Тёмный
No video :(

UBUHANUZI / UBUVUGISHWA 20 bwa BEBA Gidiyoni k'UBURUNDI 

IHANGA RYERA RY'IMANA
Подписаться 3,3 тыс.
Просмотров 32 тыс.
50% 1

Umuvugishwa BEBA Gidiyoni yari Umurundi avuka mu ntara ya Makamba, akaba yari yarahungiye mu gihugu ca Tanzaniya kubera intambara yabaye mu gihugu c’Uburundi mu mwaka wa 1972. Yasengera mw’Ishengero rya Pantecote i GATUMBA muri Tanzaniya, mugabo akagenda arashikiriza ubuvugishwa Uhoraho Imana yahora imubwira cane cane aburire Ihanga ry’Abarundi.
Umuvugishwa BEBA Gidiyoni ivyo yavugishijweko vyose vyagiye biraba mu gihugu cacu c’Uburundi, uko yagiye arabitondeka kimwe ku kindi gushika ubu. Ivyo vyatumye n’uyu munsi abantu bose babona yuko yari umuvugishwa w’ukuri w’umurundi wenyene amaze kubaho. Uyu muvugishwa n’Imana yaratashe mu Burundi kandi abandi bakozi b’Imana ntibamwakiriye nk’umukozi w’Imana kuko bari bumvise imburi atanga. Ari mu gihu c’Uburundi ku gatumba iwabo mu ntara ya Makamba, yahavuye afatwa n’ingwara bamutwara ku bitaro bikuru i Makamba, biranka bamufatana urugendo ngo bamutware kumuvuriza mu bitaro bikuru i Bujumbura. Bageze mu nzira, Imana imubarira iti babgire bagusubize inyuma kuko utazokira utegerezwa gutaha kuko igihe cawe kirageze.
Muri iyi video, tubashikiriza ubuhanuzi / ubuvugishwa 20 bwa BEBA Gidiyoni bwo mu mwaka 1992.
Mwipfuza kutwandikira, mwoturungikira ubutumwa bwanyu kuri iyi email:
Email: ihangaryeraryimana@gmail.com
IHANGA RYERA RY'IMANA

Опубликовано:

 

