Тёмный

SOLUTION COUPLE❤️‍🩹 //PRANK😄: Ibintu solution Man akoze Solution Woman atabizi turumiwe😳🥰 

Solution Couple
Подписаться 36 тыс.
Просмотров 28 тыс.
50% 1

Опубликовано:

 

27 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 299   
@AntoinetteIrankunda-q4g
@AntoinetteIrankunda-q4g 9 месяцев назад
Ababonako fanny arimwiza nkanje mundemere
@michelinemaniratunga7126
@michelinemaniratunga7126 9 месяцев назад
Yabaye ikimetemete kweri ntiworaba😊😊😊
@vanessa-vavandikumwenayo2757
@vanessa-vavandikumwenayo2757 9 месяцев назад
Umukobwa canke Umugore iyari mu maboko meza ategerezwa gusa neza kandi iyo arikumwe murukundo n,umuntu bafise vision zimwe barafashanya Bose mu gushitsanya kuri vision zabo Bose kuko baba berekeza hamwe Ariko iyo umukobwa arikumwe nuwo badasangiye vison igacapo ciwe kirapfa kandi n,umugabo nuko
@carmellanishimwe558
@carmellanishimwe558 9 месяцев назад
Nukuri Fanny aratesa vraiment 👌👌
@HyacintheMunyana-bb9yi
@HyacintheMunyana-bb9yi 9 месяцев назад
Niko yamye nigi chérie❤️❤️❤️
@NiyonzimaBelyse-v3u
@NiyonzimaBelyse-v3u 8 месяцев назад
😂😂😂😂
@Benigneakeza
@Benigneakeza 9 месяцев назад
Guys mbay uwamber abakunz ba solution couple ntimumbanire mukand kakantu❤❤❤
@JoselyneBigi-ok1bn
@JoselyneBigi-ok1bn 9 месяцев назад
Abashikira muri commentaires nkanje twimenyanire😂😂
@VestineNdayikeza-de7co
@VestineNdayikeza-de7co 6 месяцев назад
Kbx
@AntoinetteBaraka
@AntoinetteBaraka 9 месяцев назад
Mur 3min mbandashitse team saudia tumenyane❤❤❤❤
@DianeKamikazi-fc9hi
@DianeKamikazi-fc9hi 9 месяцев назад
Koko ni solution couple ndabakunda cane murukomez maze ababank babandureko❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@FabiolaNyandwi-z1z
@FabiolaNyandwi-z1z 8 месяцев назад
Ndabakunda cane❤❤❤❤
@marymgort1160
@marymgort1160 9 месяцев назад
Iyondirimbo.ndayikunda.nanje.ngo.dusubije.amaso.inyuma.tutagira.ahoturara.tudafise.nimpuzuz9kwambar...ngotwaritwitwa.zamayibobo iman8giraneza 👌👌👌
@vanessa-vavandikumwenayo2757
@vanessa-vavandikumwenayo2757 9 месяцев назад
😭😭😭😭 aha benshi twavuye Kure nukuri
@KwizeraTherence
@KwizeraTherence 9 месяцев назад
Mwihenze hamwe umugabo n’umutwe umugore akaba izosi, impanvu umugore aba arizosi, nuko izosi rifashaumutwe kugira rihindukire. Hatarizosi umutwe ntiwohindukira ngo urabe imbere ninyuma
@sarasara-ur6nz
@sarasara-ur6nz 9 месяцев назад
Yoooo oyaye suko ngo umugore akaba izosi buretse n'umutima wurugo sha 😂😂 kuko Bible ivuga ko umugabo ar'umutwenw'urugo
@KwizeraTherence
@KwizeraTherence 9 месяцев назад
