Тёмный

SI BAYARI - JANETH & FAINESS (Official Video 2024)  

Janeth and Fainess
Подписаться 972
Просмотров 4,3 тыс.
50% 1

Muhezagirwe hamwe n'indirimbo Si Bayari yaririmbwe yongera yandikwa na Janeth and Fainess, tukaba twashigikiwe na #Letthestarshine Music Label, isanzwe irongowe na #Sandynduwimana mukudukorera Audio hamwe na Video.
Mukore partage, like na commentaire kugirango mwese hamwe mudushigikire mugushikana ubutumwa kure hama Imana izobahezagira.

Опубликовано:

 

8 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 120   
@user-bg5et2ye1o
@user-bg5et2ye1o Месяц назад
Mbega indilimbo nziza komerezaho
@VevaIrashoboye
@VevaIrashoboye Месяц назад
Ndahezagiwe mukomere. Kure cane niho mbipfurije kugera
@user-cj8wz9mg5w
@user-cj8wz9mg5w Месяц назад
Courage yesuu abashobozee
@SandrineDupfiki
@SandrineDupfiki Месяц назад
Courage cane
@sandrakanyange
@sandrakanyange Месяц назад
Ntakure Imana itokura umuntu amen
@jeanclaudensengiyumva2140
@jeanclaudensengiyumva2140 Месяц назад
Imana ibandanye ibakomeza na Sandy abandanye abashigikira mushike kundoto zanyu
@BucumiNeuphtalie
@BucumiNeuphtalie Месяц назад
Komereze Aho bene data❤
@JoJulias
@JoJulias Месяц назад
Kazi nzuri sana Twaweza kufanya wimbo❤❤
@PrinceNishimwe-ri4ct
@PrinceNishimwe-ri4ct Месяц назад
Murakoze cane 🎉❤
@methodnkundumukiza6367
@methodnkundumukiza6367 Месяц назад
Courage mes soeurs
@CizaAndrew-st2tj
@CizaAndrew-st2tj Месяц назад
Muhezagirwe irumvakoko
@symphorienn
@symphorienn Месяц назад
Muhezagirwe cn❤❤❤❤❤
@fabricentihebuwayo2000
@fabricentihebuwayo2000 Месяц назад
Turagutegereje yewe wa ndirimbo nziza.
@umojagroupaustralia.
@umojagroupaustralia. Месяц назад
Well done Janeth and Fainess…. Muhezagirwe cane
@Niyongaborichard-y8v
@Niyongaborichard-y8v Месяц назад
Awolcam
@richkolly7669
@richkolly7669 Месяц назад
Muhezagigwe cane ba Sister banje ❤
@JumaNkurunziza-rv1vp
@JumaNkurunziza-rv1vp Месяц назад
Imana ibaje imbere mubikorwa vyanyu amin
@JeannedArcIteriteka
@JeannedArcIteriteka Месяц назад
Mugire umugisha utagabanije, Muhezagirwe cane
@EmmanuelNigusenga-yr2ou
@EmmanuelNigusenga-yr2ou 26 дней назад
Birahimbaye.cane Never give up Izibika zaramag Imana Ibah umugisha
@NaridiNibitanga-zv5ep
@NaridiNibitanga-zv5ep Месяц назад
@MenedolaNiyibona
@MenedolaNiyibona Месяц назад
Courage bane b, Imana kurecane nihombipfurije
@nduwayezuallyda6184
@nduwayezuallyda6184 Месяц назад
Mushike kure bane ba Yesu
@freddyuwineza2435
@freddyuwineza2435 Месяц назад
Nukuguma mu kwizera no Ku mavi,iyo dusenga irumva si bayali
@nshimirimanaanathanael308
@nshimirimanaanathanael308 Месяц назад
Well done
@user-pj8jw8ut1g
@user-pj8jw8ut1g Месяц назад
❤❤komeza neza bacu muyikorere nayo izobaroraniriza
@fabricentihebuwayo2000
@fabricentihebuwayo2000 Месяц назад
Amen!!!
