Тёмный

Témoignage de Gabriel Rufyiri 

Tele Renaissance
Подписаться 109 тыс.
Просмотров 13 тыс.
50% 1

Gabriel Rufyiri raconte comment il a échappé à la mort à maintes reprises. Il explique que ceux qui tuent sur base ethnique sont guidés par un esprit de haine.
Gabriel Rufyiri arigana ukungene yahatswe kugandagurwa incuro nyinshi azira ubwoko, akavuga ko abica abandi babaziza ubwoko ari abagenzwa n'agatima k'urwanko.
Sous-titrages français
Spécial Témoignage
Parcours : Une série de 50 émissions
Abonnez-vous à notre chaîne sur RU-vid : bit.ly/2MCpJNQ​​
Rejoignez-nous sur Facebook : / renaissancet. .
Suivez-nous sur Twitter : / rtvrenaissance​​
Notre site web : telerenaissance.org/

Опубликовано:

 

8 авг 2021

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 29   
@Alyne2255
@Alyne2255 Год назад
Uri intwari Mr Rufyiri iyaba abarundi bokumviriza ivyo uvuga uburundi bwokira amacakubiri
@rugemintwazaumurundi6388
@rugemintwazaumurundi6388 2 года назад
Good
@pierrenduwimana2799
@pierrenduwimana2799 2 года назад
Tres bien rufyiri je te felicite mon frere.
@gerardntacomenyereye6998
@gerardntacomenyereye6998 3 года назад
Ariko Rufyiri naho yanse kwishura ikibazo cubwoko armwo, umwumvirije ariko aravuga aho José yahatswe kwicigwa, uwuhazi ivyahabera ico gihe co muri 1994, ucumenya ubwoko bwiwe. Ariko nkuko atabishaka nawe, sinobivugira ngaha
@pierrenduwimana2799
@pierrenduwimana2799 2 года назад
J'ai confiance qu"un jour le burundi sera effectivement un burundi nouveau. Kuburyo atavyubwoko bizoba bikivurwa. Rufyiri je le ferai ministry des affairs sociales.
@Alyne2255
@Alyne2255 Год назад
Ibidutandukanya ntaho bizopfa bidushikanye. Kwigisha amacakubiri ntakintu nakimwe bimaze. Iciza nukwigisha urukundo gushika hamwe twese. Ubwoko c1nke ibindi vyose bitandukanya abantu ntanakimwe bimeze. Vyoba vyiza rero abarundi babikuyeho kuvuga ngo ndi iki canke iki amacakubiri aragatsindwa.
@jean-pierremperabanyanka767
@jean-pierremperabanyanka767 3 года назад
Il peut parler de 1993 sans parler des 300000 tutsi massacrés, du président Ndadaye assassiné, des mouvements de rébellion hutu, des sans échec tutsi, de Fab. Il pourra sortir un livre sur la 2e guerre mondiale sans parler des nazis ni d'Hitler. c'est en esquivant nos problèmes que nous rentrons dans les génocide s cycliques. Nous sommes et resterons hutu, tutsi et twa. Il n'ya aucun mal à être celui ci ou celui celui-là. L important est de comprendre pourquoi on arrive à nous massacrer et comment sortir de ce piège de politiciens. Mr Rufyiri fait de la politique c'est son droit mais pour oeuvrer pour la paix on ne doit pas avoir peur des mots.
@nzega6162
@nzega6162 2 года назад
Wowe uravuga ibintu ubifefetse erura uvuge ibintu uko biri! Baguhoraga iki byagenze cute??
@FabienMbarushimana
@FabienMbarushimana 15 дней назад
None uvuze ngo ntibabihuje,,wabimenye gute? Pfa kubivuga naho utavyemera.
@bakaryniyonsaba8030
@bakaryniyonsaba8030 2 года назад
Mbega rufyir ariburundi??
@pierrenduwimana2799
@pierrenduwimana2799 2 года назад
Biraryoshe iyo mandible title skabariyo I urwaye. Merci
@pierrenduwimana2799
@pierrenduwimana2799 2 года назад
Nanje ndagushigikiye,rufyiri we.kWICWA NGO KUBERA UBWOKO UROMWO,NI AMABWA YUBUTEGETSI BABOZE IMITIMA YABO.
@pierrenduwimana2799
@pierrenduwimana2799 2 года назад
Ce n'est pas necessaries de dire ton appartenance ethnique.
