Тёмный

Solution couple💝PRANK y' umwaka ino si twatwana  

FRESH TV 257
Подписаться 52 тыс.
Просмотров 23 тыс.
50% 1

Опубликовано:

 

21 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 128   
@fannylavineofficial1360
@fannylavineofficial1360 5 месяцев назад
ru-vid.com/video/%D0%B2%D0%B8%D0%B4%D0%B5%D0%BE-NmBNaoOrzSk.htmlsi=aGgh0baXWBIbVFPF Abakunzi ba Solution couple duhite twimanukira na serie URUGO S1EP10🎉
@pilindayishimiye9393
@pilindayishimiye9393 5 месяцев назад
Kuberako narinkiraba urugo ariyo mpamvu itumye ntaba uwambere ndabasavye umpe utu liké twanje 😂😂😂😂
@AlthrayhGold-qh1ii
@AlthrayhGold-qh1ii 5 месяцев назад
Nan je kabisa
@sarasara-ur6nz
@sarasara-ur6nz 5 месяцев назад
Burya nanje njemvuye kuraba urugo reka ndakaguhe ntaribi
@TitiCoolOficial
@TitiCoolOficial 5 месяцев назад
Nyimba ukunda solition couple nkanje umpe like
@furahandayishimiye2000
@furahandayishimiye2000 5 месяцев назад
Nyimb harikiganir ndabankahez ahababant bar ndahashik mfum ncererw solution couple murakunzw❤❤❤❤❤❤❤dico rek ntoragateb🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@NadiaIrakoze-u9e
@NadiaIrakoze-u9e 5 месяцев назад
Fanny Lavine ndagukunda imana yuguruye ntawugara 🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹
@odettenishimwe4124
@odettenishimwe4124 5 месяцев назад
Big up san solution couple turayikund caneee kuko nurugo rutesa san ❤❤❤ amashugwe nayanyu
@carmellanishimwe558
@carmellanishimwe558 5 месяцев назад
Solution couple hejuru cane on vous aime ❤❤❤❤❤mugire ivyo muzimana nivyo musigarana
@AssiaClaudineMukaremera-3066
@AssiaClaudineMukaremera-3066 5 месяцев назад
Fresh TV yishiki murugo rwa solution couple🔥🔥🔥🔥 reka ntore agatebe nicare🤣🤣 Prince 🤝
@ayingeneyemammy1765
@ayingeneyemammy1765 4 месяца назад
Umunyarwanda kazi ubakunda cyane !!!! Iyingeze hano ntora agatebe 🎉🎉🎉🎉
@chanelleButoyi
@chanelleButoyi 5 месяцев назад
Uyu muryango nimwiza Imbere caneee ivyo bindi muvuga ntibikenewe muruyuyu muryango nimwiza abisi ntaco wokora ngo ubashimishe Bose courage bantu banje ndabakunda mumabara yose
@ElianeIRADUKUNDA
@ElianeIRADUKUNDA 5 месяцев назад
Solution couple muzogumane uwo mutima w'urukundo basha turabakunda saana muvyumve
@NiyongerePascaline
@NiyongerePascaline 5 месяцев назад
🥰🥰🥰🥰murankumbuj umusigat yemweee 😊😊 solution couple oyé oyé 💃💃💃💃tuv kurab urugo série twonger tuza nah uyumus ntarung pe 🥰🥰 mwubahw mwes ❤❤❤❤
@aliaalr6366
@aliaalr6366 5 месяцев назад
Solution couple ndabakunda cane imana ikomeze guhezagira urugo rwanyu💞💞💞
@JaphetNizigiyimana
@JaphetNizigiyimana 5 месяцев назад
FICO fico big up sana bro
@Hazfir.Official
@Hazfir.Official 5 месяцев назад
Dico unomusi ndavuze ko wazanye abantu bacu wubahwe🤗❤
@mariamsakora2818
@mariamsakora2818 5 месяцев назад
Mbony solution couple ntegerezwa kwicara nikiganiro nkakimara ndabakunda mwabantumwe🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤
@ININAHAZWEDevote-lb5gk