@@sarasara-ur6nz Bible ivugako umugore n'umugabo arikintu kimwe, none umutwe n'umutima bihurirahe. Iyunvire nawe ahantu umutima uri nah'umutwe uri nikumigabane ibiri itandukanye. Ninkaho umugabo yobaba muburundi umugore akaba yinyegeje mubushinwa hagati. Jewe rero nemerako umutwe n'izosi arivyo biba birikumwe mumahigwe nomumagogwa, gonga like nimba uvyemera🇧🇮🇺🇲
@marymgort1160
@marymgort1160 9 месяцев назад
Murakoze bantu bacu mutere mujimbere abavugak9 mwishinze urukundo ngo mutarigukora ngwibik9gwavyanyu ngovyasubiyinyuma barihenda kabisa❤❤❤❤
@AssiaClaudineMukaremera-3066
@AssiaClaudineMukaremera-3066 9 месяцев назад
Nkundukuntu wihamahoro✌️✌️♥️♥️♥️ Imana imbere muri vyose🙏🙏
@happyhappy3493
@happyhappy3493 9 месяцев назад
Ndaryoherwa nukubabona mwishimye nukur😂😂😂😂😂 sinz impamvu❤❤❤❤
@SalimaDusabimana-su8qf
@SalimaDusabimana-su8qf 9 месяцев назад
Nono WE urumugabo pe watumy Fanny atakikira Fanny urimukibanza nyaco sooo love you all ❤❤❤
@jeannettendayishimiye1066
@jeannettendayishimiye1066 9 месяцев назад
Har'akantu ka Barça ubushizemwo nkakwumva sanaaaa😂😂😂😂😂my favorite couple ❤❤❤
@BelyseNiyonizigiye-cc5pl
@BelyseNiyonizigiye-cc5pl 9 месяцев назад
Cokimw nanj Barça hejur cn nah irimubih bitorosh sinzodohok kk nzi ibih biha ibindi❤❤❤
@jeanettesindayigaya3595
@jeanettesindayigaya3595 9 месяцев назад
Abavuga ngo numukecuru uca ubabwira uti agakecuru kanje kandekere nagakunze mureba😂😂
@bibikiki8437
@bibikiki8437 9 месяцев назад
Basha mwebwe muri my favourite couple. Ndabakunda kandi ndakunda ingene mukundana Ntimuze muhinduke please 🇧🇮🇨🇦💝
@saras1134
@saras1134 9 месяцев назад
FANY UNAPENDEZA SANA 💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕
@vanessa-vavandikumwenayo2757
@vanessa-vavandikumwenayo2757 9 месяцев назад
Umu Chérie wa runyuzi afise ninkuru zibiharage😂😂😂😂 Niko narinje kuraba nsubire muri mood😅😅😅
@GhyslaineNishimwe-cs9on
@GhyslaineNishimwe-cs9on 9 месяцев назад
Solution couple hejuru caneeee disiiii waooo❤❤
@solangeniragira6716
@solangeniragira6716 9 месяцев назад
Ndabakunda cane. Nkunda nukuntu mudaha agaciro amagambo yabantu ❤
@carmellanishimwe558
@carmellanishimwe558 9 месяцев назад
Abandi nkamwe mwovahe vraiment 😂😂😂❤❤❤
@KamiDidi-q7f
@KamiDidi-q7f 9 месяцев назад
😂😂🤣jye muri kunsetsa wogira ni Ninde murigukina
@wembakamungu7820
@wembakamungu7820 9 месяцев назад
My favorite couple, Solution couple. Love you from #LIGERA_FAMILLY
@M-du5cl
@M-du5cl 9 месяцев назад
Mana ndabishimira mwebwe 😂😂😂😂muranyegura bimwe bibi kimw mur kumutima ❤
@NiyomugishaRachelle-vc6fc
@NiyomugishaRachelle-vc6fc 9 месяцев назад
Ewe Nono urantwenza iyo uriko uratwenga😃😃
@ndayipfukamiyeemelyne1903
@ndayipfukamiyeemelyne1903 9 месяцев назад