@pierrenduwimana2799
@pierrenduwimana2799 2 года назад
Oya rufyiri! Ntibabaye abagenzi,kuko kagatima kumwansi ntaho karaja.sauf,nimba barakiriye akagaza bakakira yesu nkumwami numukiza, ko yabafiriye kubwivyaha vyabo
@pierrenduwimana2799
@pierrenduwimana2799 2 года назад
Icokintu rufyiri kizoba.kizoteba ariko kizoba abarundi bakire iyo ndwara kuko YESU niwe KURI NZIRA NUBUGINGO. Rero,icokintu kizoba.ayez confiance en moi.
@bakaryniyonsaba8030
@bakaryniyonsaba8030 3 года назад
Mbega rufyiri arimuburund ????
@gerardntacomenyereye6998
@gerardntacomenyereye6998 3 года назад
Kuko yavuze ngo bagomba kumpora ico ntari
@evelyneirakoze7479
@evelyneirakoze7479 2 года назад
Nibaza karikubera ko amazina bamwitirira wewe ntayemera yemera kwari Umurundi kandi birahagize kk numurundi🙌🏿
@omarnkeshimana5007
@omarnkeshimana5007 Год назад
MBEGA YARIKO ABAZWA NIKIROBO ?IVYO BAVYITA UBUFYINYI KANDI MWITWANGO MWARACIYE MWISHURI
@ngundachris7598
@ngundachris7598 3 года назад
Yaco wigira Malaika iyi si témoignages, waje kwitera amashugwe. Ngo abajene babona ingene usa !!uvuze ko ari aba sans échecs bashaka kukwica bibaza ko uri umuhutu, message siho yari gutambuka neza?
@ukweri98
@ukweri98 3 года назад
Bohoka ncuti, sinzi imvo zituma usubira " mumanyembwa " ariko uyu mushingantahe yavuze abantu baha " lift ikibi " bivemwo ntaco uzoba kuko nawe aracariho uramubona.
@pascalngabonziza2978
@pascalngabonziza2978 3 года назад
Ariko ga Mr Gabriel.... La manipulation éthique par certains faux politiciens est là au Burundi... DONC TES ENFANTS ET PETITS ENFANTS DOIVENT LE SAVOIR "Bamenye iyo bahungira... En cas..."
@evelyneirakoze7479
@evelyneirakoze7479 2 года назад
Ivyo nivyubona koyotoza abana?Kugira bibamaririki ?kwitwa umurundi ntibihagije?Ayomazina tutayakuye mumitwe ingihungu cacu kizokwama muntureka.
@omarndihokubwayo
@omarndihokubwayo 3 года назад
Sogokuru wawe yari umuhutu, nawe uri umuhutu uwo mwana wawe nawe aramenya ko ari umuhutu ku neza yiwe. Wewe uri icitso, nivyobigutunze kandi ubwo nuburenganzira bwawe ariko yaco wimena umutwe wisigura, ivyu bururundi coe ivyu rwanda biri clair. Iyo ukiri ubu mu burundi turiko turabirengana twibaza ko bizojana niyo génération yawe ivyo gukamisha ubwoko. ico no guhanura, urigisha uruvyaro rwawe amashuri nico conyene co bafasha
@broandss4004
@broandss4004 2 года назад
I vyovyamoko ntaco bimaze iciza nuko yokwigisha urukundo aboyavyaye
@Alyne2255
@Alyne2255 Год назад
Ivyo ubivuze ubikuye kuki? ufatiye juli kugire umuhe ubwoko? Niyihe science ?
@Alyne2255
@Alyne2255 Год назад
Urarwaye ukeneye therapie
@faridanshimirimana2301
@faridanshimirimana2301 Год назад
Ndashaka umuntu anyereke kugahanga kiwe ahanditseko yavutse arumutu canke umututsi.
@pierrenduwimana2799
@pierrenduwimana2799 2 года назад
None,atari ayo many embrace nyene ya satani,ababikoresha baribaza yuko harico bizobashikanako atarukunywa amaraso yabantu.abo nukubita abanyanyi ba satani
Далее
СЛУЧАЙ В ЧЕРНОБЫЛЕ😰#shorts
00:19
Просмотров 282 тыс.
Témoignage de Thierry Mako / Rescapé de 1993
1:17:02
Просмотров 13 тыс.
Arrestation spectaculaire d'Audifax NDABITOREYE
3:42
Burundi, OUVERTURE DE L’ESPACE AÉRIEN
1:56
Просмотров 1,3 тыс.
Témoignage de Franck Kaze, orphelin de 1972 (Kirundi)
19:58
Témoignage de Tite Ndayisaba / Torturé en 2015
27:30
СЛУЧАЙ В ЧЕРНОБЫЛЕ😰#shorts
00:19
Просмотров 282 тыс.