@user-fc2io2qq6z
@user-fc2io2qq6z Месяц назад
Couragecane🎉🎉🎉🎉
@user-uw1jk9cm7r
@user-uw1jk9cm7r 28 дней назад
Mukomere cane kandi mugire umugisha
@shopaman3726
@shopaman3726 Месяц назад
Courage❤❤💃💃💃💃
@Coriote88
@Coriote88 Месяц назад
Amen cane ❤❤🎉🎉
@user-jl4re4wx6f
@user-jl4re4wx6f Месяц назад
Muhezagigwe nawa kubari nawapenda tena
@samuelbonfils57
@samuelbonfils57 Месяц назад
Courage Kubutumwa bwiza bw'Uhoraho mutanga❤❤🎉🎉
@MukandayisengaGrace-co3gz
@MukandayisengaGrace-co3gz Месяц назад
Imana ibaheumugisha ❤
@jeannenifasha2665
@jeannenifasha2665 Месяц назад
Iyodusenze iratwumva sibayari
@mimeme8802
@mimeme8802 Месяц назад
Ameeen❤❤❤
@user-mu1rl6uj5m
@user-mu1rl6uj5m Месяц назад
Courage mbipfurij Kure can
@user-jk8fg5gi8s
@user-jk8fg5gi8s Месяц назад
Ndabakunda cyane
@samuelniyonshemeze
@samuelniyonshemeze Месяц назад
Impano zuburundi hejuru cane
@ButoyiYvonne
@ButoyiYvonne Месяц назад
Be blessed ❤
@EmelienneMinani
@EmelienneMinani 27 дней назад
Imana ibazamure ❤❤❤
@KUBWIMANAAbel-p5x
@KUBWIMANAAbel-p5x Месяц назад
Yesu abanda abagirire neza
@emelynetuyishime6968
@emelynetuyishime6968 Месяц назад
Courage
@sylvainsinzobiheza6503
@sylvainsinzobiheza6503 Месяц назад
Si bayali twayirorerey
@gloriaminani3067
@gloriaminani3067 Месяц назад
❤❤Amena, cane🎉🎉🎤🎤🎹🎧
@reverienngendahimana7772
@reverienngendahimana7772 Месяц назад
Sibayari irumva much love ❤️ 😍 💖 from south africa
@nduwimana669
@nduwimana669 Месяц назад
Muhezagigwe 🎉
@samuelharerimana8201
@samuelharerimana8201 Месяц назад
Si Bayari ni Uhoraho Umuremyi wa vyose
@user-sl8ib4po2w
@user-sl8ib4po2w Месяц назад
Courage karampexagiye kbxa❤
@user-xw6uk9dc2i
@user-xw6uk9dc2i Месяц назад
Ameeen
@PascalNyabenda-cc5wm
@PascalNyabenda-cc5wm Месяц назад
Imana nyenijambo ishishikare kubagirira neza no kubarinda abakozi ba sekibi bobo bajejwe guca intege abana b'Imana
@VevaIrashoboye
@VevaIrashoboye Месяц назад
Nanje ndabihamya. J.and F. Kure cane niho mbipfirije kugera
@emelyne321
@emelyne321 Месяц назад
❤❤❤❤
@Younny-ẞoy
@Younny-ẞoy Месяц назад
Amen🙏
@mugishasifa-rq9qs
@mugishasifa-rq9qs Месяц назад
ameeen
@AlidaNijimbere
@AlidaNijimbere Месяц назад
Komera bana murageragza hama musenge cane satani ntarikure
@RoseAleose
@RoseAleose Месяц назад
Amen❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@user-zb6ep3rb2c
@user-zb6ep3rb2c Месяц назад
Amen mena
@yedikennedy
@yedikennedy Месяц назад
❤❤Amen
@Niyongaborichard-y8v
@Niyongaborichard-y8v Месяц назад
Good bless you janneth end fainess
@AlenAlien-mg9vf
@AlenAlien-mg9vf Месяц назад
❤❤❤🎉 ntahokabisa
@DesireHAKIZIMANA-j9f
@DesireHAKIZIMANA-j9f Месяц назад
Imana ikomez kubakomez izobashits Kur habaho
@ElishaVenasi-ci3sy
@ElishaVenasi-ci3sy Месяц назад
God bless you
@LetTheStarShine1
@LetTheStarShine1 Месяц назад
Muhezagirwe kandi mukomeze gutera imbere bakobwa beza
