Тёмный

Samuel Ndayiragije ibi nivyo yasavye vyohinduka 

Indundi TV
Подписаться 299 тыс.
Просмотров 14 тыс.
50% 1

Опубликовано:

 

28 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 52   
@habimanaadrienofficial8290
@habimanaadrienofficial8290 Год назад
This person knows how to ask, also he has a talent of speaking.I appreciate and respect you bro.
@twororeturimekijambere5491
@twororeturimekijambere5491 Год назад
ushikirije ibintu,bizima susa nanje ndavyifuza ukwo🙏💯🙏
@KitostaSeverin-iv9dv
@KitostaSeverin-iv9dv Год назад
Good speech nukuri wari wadusabiye TWE tuba hanze y'igihugu kuko birababaje kurihir amafarang'asumbayo waguz'ico kint'uzanye
@nahimanaonesimo1597
@nahimanaonesimo1597 Год назад
Asante Sana, Ndugu Mwenyekiti or President kwa maoni mazuri uliyoyatoa hongera sana kwangu mimi naona bado endeleeni kuwachochea mpaka mawazo Yao yabadilike.nchi yetu ni ndogo ni miaka Mitano tu nchi itakuwa imebadilika no ten years Asanteni sana. r😮s
@ndayizigasamson665
@ndayizigasamson665 Год назад
Egome cane mutama Murakoze.
@dafrozanahimana
@dafrozanahimana Год назад
Well done sammel uvuze neza cane cane
@didacendikumugongo8947
@didacendikumugongo8947 Год назад
Well said Brother
@bonfilshabonimana8652
@bonfilshabonimana8652 Год назад
Well-spoken bro mugabo bica inyuma yamatwi.
@ntiharirizwainnocent5707
@ntiharirizwainnocent5707 Год назад
Respect for you kubisabo vyiza cane
@metrom8009
@metrom8009 Год назад
Burundi stock exchange izotangura ryari? Habuziki ngo itangure? Ninde abizi ngo ansigurire ?Murakoze
@GivenLubenda-cc6xr
@GivenLubenda-cc6xr 6 месяцев назад
Hamw vyojamungira nkuko ubivuze vyobarivyiza Cyn ababijejwe bagire icyobakoze
@NiyonkuruEmma-l9m
@NiyonkuruEmma-l9m Год назад
Ivyuvuga nturira busema
@thieryniyonkuru5023
@thieryniyonkuru5023 Год назад
Urampimbaye pee 👍👍👍👌👌👌👌
@beatricemisago1964
@beatricemisago1964 Год назад
Yoo ivyobintu uvuze bobishira mungiro ngirango umuntu yoza araja muburundi kenshi kandi nibenshi boca barangurirayo imigambi igihugu kigatera imbere.
@janviero_257
@janviero_257 Год назад
ashi abantu boso bomer nkawew Maz Reta ikumva akamo kanyu uburundi ntakubuz budatera imbere kund ❤uburundi ubukundish nabandi nic civigo
@moisendayihaya7152
@moisendayihaya7152 Год назад
Ushikirije ivyiyumviro vyizacane kandi igihugucacu gikeneye kugirango gitere imbere
@leopold4714
@leopold4714 Год назад
Komera mwana wu 🇧🇮
@lilpaff93
@lilpaff93 Год назад
Uvuze ukuri
@edouardniyongabo9436
@edouardniyongabo9436 Год назад
Ushikirij ukuri
@agrippinendabagiriye1476
@agrippinendabagiriye1476 Год назад
Uvuze ukiri. Turagushigikiye aba Diaspora twese.
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 Год назад
✊🏾🎩
@nkunsimeon5148
@nkunsimeon5148 Год назад
Good speech
@jeanpaulndahabonimana7580
@jeanpaulndahabonimana7580 Год назад
🤝🤝🤝🤝
@valeriemanirakiza3070
@valeriemanirakiza3070 Год назад
Bjr. Nivyo. Service zihuta bazirihire. Uwihuta arihe tax yo kwihuta,.
@emilebihibindi5822
@emilebihibindi5822 Год назад
Yes
@mugwanezainnocent8276
@mugwanezainnocent8276 Год назад
Ngo Imodoka nziza uzisanga Kenya, Uganda none ko m'Urwanda utinye kuhavuga ??? 😂😂😂 Ko Ariho hafi 🤣🤣🤣
@josephmudahigwa2475
@josephmudahigwa2475 Год назад
Yatinye gute kuhavuga??nne nimba atazo yabonyeyo urashaka ababeshere?
@audacenibaruta.
@audacenibaruta. Год назад
Bashire ama taxes kubiduga vyaheze bagura Europe,nshasha zoroherezwe
@MauriceSHIKA
@MauriceSHIKA Год назад
Kuri aéroport harakenewe ubwugamo bw abaj gutegera ababo,hanze....
@mariakamariza6084
@mariakamariza6084 Год назад
