Тёмный

UKURI KWOSE || Isaac atanze umuco woose kubimuvugwako incuro yambere || Kuvana numugore wiwe 

Isaac Tv
Подписаться 217 тыс.
Просмотров 9 тыс.
50% 1

Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)

Опубликовано:

 

19 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 99   
@NduwayoPrudent
@NduwayoPrudent 14 дней назад
Vraiment uyo muntu basha,musubire ikiganiro kandi ❤❤ndagikunda cane
@Xhcfj-ye3hx
@Xhcfj-ye3hx 21 день назад
Naho yomugira uwakabiri arabir kuriw sheria dini gs ukondabibona bara kunda nyep Imana imber ❤❤❤
@PamyLoxane
@PamyLoxane 21 день назад
Isaac ukuntu muberanye❤❤ usijal maneno yawatu watu wanaongea saana hatamarehem wanamuingelea kwahio mwenyemaamuzi nimoyowako
@fyfh6211
@fyfh6211 17 дней назад
Koreshumwanya shaa turayikumbuye
@Gisbeauty
@Gisbeauty 21 день назад
Isaac jewe ndakwikundira , nibakureke. Uyo mwana ni mwiza cane , afise mukanwa heza, sourire nziza. Ivyo biraba isaac na madame wiwe.
@janeburu6538
@janeburu6538 19 дней назад
❤❤❤ muratwengeje gusa ndabakunda
@Ndayizigafildausi-j6t
@Ndayizigafildausi-j6t 21 день назад
😂😂😂😂😂baba Farhan punguza bangi basi tuko pamoja ✌️✌️bro tunaisubiri. Kwaham iyo movie wlh
@BelsoMusanabaganwa-ty5jd
@BelsoMusanabaganwa-ty5jd 21 день назад
Teams Isaac courages saanaaa 🙌🙏🙏❤️❤️
@jose-vi4qp
@jose-vi4qp 21 день назад
Ikiganiro kiryoshe❤❤🎉🎉
@baytual9274
@baytual9274 21 день назад
Caline ndagukunze kk umwishuye neza cane nukwikurako ubobunyamakuru
@Violette-w3t
@Violette-w3t 21 день назад
Tuzobashigikira nukuri🇸🇦🇧🇮🇧🇮
@SandrineMunezero-wq6no
@SandrineMunezero-wq6no 20 дней назад
Niki bajou sha ca carine❤❤🥰🥰
@shizomaniga9627
@shizomaniga9627 22 дня назад
reka numve ukuri😢
@JeannetteManirambona-o6m
@JeannetteManirambona-o6m 18 дней назад
Irekure ubaze vyose😂😂
@_-wt8ns
@_-wt8ns 21 день назад
Ewe izahake cha ehingenahindura amaso urukundo nidanje amwikundiy numwigem akamwemerera nibikomereze umugabo icahisemwo uramereka bemez cha izahak
@imuhiramedia1624
@imuhiramedia1624 21 день назад
😂😂😂😂 Idini irabikwemerera😂🙈
@violetteniyongabire3859
@violetteniyongabire3859 21 день назад
Ntimuzoduhe ubupande ngo ni film dushaka iyikwiye
@AishaCute-xr4sh
@AishaCute-xr4sh 21 день назад
Ni bakureke shaaa 😂😂😂
@suptanoman2091
@suptanoman2091 21 день назад
Noe Isaac ko yagumy ashaka ko bicarana nuyo mukobw amwinjizamwo amaguru numiwe
@AishaAisha-ik5ez
@AishaAisha-ik5ez 13 дней назад
J numiw cn nukuri nyen bicaranyeko
@NadiaNdizeye
@NadiaNdizeye 21 день назад
Courage mwanikire Ayo menyo
@Chadya-j1o
@Chadya-j1o 21 день назад
😂😂😂😂😂urumugome
@setaseeta9779
@setaseeta9779 21 день назад
Turarindiriye iyo film kabisa turebe ayo warugowe😂😂😂😂
@kamanzikhadija3951
@kamanzikhadija3951 19 дней назад
Ababonye Isaac. Akokantu agize kosobanura uwaciye kuntebe yishure mbisa
@NathanaelNahayo-uh8gr
@NathanaelNahayo-uh8gr 21 день назад
Isaac,urantwenza,none ko akubaza ntiwishure,uriko wishura,uyo mu journaliste wawe canke wari kwishura kugira ngo aba fans bawe batahure?
