Тёмный

Ubwicanyi bwo mu 1972 : ukuri mukwiye kumenya 

Yaga Burundi
Подписаться 42 тыс.
Просмотров 6 тыс.
50% 1

Muri Kahise k’Uburundi, habaye ibiza bitari bike. Tugaruke ku vyabaye mu 1972. Ni ibiki vyatumye ico kiza kiba ? Abiswe aba « Maï Mulele » babigizemwo uruhara uruhe ? Ubutegetsi bw’ico gihe bwo bwavyitwayemwo gute ?
#Burundi #TuyageKahise #kahise

Опубликовано:

 

7 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 7   
@TheWatcher-py3qm
@TheWatcher-py3qm Месяц назад
Basha uru ni urwanda rwunomusi.
@desirengzh4606
@desirengzh4606 3 года назад
Les témoignages et le temps nous dirons beaucoup de choses. Wait and see!
@bumereki
@bumereki 2 года назад
Murakoze ku makuru. Turonderere ivya 1965 na 1968
@YvesKAMIBURUNDI
@YvesKAMIBURUNDI 3 года назад
Muratubwiye akahise
@josephinenyanzira6651
@josephinenyanzira6651 14 дней назад
Ayo matohoza yanyu siyo kuko ntimuriko muravugisha ukuri ahubwo mushaka gushigikira aba promoteurs bayo magume.
@singasinga1307
@singasinga1307 2 года назад
Nimwaba mushaka gutahura ingorane zuburundi ntimubifatirane hagati murondere kumenya aho vyatanguriye muri 1957 murwanda abapadiri bategura manifest yabahutu.....niho ubona ko muburundi ivyabaye ari urukurikira rwivyo abakoroni bateguye gushika uyumusi abantu biracabahitana
@josephinenyanzira6651
@josephinenyanzira6651 14 дней назад
Ayo matohoza yanyu siyo kuko ntimuriko muravugisha ukuri ahubwo mushaka gushigikira aba promoteurs bayo magume.
Далее
Arthémon Simbananiye yari inde ?
6:57
Просмотров 4,4 тыс.
Inryane z'amoko zatanguye ryari mu Burundi ?
8:34
Просмотров 6 тыс.
Billy arazize "imali" y'abandi
5:23
Просмотров 3,4 тыс.
Bishasha kw'isubirwamwo ry'isoko nkuru ya Buja
7:28
#EP_01 Amoko n'imiryango y'Abarundi
26:00
Просмотров 6 тыс.
Intwaro ya cami yavuyeho gute ?
9:41
Просмотров 1,1 тыс.
Ivy'itegeko rishasha rigenga amashengero
4:42
Просмотров 2,8 тыс.
Ubushinwa na Afrika barabana ryiza
5:54
Просмотров 778
Ni ikihe gihimba c'umubiri wawe wosaba ikigongwe ?
3:55
Runyota na Inámujândi bokwitwa incungu z'Uburundi ?
8:26
Incabwenge zirafise ikibanza mu Burundi ?
6:56
Просмотров 1 тыс.