@ININAHAZWEDevote-lb5gk 5 месяцев назад
Waaaa abantu bnj uyumus muguma muduh mvuye murugo non njengah naho tore amashimwe🌹🌹🌹🌹
@keysejhzhd3849
@keysejhzhd3849 5 месяцев назад
Solution couple ❤mwubahwe murakuzwe
@belyseniyonkenguruka4585
@belyseniyonkenguruka4585 5 месяцев назад
nukur merc xn wakoz kutuzanir couple yibihe mbakund kubiiii❤️❤️courage mwese mbafis kumutim ❤
@WellarsNiyomugabo
@WellarsNiyomugabo Месяц назад
Fanny ndimurwanda ariko ndagukunda cyane nkakunda nibyo ukora
@GraceNiyokindi-ov4jk
@GraceNiyokindi-ov4jk 5 месяцев назад
Solution couple yubahwe pe abakunzi bayo tumenyane
@KulthumUwimana
@KulthumUwimana 5 месяцев назад
Ah mbony solution couple nsinorengan ntabaravy rek mbanz ndabarab ndab ❤cne
@JulietteNiyubuntu-u7x
@JulietteNiyubuntu-u7x 5 месяцев назад
Mwese ndababona🥰ark Fridolin niw ngum mbon uyumus ter'ujimber can muhung wacu🎉🎉
@b10tv19
@b10tv19 5 месяцев назад
love from B10 Classic
@CynthiaNkeshimana
@CynthiaNkeshimana 5 месяцев назад
Dico merci kutuzanir abant bacu
@Moriahburundi
@Moriahburundi 5 месяцев назад
Courage Fresh Tv 257
@lilynabwire-v7o
@lilynabwire-v7o 5 месяцев назад
Ibikaju ingozi muriheh hahaaaaa rwimyuba😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@SandrineNikundana-h9t
@SandrineNikundana-h9t 5 месяцев назад
Uwanka solution couple abayeho gt? Mwiyimisi😂😂 ndabakuda muraturyohereza umusi ❤❤
@PeniellePepe-p8d
@PeniellePepe-p8d 5 месяцев назад
Fico fiko none uhejeje kunwa icayi ucurenzako namazi😅😅😅😅
@GigiKoko-g9w
@GigiKoko-g9w 5 месяцев назад
Ngo yishakira umugore😆😆😆😆
@khanwkk
@khanwkk 5 месяцев назад
Ukoranye naba kunzi banj iyo uzoja tuzojana Dic kuk abo wagendey ndabakunda gos ubans nanj ndakwanka. Ubakunze ndagukund.
@prospernsabiyumva3590
@prospernsabiyumva3590 5 месяцев назад
Dico wakoze caaane kubatuzanir rek ntor agateb nirabir hm nyen ugiy murukund na solution couple nanj ntacobuz ntakund ivyaw
@Vanessa-fr5xy9ym3x
@Vanessa-fr5xy9ym3x 5 месяцев назад
Kuva murugo series utora Kandi gatebe wicara muri solution couple🔥🔥mwubahwe cane.
@mariamsakora2818
@mariamsakora2818 5 месяцев назад
Wew turikumwe mbonye solution couple ngenda niruka
@ClaudineMPAWENIMANA-fd6nu
@ClaudineMPAWENIMANA-fd6nu 5 месяцев назад
Bwabundi Fanny yarabay kuwinterekwa ?nd murukund n solution couple vrt
@GigiKoko-g9w
@GigiKoko-g9w 5 месяцев назад
Uwo wohagati aranyarutsa ngirango adandaza imiseke😂😂😂
@ClaudineNiyonsaba-cz3fp
@ClaudineNiyonsaba-cz3fp 2 месяца назад
Yesu we na ketro kumeza mwibajije kwariteremusi
@ChantalMarieKwizera
@ChantalMarieKwizera 5 месяцев назад
Gusa fiko aratekereje sana murinze muheza atavuze😂😂😂
@Divine-JoelleIYAMUREMYE
@Divine-JoelleIYAMUREMYE 5 месяцев назад
nawe Fico yunamye umutwe mu cayi gusa ntan ukuvuga uyu musi unamuka uvuge nawe😂
@NISHEMEZWEChristella
@NISHEMEZWEChristella 5 месяцев назад
So nice
@mvmezerosamira3960
@mvmezerosamira3960 5 месяцев назад
Solution couple ndabakunda ❤❤🎉🎉
@MusaninkaFuraha-lj3uk
