Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)
Mutama simbizi urabitoye pe asha irya ni strategie kweri bariko baradukina mumutwe canke nugukoroka kwa DJ Fernando kabisa kuko bariko basunika Melanin boy pe. Asha simbizi urumugabo pe.
Uwagize uruhara runini mwitembagara rya Drama T ni Simbizi Nyene ! Kugenda Uvuga ko yaguhaye ivyunguka kugira utyoze B Face, vyatumye Drama T atakaza crédibilité kubantu benshi.
Ariko burya ivyo naho mubivuga kubijanye nigitiro harya Ako ga systeme Kari Kari muma Domaine yose yigihugu.Abaraho nakuze numva bavyita ngo ni "Akamwana wa mama".😂😂😂😂😂😂😂
NN aha mwibaza ko umuntu Ari abonné Kur account yawe, abaruwawe? Kugira ubibone, simbizi nararike ti 18h duhurire ahantu runakanaka arabe ko aronka 1.000