😂😂😂wanteze ibitiritiri😂😂 Norasque sha uratwenza.ariko rero ndakunda ukuntu nono ugumubwir fanny kwar mwiza vrt❤ ukomez ubimubwir sh ntibaguc intege ukomez naj ndabivuze Fanny nimwiza vrt
@Celinekamwemwe
@Celinekamwemwe 5 месяцев назад
❤❤❤❤❤❤ wawooooh icyo bita urukundo
@sandrinebukeyeneza3201
@sandrinebukeyeneza3201 9 месяцев назад
Solution couple turabakunda cne❤❤❤muradu tesa sana
@VestineNdayikeza-de7co
@VestineNdayikeza-de7co 6 месяцев назад
Muranyish ati kur 11 fanny urarab ntabahorajayo yahameny gt nukur naw yagitsindagiy kur 11😂😂😂😂😂 mug nda❤❤❤❤❤❤ kd cane bant banj bz bz
@Nimubonaegide-hd7iw
@Nimubonaegide-hd7iw 8 месяцев назад
Muraberewe Shaa fani uwukuvuga ngurumukecuri ninryarya ni jalouzi abatovyi balaho
@evelynehakizimana8519
@evelynehakizimana8519 9 месяцев назад
Basha ndabakund mwumveko muntwenza😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂Team Nono hejuru cn😂😂😂😂
@jeanneniyokwizera-k1h
@jeanneniyokwizera-k1h 6 месяцев назад
😂😂😂😂ntwengejwe naknt ng kubr arije nagutanze kumaraa,ndabakunda❤❤
@FabiolaNIYOGUSHIMA
@FabiolaNIYOGUSHIMA 9 месяцев назад
Vyiza bantu banje ariko Fanny harihukuntu ugomba gukara imbere yakamera ucumenga ugomba kwerekana kumuganza zuragabanya sha mamy tukwikundira kanini❤❤❤
@VngeneRụkundo
@VngeneRụkundo 9 месяцев назад
Basha jew Ndabakunda cane nukr, mwirambire diii
@IngabireZainab-p2c
@IngabireZainab-p2c 4 месяца назад
Ndashaka kuzajya gusura fanny lavine numva mukunze cyane agira umutima mwiza ntiyiyemera
@IraNella-u6p
@IraNella-u6p 9 месяцев назад
Amen❤ ndajabutse on the name of Jesus Christ
@IradukundaSifa-h8i
@IradukundaSifa-h8i 9 месяцев назад
Mbakundabirenz❤
@امنهالسناني-ث4س
@امنهالسناني-ث4س 9 месяцев назад
Ndabakunda cane rero ikiryohera ndamukunda fanny and nora imana ibakomeze
@AssiaClaudineMukaremera-3066
@AssiaClaudineMukaremera-3066 9 месяцев назад
🤣🤣🤣🤣🤣imbavu zanje nukur muranyishe fanny ngo mbape yagiziki?🤣🤣🤣🤣 Mwubahwe kbs🙏🙏
@trinitensengiyumva8090
@trinitensengiyumva8090 9 месяцев назад
Nono reka ngufash gutwenga😅😅😅 atigwik papa yatway aratwenza arik nivyo France niyo yagitwaye.nono ndasubiye kuba umufan gose BRCRN oyeeeeeeeee
@annemarieshemezimana9097
@annemarieshemezimana9097 6 месяцев назад
Jew muzongira ikigugu😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂icobikoze Ndabakunda nukur
@esperencekaneza2656
@esperencekaneza2656 9 месяцев назад
😅😅😅 akokantu ngo yacometse rero sasa 😅😅😅😅😅😅 kuvuga ngeeeeee bitobore neza 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 reka isoni 😂😂😂😂🥺🥺🥺🥺🥺
@marieroseniyiragira3236
@marieroseniyiragira3236 9 месяцев назад
Un erreur repetitif sur vous!! Vous n'etes pas homme et femme Svp!! Vous etes à une periode de fiancaille mes cher amis bien aimés!!!