@MusaninkaFuraha-lj3uk 5 месяцев назад
Bamurek kubesha ng prank
@belyseniyonkenguruka4585
@belyseniyonkenguruka4585 5 месяцев назад
umuntu wese wumumenyesh makur yank iyi couple nanj singez kurab ivyiw😂✊
@furahandayishimiye2000
@furahandayishimiye2000 5 месяцев назад
Naj nuko uwubank naj sindabivyiw peeeee😂😂😂😂
@Colise-j7g
@Colise-j7g 5 месяцев назад
Nukur najew uwanka iyi couple sindamukunda vrt 😂😂😂
@sosomh5430
@sosomh5430 5 месяцев назад
Uwundi ni jewe, ubanka tuba duhejeje
@digneirakoze4139
@digneirakoze4139 5 месяцев назад
Nanj 😂😂
@mamancheiilla0fficial
@mamancheiilla0fficial 5 месяцев назад
Reka ntoragatebe nicare 🎉🎉🎉
@niyonzimabebyna
@niyonzimabebyna 5 месяцев назад
Wakoze Dico kubatuzanira aba nabantu bacu solution couple❤
@MMiss-b3w
@MMiss-b3w 5 месяцев назад
Ndabakunda muvyumve
@GorethGoreth-lp6kl
@GorethGoreth-lp6kl 5 месяцев назад
Mweho biracagendeka mukironka agacayi😢😢😢Raba mutwibuke
@Mrfit-3456
@Mrfit-3456 5 месяцев назад
Ndabakunda cane❤❤
@JeanneNsaguye
@JeanneNsaguye 5 месяцев назад
Nanje ndabemera
@vyukusengejoici-uv6sx
@vyukusengejoici-uv6sx 5 месяцев назад
😂😂😂😂😂😂❤❤❤❤ imeza yari yaryoche😢😢😢😢😂😂😂🎉🎉🎉
@BizimanaPrudentienne
@BizimanaPrudentienne 4 месяца назад
Mwaduhevye ko mwatubaniye
@NadiaIrakoze-u9e
@NadiaIrakoze-u9e 5 месяцев назад
Wow❤❤
@MrMr-z1p
@MrMr-z1p 5 месяцев назад
Love you❤❤❤❤❤ uyumusi mbaye mubahafi pe mpazo link
@LoveLove-i4h
@LoveLove-i4h 5 месяцев назад
Murankubuj imisigat😢😢😢😢 ❤❤❤
@AloysMponyorereko
@AloysMponyorereko 5 месяцев назад
❤❤❤❤❤ solution couple hejuru 🎉🎉
@Tumainiester
@Tumainiester 5 месяцев назад
Ndabakund fanny nababony muriko muj muryakameng vrt naryohewe
@sfkl8257
@sfkl8257 5 месяцев назад
Murakoze cane kuduterinkuru
@NIYOMUCOMarieDelicia
@NIYOMUCOMarieDelicia 4 месяца назад
❤❤❤
@Thacie
@Thacie 5 месяцев назад
Wewe uvuga imiseke uruwiwacu cibitoke niho tuvuga imiseke
@jeanclaudeofficial9653
@jeanclaudeofficial9653 5 месяцев назад
Kbxa
@SaraphinaMichael-ff2df
@SaraphinaMichael-ff2df 5 месяцев назад
Ngo shwiiiii Fanny uranyishe pe
@emmansmith8718
@emmansmith8718 5 месяцев назад
Murankumbuza gutaha iburundi gusa mbakunda kanini muratumarirungu
@sarasara-ur6nz
@sarasara-ur6nz 5 месяцев назад
None iyo misigati mwaye burangure canke mwabaye bugure😂😂😂gusa akayabagu keza ikibazo nuko murikwikorana mutaduhayeko😢😢
@ناصرعايض-ج8ت
@ناصرعايض-ج8ت 5 месяцев назад
❤❤❤❤❤❤❤❤
@SibijaliLim
@SibijaliLim 5 месяцев назад
Vyose mwabimvugiye nukuri nacerewe ndi kuraba urugo nukiri mumpe basi utu linke ndabasabye
@NduwimanaSandra-cc6bh
@NduwimanaSandra-cc6bh 5 месяцев назад
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@JemimaNiyukuri
@JemimaNiyukuri 5 месяцев назад
Kbx mwaturyoherej
@YvetteNIFASHA-nc3ij
@YvetteNIFASHA-nc3ij 5 месяцев назад
🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@VestineMagambo
@VestineMagambo 5 месяцев назад
muvugaa amajambo menshi ku meza,muracira mundya
@Francine-i7l
@Francine-i7l 5 месяцев назад
