Тёмный

SOLUTION COUPLE 💝: QUESTIONS//RÉPONSES 🤣🤣🤣Uratwenga upfe uyumus ibibazo bituma umwotsi🔥😀 

Solution Couple
Подписаться 36 тыс.
Просмотров 22 тыс.
50% 1

Solution couple :
Norasque Ntare VI:+257 72 096 080
Fanny Lavine:+257 79 210 295
WE ARE FEARLESS GENERATION

Опубликовано:

 

21 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 477   
@FicoFiko9606
@FicoFiko9606 5 месяцев назад
😂😂 Ivyanwa nka ci FIKO 😂😂😂 Abakunzi ba @SolutionCouple 🔥🔥
@MunyurweAimee
@MunyurweAimee 5 месяцев назад
Nawe ndagukunda ukina uri romantic ❤
@carmellanishimwe558
@carmellanishimwe558 5 месяцев назад
Ivyo mugira vyose birababera ababibona nkanj ko vyababerey tumenyane😂😂💐💐💐💐
@TitiCoolOficial
@TitiCoolOficial 5 месяцев назад
Abakunda solition couple nkanje mumpe like
@GhyslaineNishimwe-cs9on
@GhyslaineNishimwe-cs9on 5 месяцев назад
Je ndabakunda vrt numva nonabicapako❤❤❤uwundi yumva aho bigeze yobicapako. Gira like❤❤❤
@belyseicoyiremeye317
@belyseicoyiremeye317 5 месяцев назад
Waaouhhh🎉🎉mbay mu bambere Mu ndemer utu like numve uko bimera Solution couple turabakund can
@miracleange1588
@miracleange1588 5 месяцев назад
Uyu musi muranezeje cane mukomeze kuturyohera murakoze
@GiftBella-de5hz
@GiftBella-de5hz 5 месяцев назад
Ingene rero bahindutse mu maso🤣🤣🤣🤣🤣🤣Imana ibashe kubaha umunezero imisi yose
@RenildeHakizimana-dd5pe
@RenildeHakizimana-dd5pe 5 месяцев назад
Imana yararavye ibihe turimwo ko bigoye ibona yoduha abantu badutera kunezegwa tukibagira ibibazo muvyukuri muri intumwa z'Imana kuri twege ishishikare kubahezagira murandema gusha❤❤❤ndabakunda
@irakizalove101
@irakizalove101 5 месяцев назад
Ngir ndabamenyeshe ko nakize umutima kubera solution couple❤❤nah nob ndik ndarira ndimubibazo nkaja kuraba utwo bigira umbony wokwibaza ko nasaze amenyo simfuka umutima naw uca uruhuka nukuri !!!Imana izompe umugabo dufyina twubahana dukundana
@chanelleButoyi
@chanelleButoyi 5 месяцев назад
❤❤❤❤❤❤❤
@موزاالموازاني
@موزاالموازاني 5 месяцев назад
😅😅😅
@JulietteNiyubuntu-u7x
@JulietteNiyubuntu-u7x 5 месяцев назад
😂😂😂mwebw kwl
@hirwanadine
@hirwanadine 5 месяцев назад
Fani ubundi uwoniwe wurubuze mubuzimabwawe uzumugamburukire ndabakunda❤❤
@MucoInes-hb9hr
@MucoInes-hb9hr 5 месяцев назад
Yooô nar mbabaye non numva nezerejwe namwe❤❤mwubahwe
@dorineirakoze5000
@dorineirakoze5000 5 месяцев назад
Nivyotuvuga bizoduherana kubwa solution couple hejuru cane bakundwa ubundi nimwebwe twashaka❤❤❤
@EnockNiyomwungere-s1g
@EnockNiyomwungere-s1g Месяц назад
Murandyoher cn iman izibah iherezo ryiza
@GenevièveNijimbere-l3y
@GenevièveNijimbere-l3y 5 месяцев назад
Ndabakunda cane kandi murakoze nanje sinarinzi imyaka Yesu yapfuye afise😢gusubu ndabimenye.thank you
@FauziaAkeza
@FauziaAkeza 5 месяцев назад
Yoooooo muranyishe nukur ivyobibazo biratwenza.gusa nawapenda sana♥️♥️🥰🥰
@sosomh5430
@sosomh5430 5 месяцев назад
Nk'ubu murambujije kumesa kko ndababonye sinihangana.reka nicare ntwenge ibindi ni hanyuma
@mamancheiilla0fficial
@mamancheiilla0fficial 5 месяцев назад
😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@nkunzimanaevelyne7526
