Тёмный

TABARA TABARA!!!YIBARUTSE UMWANA IVYO MUNDA BIRI HANZE BITEYE AGINDUKA IVY'UYU MUVYEYI 

BUJA TODAY TV
Подписаться 27 тыс.
Просмотров 240
50% 1

KWIZERA Emelyene n'umuvyeyi aba mu ntara ya Ngozi aho yibarutse umwana ivyo munda biri hanze ubu akaba arwarije uwom mwana muri hopital miltaire de Kamenge
Hari ico wipfuza kumufasha wo mwakura kuri @42755+257 65 259 404
Canke mukamurungikira ico mufasha kuri Lumicash yiwe 65 259 404 izina ni KWIZERA Emelyene canke mukamusanga mu bitaro muri Hopital miltaire Pediatrie Chambre 102
Murakoze ku mutima mwiza muza kugira wogufasha uyu muvyeyi kugira murokore ubuzima bw'umwana.
Ikiganiro kuri BUJA TODAY TV
Ntucikwe
Wibuke kugenda ufyonze kuri SUBSCRIBE na NOTIFICATION SHARE COMENT and LIKE Kugira ubandanye wironkera amakuru agezweho.
For more info:
Facebook:
/ bujatodaytv
Instagram:
/ buja_today_. .
Twitter: @BujaTodayTV
RU-vid: www.youtube.co....
E-mail: bujatodaytv@gmail.com
Whatsapp Number: +257 69 951 280

Опубликовано:

 

11 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 3   
@JudithNsavyimana
@JudithNsavyimana Месяц назад
Imana iramubona azokira mukomeze kwihangana
@LaillaNyadu
@LaillaNyadu Месяц назад
Songa mbere boss wanje
@aaaBbb-z7z
@aaaBbb-z7z Месяц назад
Pol imana irakubona nukontarihafi nagira icongufashij ariko imana irakubona
Далее
Обыкновенное чудо
00:48
Просмотров 857 тыс.
Menya Uko Bateka Imboga
24:23
Просмотров 6 тыс.
IBANGA EP227: Yves arafashwe🔥🔥🔥
32:45
Просмотров 29 тыс.
Обыкновенное чудо
00:48
Просмотров 857 тыс.