One million in two months is amazing , Yaaaga Intare batinya shishikara gukora ivyabakubanjirije batagezeko bazogenda baragera ikirenge mucaw wabatanguriye. Izo kuri jew ndabona ari résultats za tour de médias wakorey Tanzanie nubwo habaye beshi cane barwanije irya voyage uraberetseko harico wahakuy kanatsinda basokuru barayamaze akanyonikatagurutse ntikamenya iyobwez. Congratulations Mr Meddy for your support abarundi twaranejerejwe nakakazi mweretse isi yose. Gukora ikintu kibonwa na 1millio yabantu ds 2mois sikintu cuwariwe wese . Satura Amabafre Yaaaaga💞👌
brother you are the king of Burundi may god give you thousands of lives umesababisha Burundi inakuwa naeshima kimziki leo nimeskia sns inasifia albamu yako imefanya vizuli sat-b king 🙏