@EricIrakoze-z6w
@EricIrakoze-z6w 9 месяцев назад
Murantesa vrma .rugume rusosa bagenzi.sinteze kubavinyuma nuko like batarenza 1 mbanguma likingadi
@NiyukuriEgide
@NiyukuriEgide 3 месяца назад
Fanny kumbe uraziko uhorutubesha ngo ntajwi ufise Yesuweeee
@necelatenitunga
@necelatenitunga 9 месяцев назад
Nkunda Ubuntu muri naturel vraiment Imana ibaje imbere
@niyonkuruconsolee7820
@niyonkuruconsolee7820 9 месяцев назад
Reka kuntwenza sha Fanny😅😅😅ngo Mbappé niwe yatwaye coupe du monde 🤣🤣🤣🤣itekanire uri nkanje muvy'imipira...none mbega k umeng uragira isoni cane uri kumwe na Solution man????jiamini mama,mapenzi ni kujiachia😊😊😊😅😅
@queenieSamantha544
@queenieSamantha544 9 месяцев назад
Courage solution couple we love you ❤❤❤❤🎉
@JoselyneKajeneza-ry4tx
@JoselyneKajeneza-ry4tx 9 месяцев назад
Nora urashobora kuntwenza iyo ntwengo yawe Mana weeee naho noba nshavuye nsanga natwenze😂😂😂😂😂
@ElianeNdayishimiye-f5x
@ElianeNdayishimiye-f5x 8 месяцев назад
Ndabakunda cane courage mugabo Fanny gabanya akokantu kokuz wimyoza wosanga kamubabaza naho atabivugako😂
@IradukundaDiella
@IradukundaDiella 6 месяцев назад
Yoooo mana ukomeze norasQue na fanny lavine lmana ibakomeze ibagirire neza ndabakunda cn sha mur bez
@EricChantalTv
@EricChantalTv 7 месяцев назад
Ndabakunda ni chanta dumunyamure di 🇨🇦 ndabakunda cyanaaaa
@AngeliqueNdayishimiye-n9m
@AngeliqueNdayishimiye-n9m 9 месяцев назад
Ivyo bintu vyo kuba ugomba utange impanuro mukaca mubitereramwo inkuru ni faux.ba ubanza uvuge uheze
@uwaselove012
@uwaselove012 8 месяцев назад
😄😄😄😄🤭Mana nukur uhezagir abbantu kk btuma nseka nah nob mbbaye🤭😍
@EricEmerimana-pe4sl
@EricEmerimana-pe4sl 9 месяцев назад
Mukomere muri Yesu ndabikundira💕💕💕
@NadegeNinteretse
@NadegeNinteretse 9 месяцев назад
Abavuga ko Fanny aragakecuru nibo bashaje mumutwe kubera ibibazo bafise
@BenigneNibitanga
@BenigneNibitanga 9 месяцев назад
Ntashaje namba numu 1993 nuko yakuze neza avyibushe
@SolangeNTAKIRUTIMANA-de1mx
@SolangeNTAKIRUTIMANA-de1mx 9 месяцев назад
Solution couple hejur cn ndabakund muvyumv ❤❤❤❤
@ndayizeyeacqueline5956
@ndayizeyeacqueline5956 9 месяцев назад
Ngo Barça niyo yatahanye coup du Monde Fanny imbavu zanje😂😂😂😂😂
@BelyseNiyonizigiye-cc5pl
@BelyseNiyonizigiye-cc5pl 9 месяцев назад
😂ngo mbappe aranyish
@BizimanaPrudentienne
@BizimanaPrudentienne 6 месяцев назад
Ndabakunda si secret❤
@EvelyneHabumukiza
@EvelyneHabumukiza 9 месяцев назад
Jerer ndakund ukunt muzanibint vyakajagar muzamunyica solution couple hejur
@EmelyneDusabumuremyi
@EmelyneDusabumuremyi 9 месяцев назад
Nsubiriramwo neza Fanny mbape agiziki?gusa intango yurugo gwiza ni ijambo ry'IMANA knd muze mwame mugira ikiyago mukibazo cose muzohura naco
@BelyseNibitanga-e9g
@BelyseNibitanga-e9g 5 месяцев назад
Turabakunda cane murabantu bacu ❤️❤️❤️
@EvelyneHabumukiza
@EvelyneHabumukiza 9 месяцев назад
🤣🤣🤣kl mwebw mundyoherezumusi ngonark ntangakarorero ngarik naragusohokany Fafa et Nono kl mbakund kanin
@LouangeArleneIgiraneza-vt6mm
@LouangeArleneIgiraneza-vt6mm 9 месяцев назад
Ndakunda couple yanyu vrt ❤❤❤❤❤❤❤❤
@sandrinebukeyeneza3201
@sandrinebukeyeneza3201 9 месяцев назад