Kuba unomusi ntashika ntashika mwijana nahora mba iwigihumbi narimwe nukuri mumpamashi urugo ntiyamcereje
@AlthrayhGold-qh1ii
@AlthrayhGold-qh1ii 5 месяцев назад
Twaje twaje Bantu bacu
@AngeCollyseNininahazwe
@AngeCollyseNininahazwe 5 месяцев назад
👌❤️❤️❤️
@sozvin1869
@sozvin1869 5 месяцев назад
.murikoranye basha
@chnae-k5o
@chnae-k5o 5 месяцев назад
Cha biragaragar mur comment kwatar prank narinje diruk nihogihez kurab urugo 😂😂
@BizimanaPrudentienne
@BizimanaPrudentienne 5 месяцев назад
Sindabona ivyarivyo pe reka ndindire ndabe
@divineibonavyose8952
@divineibonavyose8952 5 месяцев назад
Ngo niwe akimota😂
@jeanclaudev8
@jeanclaudev8 5 месяцев назад
Ewe nora sha ngo womurongora gt utamuterura😅😅
@فلورافلور
@فلورافلور 5 месяцев назад
Wahooo
@AliceCuki
@AliceCuki 5 месяцев назад
🤣🤣🤣🤣 mwubahwe pe 🎉🎉🎉🎉
@seniorrobertoomonde7652
@seniorrobertoomonde7652 5 месяцев назад
Mwubahwe
@BettyNkeshimana
@BettyNkeshimana 5 месяцев назад
❤❤❤❤🎉🎉😂😂😂
@KanyamunezaEric-h6x
@KanyamunezaEric-h6x 5 месяцев назад
😅😅😅😅😅❤❤❤❤
@jeanclaudeofficial9653
@jeanclaudeofficial9653 5 месяцев назад
Ubundi iyi couple niyo yonyene yatuzaniye bishasha muburundi yubahwe
@divineibonavyose8952
@divineibonavyose8952 5 месяцев назад
Fico ko atekerej cane
@JohnholypeterchanceBarik-bo9le
@JohnholypeterchanceBarik-bo9le 5 месяцев назад
Nn vrt iy n Prank???
@NadiaIrakoze-u9e
@NadiaIrakoze-u9e 5 месяцев назад
❤❤❤❤❤❤eira
@EDMONDHARUMUREMYI
@EDMONDHARUMUREMYI 5 месяцев назад
Fiko fiko
@lisaalllisa5326
@lisaalllisa5326 5 месяцев назад
Ikiganiro cari kiryoshe
@emelinenegamiyimana4103
@emelinenegamiyimana4103 5 месяцев назад
mutanguye umengo ni ninde? so ikiganiro kiratesa ngo niwe agikora akakimota ewe Dico na solution couple
@flowermoniqueniyonyishu2875
@flowermoniqueniyonyishu2875 5 месяцев назад
Mukhamaaaaaaa naratanswe
@HoHnot-py1nj
@HoHnot-py1nj 5 месяцев назад
uwo muhungu niwamwana WA fany wumuhungu?
@Xhcfj-ye3hx
@Xhcfj-ye3hx 5 месяцев назад
Tura bakunda .gs izosawuti ziratu mena natu
@JeannetteBigeme-eg3rf
@JeannetteBigeme-eg3rf 5 месяцев назад
Icayi caryosh
@فضهالعبدالله-س3ع
@فضهالعبدالله-س3ع 5 месяцев назад
❤❤❤❤❤❤❤😂😂😂😂🎉🎉🎉🎉
@Xhcfj-ye3hx
@Xhcfj-ye3hx 5 месяцев назад
Uwo mushamba ww atinya kamera nuwahe
@AlvineIriho-ym4gc
@AlvineIriho-ym4gc 5 месяцев назад
😂😂😂😂❤
@JosuwaMugisha
@JosuwaMugisha 5 месяцев назад
Umunezerooo😂😂😂😂
@AnithiaIrankunda-et8sl
@AnithiaIrankunda-et8sl 5 месяцев назад
Prince aratinya camer
@NadiaIrakoze-u9e
@NadiaIrakoze-u9e 5 месяцев назад
😂😂😂😂😂😂😂😂 nivyiz ntimucik pe
@KazeInes-i9y
@KazeInes-i9y 5 месяцев назад
Nanje kambandahageze
@ThamarNdacayisaba
@ThamarNdacayisaba 5 месяцев назад
Muremewe
@AnithiaIrankunda-et8sl
@AnithiaIrankunda-et8sl 5 месяцев назад
Dicoo wakoze kutuzanir soution couple
Далее
ОН У ТЕБЯ ЗА ДВЕРЬЮ!
22:33
Просмотров 470 тыс.
El Pro - ICO wakora ngo bwakwemere.(motivation)
1:33
Просмотров 1,5 тыс.
SOLUTION COUPLE:💖DOT💖
1:02:23
Просмотров 52 тыс.