Тёмный

Saudia hari Umurundikazi yitwa  

Daniel Mugisha
Подписаться 34 тыс.
Просмотров 1,8 тыс.
50% 1

#Inyigisho #zingonimiryango #daniel_mugisha

Опубликовано:

 

21 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 73   
@FgxcCcxx
@FgxcCcxx 10 дней назад
Burya ambassade irakwiy kuronder abantu biyita abadarar bakabatahan bakarek kudushafuza birateyisoni ahogufatanamunda nkabarundi nukwican nkabazi uyumama darycy nibamukurikirak ikinyom kiramenets 😢😢😢
@DeniseMinani-l4g
@DeniseMinani-l4g 10 дней назад
Jewe nkaronka nimero yuwitwa umudalala azomeko atashe kandi atacama nukuzotanga kubabijejwe kuko abo badalala si leta yabarungitse ngo baje gitorokesha abandi bakabagirira nabi muzoza. Mwumva ngo ya leta mvyeyi mureke kuducafuza
@MonaKhalid-l4x
@MonaKhalid-l4x 3 часа назад
Eeee barabahonda nyen emelyn arafunzwee ari
@WwddffDdssaa-rq3xu
@WwddffDdssaa-rq3xu 9 дней назад
😢😢Emellyne ahontiwogeza aho koko. Kubarundi bagenzawe. Ahowishimirije. Saudia. Gusa. Wibukeko amaherezo arimunzu..Buja.
@صالحالحارثي-ت2ف
@صالحالحارثي-ت2ف 9 дней назад
😮😮😮😮
@jenifajeni9951
@jenifajeni9951 10 дней назад
😢😢😢😢😢😢
@DivineMutesi-f5v
@DivineMutesi-f5v 9 дней назад
😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅
@ChantalNduwayezu-hz2yu
@ChantalNduwayezu-hz2yu 10 дней назад
😂😂😂😂😂😂😂😂
@IradukundaJaja
@IradukundaJaja 10 дней назад
Aho murahaze
@JjshHh-wp6rp
@JjshHh-wp6rp 10 дней назад
Abarundikazi naraharibitse basiii 😅😅😅😅😅
@FATMARAHMA12
@FATMARAHMA12 10 дней назад
@@JjshHh-wp6rp baramubeshera uko babibahaye siko biba vyarakozwe uko nukimwambika urubwa gs jew ndamuzi ninumugenzi wanje
@JjshHh-wp6rp
@JjshHh-wp6rp 10 дней назад
@@FATMARAHMA12 nihatari kweri mufashesha utangumuco bataramwambika ibara kuko haraba Dallas bahoroshe ivyobirazwi
@FATMARAHMA12
@FATMARAHMA12 10 дней назад
@@JjshHh-wp6rp reka nze muhe umuco kuri whatsapp
@SamiaNikwigize
@SamiaNikwigize 9 дней назад
Aho ntimwoza mukuraho Ububeshi
@OnettMugisha
@OnettMugisha 9 дней назад
Kandi yararongowe ino saudia rer nukur ababijejw barakwiy kubitah kuk nababashasha barungikwa nareta barabatorokesh bakabajana muburaya bafise inzu yuzuye indaya gusa
@ndikumanadiane3684
@ndikumanadiane3684 10 дней назад
Boragoye ibibintu kwel😢
@JoyceNifasha
@JoyceNifasha 9 дней назад
Nibazako evelyne atazoha kuko jewe ivyoyankoreye nizereko bitaheze uwo ndamufitiy inzigo nukuri numugesera
@WwddffDdssaa-rq3xu
@WwddffDdssaa-rq3xu 9 дней назад
Narabivuga. 😂😂😂mwibukeko. Haruwundi yagomba yihereze. 😢😢uwundi..muntu. turaseruka. Bavuga ngo. Nikumwanka. Ariko. Nuko nibwobuzima yiberamo. Kugirira nabi abandi
@najimiriatris5180
@najimiriatris5180 10 дней назад
Ingo ndayiguh iyuwo emelyne😂botuma badufatira hamwe sinokurir mumodoka yiwe uyo muboss yotuma adufatisha twese akiruka yaramuteruye mbega uwomuhuza ambasade ni mumurek yora gira abagore ari saudia
@evelynenkurunziza287
@evelynenkurunziza287 9 дней назад
😂😂😂ndumiwee😂😂😂
@irankundabelyse-ej5vi
@irankundabelyse-ej5vi 10 дней назад
Abarundi nukotumez mwayamahang ntarukund tugira habenamb bosebacabigirab lets
@SamiaNikwigize
@SamiaNikwigize 9 дней назад
Ninde namutumye Aje mwibarabara 😁😁😆😆😆
@OnettMugisha
@OnettMugisha 9 дней назад
Basha twes turamuzu bakora N nugore titwa koko ariwe fatma
@OmanSinaw-r9b
@OmanSinaw-r9b 10 дней назад