Nibareke kugutuka sha fanny.gusaza nivyiza cane cane iyo usaziye ikirukuri gusa je mbona numugabo wa 25ans yogutwara
@MediaManirakiza-b3u
@MediaManirakiza-b3u 9 месяцев назад
Imana ntanzigo kabisa,asha naje ndizeye basi
@nademidk2416
@nademidk2416 7 месяцев назад
Waouuuu Waouuuu Waouuuu Waouuuu Waouuuu ivyiz gus
@nademidk2416
@nademidk2416 7 месяцев назад
Urug ukirushim ukarushikamw women ni paladizo arik ukuvyara women ni gihenomu ubw rero iman ibatabar ntimuz muhur nivy nahuy navy bakunzi banj
@christellarletteimperubunt7454
@christellarletteimperubunt7454 9 месяцев назад
Uw muntu vrt yakurungkiy 2ml ar mumpimba nuwagaciro umwiteh naw Fanny
@happyhappy3493
@happyhappy3493 9 месяцев назад
Imana ibajimbere ❤❤❤❤❤❤❤
@NiyongerePascaline
@NiyongerePascaline 9 месяцев назад
Solution couple ndayikund ❤sana mwubahwe
@EvelyneHabumukiza
@EvelyneHabumukiza 9 месяцев назад
😂😂😂😂😂😂😂fanny kl nind yavuz kufisurujwi rubi manyina disi ufisakajwi keza
@afsamossi830
@afsamossi830 9 месяцев назад
Nukuri nirubi vrt zugerageza nyene kugira akajwikeza gusa nyene urimwiza nkajewe❤❤❤❤❤❤❤❤
@nanagadgril
@nanagadgril 9 месяцев назад
Mbape niwe aheruka gutwara coupe du Monde 😂😂😂😂
@carmellanishimwe558
@carmellanishimwe558 9 месяцев назад
😂😂😂😂
@bugegenezaujia7325
@bugegenezaujia7325 9 месяцев назад
Nono oya reka ko mwama mujanishs😂😂😂
@Mugishaviolette
@Mugishaviolette 6 месяцев назад
Gusa ndabakunda disiii turinyuma yanyu❤❤😂
@AdnetteIrakoze-x8h
@AdnetteIrakoze-x8h 9 месяцев назад
Solution couple hejuru cn beza❤
@FidèleFilsNtiranyibagira
@FidèleFilsNtiranyibagira 9 месяцев назад
Nibakureker fanny wawe sha nono numunt munzima uwo naw avug kwarumukecuru ese yaramukecuje ahubwo iyo n bf nono
@jonathanharabandi2707
@jonathanharabandi2707 9 месяцев назад
Vyukuri kuba murukundo biraryoshe cane . Courage.
@NgendakumanaViolet
@NgendakumanaViolet 7 месяцев назад
Yaga mbakundukwo mwaro ntabahemu bavukayo salut Norasque
@FabiolaNIBIZI
@FabiolaNIBIZI 27 дней назад
Nimukore sha murekane n'aba contre succès
@saras1134
@saras1134 9 месяцев назад
MUGARUKE DUKWIZE 10K KUBAKUNZI BACU 💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕
@SandrineIkorineza-l7n
@SandrineIkorineza-l7n 6 месяцев назад
Abakunzi ba Barcelona 🎉🎉🎉🎉
@AlineNizigiyimana-ir5bz
@AlineNizigiyimana-ir5bz 8 месяцев назад
Ndabikundiradisi mwubahwe mugir umugisha
@BahatiEmanuella
@BahatiEmanuella 9 месяцев назад
Nukuri fanny nimwiza.nimba nokumutima ameze uko vyoba aramavuta pe
@JoellaNiyomucunguzi
@JoellaNiyomucunguzi 9 месяцев назад
Faaanny 🤣🤣🤣🤣🤣🤣 ng Curian mbape ng niw yatwaye coupe du monde reo ugashimikukuntu nyn 🤣🤣🤣🤣 harya hantu hantwengeje gushika naho
@medybayemere
@medybayemere 9 месяцев назад
Nn izoshati zingana nkuk nora azikund kuberik? Erg kwonda sikosa ishire kumwany wiyakir apana k wambara izijebajeba
@emelynemaisha1150
@emelynemaisha1150 9 месяцев назад
Ndaba❤ caaane🎉🎉🎉
@marieroseniyiragira3236
@marieroseniyiragira3236 9 месяцев назад
Murampimbara pe. Mbipfurije kwama muhimbawe ibihe vyooose
@OmelieIgirubuntu
@OmelieIgirubuntu 8 месяцев назад
Ndakunda Fanny CNE CNE CNE CNE ......
