Тёмный

Ugusaba umugeni : ijambo ry'usaba umugeni, Kinyange na Torobeka babaye bamwana 

Uburundi Mu Kirundi
Подписаться 14 тыс.
Просмотров 114 тыс.
50% 1

Ijambo ry'ugusaba umugeni ni ijambo rya gishingantahe, barivugana ubwenge kandi rikaryoha kwumviriza.
Muri runo rugero twatanze, Kinyange asabira umugeni umuhungu wiwe atakirya, atakiryama ari ukwiyumvira umukobwa wa Torobeka .
Kinyange na Torobeka baheruka gusabana ubumwe, igihe bayagira mu mbaramake banama akajambo kamwe ari ko kazinduye Kinyange uno munsi.
Emwe Torobeka nk'aho umenga iyo nkuru ntiyarayizi, aririje Kinyange ku kabaje nde, ubona ko umusavyi atarambirwa ataraka Kinyange arashishikara gushika ashengurukane ingabirano.
Iyumviririze namwe!

Опубликовано:

 

4 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 82   
@arthurniyonizigiye4470
@arthurniyonizigiye4470 11 месяцев назад
Murakoze mwampay,inka tuyaga igisuru cagira gisumb,urugo❤❤❤
@jeanboscondikumana8489
@jeanboscondikumana8489 Год назад
Murakoze kuri iryo jambo ryogusaba umugeni ariko vyari kuba vyiza abo bakuramberambere bafise imikuza irimwo akagwa bariko barasoma. Murakoze.
@Kwizeraetienne-ie3nr
@Kwizeraetienne-ie3nr 11 месяцев назад
Murakoze duhe ijambo ryo kubonana
@kabalisaanicet8585
@kabalisaanicet8585 11 месяцев назад
Burya ngo kubura umusaza(umutama) ni nko kubona bibliothèque ituriwe igakongoka Aba basaza tububahe kuko barasobanutse. Uwahanze u Burundi n'uwahanze u Rwanda birashoboka ko bari babwirijwe n'Imana ngo tuzahurire ku rurimi rumwe. Tugire amahoro (Ndabashimiye murakoze)
@NdayisengaObed-n6n
@NdayisengaObed-n6n Год назад
Mwubahwe bimwe bivuye kumutima Matama bacu kumajambo meza nkayo❤❤
@cizafrederick
@cizafrederick 2 месяца назад
Murakoze cane kubagira ico bakebura abandi ariko Ubwatsi bumeze buruma baducira umugani ngotuzowucire abandi
@nihezagirepatrice4787
@nihezagirepatrice4787 Год назад
Kinyanga ikirundi ciwe kiryohera amatwi kandi azi vyishi mubijanye Nimico y'ikirundi Ubushikirangaji bw'imico Kama bwari bukwiye kumwegera bakaraba projet bokorana haba nko mukwandika ibitabo bijanye N'imico n'akaranga vy'uburundi.
@CyriaqueNdacayisaba-s8q
@CyriaqueNdacayisaba-s8q 11 месяцев назад
Aho niho tuba dushima ko mudushikira Basaza 👍 Ijambo mu kirundi ni ryen'iryo,hmmm
@VyukadusengejeanClaude-h1v
@VyukadusengejeanClaude-h1v 10 месяцев назад
Murakoze cane rwose
@justinb3355
@justinb3355 Год назад
Mwubahwe batama! Murakoze cane tuhigiye vyinshi
@Konsa-l5v
@Konsa-l5v 8 месяцев назад
❤❤❤❤❤❤😅😅😅😅😅urase kube 😂😂😂😂😂murareze cane
@nsabimanaelie6060
@nsabimanaelie6060 Год назад
Nibahindur,Kinyange asabwe,...
@wilsonwilson6833
@wilsonwilson6833 Год назад
Murakoze kudushi kirizaiki rundiciwacu🤝🤝
@Esdrasndagijimana-cm4mr
@Esdrasndagijimana-cm4mr 3 месяца назад
Ijambo riryoshe cane🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@claudeNiyonsaba-vx1nl
@claudeNiyonsaba-vx1nl 6 месяцев назад
Mwakoze kuri iryo jambo mwatugejejeho
@Akiwacu
@Akiwacu 10 месяцев назад
❤💚
@dismasburegeya5549
@dismasburegeya5549 Год назад
Ijambo ni vyiza mugabo mwategerezwa kuba micaranye n,abantu bumviriza ijambo vyoboneka neza kandi iyo nkoni si neza uje gusaba barayikwakirira ukayisaba ugez gutaha mwijambo rirangiza,mwarabuze n,abakoma amashi ???
@BukeyenezaEmile-we4tv
@BukeyenezaEmile-we4tv 11 месяцев назад
Mwubahwe! Amajambo aryoshe cane!
@Konsa-l5v
@Konsa-l5v 8 месяцев назад
Ego 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍
