What goes around comes around,, nukuri you shouldn’t be proud kuvuga ibintu nkivyo wihaya ko wajanye nabagabo bari maried,,umusi uzogira mariage umugabo wawe akagendana nabandi bakobwa niho uzotahura agahinda wateye abo bagore bandi.Nta bwenge ugira
vraiment avenir douteux, ubuto buraguhenda, donc ww wacaguye aba gabo ba bandi. Benny tu etais de tes emiissions but this one is to much. son avenir est douteux.
Nsanze uri moins intelligent vrt,umugabo afise ico agushakako arakubesha KO usumba abantu Bose,agerageza guponda umugore wiwe kugira akwereke kuri number one kumbe uri zéro,so imyaka ntisubira inyuma dans 5ans uzoba umeze nabi kuko uhura n'abagabo benshi barandikanye bagushiramwo Ama vuris menshi so ca ubwenge wihe agaciro
Ngo bafise capacité irenze? hhh? Baba bariko bagu profita ubwo buto bwawe kaguguuu? Harya kwihumanya sivyizaaa... Akuriye wewe biba biheze... Gusa ubikora kubera ubukene ntawobiguhoraa. Nasanze kira gitsina gore ou canke en peu de mot abakobwa nasanze aribijuju peee.