@SouavisIRANKUNDA-w4u
@SouavisIRANKUNDA-w4u 9 месяцев назад
Fanny ivyo vyambere mwari kubikurako kwer kandi ahige cameraman umutwe wa solution couple
@ndayikezabella
@ndayikezabella 9 месяцев назад
Nukur ndabakunda, courage maz🫂
@عبداللهالدوسري-ك9و9ل
@عبداللهالدوسري-ك9و9ل 9 месяцев назад
fany gayemwe urukundo mukunda ubu yooo mugabo ntaherutse kurira ari mukibanza ça vrai
@AronIrakoze-x9g
@AronIrakoze-x9g Месяц назад
Eeeeh imbavuzanj muvuny murazimp kwer
@GeorgeJabukiro-pk9cg
@GeorgeJabukiro-pk9cg 9 месяцев назад
Muratesa ndabakunda Imana Ibahezagire ndabasengera mukomeze natwenze imbavu ziratarma
@MrMr-z1p
@MrMr-z1p 6 месяцев назад
Imana yaraguhaue ubwiza pe
@LiesseGakuyano
@LiesseGakuyano 7 месяцев назад
Solution couple❤ndabakund cn
@IraNella-u6p
@IraNella-u6p 9 месяцев назад
Ic bikoze muraryoheye😂❤
@jgateka
@jgateka 9 месяцев назад
umu chrie wanje mwamwumvise k afis n'inkuru z'ibiharage🤣🤣🤣🤣🤣
@miracleange1588
@miracleange1588 9 месяцев назад
Ndabakundira ukuntu amajambo bavuga mutayahumwanya disi mukomeze murukundo gwanyu imana ibajimbere
@miracleange1588
@miracleange1588 9 месяцев назад
Hama fani wanje ubwobukazi buhere ndikwikundira nuku tabizi ariko wifate nkuwashiste kumusaraba
@BelyseNIYONZIMA
@BelyseNIYONZIMA 9 месяцев назад
Uri kuri international ntawo witaba sha naho yoba akuzaniye amafranga kuko niho woba urusambuye neza.
@furahandayishimiye2000
@furahandayishimiye2000 9 месяцев назад
Ahobeza banj❤❤❤❤❤
@ThierryNdayiramye
@ThierryNdayiramye 9 месяцев назад
Solution couple hejuru cane
@maickndayizeye
@maickndayizeye 7 месяцев назад
twimenyanire sha sivyo nn?
@DianaNingabiye
@DianaNingabiye 9 месяцев назад
Nukur muratuma irung ban bamutama jyewe ndabakund kuruta ukomuvyibaza pe nono a fanny manayanjye mwakundanye hageze 😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅
@JeanneSindayihebura
@JeanneSindayihebura 7 месяцев назад
Fanny na Norasque mwirambire ndabakunda
Далее
Исповедь / Мася
2:47:10
Просмотров 190 тыс.
FANNY LAVINE  AVUZE IBINTU 3 AKUNDIRA NORASQUE
20:46
Просмотров 6 тыс.
SOLUTION COUPLE:💖DOT💖
1:02:23
Просмотров 52 тыс.