@Konsa-l5v
@Konsa-l5v 8 месяцев назад
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤😅😅😅😅😅ego 💯 ✍ 😌 dabakuda cane😊
@FulgenceNizeyimana-p4o
@FulgenceNizeyimana-p4o 6 месяцев назад
Mwubahwe batama bamateka❤❤❤❤❤
@EmileDari-iq5gn
@EmileDari-iq5gn 2 месяца назад
Muzorimpere aba dd batazi Ubushingantahe
@nduwimanajeannine7934
@nduwimanajeannine7934 Год назад
Turakeneye I jambo Ryo gusaba Irembo
@Konsa-l5v
@Konsa-l5v 8 месяцев назад
Ego 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 murachobonye kabisa😅😅😅😂😂❤❤
@arthurniyonizigiye4470
@arthurniyonizigiye4470 11 месяцев назад
Turashimiye caaaane Abo bashingantahe b,akaranga
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 11 месяцев назад
Mwubahwe
@ericirambona6013
@ericirambona6013 10 месяцев назад
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤😂😂😂😂😂😂😂murakoze caaaane,,kabisa ndaryohewe..
@Felicienndayizeye
@Felicienndayizeye Год назад
Ijambo ryakanovera niharambe basokuru nabosogokuruza
@bukeyenezaclement
@bukeyenezaclement 11 месяцев назад
Urakoz mutam nkivy vyokund bak kk hariho abatorivug weh Ni saw murakoz
@nduwimanajeannine7934
@nduwimanajeannine7934 Год назад
Wawuuu nari naratembereye kugira ndonke ama jambo nkayo mukomere
@nibitangaabel6314
@nibitangaabel6314 11 месяцев назад
Iryo gusaba irembo niryo rihanitse
@pierrehakizimana5426
@pierrehakizimana5426 Год назад
uwo yishuye ijambo nize abizi cane, uwo asaba
@jeremiendayishimiye725
@jeremiendayishimiye725 Месяц назад
Icigwa gikomeye!Miragahorukwo!
@BizimanaBelyse-l8n
@BizimanaBelyse-l8n 11 месяцев назад
Oke
@MethoucellaNduwimana-oh4rg
@MethoucellaNduwimana-oh4rg Год назад
Ndakunda muhira iwacu... Mwubahwe, Sabw'inka batama b'ubuki.@
@LarissaAkimana
@LarissaAkimana 4 месяца назад
❤❤❤❤
@jclaudeirakoze9262
@jclaudeirakoze9262 11 месяцев назад
Vyiza cane
@EmileDari-iq5gn
@EmileDari-iq5gn 2 месяца назад
Iyaba kuri dd irijambo ryobashikira bakumva abarundi ingene imico y,Igihugu yamweho komera Taorobeka na Kinyange muri Abashingantahe
@habonimanaemile9064
@habonimanaemile9064 Год назад
Mudushirireho nahandi majambo( ayo kuganduka, guca kumazi, gusaba irembo, gutwikurura etc.. muriko muha agateka ikirundi cacu, ntahantu nahamwe umuntu urashobora kuronka nkibi murii kudukorrera murakoze.
@desirensavyimana4293
@desirensavyimana4293 4 месяца назад
Ahaa natwe muriko mudukarsha mwubahwe
@RamsèsMbonicura
@RamsèsMbonicura Год назад
Neza cane
@princedavidndikumana6406
@princedavidndikumana6406 Год назад
Iki kiganiro ni ciza cane kandi ni ngira kamaro pour les generations futures et presents meme ariko mwari kubinonosora cane bikagira akanovera kurusha mu kubikina vyose!!
@JeanClaudeNkunzimana-v6s
@JeanClaudeNkunzimana-v6s 6 месяцев назад
iryojambo nirisasagare
@JorasNiyukuri-yt1ti
@JorasNiyukuri-yt1ti Год назад
Murashoboye peee
@JeanboscoBosco-iy5hr
@JeanboscoBosco-iy5hr 11 месяцев назад
Nuko iryo jambo rigatungana 🙇🙇🙇🙇🤷🤷
@Konsa-l5v
@Konsa-l5v 8 месяцев назад
Ego 💯 💯 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ ❤❤❤❤😂😂😂😊😊😊😅😅
@ndarufatiyevictor1969
@ndarufatiyevictor1969 Год назад
Akanovera
@HaringanjiChrist-hu5hh
@HaringanjiChrist-hu5hh 9 месяцев назад
Kinyange ministère yimico kama urayimerita pe. Komeza utsimbataze akaranga
@HawaYahya-dw9ho
@HawaYahya-dw9ho 3 месяца назад
Yemwe mutubandanirize ibijanya n'imico y'ikirundi kuko hamwe hamwe biriko biratituka.murakoze
@FleuryNkurunziza-uh4qf
