6m
@JeannetteManirambona-o6m 5 месяцев назад
Niho twibereye
@elvisirakoze_95
@elvisirakoze_95 5 месяцев назад
Birakwiye ko tumenyana tukabashigikira
@JoselyneHacimana
@JoselyneHacimana 5 месяцев назад
​@@JeanDamasceneSIBOMANA-officialsa q
@NinaNininahazwe
@NinaNininahazwe 4 месяца назад
Vrm mwakinye neza cane harimwo cadeau ravele hoho mbanumva itohera bravo nukuri mukina neza cane❤❤❤❤❤❤❤
@NcutimfiseCycy
@NcutimfiseCycy 4 месяца назад
Oy mutubandaniriz iraryosh cyan🎉🎉
@mamancheiilla0fficial
@mamancheiilla0fficial 5 месяцев назад
Today nkaba ndahigereye from mama cheiilla 0fficial ❤❤❤
@Burundistartv
@Burundistartv 5 месяцев назад
Waouh
@irankundabelyse-ej5vi
@irankundabelyse-ej5vi 5 месяцев назад
Naw ntutangwa😂😂
@irankundabelyse-ej5vi
@irankundabelyse-ej5vi 5 месяцев назад
Ww ntutangwa😂😂
@mamancheiilla0fficial
@mamancheiilla0fficial 5 месяцев назад
@@irankundabelyse-ej5vi 😂😂😂😂😂
@DivineManirambona
@DivineManirambona 5 месяцев назад
wallah murazi gukina bya danger mwes bravoooooo❤❤❤❤❤❤
@SuavisNdayikeza
@SuavisNdayikeza 5 месяцев назад
Neza can ihez neza vrm muduh bash intore ntindi nayo muzob mukoze🎉🎉
@user-tg9yc8jb9q
@user-tg9yc8jb9q 4 месяца назад
It was really an amazing film kbxa twemeye ....... the Burundian Talented turinyuma yany kunyisisho zany
@Nduwayezuclaudine
@Nduwayezuclaudine 5 месяцев назад
Akakantu ngo final niko kabi nakanse kwl nukuntu ndabakunda muremeye musige ndiko nkororamasozi? Sha nirujiyo rushatse nyene es'intambara mwahuye nazo ❤❤❤❤❤❤
@FidèlaBayubahe
@FidèlaBayubahe 4 месяца назад
Ngo final vraiment oyaye namwe
@AlineNsabimana-jx8sq
@AlineNsabimana-jx8sq 5 месяцев назад
Ewe Mana naguny ndindir ngo ntiharager nn birangiy ncerew muga ndaba💕
@kazeparfait7206
@kazeparfait7206 5 месяцев назад
Numero 1 mundemere🤙🤙
@MomoNsa
@MomoNsa 5 месяцев назад
Murakoze cane bakinyi beza Kabisa Rijiyorushatse
@JOACHIMAHISHAKIYE
@JOACHIMAHISHAKIYE 5 месяцев назад
Kabisa mwubahwe !! Rujiyorushatse kwer Mubandaye musatira mukuturonderera Izindi nkizo tura❤❤❤
@cyriaquendayirukiye7943
@cyriaquendayirukiye7943 5 месяцев назад
Waoooh félicitations kuri mweseeeee
@ChristaLysa718
@ChristaLysa718 5 месяцев назад
Mwarakoz kuduteramisha❤courage kubakinyi mwese ihez neza disiii biratesa eka rujiyorushatse koko❤
@dastellaharerimana7192
@dastellaharerimana7192 5 месяцев назад
🥰🥰ben akaba arabihombeyemw😅bien joué guys👌
@fredericnduwimana9239
@fredericnduwimana9239 4 месяца назад
Ndabakeje Imana ibaje imbere.Vraiment ndubatswe n'inyiisho yanyu
@user-ot5op6kp9p
@user-ot5op6kp9p 3 месяца назад
Waooooo ndabakunda cnee mubikora neuuza gosee 🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤🤝
@CharlotteKwizerimana
@CharlotteKwizerimana 4 месяца назад
Oya rek ntafinal ngah duhes2 knd courrag murashoboy ayanyu ndabahavkbx murakwiye🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤
@AlineMukunzi-x1e
@AlineMukunzi-x1e 5 месяцев назад
Ooooh les beaux actuers shn. Mana weee!! ❤❤❤❤
@IsaacNsabi
@IsaacNsabi 4 месяца назад
🎉🎉🎉❤🎉❤🎉❤
@user-gj7jn9dv7b
@user-gj7jn9dv7b 4 месяца назад
Turabakunda can 🎉❤🎉
@FabiolaIgiraneza-cl3cc
@FabiolaIgiraneza-cl3cc 5 месяцев назад
Iryoshe nkiyisiga.merci ku mpanuro nzima❤❤❤
@stevenfabricenyambalo2243
@stevenfabricenyambalo2243 5 месяцев назад
Plz we need it part 2 ❤❤❤🔥🔥🔥
@reverienmbonihankuye6512
@reverienmbonihankuye6512 2 месяца назад
❤❤❤❤❤❤❤❤😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂bravo
@VetanaTheDj
