Audio : by X fecta / New era entertainment Video : by Landry SB / Grand Pictures Style : by Kay Mars / Kay Mars Shop watches & sunglasses by House of watch 257 Stream #yooh : yooh.fanlink.t...
Izi vibes zirarenze kabisa kabisa 100%! Burundi abaririmvyi nuko nta support ituruka kubanyagihugu hamwe na Leta baronka nukuri tuba dushitse kure cane goose Kuko ama Talents turayafise arenze nukuri! Ariko nti mucike intege nibukebuke tuzoshika! This is a hit song kabisa Kuko nabana bimyaka2 barayizi! Big up muzoshika kure👊
Da song is so liittt walahiii If you agree with me may God bless you and like it Aba batip bararenze mana yanje Tu ne peux pas même avoir marre yo kuyisubizamwo kuko uribaza after this ndayishiramwo iyihe??? My gingers keep up murabizi kabisaaa
A #DUDECLICKMADBOOM Nobafata noba #YOOH..!!!!!! 😂😂🔥🔥🔥🔥🔥🇧🇮👌👌👌 guyz this song so fire kbsaa 🔥🔥🔥😊 mpise mpanika amaboko🙌 LOVE FROM #SBMONDABEAT #AFROBURUNDI