@siyssly815
@siyssly815 21 день назад
None uwomukotora nkaho yibazako ivyo karimwo kwarivyiza yoooh ugira wiyicire ubutobwawe
@violetteniyongabire3859
@violetteniyongabire3859 21 день назад
Isaac murazinanye biraboneka
@OmAn-u6i
@OmAn-u6i 21 день назад
Besto😂😂 wubatse
@dododolinenshimirimana3112
@dododolinenshimirimana3112 21 день назад
Urukundo ahoruri ntirwihisha😂😂😂 ehe uburyo amuravye
@emmachris-lt6pp
@emmachris-lt6pp 21 день назад
Aranikir nez akananiy umw uyund komunanira abakobw bub ningoran😕😕
@mediatricemanirambona4989
@mediatricemanirambona4989 21 день назад
Aho Isaac udufranga twamubany twinshi agira dupunguriz mundaya😂
@rydyfhgfhdhcv6317
@rydyfhgfhdhcv6317 21 день назад
Ubuhung bwo muburundi bucots abagor babo nuko ah bashush😮
@زياد-ذ5ف5ه
@زياد-ذ5ف5ه 21 день назад
Kimwe uyo mukobwa aratinya. Isaac. Kubantu. Tubona kure hariyo. Aka. Jede. Gatoya. Kimwe isaac arakunda umugore. Wiwe kandi. Ni mwiza
@bavuganezaImmaculee-pn9ni
@bavuganezaImmaculee-pn9ni 21 день назад
Umurundi umubaza ikibazo ahokukwishura akakubaza ikindi😂😂😂😂
@FhSh-bq2pi
@FhSh-bq2pi 21 день назад
Ndabira ingene bafatanije amaguru
@Violette-w3t
@Violette-w3t 21 день назад
Ndavuga nyuma rekambanze nicare numvirize
@gakleennk3337
@gakleennk3337 21 день назад
Isaac turagukunda ariko uyo munyamakuru wazanye wapi ntavyo ashoboye
@myvenif3627
@myvenif3627 19 дней назад
Urambonera ukuntu isaac araba uyo mukobwa aberengur'amaso Mana weee
@NkurunzizaJamilla-
@NkurunzizaJamilla- 21 день назад
none ntubona n ingene bicaye isaac aguma amwegera
@Xhcfj-ye3hx
@Xhcfj-ye3hx 21 день назад
Kunge ne hoyene mwican 🚶🏿‍♂️🚶🏿‍♂️🚶🏿‍♂️
@Happy-h4l1c
@Happy-h4l1c 21 день назад
Akinyuma sha isaaac😅😅😅
@NduwayoPrudent
@NduwayoPrudent 14 дней назад
Yes of course, you know what,watangazaji na wa andishi wote ndio kazi yao kuwapa scandal watu
@BelsoMusanabaganwa-ty5jd
@BelsoMusanabaganwa-ty5jd 21 день назад
Ako kantu Isaac yashizemwo ngo nibwo buzima yarabayemwo murugo,naciye numva agahinda directema 🥺🥺🥺
@DianaNingabiye
@DianaNingabiye 21 день назад
Yemwe nanjye binkozehant mwiz
@MILK52899
@MILK52899 19 дней назад
Wewe uri umwisilamu na 10 wozana 😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@AishaNduwayo
@AishaNduwayo 19 дней назад
Uwumumenyeshamakuru abaza nkakarofa
@user-mp6hg5sx3t
@user-mp6hg5sx3t 20 дней назад
Oya waraciyinyuma umugore! Vyemere yaco bakubaza! Ukishusha ikibaazonyen!
@Chadya-j1o
@Chadya-j1o 21 день назад
Gusa nikeza naho wokagira isuna ntakibazo muraberanye
@emilyKay8
@emilyKay8 19 дней назад
J sinarinzik mwavanye vrt Isaac nahora ndakwemer vip mzee😂😂😂😂😂uramaramaje
@IngabireMariam-o7n
@IngabireMariam-o7n 21 день назад
Kaka yangu jembonumengo bokwihoza kuko nubwo woba umukunda uwo mudem birakwiye
@mwananyamalaz4427
@mwananyamalaz4427 21 день назад
Uwomugabo nindaya mbi
@Mwaminiomar
@Mwaminiomar 21 день назад
N'ubundi si vyiza ubuzima bwawe bwite ubuzane ku ma réseau social