@VetanaTheDj 4 месяца назад
Félicitations pour tous keep working muzogera kure
@IbrakaZakaria
@IbrakaZakaria 5 месяцев назад
Waaaooooooo ,rujiyorishatse kbsa
@JacquelineNDAYIKENGURUKIYE
@JacquelineNDAYIKENGURUKIYE 16 дней назад
Turabakunda cane ❤❤❤❤❤ mukina neza gusa muyibandanye ntihereraho 🎉🎉🎉🎉
@CédricUwimana-z3e
@CédricUwimana-z3e 5 месяцев назад
Muduhe iyikurikira vub vrmt mwob mukoze ndabakunda can❤❤
@arikibok4735
@arikibok4735 5 месяцев назад
Courage ❤❤❤❤❤❤
@JudithManiradukunda
@JudithManiradukunda 5 месяцев назад
Kbx murashoboy knd courage gs iyo final ndayanse 😅😅😅
@user-kx2qo6rr6u
@user-kx2qo6rr6u 5 месяцев назад
Rujiyorushak yahishikiye p munyaruke munsigire link niryoheregw
@christinenishemezwe
@christinenishemezwe 5 месяцев назад
❤❤❤ruyiyorushatse❤❤❤biraryosh Patrick na ange kwl birangiye bibaye
@ClaireTuyisenge-k8o
@ClaireTuyisenge-k8o 5 месяцев назад
Nukuri rujiyirushaste Koko muyosoje neza cyane rwose
@KubwimanaTherence-vl6mw
@KubwimanaTherence-vl6mw 5 месяцев назад
Murakoze cane abotwabanye igitangura mpakatuyirangize mumpe like ndingozi Burundi 🇧🇮👏
@CoyitungiyeBakis
@CoyitungiyeBakis 5 месяцев назад
Kabisa murigisha peee arikonizerekwidaheze
@yaratwejejepenina2284
@yaratwejejepenina2284 4 месяца назад
Ndabakunda cyaneee uracimi Sha pee mucyinaneza❤️❤️❤️❤️🙏
@NadineNahimana
@NadineNahimana 4 месяца назад
Akaryosh ntigahor mw,itama turabakunda mukina neza❤❤❤❤
@Kimanda915
@Kimanda915 5 месяцев назад
Murakoze cane !!! Muturonderere iyindi yigisha nkiyo, mwarahezagiwe!
@oman4303
@oman4303 5 месяцев назад
Nimutwongerz.. Waryohewe.. Basha... Turabakunda.. Mubikoraneza🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰💪💪💪
@delphinekamugisha1034
@delphinekamugisha1034 5 месяцев назад
Ndabakunze canee musigaye muzi gukina neza cane,mukomeze guterimbere muriyo ngabire Imana yabahezagije kandi mube abamenekana kwisi yose.mwarahezagiwe
@joiskwizera1326
@joiskwizera1326 5 месяцев назад
RUJIYO RUSHATS vrt mwabikoz neza 🥰🥰kandi courage twiz ibindi bishasha ❤❤
@KevineIradukunda-gm7od
@KevineIradukunda-gm7od 5 месяцев назад
Bash har uwirengagij kurab nkanj arindiriy 14h😂😂😂😂 sinarinz kariyo kbs
@user-qu2kh1bl5v
@user-qu2kh1bl5v 5 месяцев назад
Ndaryohew guko mbony mubikoze neza cane❤❤❤
@florencekwizera9769
@florencekwizera9769 5 месяцев назад
Waoooo ❤❤❤❤ ndabakunda cane runjiyorushatse kabisa irangiye neza cane ndaruhutse rero mumutima
@noellaniyonizeye1646
@noellaniyonizeye1646 5 месяцев назад
Murangije neza ariko isa ntiyari gukomeza❤❤❤
@mugishaclarisse8130
@mugishaclarisse8130 5 месяцев назад
waoooooo ndaryohewe cane gusa mwari kuyibandanya🥰🥰🤲
@RebeccaIradukunda-r2t
@RebeccaIradukunda-r2t 5 месяцев назад
Murakoze m ntimuturekere mw Rungu murabe mudukorere iyindi tura❤❤
@EdyssaHatangimana
@EdyssaHatangimana 5 месяцев назад
Félicitation à tous les acteurs et les actrices de la série Rujiyorushatse❤
@EgideBimenyimana-l9g
@EgideBimenyimana-l9g 5 месяцев назад
Waouu rujiyorushats kbx courage courage ❤❤❤❤
@user-ek4se2fn7b
@user-ek4se2fn7b 5 месяцев назад
ese musubiriye gusohora iyind sezo kl muratesa xn🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳mukora neza cn
@AssiaClaudineMukaremera-3066
@AssiaClaudineMukaremera-3066 4 месяца назад
Final Niko kabi🤣🤣🤣 mwarakoze kutwigisha barimu beza 🌹🌹🌹🌹❤️❤️🙏
@PatrickNzeyimana-f6g
@PatrickNzeyimana-f6g 5 месяцев назад
❤❤❤❤mwabikoze bn thanks
@Nina-hv7pf
@Nina-hv7pf 5 месяцев назад
Mrciii. Ihez neza.