@nkunzimanaevelyne7526 4 месяца назад
😅😅😅😅
@BenitheIragororotse
@BenitheIragororotse 5 месяцев назад
Gusa reeo fany akantu kokwimyoza aragakunda🤣🤣 abavyumva kenshi nkanje mugonge hano
@SolangeIteriteka
@SolangeIteriteka 5 месяцев назад
Fanny ngra yaraturoze uzukuntu tumukunda❤
@evelyneirankunda4784
@evelyneirankunda4784 5 месяцев назад
Muri abantu bambere nigiraho vyinshi YESU Akomeze guhezagira urugo rwanyu Mukomeze kugubwa neza❤❤❤🎉🎉
@justinendayisenga7180
@justinendayisenga7180 5 месяцев назад
Ababakunda nkanjeee nibakandeee ngahooo jew nduwambere nagukunze ntakuzi arik Tuvuka hamwee olaaaa mapipo💃💃🥳🥳
@esperancenshimirimana8321
@esperancenshimirimana8321 5 месяцев назад
Mwambaye neza
@nishimweornella9928
@nishimweornella9928 5 месяцев назад
Abazindutse nkanje mur solution couple munyiher j'aime we love solution couple❤❤❤
@ClaudineMPAWENIMANA-fd6nu
@ClaudineMPAWENIMANA-fd6nu 5 месяцев назад
Mwebw nukuri muzonanyica ❤
@IradukundaDiella
@IradukundaDiella 4 месяца назад
Abakund iy couple nkanje mundemer utu like
@RittaRitta-gi1tf
@RittaRitta-gi1tf 5 месяцев назад
Fafa jew ndabon iman igombidusukemwo mwibindivyiza mana yanje uzonfashe tubonane nafanny kwer🤲🤲🤲🤲🙏🙏👌👌👌❤️❤️❤️❤️❤️
@kezimanaarsene
@kezimanaarsene 5 месяцев назад
muzonyicisha umunezero gusa i love you solution couple
@JeandeDieuNtirenganya-fe4lp
@JeandeDieuNtirenganya-fe4lp 5 месяцев назад
Nukuri urukundo rwanyu ruranyica pe
@MamadembeleLadouce
@MamadembeleLadouce 5 месяцев назад
Murakoze cane gose ndabakunda
@RACHELMUKARWEGO-di8tm
@RACHELMUKARWEGO-di8tm 5 месяцев назад
Imana ige ibakomereza urwo rukundo ndabakunda cyane nyagasani abashyigikire cyane ❤❤❤❤
@ArletteIrakoze
@ArletteIrakoze 5 месяцев назад
muraduryoher vmt ahubw imana ibakomeze🎉🎉🎉🎉🎉solution couple❤❤❤❤
@FlorenceBIGIRIMANA-xs9qu
@FlorenceBIGIRIMANA-xs9qu 5 месяцев назад
Ndabakunda
@RittaRitta-gi1tf
@RittaRitta-gi1tf 5 месяцев назад
Gusanyene nikwakundinyene turabikundira can difafa nanono mwirambire uwiteka abubakire muzovyare abahungu nabakobwa muzosazane Iman izobahe iherezoryiza🙏🙏🙏🤲🤲🤲🥰🥰🥰🥰🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮🇧🇮💃💃💃❤️❤️❤️❤️
@hawandayishimiye1326
@hawandayishimiye1326 5 месяцев назад
Nukur muranyemej peee👏👏👏👏👏👏👏👏👏🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️🌹🌹🌹🌹komerezahonyen👌👌👌👌🥳🥳🥳🥳
@RehemaClaudine-pe1tl
@RehemaClaudine-pe1tl 5 месяцев назад
Nukur nciye numva nkumbuye muburundi fanny umusi naje muburundi ndipfuza kotuzobona🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤
@ishimwegisele8641
@ishimwegisele8641 5 месяцев назад
Ndabakunda cyane nukuri lmana izanshoboze mbabone amaso ku maso❤
@BlessingIgiraneza-jw4qv
@BlessingIgiraneza-jw4qv 5 месяцев назад
Muraryosha,ikiganiro bantu banj.mubikora neza.Muhezagirwe
@carmellanishimwe558
@carmellanishimwe558 5 месяцев назад
Abakunzi ba solution couple nkanje mugire weekend nziza hamwe na questions réponses muze twiteramire❤️❤️❤️💐💐💐
@kubwimanayvette6203
@kubwimanayvette6203 5 месяцев назад
Merci pareillement 🙏
@jeanmarieniyo.