@FleuryNkurunziza-uh4qf 4 месяца назад
Muraryosha ibintu
@kawziraburundi9711
@kawziraburundi9711 Год назад
Muyi vyaribiryoshe
@CesarBizirindashi-ip5dj
@CesarBizirindashi-ip5dj 11 месяцев назад
Umusavyi yaryohoye ikirundi kurusha umusabwa
@TheogeneIrankunda-cr3jv
@TheogeneIrankunda-cr3jv Год назад
Hhhhh komera❤
@alexisnshimirimana5469
@alexisnshimirimana5469 Год назад
Ijambo n'umunoni. Mube ba ntayaga agabiri.
@CédricNdayisenga-w5x
@CédricNdayisenga-w5x Год назад
@DieudonneHakizimana-vc3qq
@DieudonneHakizimana-vc3qq 11 месяцев назад
Akakera ni Sawa
@elyse-fabricengabirano1850
@elyse-fabricengabirano1850 Год назад
Muvyo mwavuze nabuzemwo impererekanywa
@GeorgeNsengiyumva
@GeorgeNsengiyumva Год назад
Abo batama baranyigishije çane
@pontienndayikeza9782
@pontienndayikeza9782 Год назад
Kinyange yubahwe ikirundi ciwe kiryohey amatwi
@fistonnkunzimana6307
@fistonnkunzimana6307 Год назад
ikirundi ciza cane murakoze nibaza ko muzokomeze muduh n,ayandi majambo nkenerwa mumanza zitandukanye
@wivetv7867
@wivetv7867 Год назад
Love from wive tv
@NizigiyimanaJonas-e6o
@NizigiyimanaJonas-e6o 8 месяцев назад
wapi ijambo ryogusaba umugeni siryo ndabahay 2/15
@Pacifique-x5d
@Pacifique-x5d Год назад
Kinyange ikirundi caw kiryohera amatwi kndi uzi vyishi mu mico nakaranga ku Burundi
@RenovatReuben
@RenovatReuben 11 месяцев назад
Non kobavuga meshi caaane nkubu bashetsi bakamubwira bati duhe iyodemu yawe twarayishimye hama tugukubite inoti 😂😂😂😂 yoyanka batarinze kurondogora amagambo umuyoro😂😂😂
@BukeyenezaEmile-we4tv
@BukeyenezaEmile-we4tv 11 месяцев назад
Émile abayajinyitse ngo ntiyotaha atagabanye!
@EmmmaTembo
@EmmmaTembo 11 месяцев назад
Ngo abana baraciga ntawovamwo umugeni 😂 Aho noca ndabivamwo ati karabaye baramunyimye
@eddyclaudekitale
@eddyclaudekitale Год назад
Birahimbay ibintunkibi nibyobibabikenew
@PatrickNIKIZA-rh9fy
@PatrickNIKIZA-rh9fy Год назад
Abarundi ndabakunda
@ProsperNiyonkuru-x9z
@ProsperNiyonkuru-x9z Год назад
Abo batama kwl barigish wohor urumviriz.bubahw.
@PAXREGISKINEZA
@PAXREGISKINEZA Год назад
Nuko iryo rikaba ijambo
@JosephNirera-p7n
@JosephNirera-p7n 11 месяцев назад
Nimukore Ku muheto batama bakurambere ,mboneza zacu Ku buryohe bw,imvugo y,akonovera k,ikirundi.mukomere.
@didierbutoyi4718
@didierbutoyi4718 Год назад
😂😂😂 erega ntivyoroshee
@SeukPiri
@SeukPiri Год назад
Aho bakaba bahejej kusabira madame😂😂😂
@audacekhalifangendakumana9673
Gusaba umugeni ntivyari vyoroshe
@Richarditangishaka-b8l
@Richarditangishaka-b8l Год назад
Ndabona ugiye nabi bomukwima😂😂😂
@JeanMarieNgendahayo-j6n
@JeanMarieNgendahayo-j6n Год назад
Mubahwe mutam
@JosephNirera-p7n
@JosephNirera-p7n 11 месяцев назад
Ariko uwo musavyi yaje akenyeye kandi nuwasabira arokomeye kandi ari numwete uwo mutama nyene gusabisha ararigumako.
@NyandwiJeanmarie-i2y
@NyandwiJeanmarie-i2y 11 месяцев назад
mwubahw natam bc
@CyriaqueNdacayisaba-s8q
@CyriaqueNdacayisaba-s8q 11 месяцев назад
Aho niho tuba dushima ko mudushikira Basaza 👍 Ijambo mu kirundi ni ryen'iryo,hmmm
@jkjk-rn7oj
@jkjk-rn7oj Год назад
Mwubahwe
@ericmukeshimana6602
@ericmukeshimana6602 Год назад
Vyizacane
@GeorgeNsengiyumva
@GeorgeNsengiyumva Год назад
Abo batama baranyigishije çane
Далее
Обменялись песнями с POLI
00:18
Просмотров 866 тыс.
НОВАЯ "БУХАНКА" 2024. ФИНАЛ
1:39:04
Просмотров 475 тыс.
Ijambo ryo gusaba umugeni
35:58
Просмотров 781
UWAMBERE MU RWANDA MUKUVUGA IMISANGO ARATWEMEJE PE
14:46