@SAs-ew3lz
@SAs-ew3lz 5 месяцев назад
🎉🎉🎉🎉🎉🎉urugendo rwiza ndabikundira
@nibarutajosette83
@nibarutajosette83 5 месяцев назад
Mwarakoze caane
@addynini4291
@addynini4291 5 месяцев назад
Nezerejw nukunt urukundo rutsinzeeee❤❤❤❤Mukomez muj imbere
@IrakozeEsperance-qt7lv
@IrakozeEsperance-qt7lv 5 месяцев назад
Vyar bn kbs🎉🎉🎉🎉
@user-bq7gf5ee2h
@user-bq7gf5ee2h 4 месяца назад
Rujiyorushatseeeew🎉
@user-ql4cw9ps5w
@user-ql4cw9ps5w 5 месяцев назад
Waoooo mubikoze neza cane ❤❤❤❤
@IzereChany
@IzereChany 5 месяцев назад
Waoòoòoooo ubund nimwe banje❤❤❤❤🎉🎉
@AriellaNahimana
@AriellaNahimana 5 месяцев назад
🎉mbega flm de muranyishe pe!!!
@UwingabireRuth-xp1ub
@UwingabireRuth-xp1ub 5 месяцев назад
Mbega byiza weeee!!!!!!!!Ange and Patrick ❤ mwese mukina neza ndabakunda cyaneeeee
@symphorienn
@symphorienn 5 месяцев назад
Waaawooo ndahashitse❤❤❤❤
@kubwimanayvette6203
@kubwimanayvette6203 5 месяцев назад
Yooooo akaryoshe ntigahora mwitama ntakundi🙆🙆kimwe gusa mwarakoze kutwigisha 🙏
@ElicUwayezu
@ElicUwayezu 5 месяцев назад
Waooo mbega byiza ndabakunda cyane❤❤❤
@EmmanuelNIYONGABO-c9z
@EmmanuelNIYONGABO-c9z 5 месяцев назад
None Ben bihereye he ?merci bcp cette scène,je félicite bcp Patrick et Ange
@Sandrineininahazwe
@Sandrineininahazwe 5 месяцев назад
Waoooo mwayikinye nez
@pali3502
@pali3502 5 месяцев назад
Waoooo gusa wamenga ntiyohera❤❤❤❤🎉🎉🎉
@GeorgetteNshimirimana
@GeorgetteNshimirimana 2 месяца назад
Murakoze cane bakinyi beza
@NiyubahweThedia
@NiyubahweThedia 5 месяцев назад
Basha urukundo rujiyorushatse vrt warubizi mwubahwe🙏🙏murashoboye
@FrancoisNDAYAHUNDWA
@FrancoisNDAYAHUNDWA 5 месяцев назад
❤❤oya kwel suite yarikenewe
@محمدالشمري-ز8ه8ح
@محمدالشمري-ز8ه8ح 5 месяцев назад
Ntimuvugeko ihez peee nobabar nukr❤❤❤
@dorinenzigamwenayo6766
@dorinenzigamwenayo6766 5 месяцев назад
Rujiyorushatseeeeeeee❤❤❤❤❤❤❤❤
@AliceNduwayezu-e1s
@AliceNduwayezu-e1s 5 месяцев назад
Waaaaoooouuuuuh 🥳🥳🥳 ndabanezererew nubw ibay final.eg pe Rujiyorushatse vub muduh iyindi ndab❤ nkbakurikiran 5/5😂bz bz team🥰
@Yvette314
@Yvette314 5 месяцев назад
Wy muyimaze kare❤❤❤😊😊😊
@user-py2ti7uk6l
@user-py2ti7uk6l 5 месяцев назад
Courage🎉🎉🎉
@AdolpheHabarugira-np9qj
@AdolpheHabarugira-np9qj 5 месяцев назад
Ngo final yooooo ntakundi ariko big up
@lisaalllisa5326
@lisaalllisa5326 5 месяцев назад
Waooo munyarukane s2❤❤❤
@emelynegateka9715
@emelynegateka9715 4 месяца назад
Rujiyorushatse koko❤❤❤
@Fiacre1
@Fiacre1 4 месяца назад
Vyiza cn iyi film muyisozereye neza mwirambira
@NDAYIZEYEJeanclaude-wr2jp
@NDAYIZEYEJeanclaude-wr2jp 5 месяцев назад
Ruja iyo rushatse courage mes freres et seour
@ShashBeby
@ShashBeby 5 месяцев назад
Murakoze nunva mengo noza ubunyene kubakeza ❤❤❤❤ .