@jeanmarieniyo. 5 месяцев назад
Ndahwereye nugutwenga, mwabantu MWe mugumizeko mugusenga kk ivyo mukora bihindutse nobabara
@Zouzouzoena
@Zouzouzoena 5 месяцев назад
Solution couple hejuruuu 🎉🎉🎉🎉🎉🎉bah Ayo mashugw yabo🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤ ndanabakund❤❤❤❤❤❤
@IradukundaDiella
@IradukundaDiella 4 месяца назад
Muratwenz vrmt ako kant kubahw
@febiekamariza63
@febiekamariza63 5 месяцев назад
Mwarasaze ndumiwe😂😂😂😂😂😂
@AnnyckTUYIKORERE
@AnnyckTUYIKORERE 5 месяцев назад
Solution couole🗣🗣🗣🙌❤ Nukuri muzohore mwigumira imbere ya camera twiryoheregwe muratunezereza saaaana❤❤
@JajaJaja-f9f
@JajaJaja-f9f 5 месяцев назад
Ndabakunda cane ,ariko jewe ndipfuza gukina filme nkakinana na Lavine vraiment
@SarahMugisha-bh8yu
@SarahMugisha-bh8yu 5 месяцев назад
Ibi bajou bb vyacu ndi murukundo namwe
@omerdusabimana8461
@omerdusabimana8461 5 месяцев назад
Murii Beza Disiii Impande zose Disiii Ndabakunda❤ Muryohera
@JustineNdayikengurukiye
@JustineNdayikengurukiye 3 месяца назад
Ndabakund cne natwe numudusenger urukund rwac rube neza kabisaaaa ndabakundaaaaaaa
@AliceNiyonsaba-lg1nw
@AliceNiyonsaba-lg1nw 5 месяцев назад
Fafa watanguye kwambara Déchire kndi umu Christo??? Ahirero nukuri Atari kwihagararako wapi kweri.gusa ndabakunda❤
@NininahazweSylvie
@NininahazweSylvie 5 месяцев назад
Fanny hariho dechire ninziz knd wabere cane,ariko uzoyishone umubiri ureke kuboneka siko❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉
@OdetteNduwimana-f6v
@OdetteNduwimana-f6v 5 месяцев назад
Muri umuti wa stress Imana ibishimigwe cane yabaduhaye 🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@BelyseIRANKUNDA-e4c
@BelyseIRANKUNDA-e4c 5 месяцев назад
Waaaaohhh solution couple j vs aime bcp ♥️♥️♥️
@anithakwizera4599
@anithakwizera4599 5 месяцев назад
Fighters, I mean the hardworking couple.Keep pushing solution couple
@arcangeriziki4819
@arcangeriziki4819 5 месяцев назад
Fanny ndagukunda ubuzima nibugufi cane rekan nizodechire wambara kunguk vyo mwisi ukabura ubuging ntac vyomar ndabikubwiy kk mpor numv uvug k ukijij
@RemyHakizimana-sl6ir
@RemyHakizimana-sl6ir 5 месяцев назад
Komuzindutse muberewe cane nono na fafa ndabafana sana igihe kimwe ndipfuza umuhuro haribintu vyinshi mpaye ntahura murukundo rwanyu
@InnocentNIYONKURU-i4d
@InnocentNIYONKURU-i4d 5 месяцев назад
Ibururi hari umusozi witwa songa .
