Тёмный

SEBARUNDI ASEZERANIYE UBURUNDI IBIDASANZWE|| UBUTARE BUGIYE GUFASHA MU GUSHINGA AMAHINGURIRO🇧🇮 

Fulgence Mika
Подписаться 46 тыс.
Просмотров 7 тыс.
50% 1

#fulgencemika #burundi #evaristendayishimiye

Опубликовано:

 

15 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 47   
@BzaGilbert
@BzaGilbert Месяц назад
I❤ you so much H.E bcz he put in front of the youth 🇿🇲🇧🇮🇿🇲
@NahimanaHermes
@NahimanaHermes Месяц назад
Dusenge Imana iduhindurire bakaboko bahindukee!!
@NIKIZA96
@NIKIZA96 Месяц назад
Ubu nazibiye amatwi, gusa amaso yoyo nguma ndayahanze kuvyo wamaze kuvuga
@noendayishimiye3496
@noendayishimiye3496 27 дней назад
Merci
@rusakazatv7930
@rusakazatv7930 6 дней назад
Angalia Rusakaza Tv
@SamwelKagunguru
@SamwelKagunguru Месяц назад
Ahonyene nyakubaw najew ndabibon karimuri eden
@emmanuelminani9270
@emmanuelminani9270 Месяц назад
Jusus 😂😂😂 akarimi koko emweeee haaaaa
@user-qf5dg6sg7b
@user-qf5dg6sg7b Месяц назад
Our honor turagukund ❤❤
@rubonekanehemie9773
@rubonekanehemie9773 Месяц назад
Umukundira iki niba uri umurundi?? Are you serious wemezanya Nuyu???
@YugoBoss-lc4qg
@YugoBoss-lc4qg Месяц назад
❤❤❤❤Yubahwe❤sebarundi❤
@SabuwukunzeTerase
@SabuwukunzeTerase Месяц назад
Mana hezagira uburundi n abarundi, kandi komeza intwari zacu
@NdayikengurukiyeJeanMari-sf3bi
@NdayikengurukiyeJeanMari-sf3bi Месяц назад
Jendindiriye gushira mungiro; nditayari gukora umurango nijoro muga mbone ico ninjije
@rubonekanehemie9773
@rubonekanehemie9773 Месяц назад
Ntamuvyeyi uri nka Neva! Ahubwo agira abakoreshe hama azavuge ngo mutanushigikiue!!!! Nibitangaza kweli
@HabonimanaFelix
@HabonimanaFelix Месяц назад
Ubwo nububeshi ntagihugu nakimwe kwisi kidafashwa
@SafYves
@SafYves Месяц назад
❤❤❤❤💯💪🤝
@Jeanclaudemboma
@Jeanclaudemboma Месяц назад
Bwana kasi tu maneno madogo kazi nyingi muvyo twifuza nibikorwa bigaragar ataramajambo hama Gen-Z yuburundi ntampamvu yokwirigwa turanyaga ubutegetsi ahubwo muduhe umwana mu ma ministry atandukanye kko abo batama kenshi nukudmtugandisha mwiterambere hakazi amaraso mashasha akazi urwaruka turakanuye kndi caaaane gusumbya nabo batama muvyeyi
@EliasMasengesho-i7i
@EliasMasengesho-i7i Месяц назад
Jew mbonakonev akwiy gushikigwacan nacan can numugambw yavuyemw ukaz uramuha abagab bamuyobok jew ndamubon nkamusa arashobor kudukurir igihug cishw nubuken bwaturuts kubakoron
@bernardndikuriyo4952
@bernardndikuriyo4952 Месяц назад
💐
@KalyangoFred-rs5eh
@KalyangoFred-rs5eh Месяц назад
Amajambo abe ingiro
@rubonekanehemie9773
@rubonekanehemie9773 Месяц назад
Neva ntiyitwaze urwaruka! Ahubwo kigigingi atubarire ko iyonka ya neva yatashe 😢😢
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 Месяц назад