@VannesiatteSengiyumva
@VannesiatteSengiyumva 5 месяцев назад
Waaaooo mubikinye neza cne mwubahwe p
@CherissaMuhimpundu
@CherissaMuhimpundu 5 месяцев назад
Waoooo mwakinye neza caneee gusa dushak izobandanye
@wilsonericndihokubwayo5253
@wilsonericndihokubwayo5253 4 месяца назад
Tugirire full movie basi!❤
@IgiranezaNaomi-bu4xe
@IgiranezaNaomi-bu4xe 4 месяца назад
Seso2 tuyibon
@Médiatricenizigiyimana-e7l
@Médiatricenizigiyimana-e7l 5 месяцев назад
mwakinye neza kuva kuntango gushika iheze murashoboye kandi courage courage ndabakunda
@AnnonciateBikorimana
@AnnonciateBikorimana 5 месяцев назад
Vyiza cne mubikoze nez caaaaane❤
@VetanaTheDj
@VetanaTheDj 4 месяца назад
Félicitations kuri jina scène ya episede yanyuma zose yazikinye neza
@esperancenshimirimana8321
@esperancenshimirimana8321 5 месяцев назад
Vyatanguye ntabibona neza mais birangiye bintwengeje kand binezereye cane, uwumwanditsi akomeze
@emeryniyonkuru7049
@emeryniyonkuru7049 5 месяцев назад
Rujiyorushatsee❤🎉🎉
@NyanziriyeAbdoul
@NyanziriyeAbdoul 4 месяца назад
Waaoooh neza Canée ❤❤
@edmondniyangabo9665
@edmondniyangabo9665 5 месяцев назад
Muranezerey can kuba lavel asubirany na patrick vyiz can mwubahw knd courage
@vvestinedushimirimana
@vvestinedushimirimana 5 месяцев назад
Mbabajw nuk ar final😢akaryosh ntigahora mwitama😢😢 mwakire ayanyu❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
@apollon6160
@apollon6160 5 месяцев назад
Murabambere 🎉🎉🎉🎉🎉❤
@JeanetteBIGIRIMANA
@JeanetteBIGIRIMANA 5 месяцев назад
Waooh Rujiyo Rushatse koko❤❤❤❤ rmuyibandqany arkooo turasavy
@BlandaIranzi
@BlandaIranzi 5 месяцев назад
Yoooo ngo final😢😢,muzotwongera turabakunda❤❤❤
Далее
NITOU INTÉRÊT - Épisode 72 - Saison 1 - VOSTFR
32:55
MANJANJA_EPISODE 1
26:32
Просмотров 32 тыс.
NTAHOYAGIYE_PARTY_21_FINALE
51:29
Просмотров 196 тыс.
RUJIYORUSHATSE EP 13
24:22
Просмотров 47 тыс.
Amakuru yo ku mugoroba | Tariki 19.09.2024
25:41
Просмотров 5 тыс.
ISHARI_EPISODE_9_FINAL
21:57
Просмотров 51 тыс.
IJORO RYO KUWAGATANDATU Part 01
23:07
Просмотров 52 тыс.
INTORE NTINDI Part 1
23:43
Просмотров 453 тыс.