@NadiaNimbona
@NadiaNimbona 4 месяца назад
Ukuntu nyen muryohera j nzobicapako wallah
@jajauwimana
@jajauwimana 5 месяцев назад
Muranduhura umuruho wa🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦nukuri nawe nimb ariyuri bakaba bakuruhura nkanj liking ngah twibandanyirize
@NduwayezuReverien
@NduwayezuReverien 5 месяцев назад
Muraryoshe basi
@MartinMudage-kb9li
@MartinMudage-kb9li 5 месяцев назад
Ndabakunda cane fanny wwe ndamaze kumurota nkicuro zitatu❤❤❤
@Divineirakoze-p1f
@Divineirakoze-p1f 5 месяцев назад
😂😂murantwengeje ndabakunda❤
@AntoinetteBaraka
@AntoinetteBaraka 5 месяцев назад
Imana ibabone ukuntu mumvunaguye imbavu❤❤
@nitegekajacques-jt1ud
@nitegekajacques-jt1ud 5 месяцев назад
Muremera umunezero mubaba b'Imana God bless you🙏✅
@JoselyneNIYONIZEYE-v1d
@JoselyneNIYONIZEYE-v1d 5 месяцев назад
Ndabakunda cn kwl ❤❤❤❤ gusa ivy mugira nakajembegete
@KwigizeMussa
@KwigizeMussa 5 месяцев назад
Mwubahwe kabisa uraturyohereza umusi ❤❤❤❤
@carmellanishimwe558
@carmellanishimwe558 5 месяцев назад
Ingene basa rero mumaso n'ingene bari baberew😂😂😂😂 baciy babisuka mw'ifu vyose😂😂😂 ndabakunda to❤❤❤❤❤
@EmelyneDusabumuremyi
@EmelyneDusabumuremyi 5 месяцев назад
Nono arafise umutima mubi acatangura kumuzomera bigatum bimunanira
@ClaudineNituyimana
@ClaudineNituyimana 5 месяцев назад
Ntibinkundira kurengana ikiganiro canyu muranryohereza ijoro kbs
@yvetteitanga
@yvetteitanga 5 месяцев назад
Solution couple hejuru caane turabakunda.Imana ibaje imbere muri vyose .kure cane niho ndabipfurije gushika
@BironkwaCelestin-pt6zm
@BironkwaCelestin-pt6zm 5 месяцев назад
Mwihenze urutoke bambarako impeta rugira 4
@audrey-b7v
@audrey-b7v 5 месяцев назад
And me i'm solution human❤😂😢😮😅😊
@mvmezerosamira3960
@mvmezerosamira3960 5 месяцев назад
Solution couple murantwenza cane ndabakunda❤❤🎉🎉
@NininahazweSylvie
@NininahazweSylvie 5 месяцев назад
Nukuri nubwo mbandiko nteka mbanza kurab solution couple
@CléniaNiyonsaba-y2l
@CléniaNiyonsaba-y2l 5 месяцев назад
😂😂😂😂😂❤❤❤ Muradutaramisha kweli ariko rero na Film miziduhe kbx
@afsamossi830
@afsamossi830 5 месяцев назад
Norandasetse nukuri Fanny arakugize neza kbs
@OdetteNTIBIGAYA
@OdetteNTIBIGAYA 5 месяцев назад
Eweee solution couple nukuri imbavu zacu muzozibazwa😂😂😂
@FrancineIranzi
@FrancineIranzi 5 месяцев назад
Basi nukuri mwumve kondabakunda
@ButoyiSignoline
@ButoyiSignoline 5 месяцев назад
Solulion couple munkorey umusi pee ❤❤❤ndabakunda caan Ndiho abandany abagirir neza muvyanyu no mubanyu❤❤.....