Uri Umurundi w Umutima. Urampimbaye. Iyo ngeso mbi yo kurutanisha abenegihugu IRAMUNZE imirimo IRICA VYINSHI
@jeannkuru2887
@jeannkuru2887 Год назад
Vraiment, aéroports irateye ikigogwe. Ubundi technologie itagurira kuri aéroport... aéroport internationale ! Muzabaze umushikirangaje wimigederanire y'ibindi bihungu. Azobasigurira igene bigenda.... les ingénieurs burundais vous êtes où ?
@boashamah3642
@boashamah3642 Год назад
Erega abarundi ntibaramenya business niki
@Bibonimanagilbert461
@Bibonimanagilbert461 Год назад
Yabuze neza caane. Ariko yabuze bike kuko ibitagenda neza ni vyinshi
@ernestohaba7549
@ernestohaba7549 Год назад
Uvuze neza ukwiye agacupa
@josuestanus3581
@josuestanus3581 Год назад
'ndagushimiye uvuga neza
@niyzi1245
@niyzi1245 Год назад
Haracariho nibindi wovuga
@James-e7h3h
@James-e7h3h 2 месяца назад
Pause irabaho reka parara
@comendikuriyo8564
@comendikuriyo8564 Год назад
Ntanimyaka itanu yohera igihugu kitaratera imbere ikoze kugikomere.
@agrippinendabagiriye1476
@agrippinendabagiriye1476 Год назад
🙏🙏🙏🙏
@NiyonkuruEmma-l9m
@NiyonkuruEmma-l9m Год назад
Amantu nkaw muracabaho 😮😮😮😮
@Bibonimanagilbert461
@Bibonimanagilbert461 Год назад
Yavuze ngira uturorero
@boashamah3642
@boashamah3642 Год назад
Ahubwo nibikebuke nyamba bashakako igihugu gitera imbere Ukinjira mu Biro bakakubwirako ngo bari muri pose ahubwo nakamaramaza
@bushashasamsong7788
@bushashasamsong7788 Год назад
Aaaamina!
@axellaakimana2595
@axellaakimana2595 Год назад
Urumugabo uravuze ukuri kose
@niyongabodeo5579
@niyongabodeo5579 Год назад
Nibatwubakire amahinguriro abo bakuru bacu bamaze gutera intabwe
@stansiyomana1239
@stansiyomana1239 Год назад
Kukijanye n'amahinguriro jewe niyumvira ko abadiaspora batoronka amahera yokubaka inganda nyishi. Reta itegerezwa gutangaza politique d'industrialisation, ikerekana modele de developpement economique iriko irashira mungiro nka kurya bari bavuze ko bari kubaka zone economique speciale (ZES) i Gatumba aho Reta yohashikanayo ibikenerwa nk'amazi n'umuyagankuba ukwiye kandi hakaba na regime fiscal ituma umurundi wese afise uburyo bukwiye, abadiaspora, abanyamahanga birukira aho hantu kuhubaka amahinguriro. Nko mugihe hokubakwa inzira y'indarayi (standard gauge railway-SGR) ya Uvinza (Tanzania)-Musongati-Gitega-Bujumbura-Kindu (Province du Maniema muri Kongo) nk'ico coba ari ikintu kinini Reta ikoze kugira cout de transport igabanuke, bigaca vyoroheza abashobora gushinga amahinguriro mu Burundi.
@niyongabodeo5579
@niyongabodeo5579 Год назад
@@stansiyomana1239 ivyo nivyo nivyo basaba kugira iborohereze mumigambi bakorera mugihugu,bishizehamwe nka 10 canke 5 bobishobara kuko harho abafise amahinguriro hanze ,
@dismasniyo5641
@dismasniyo5641 Год назад
Mugihugu hari amahoro , ariko harabuze ordre mu gihugu ,mugihe igihugu kitararangwa nokubahiriza amategeko, biracatugoye . Usanga abantu bose bibereye mubiturire, ugiye nko muri PAF kubaba ba Rondera des visas biteye isoni .
@niyongabodeo5579
@niyongabodeo5579 Год назад
@@dismasniyo5641 ivyo nivyo nkamwebwe abamenyesha makuru mushibora kubaza ikibazo mwoza murabishikiriza bubk tuzohinduka ngira bitumwa nivyo twabayemwo keshi.
@boashamah3642
@boashamah3642 Год назад
Nibaturekurire abari hanze urabeko tutabikora , erega ikibazo nuko uburundi burimwo abikunda gusa badashakako abandi baterimbere
@marrykigabimk
@marrykigabimk Год назад
𝙸𝚝𝚜 𝚃𝚛𝚞𝚎 𝚃𝚒𝚖𝚎 𝙸𝚜 𝙼𝚘𝚗𝚎𝚢👣👣
Далее
бабл ти гель для душа // Eva mash
01:00
Imigambi ya Samuel Ndayiragije Ku ba Diaspora
8:43
Просмотров 4 тыс.