Тёмный

Shalom - Hoziana Choir 

Psalm90:12
Подписаться 48 тыс.
Просмотров 82 тыс.
50% 1

Hoziana Video, gospel

Опубликовано:

 

23 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 29   
@sonnyr1899
@sonnyr1899 8 месяцев назад
Nilikuwa Burundi kipindi hayati Ndadaye anauwawa nilikuwa na miaka 9 kipindi hicho. Wakati anafariki hizi nyimbo zilikuwa zinasikika sana kwenye radio ili kuliwaza wananchi. I love Burundi it’s a nice country No matter what Challenge they face but they are still good poeple.
@niyitegekaelizaphan991
@niyitegekaelizaphan991 5 лет назад
Imana ihe umugisha umuntu washyize izi ndirimbo za Hoziana kuri RU-vid. Imana ihe umu gisha umuntu wese waririmbye muri iyi choir, Imana ihe um7gisha umuntu wese uziko akunda Iyi chorale
@augustinnzohabonayo8575
@augustinnzohabonayo8575 5 лет назад
yoo yes'abahezagire abakiriho kuko naziheruka muri 1993,94 none nciye nibuka ibihe bigiye uburundi bwarimwo nizo zavuga zikaremesha ababuze yoo imana ize ibampere ijuru kuko mwubatse imitima myishi yari yasanzaye rero n'abatakiriho twizere ko barangije n'amahoro amen
@ManiragezaMenard
@ManiragezaMenard 8 месяцев назад
Aho izi bazivuza muri 1993 muburundi hasa nabi cane! Bwarira ntumenye ko buza guca. Ndakunda kuyumviriza cane kubera bimpa ishusho ya kahise!
@nduwimanagenevieve6787
@nduwimanagenevieve6787 4 года назад
Ndahimbawe mumutima nukuronka izindirimbo on line. Naziheruka zivuga cane , zihoza imitima myinshi koko , il 27ans . Umukama abahezagire cane.
@zenonntukamazina8096
@zenonntukamazina8096 6 лет назад
Imana ibahezagire bakozi b,lmana iyi ndirimbo shalom mwayiririmvye mubihe bigoye vyamakuba n,intambara.nanje yaranfashije ico gihe nyene.
@GuyBiko
@GuyBiko 7 лет назад
Imana iguhe umugisha wowe washyize izi ndirimbo kuri RU-vid, ziruhura imitima irushye!
@joellaniyonkuru8908
@joellaniyonkuru8908 Год назад
shalom shalom .....amahoro mubari mwisi ...amahoro mubuzima bwacyu ,mubyacu ,mumiryango yacu haleluaaaa12.08.2023
@bosconyirimbaraga425
@bosconyirimbaraga425 Год назад
I never stop watching old school songs of hoziyana choir. ❤️
@elyseendayiragije4877
@elyseendayiragije4877 4 года назад
Imana n'Imana nukur izi ndirimbo nizakera ndaziheruka kera ziduhoza imitima nukur
@emmanueltulikumwe6537
@emmanueltulikumwe6537 5 лет назад
Ariko izi ndirimbo zabaga zifite umwaka wera peeee Imana igumye ibane namwe kandi ibahe umugisha
@niyibasumbajeannepomscene7070
iyi ndirimbo yaradufashije mubihe bibi caaane.
@lovepeace5460
@lovepeace5460 3 года назад
Imana izobahijuru, iyindirimbo yararemeshe can abarundi mugihe camagume.
@bonnydesire559
@bonnydesire559 Год назад
Iyi ndirimbo yadusubijemo imbaraga muri genocide yo muri 94
@niyonkurucanesius7773
@niyonkurucanesius7773 Год назад
Indirimbo y kera nkunda gusa inyibutsa les années 93 n'ubwo twaba turiko duhunga zaradutera ivyizigiro ko tuzorindwa kandi Yesu ashimwe yarabikoze turacariho
@titemartinkuradusenge5682
@titemartinkuradusenge5682 7 лет назад
Izi ndirimbo ziradufasha mu kwitagatifuza.turashima uwazishize kuri you tube
@niyongereodile2194
@niyongereodile2194 10 месяцев назад
Yoooo Imana iduhe kwama twibuka aho yadukuye.
@kayitarechristian1136
@kayitarechristian1136 Год назад
Murabambere mwitorero ryanjye kbsa ❤
@christiansindayigaya3699
@christiansindayigaya3699 5 лет назад
Muhezagirwe!iyomba nobabonye nkanabagumbira vyo!Uhoraho abakomeze!mwoba mukiriho vyo?turabakunda cane!
@nayebarerose5899
@nayebarerose5899 Год назад
Iyi ndilimbo niyamateka nukuri 👌
@MuvunyiIgnace
@MuvunyiIgnace Месяц назад
Shalom
@ngendahimanajean5260
@ngendahimanajean5260 4 года назад
iyi ndirimbo ndayikunda pe!
@alexisYvette-v7p
@alexisYvette-v7p Месяц назад
Ndadaye yapfuye niyoyavuga gusa
@SamuelNdikumana
@SamuelNdikumana Год назад
❤Imani niyishimwe
@christiansindayigaya9927
@christiansindayigaya9927 Год назад
Izi notre ziracariho??
@oscarhirwa5678
@oscarhirwa5678 2 года назад
Shalom 🙏
@angemariam8001
@angemariam8001 5 лет назад
Shalom🙏🏽🙏🏽
@kayitarechristian1136
@kayitarechristian1136 Год назад
@neematungaraza3478
@neematungaraza3478 2 года назад
Attack 0:00-0:23 No Music 0:23-0:47 Shaloom 0:47-6:28
Далее
Сказала дочке нет!
00:54
Просмотров 370 тыс.
Tuza Wa Nyanja We - Hoziana Choir
7:33
Просмотров 277 тыс.
Inuma zaho - Ijwiryumwamiyesu
7:07
Просмотров 230 тыс.
Igisubizo - Hoziana Choir
8:09
Просмотров 77 тыс.
Ni iki watanze by Chorale abagenzi
5:27
Просмотров 373 тыс.
Gitare - Hoziana Choir
6:29
Просмотров 586 тыс.
IBIMENYETSO BY'IBIHE by HOZIANA CHOIR
8:03
Просмотров 234 тыс.
Urukundo - Hoziana Choir
4:29
Просмотров 164 тыс.
Mbese Izina - Hoziana
6:16
Просмотров 51 тыс.