27 мар 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 44   
@ChabanMajambere-if9dc
@ChabanMajambere-if9dc 2 месяца назад
Vutgishwa ku bindi bihugu naho nyene har'imwivyaha birenze Bibiriya ntayo murasoma.Ubuvugishwa buhuzwa n'ijambo ry'Imana.Naho hobonekamwo n'umugororots'umwe Imana yorokora igihugu.
@samsonmacumi8648
@samsonmacumi8648 2 месяца назад
Iyo n imana yabatumye vyukuri ?cank ni politique y ivyo mwateguye mwashatse nivyashika mubeshere imana NGO niyo yabiguye
@millerfreeman9298
@millerfreeman9298 2 месяца назад
Glory be to God Almighty. Hallelujah. In jesus name. Amen, amen, amen!!!!!!
@njorijanavenand3632
@njorijanavenand3632 3 месяца назад
Imana itube hafi n'umuryango wanje
@sylvestremanirambona-bd6fp
@sylvestremanirambona-bd6fp 4 дня назад
IMANA IDUFASHE.
@amkacreativetugirimana1245
@amkacreativetugirimana1245 3 месяца назад
Alleluia, ndabasuhuje bavandimwe. Uwiteka Abohore Uburundi Kuko mu gihe nanjye nari muri Johannesburg muri 2001, numva umuntu wo muri west Africa arahanura, avuga ku Burundi. Abuvuga neza. Avuga ko Imana Ifitiye byinshi byiza . Ndanezerewe cyane, Torero ry'Imana. Uburundi butazarangwamo Hutu na Tutsi, aho abana babarundi Bose baziyumvamo Abana b'Imana ni Ubwo nyine. Alleluia
@felicismehacimanafefe7463
@felicismehacimanafefe7463 2 месяца назад
Ivyo Imana Igomba Nivyo vyiza Iduhe kwézwa
@mfurayuburundi2421
@mfurayuburundi2421 3 месяца назад
Amen IMANA itube hafi iturindishe amaraso ya YESU
@YugoBoss-lc4qg
@YugoBoss-lc4qg 3 месяца назад
Imanishimwecane Ihabwicubahiro Tubirindire Arikonimbantumvisenabi Uwuzoyoboruburundi. Wavuzekwazazananahh??
@menedoranshimirimana5434
@menedoranshimirimana5434 2 месяца назад
Imana ibahe amahoro
@gonzalo7115
@gonzalo7115 3 месяца назад
Esther yitwa Murebwayire apana murengayire. Muvuga nivyo mutazi ityuu. Musigaye musesema!!
@florancekanziza7323
@florancekanziza7323 3 месяца назад
Urambahafi Mana❤
@nsafelix
@nsafelix 3 месяца назад
Ngaho da murasubiriye.mbe abarundi nibo bonyene bavugana n'imana
@NiyonkuruAliera
@NiyonkuruAliera 3 месяца назад
Emwenivyontawo bidehakwel ivyomuvuze biraboneka
@MariusHavyarimana-yi9te
@MariusHavyarimana-yi9te 3 месяца назад
Ba muretse Sha ayo manyanga
@nurianuria9887
@nurianuria9887 2 месяца назад
Manaturi ndirir famille
@NshimirimanaFabrice-po2of
@NshimirimanaFabrice-po2of 3 месяца назад
🎉ndayishimiye mbona aguma akomera mwibukeko iyo abantu bihanye lmana ibagirira imbabazi kand ihimbarwa nuko bose bakizwa ntazigo ifise on
@user-ek5sr4sd4r
@user-ek5sr4sd4r 3 месяца назад
Murakoze muduhe na bwabuhanuzi Evelyne Musumari murakoze
@evelynentunzwenimana6430
@evelynentunzwenimana6430 2 месяца назад
Yesu ashimwe mwifuza ubuhe kwafise imburi n’ubuhanuzi vyinshi
@juniornizigama2547
@juniornizigama2547 3 месяца назад
Haraho yihenze, azotwara umwanya urume rumara? Je mbona ndayishimiye yarengeje imyaka 3.
@user-le3et5mr7z
@user-le3et5mr7z 3 месяца назад
Amen ❤️ Amen ❤️
@user-dr5jo9bi1c
@user-dr5jo9bi1c 3 месяца назад
Murakeza!
@user-zj7lt5ig6t
@user-zj7lt5ig6t 2 месяца назад
Mana tugirimbabazi uzuturinde nabacu.
@ARstone777
@ARstone777 3 месяца назад
Ariko imana ko ikunda abantu kuki burigihe muyihuza nurugomo nurwango gusa gusa?
@BarinzingoThelance
@BarinzingoThelance 2 месяца назад
Amen❤
@NtirenganyaClaude-zy9zw
@NtirenganyaClaude-zy9zw 3 месяца назад
Ubwobuhanuz nibwo
@davidmukeshimanadavid1636
@davidmukeshimanadavid1636 3 месяца назад
Naho ntoronka umwanya wo guta kuri ibi, ndazi ko amatora ageze abavugishwa bavuka ku nguvu
@RizikyPoro
@RizikyPoro 3 месяца назад
Uko nukuri ntaho yihenze ahubwo imana idufashe kwama dutunganye
@user-dj2dx4br6g
@user-dj2dx4br6g 2 месяца назад
Mana nyaguhora kungoma ni wewe twizigiye ntidunya gupfa ahubwo dutinya gupfira mu vyaha uraduha kwezwa mana yacu kandi uhoraho biraba nkuko ushaka amen
@therencendikumana9391
@therencendikumana9391 3 месяца назад
Amen
@bayikezeemile8269
@bayikezeemile8269 2 месяца назад
Nitwihana naho?
@maryamarya4161
@maryamarya4161 2 месяца назад
MANA dutabare
@pacifiquebizindavyi9993
@pacifiquebizindavyi9993 3 месяца назад
Ntanagasoni
@chantalmboningabira3751
@chantalmboningabira3751 3 месяца назад
Ubuhanuzi n'ubuvugishwa bwa beba gidiyoni,ndaburimbuye mw'Izina rya Yezu Kristu Mwami. Ubupfumu n'uburozi bwiwe ndabusambuye mw'Izina rya Kristu Mwami. Umuvyeyi Bikira Mariya Yatuwe Uburundi n'akujanjagure akumene umutwe sekibi nyabingi wiyita imana ugapfumurira bantu ivyo wateguye wiyita Imana. genda ja munyenga y'irimbukiro,ugende wikoreye ivyo wazanye vyose kw'isi. Ndabigutegetse mw'Izina rya Kristu Mwami.
@jeanmarievianneymuyakana8529
@jeanmarievianneymuyakana8529 3 месяца назад
Hahah non aho ntiwosanga weho uriko urwanya umugambi w' Imana,bible ivuga ngo ntitwanke ubuvugishwa ahubwo tubusuzume
@estheresther7511
@estheresther7511 2 месяца назад
Hahhaha urasekeje tu!!
@ezekielnsengi2480
@ezekielnsengi2480 3 месяца назад
Murabufise mu nyandiko
@user-uj3km3vy8w
@user-uj3km3vy8w 2 месяца назад
Kura ubwovburofa ngaho aho ntasoni uriko ubeshera lmana
@gonzalo7115
@gonzalo7115 3 месяца назад
Ariko abantu murakunda ama views vrt. Nne wew ubu buhanuzi bwa Gedeon urazi igihe bumaze babuvuga? Aho wew ikintu gishasha uzanye nikihe? Cafait des dizaines d,annee' buvugwa. Ni musenge ivyubuhanuzi muhebe kko ntimurabahanuzi muriko muvuga ivyo Gedeon yasize avuze
@FeliciteGahimbare
@FeliciteGahimbare 3 месяца назад
Ukonukui😅
@romes8980
@romes8980 3 месяца назад
😂😂😂
@busirufullcomedy6176
@busirufullcomedy6176 3 месяца назад
Murafise ikibazo
@user-tk7ky7tx3v
@user-tk7ky7tx3v 2 месяца назад
Murabesha imana ibarinde😂😂😂😂😂
@SinzinkayoMichel-lu2iw
@SinzinkayoMichel-lu2iw 3 месяца назад
Oya murabeshe. None vyandike muri Bibiliya. Nta buhanuzi butandikwa. Izo nzozi ziva kuri Satan !
Далее
Amasezerano Uhoraho yahaye Ihanga ry'Abarundi
13:44
Просмотров 9 тыс.
Ubuhanuzi bwa BEBA
20:15
Просмотров 15 тыс.
Лепим из пластилина🐍
00:59
Просмотров 324 тыс.
Как вам наш дуэт?❤️
00:37
Просмотров 500 тыс.
Воскресный утренний стрим!
1:00:16
ubutumwa bwa Musenyeri Gervais Banshimiyubusa
5:45
Просмотров 8 тыс.