nanje ndurwarunda ndamushigikiye kuko naje kuva ntanguye kwibako sinkisaba imfashanyo kandi ubu ndafise inoti ndafasha abandi ndi urwaruka
@anicetndayishimiye2043
@anicetndayishimiye2043 Месяц назад
Bitwararitse inda zabo ntanyungu zumunyagihugu banezwe ukuri turakuzi twebw tubibayemwo vyohendwa abatari mugihugu.
@rubonekanehemie9773
@rubonekanehemie9773 Месяц назад
Neva mubona akomeye kweri????? Nshavuzwa nurwaruka neva yubamye ko nawe atifise kweli 😢😢😢
@J.baptisteSibomana
@J.baptisteSibomana Месяц назад
Niwewe ufise ikibazo, wihangane kubarundi bumutima nokubwirako arimboneka rimwe
@njmdukore
@njmdukore Месяц назад
kbs
@rubonekanehemie9773
@rubonekanehemie9773 Месяц назад
😮
@IcishatseAristide-j9d
@IcishatseAristide-j9d Месяц назад
Neva yubahwe
@rubonekanehemie9773
@rubonekanehemie9773 Месяц назад
Aha amenye imbaraga za GnZ Usibye ko neva mbona nta kuri afise agishigikiye abica inzira karengane 😢😢
@MURWANASHYAKAGirbert
@MURWANASHYAKAGirbert Месяц назад
Hhhhhhh
@BrightonLakikunenefalia
@BrightonLakikunenefalia Месяц назад
Wapi Sogo vyasekweri agatoro kabananiye none NGO ubutare nibwomushira imbere kirakumwanya
@MbeleciMukandama
@MbeleciMukandama Месяц назад
😂
@bigjohnnevergiveup
@bigjohnnevergiveup Месяц назад
BURUNDI DUBAI OF AFRICA
@twororeturimekijambere5491
@twororeturimekijambere5491 Месяц назад
Komera mutama
@NtaleMulungi-ct2np
@NtaleMulungi-ct2np Месяц назад
Vuga mutama ndagukunda cane abarundi turi Tanzania uganda tukurinyuma
@Niyogusenga-i1y
@Niyogusenga-i1y Месяц назад
Birumvikana kutari brdi
@EricNdayisenga-su2eo
@EricNdayisenga-su2eo Месяц назад
Wwe turakwongeye
@bigjohnnevergiveup
@bigjohnnevergiveup Месяц назад
ABABOYI BAZOVA MURWANDA UGANDA
@desiremutabazi3319
@desiremutabazi3319 Месяц назад
Abarundi muhumuke uyu mugabo naguma kubuyobozi uburundi buragowe
@FulgenceMikaOfficial
@FulgenceMikaOfficial Месяц назад
Himba uhishe sha!
@desiremutabazi3319
@desiremutabazi3319 Месяц назад
gabanya itabi niki wakoze mumyaka 4 umaze kubuyobozi genda ubutare niki uburundi burirusha congo canke Somalia Sudan canke Central African ubutare
@FulgenceMikaOfficial
@FulgenceMikaOfficial Месяц назад
Nkawe kueli!?🤣🤔
@ProsperNsengiyumva-ss7mj
@ProsperNsengiyumva-ss7mj Месяц назад
Nibande wew uzi bakoze abarundi bagashjima Bose.?
@desiremutabazi3319
@desiremutabazi3319 Месяц назад
@@ProsperNsengiyumva-ss7mj nigiki uburundi yabugejejeko mumyaka 4 amaze atwara ?
@gervaisntirenganya470
@gervaisntirenganya470 Месяц назад
Iyobavuze imburakimazi ninkawe
@desiremutabazi3319
@desiremutabazi3319 Месяц назад
@@gervaisntirenganya470 wapi ntidukwiye gushigikira ikintu kidahari naheze 5ans yiwe yigendere uburundi bugeze ahababaza nukuri
Далее
Mme Denise NKURUNZIZA & 1er Pasteur ubutumwa
25:25
Просмотров 4,2 тыс.