Uvuze ivyerekeye papa wawe unteye kwibuka papa wanje nukuri yari Man and half buri weekend wari umunsi wiwe wokudutekera break fast Mana mpora nsaba IMANA izompe umugabo nka papa yarafise urukund rudasanzwe kumuryango wiwe ni vyinshi novuze but IMANA ihe papa wanje iruhuko ridashira 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏papa warakoze kuvyara warakoze kundera wamberey icitegerezo ciza TK papa wanje nawe nuko nyene yarameze impuzu nshasha isohotse yazanira mama ngo ambara nkiriho 😂😂😂😂 iyo mama rero avyaye waza wumva abwira mama ngo yo Uzi ukuntu ibise vyari bigiye kunyica ngo twese twakoze akazi keza 😂 ikindi gushwana kwabo ntamuntu wabimenyaga bashwaniraga mucumba bigaherera hiyo kandi nta munsi numwe yari yadukubise pe ni vyinshi gusa IMANA Imuhe iruhuko ryiza ❤ hama TK ndagukunda cane urumuvyeyi mwiza wakarorero ❤❤❤❤❤ IMANA iguhe kuramba ❤❤❤❤ na sabin arik vuga ni benshi bamushaka kandi turamukunda Jo twins show love is our name forever 💪💪❤❤❤❤❤❤
@@dorotheuwamaria5107 reka chr he was so protective ubu akantu kose kabi iyo kambayeko ndarira nkasarara ariko vyose ni IMANA niyo izi impamvu yadusize turi bato ❤️❤️❤️❤️❤️❤️ azokwama kumutima wanje forever