Тёмный

SIMBIZI arihanije NellyNat ko ata Mariage Forcé yagize|| SAPOR bayihagaritse Inzoga zose zirica……… 

Magic Channel TV
Подписаться 103 тыс.
Просмотров 2,4 тыс.
50% 1

Опубликовано:

 

7 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 12   
@Twese.01
@Twese.01 Месяц назад
Simbizi gutanga interview ufise inzoga si professionnel simbona igituma baguha interview biri gutyo.
@nizigiyimanayves9485
@nizigiyimanayves9485 Месяц назад
Simbizi bawibuka ko warongoye umupfasoni! Nabaguha ijambo babe baguca inzoga hari amajambo atavigirwa mubantu, cane cane ivyamabanga yabubatse
@INTEYITEKAWilly-Joyeux-pq9mq
@INTEYITEKAWilly-Joyeux-pq9mq Месяц назад
19:44 Nelly ikimenabanga😂 Simbizi akubise atababarira walllah😂😂
@Nziga257
@Nziga257 Месяц назад
19:47 nelly nat karakubiswe 😢 karirira kuri status kazana iterabwoba
@user-yy2rk4wi3p
@user-yy2rk4wi3p Месяц назад
Nakuramukije
@user-yy2rk4wi3p
@user-yy2rk4wi3p Месяц назад
Hama mukuvuga simbizi Raza uriyumviramukuvuga kuko ubu waramaze kugira akabuye kabagabo twebwe twarakurikiranye urubanza wawe hwagenzeneza cane Hama ubu urakuze mugukora ibiganiro uzohore wiyumvira ico ushaka kuva nkumugabo amazekubaka ugwiwe ndaguhanuye nkumushingantahe nkawe 😊
@zabibukenny2956
@zabibukenny2956 Месяц назад
Ewe Mama Shamika nawe yarigorewe 😂😂😂😂😂😂 imikwara Franick yama yahawe nibalaaaa
@user-ry5pm9ni1b
@user-ry5pm9ni1b Месяц назад
Ushaka gutwika twika ariko Ivyo kuvuga ivyamabanga yurugo na madame subuhizi kumuntu wumugabo yiyubaha!! Turagushigikiye ariko please ivyo bireke sinkuru
@scholastiqueharushiyakira8890
@scholastiqueharushiyakira8890 Месяц назад
Ubwo ga Simbizi we Ivyo uvuga, nta soni bigutera?
@seniorrobertoomonde7652
@seniorrobertoomonde7652 Месяц назад
Ewe simbizi 😂
@rogerbayubahe
@rogerbayubahe Месяц назад
😂😂😂😂😂
@sese667
@sese667 Месяц назад
Ntakiganiro ca Simbizi ntoraba, ari mu bantu badafise uburyarya (hypocrisie), agukunda aragukunda, akwanka arakwanka kandi vyose abivugira imbere ya caméra bikaba officiel ! Ntatinya kunywa inzoga canke champagne, imbere ya caméra, ari décomplexé ... 😂 😂 😂 😂
Далее
Will A Guitar Boat Hold My Weight?
00:20
Просмотров 52 млн
Modus males sekolah
00:14
Просмотров 11 млн
UMU JEUNE YATUNGISHIJWE NA FOREX TRADING
15:37
Просмотров 1,3 тыс.
Will A Guitar Boat Hold My Weight?
00:20
Просмотров 52 млн