Mumurondere afatwe atahanywe ajekwica abomumuryango wiwe iyo simico yabarundikazi😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭
@Sarfien-ft5vc
@Sarfien-ft5vc 10 дней назад
Nimumufat ahanwe urabon ukuntu arikwabbaz abant
@vyizigirofiston6783
@vyizigirofiston6783 9 дней назад
Abahutu Niko mwabaye
@VachouVachou
@VachouVachou 8 дней назад
Urakarya umusundi waboze wunva Aho harimwo ivyubwoko​@@vyizigirofiston6783
@SaraSara-m3z5d
@SaraSara-m3z5d 5 часов назад
​@@vyizigirofiston6783 abatutsi ntibicana wanjijiwe ko muharwa kururimi. Namacakubiri yabamaze
@annonciatteuwimana1630
@annonciatteuwimana1630 4 часа назад
Umv iri roko naryo ng riradahwa 🤮🤮🤮abatutsi muzumire kwisi ​@@vyizigirofiston6783
@irakozebelyse2432
@irakozebelyse2432 10 дней назад
Daniel zurababwira ababikurungikira baguha amakuru akwiye bakabiguhana nibimenyetso kwarivyo ntuze urashirako ubwoburofa ngaho kuko abakobwa barino umengo barasaze naguhe amakuru nibimenyetso hama ubone kubishira hanze aruko watohoje kwarivyo ntibakaremeke umuntu ibara atakoze
@DeniseMinani-l4g
@DeniseMinani-l4g 10 дней назад
Jewe ndibaza abantu abagore abakobwa burya muribuka ivyabajanye kweri aho ntamitima mugira mwebwe mwarashitse mwijuru nimugende noabantu mukore ivyabajanye nukuri aho ntasoni turagowe kweri
@Emily-k98
@Emily-k98 10 дней назад
Abarundi kenshi hageze kuriha baharura amahera batakaje muburundi niyongorane abandi nabo bafa uburofa bwabagabo gusa nukwitesha agaciro nogucafuza abandi
@KambomoMerry
@KambomoMerry 9 дней назад
UYO AGIZE 3 UWUNDIWE. YARABUZE BURUNDU. NTIYIBAZEKO. IMANA. DAHARI GUSA. ❤NIVYOBIBA. BITURANGA ARIKO. KURIWE. MAFU😂😂😂😂 GUSA ABIKORERA. ABO. PE. KANDI AZI UBWENGE. 😂😂😂NKINYO YIJORO
@nadinenishimwe3537
@nadinenishimwe3537 10 дней назад
😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢
@JackelynNdereyimana
@JackelynNdereyimana 7 дней назад
Jewe ndababwir reka gutoroka rya bike uryame kare
@RoseRose-cb6qq
@RoseRose-cb6qq 23 часа назад
🎉🎉😅😅😅😅😢😢😢😢😢
@ShashBeby
@ShashBeby 9 дней назад
ipu ubumaraya burabarembeje uko kuboko nibifection arwaye agaca abeshera emelyne jewe kubwanje uwomukobwa ariko abesha kuko ntampanvu yokurungika voice yarinze amwiyunvira yomutabira yamwatse phone nareke kubesha ntakazi yariko iyondaya zirimwo zirwana zipfa abagabo😂😂😂😂😂
@BaidreesBaidrees
@BaidreesBaidrees 10 дней назад
Jewe ndabaza none umukozi niwe ariha umudarara???oyaha arihwa numu Bossi yemeye gutora umukozi.gusa namba ari ibindi bapfa😢
@christella5092
@christella5092 9 дней назад
Hhhhhh cnk ntavyuzi wewe birumvikana ayomahera nayonzu nukuvuga abobadarara naho uburikukazi baguma bakwishuza ngo ubarihe amahera yinzu kandi urikukazi utayibamwo ushobora kubufise agasakoshi kimpuzu waragashize munzu yiwe hhhhh gusa jewe ntanudarara andya amahera murubwoburyo wapi
@uwizeyimanadancira8703
@uwizeyimanadancira8703 10 дней назад
Biragoye 😢😢😢😢
@LatifaaNitunga
@LatifaaNitunga 10 дней назад
Nihatari kweri none uyomukobwa kwagirira nabi bagenziwe ,none wewe ntazopfa? Ukunukwokwegera umuvumo amaraso arahuma
@FATMARAHMA12
@FATMARAHMA12 10 дней назад
Biraza nabi nn babiguhay atamakuru akwiye bafit kk uyo mukobwa ntanubwo yamukubise nubwoba bwe kbs vyatumye rikomesha induru
@chrischris5458
@chrischris5458 10 дней назад
Nibamufunge