@JeanHavyarimana-ss5jn
@JeanHavyarimana-ss5jn 5 месяцев назад
Nukur mwubahwe
@ElieNtungwanayo
@ElieNtungwanayo 5 месяцев назад
I love you so much nuvyumve KO ndabiyumvamwo❤❤❤❤❤❤❤❤❤muranyuzuza Nama nezerewe kubwanyu mwirambire Bantu banje❤❤❤❤❤
@DarleneIrakoze-ko3oz
@DarleneIrakoze-ko3oz 5 месяцев назад
Merci kudutwenza pee, murabantu bacu 😂
@ruthmvuyekure1640
@ruthmvuyekure1640 5 месяцев назад
Yoooo murandyohewe ndabakunda umukama abandanye kubaha umunezero mu rugo rwanyu
@AliceNiyibizi
@AliceNiyibizi 5 месяцев назад
muryohewe turashikirwa.Iman ibakomereze uwo munezero beza bacu❤❤
@InesKwizera-og2ql
@InesKwizera-og2ql 5 месяцев назад
Nukuri murantwengej nivyo naza nkora ndabihevy
@Audrey-mb3zu
@Audrey-mb3zu 4 месяца назад
Nd murukundo namwee kbx 💃💃💃❤️❤️❤️❤️😍😍😍
@Anneberithilearakaza
@Anneberithilearakaza 5 месяцев назад
Solution couple congratulations
@joiskwizera1326
@joiskwizera1326 5 месяцев назад
Mwigumir mumu nyenga wurukundo bakundwa❤❤❤
@saras1134
@saras1134 5 месяцев назад
MUZOKWAME MUNEZEREWE BAKUNZI BANJE ABABAHAYE 2 MOI AMASO AZOHERE MUKIRERE🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 AKABAZO KOSE KABAYE FAXINE UJUKWEGA UMUGABO WAWE MUCUMBA MUKAVUGANIREYO MUGARUKE MURI SALOON KAHEZE .NKAKUMWE WABIKOZE MURI PLANQ UTI CHR INGO TUBIVUGANE 💙💙💙💙💙💗💗💗💗💗
@Elianemunezero-257d
@Elianemunezero-257d 5 месяцев назад
Solution couple ❤ndabakunda cane🎉❤❤
@ClovisMusombwa
@ClovisMusombwa Месяц назад
Turakunda cane twe tubatwibereye mugihugu bibanyi ca congo .ewana turabakurikirana sana ndakunda PRANK yanyu asha nidanje kabs
@NadineGacuti-jh7cv
@NadineGacuti-jh7cv 4 месяца назад
Ndabakunda cn solution couple❤❤❤
@uwurukundobella-uv4xx
@uwurukundobella-uv4xx 5 месяцев назад
Norasque wubahwe basi urasetsa birenze😂😂😂
@denisentunzwenimana8217
@denisentunzwenimana8217 5 месяцев назад
Norasque ntiwomumenya 😂😂😂
@flowermoniqueniyonyishu2875
@flowermoniqueniyonyishu2875 5 месяцев назад
Wakwanzaaaaaa😂😂😂😂😂😂nukuriii nazindutseerrr🎉🎉🎉🎉
@jeanineniyonizeye9689
@jeanineniyonizeye9689 5 месяцев назад
Ndatwenze n'imbavu ziraturitse❤🎉
@DianeMusavyimana-vh5qc
@DianeMusavyimana-vh5qc 5 месяцев назад
Nukuri ndatwenze bimwe bihagije numva numutwe umenetse
@NduwimanaSandra-cc6bh
@NduwimanaSandra-cc6bh 5 месяцев назад
😂😂😂😂😂😂😂😂😂ubwobufu nukuri iyomubumpa kwr baba lao na mama lao ndabakunda cane❤❤❤❤
@ecclesianetuyisabe9874
@ecclesianetuyisabe9874 5 месяцев назад
Nukuri muradutesa Mukudutwenza mwirambire beza banje
@EstellaUwikunda-yb9so
@EstellaUwikunda-yb9so 5 месяцев назад
fani ndagusavye uze ugume ugamburukira nono kubera vyukuri nono aragukunda
@shadyhalnomani412
@shadyhalnomani412 5 месяцев назад
Jekamana muranyishe😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@emilevenantndihokubwayo3267
@emilevenantndihokubwayo3267 5 месяцев назад
Lavine saluuut Monsieur Norasque Saluut Madame Fanny,ufise umugabo nkunda caaane Ari mukiganiro hariho utujambo avuga dutuma ikiganiro kiryoha cane Umve nkaho akubajije ko umubanira utamuzanira udu toto show kubera twomugutwara Arandyoheraa cane ndipfuza ko duhura nkamukora muntoki Nanje ngiriyeko menya igituma bambara impeta kurugwo rutoki
@angeliquenishemezwe1434
@angeliquenishemezwe1434 5 месяцев назад
😂😂😂😂😂 mugabo nukuri muraturyohereza ubuzima !! Ndabakunda ukooooo
@FifiChou-l4f
@FifiChou-l4f 5 месяцев назад
Vrt murakoze du arinzi impamvu bambara ibague mukuboko kwibubafu icobisigura ndabimeny kabis
Далее
Fake Referee Whistle Moments 😅
00:38
Просмотров 5 млн
Prank iteye ubwoba nabanyamerika babijemo
20:13
Просмотров 103 тыс.