@NiyonkuruFelix-pe1fw
@NiyonkuruFelix-pe1fw Месяц назад
Nice one. Be blessed
@FistonB257
@FistonB257 Месяц назад
Continua
@MuhumuzaIgnace-yd4yr
@MuhumuzaIgnace-yd4yr Месяц назад
Good 👍👍👍
@worldofstars-ex1ok
@worldofstars-ex1ok Месяц назад
Kelly empire tv irabakeje cane❤
@user-qj3uv9de2v
@user-qj3uv9de2v Месяц назад
Courage ❤
@NiyibitangaClaude-b4z
@NiyibitangaClaude-b4z Месяц назад
Fantastique
@chadiashushu2866
@chadiashushu2866 Месяц назад
Amena
@user-dd2cn4rc4p
@user-dd2cn4rc4p Месяц назад
❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉
@sylvainsinzobiheza6503
@sylvainsinzobiheza6503 Месяц назад
Sandy uhezagirwe ko washikije isezerano nagira ngo nivyo kur reseaux sociaux ariko ndakunda umuntu avuga agadhitsa vyiza ko washikije kuko jew narinzi ko bitazoshika vyiza ko washikije abonana mukomeze yesu kristo mukorer azobahemba si bayari sandy uzokomeze ubamfash bagere kure
@ElyseLeTailleur
@ElyseLeTailleur Месяц назад
Koko si bayari
@jose-vi4qp
@jose-vi4qp Месяц назад
Woooooow Imana ibahe Umugisho
@jose-vi4qp
@jose-vi4qp Месяц назад
❤❤❤❤❤❤❤
@jose-vi4qp
@jose-vi4qp Месяц назад
❤❤❤❤❤❤
@jose-vi4qp
@jose-vi4qp Месяц назад
❤❤❤❤❤❤
@jose-vi4qp
@jose-vi4qp Месяц назад
❤❤❤❤❤❤
@jose-vi4qp
@jose-vi4qp Месяц назад
❤❤❤❤❤❤
@chancelineigiraneza8219
@chancelineigiraneza8219 Месяц назад
Kure cane nih mbipfurij
@EliphazTwihangane
@EliphazTwihangane Месяц назад
Courage
@user-md7gu4kv5n
@user-md7gu4kv5n Месяц назад
❤❤❤❤❤
@user-mx5yq1rs6t
@user-mx5yq1rs6t Месяц назад
Courage bane bacu
@hakizimanaviolette1564
@hakizimanaviolette1564 Месяц назад
Amen
@SaydatSaid
@SaydatSaid Месяц назад
Courage
@user-xv9qy4lk9f
@user-xv9qy4lk9f Месяц назад
Courage
@RichardNiyosaba
@RichardNiyosaba Месяц назад
Courage
@adelineirakoze9978
@adelineirakoze9978 Месяц назад
Courage
@alineniyonkuru
@alineniyonkuru Месяц назад
❤❤❤❤
@jeanclaudeofficial9653
@jeanclaudeofficial9653 Месяц назад
❤❤❤
@user-ev7yc1fu4w
@user-ev7yc1fu4w Месяц назад
❤❤
@user-iw7jv8cp6z
@user-iw7jv8cp6z Месяц назад
❤❤❤❤
@sylvainsinzobiheza6503
@sylvainsinzobiheza6503 Месяц назад
❤❤❤
@worldofstars-ex1ok
@worldofstars-ex1ok Месяц назад
❤❤❤❤
@MamadembeleLadouce
@MamadembeleLadouce Месяц назад
Courage chr
Далее
кого отпустят гулять чееек
00:53
Новый уровень твоей сосиски
00:33
David Kega - BIZEMERA (official video)
7:30
Просмотров 51 тыс.
Gologota By Janeth and Fainess (Official Video)
5:00
Просмотров 2,8 тыс.
Kukutari Bayari Uwimana Jaja jeanine
4:47
Просмотров 3,1 тыс.
KUKI WIHEBA by ABATEGEREJE CHOIR, Official Video 2024
5:59
Alvella MUHIMBARE_-_NDAKWIBUTSE (OFFICIAL VIDEO 2024)
8:03
Meddy-Niyo Ndirimbo(Cover by Akaliza wa Injili Bora)
12:33
IBYIRINGIRO || James&Daniella
13:25
Просмотров 1,2 млн
Revival Choir - Túúndane (official video)
7:33
Просмотров 148 тыс.