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja 10 дней назад
😢😢😂😂
@EmelyneIrakoze-iv8xz
@EmelyneIrakoze-iv8xz 10 дней назад
Oya rek ba Emelyne dufis umutim mwiz kbx nimb arivy uw ni ntukamazin kbx eweee ahohoho
@arararar1388
@arararar1388 10 дней назад
😅😅😅😅😅😅
@NsabiyumvaEvelyne
@NsabiyumvaEvelyne 10 дней назад
Jewe ndibazako Ariko abesh kuko Abadalal beshi baba bafise umutima mwiza
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja 10 дней назад
Ntabwenge ugir
@Nadine-in3mj
@Nadine-in3mj 10 дней назад
Ewe barundikazi turagowe narasinye kwatabarundi tuzobana mana warakoze non nkoho turiko twicana tuvuga ukuramw rumw harakantu murundi nawe
@christainc.5217
@christainc.5217 10 дней назад
Nibagatukirinkuba igakomeshe karakinyako
@AsdAsd-s2b9m
@AsdAsd-s2b9m 10 дней назад
Anitha numubesh kuko ntiyigez amukubit yamukuy kukaz gusa kandi ninawe yamubwiy azan uwundi amugombora kukuzai acarajan uwund amugombor
@NewasSong-f7s
@NewasSong-f7s 10 дней назад
🙄🙄🙄🙄
@بيراتاوبسوالباقيخس
🤲🤲😢😢🧎‍♂️🧎‍♂️
@myvenif3627
@myvenif3627 10 дней назад
Nihatali
@Nadine-in3mj
@Nadine-in3mj 10 дней назад
Usanga atarish amahera yinzu non wamurish ashaka iki manawe ningorane kl pol sana
@irankundabelyse-ej5vi
@irankundabelyse-ej5vi 10 дней назад
Baricana marangobafuy abagabo nibibazogus
@violetteniyongabire3859
@violetteniyongabire3859 9 дней назад
Ico nico nankiye Kuja mwibarabara😂😂
@christella5092
@christella5092 9 дней назад
Hhhhhhh nuko ahuri ataco hagutwaye
@hpmobile7874
@hpmobile7874 8 дней назад
Nawe iyaba bamufashe Nabi aba yaragiy hee​@@christella5092
@AsdAsd-s2b9m
@AsdAsd-s2b9m 10 дней назад
Narek kubesh ntiyigez amukubit uyo wund yamuhoyeko yamutway umugabo non kuberik aterekan iyofoto yiwe yamukubise akerekana iyundi narek irempentanya ntiyigez amukubit
@NduwimanaAmina-io2cf
@NduwimanaAmina-io2cf 9 дней назад
None. Emelyne. Ntazotaha. Iyondaya mbaya.
@WwddffDdssaa-rq3xu
@WwddffDdssaa-rq3xu 9 дней назад
Uyo agiriye. Nabi. Agize3 n'a ambasade. Baramwirengagije. Iwacu ivyo ntibibaho
@حسنعلي-ث6ظ5خ
@حسنعلي-ث6ظ5خ 10 дней назад
😂😂😂😢😢😢
@OnettMugisha
@OnettMugisha 9 дней назад
Natwetwebw yaraje kuducumita numugabowiwe wumumasiri ducaturiruk
@RoseRose-cb6qq
@RoseRose-cb6qq 23 часа назад
😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢
@happyhappy-s6t
@happyhappy-s6t 10 дней назад
Nizer ko atar emelyne uw vyombabaz
@raziarazia3277
@raziarazia3277 10 дней назад
None abamwagiriza ubusabamyi babujanamwo?
@NduwimanaAmina-io2cf
@NduwimanaAmina-io2cf 9 дней назад
Uyukorana. Nakagwi. Akabahembera.icabayatumye. Bagihejeje
@AsdAsd-s2b9m
@AsdAsd-s2b9m 10 дней назад
Narek kubesh ntiyigez amukubit uyo wund yamuhoyeko yamutway umugabo non kuberik aterekan iyofoto yiwe yamukubise akerekana iyundi narek irempentanya ntiyigez amukubit
@AsdAsd-s2b9m
@AsdAsd-s2b9m 10 дней назад
Narek kubesh ntiyigez amukubit uyo wund yamuhoyeko yamutway umugabo non kuberik aterekan iyofoto yiwe yamukubise akerekana iyundi narek irempentanya ntiyigez amukubit
@AsdAsd-s2b9m
@AsdAsd-s2b9m 10 дней назад
Narek kubesh ntiyigez amukubit uyo wund yamuhoyeko yamutway umugabo non kuberik aterekan iyofoto yiwe yamukubise akerekana iyundi narek irempentanya ntiyigez amukubit
Далее
Angry bird PIZZA?
00:20
Просмотров 7 млн
Amatiku y'Abagore bari #Saudia angezahantu
2:27