@MILK52899
@MILK52899 19 дней назад
Ugakwegera munzu Sheikh azogukupita inkoni 100 isheria yidini
@RittaRitta-gi1tf
@RittaRitta-gi1tf 21 день назад
𝗨𝗻𝘃𝗮𝗸𝗮𝗴𝗮𝘁𝘄𝗲𝗻𝗴𝗼 😂😂❤❤❤❤ 𝗿𝗲𝗸𝗮 𝗻𝗶𝗿𝗲𝗻𝗴𝗮𝗻𝗶𝗿𝗲 𝗻𝗶𝗺𝘂𝗯𝗮𝗿𝗲𝗸𝗲 𝗻𝗼𝗻 𝗻𝗶𝗻𝘁𝗮𝗺𝗮 𝘆𝘂𝗿𝗶𝘆𝗶𝗻𝘇𝘂
@EspéranceKaneza-n5s
@EspéranceKaneza-n5s 21 день назад
Eee 😂😂 reka fyond 😅😅 s'abonner rero naho le 5 utumega tuzobatwahez 😮😮😅😅 gusa menga iraryosh iyo film 😂😂😂 kwr 😂😂😂😂
@hawababy120
@hawababy120 21 день назад
Barakundana abobantu bararabana bakumvana isoni😂😂😂ngira numu chr wiw wa kimya kimya😂carine aramukunda isaac nomumaso biraboneka😂😂😂
@AishaAisha-ik5ez
@AishaAisha-ik5ez 13 дней назад
Nagira nij nabibony j nyen
@AdrienSibomana-u9x
@AdrienSibomana-u9x 21 день назад
Ubwonububeshi komutatweretse video yukuntu bahukanye
@FhSh-bq2pi
@FhSh-bq2pi 21 день назад
Uwomukobwa wapi arahena imigenzo yidini ntiyoyubahriza kand twari tuzi koyiyubaha non wapi
@user-qt3tw7km4x
@user-qt3tw7km4x 20 дней назад
None indirimbo yarifise ?? Nukuntu nahora ndayiraba 🤔🤔
@EspéranceKaneza-n5s
@EspéranceKaneza-n5s 21 день назад
Jew nakunz 😂iyodemu ingen menga yitonda. Cn yishuranubwenge kwr 😂😂
@lydia_wamaana
@lydia_wamaana 21 день назад
Sawa sawa😂
@MmMm-w8d
@MmMm-w8d 21 день назад
Akongakobwantindaya
@kamanzikhadija3951
@kamanzikhadija3951 19 дней назад
Isaac nawe urafise umu Best ha ha ha. Karabaye noneho
@Nonohassan-vr2kt
@Nonohassan-vr2kt 22 дня назад
Rek Ntore agateb
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja 21 день назад
Indaya mbaya lsaac garukirizaho 😏😏
@AXELLAassia
@AXELLAassia 17 дней назад
Isaac narakubwiye ntamugabo arara tik tok nabandi bakobwa afis umugore iryangeso yawe nimbi sana
@NolasqueIrambona-gm2rn
@NolasqueIrambona-gm2rn 20 дней назад
Carine nawe azoguhaga azoguheba nturinde wibebeza imbere yiwe!
@bbse889
@bbse889 12 дней назад
Tuzobikora isaac
@mareimabdalla1795
@mareimabdalla1795 20 дней назад
Isaac arakunda abakobwa
@Néné-x3r
@Néné-x3r 19 дней назад
Carine ndamufana
@rehmastyle4446
@rehmastyle4446 18 дней назад
Ndumufana yumugore wawe ninaza muburundi nzokarondera ako gakoto ndagakubite
@Angelabelle-xe6ps
@Angelabelle-xe6ps 20 дней назад
Isaac uw mu dada yamubajije bibazo vy'udufuti vrt
@francisniyokindi6737
@francisniyokindi6737 20 дней назад
Ako kagabo karimwo amahinyu kwari Kandi phidia aragukoze mugisebe fidia genda ubaze fatu
@chellairakoze197
@chellairakoze197 16 дней назад
Incut zahafi ntimwumv k bar murukundo namw ntimubna ibint nkah ntimubna k bakundana😂
@leatitiakwizera4016
@leatitiakwizera4016 20 дней назад
Ako nagatwiko, turabimenyereye
@emilyKay8
@emilyKay8 19 дней назад
Ndifuza kuyibona mpore ntaranayiraba kweli nihatari 😮😮😮😮
@JeannetteManirambona-o6m
@JeannetteManirambona-o6m 18 дней назад
None bibaye vyo igitangaje nicahe jewe abantu baratwenza
@MmMm-w8d
@MmMm-w8d 21 день назад
Wewebontangafisesonikongakobwantindayambaya
@valeriemanirakiza3070
@valeriemanirakiza3070 20 дней назад
Isaac nta alliance yambara
@AlineNsabimana-jx8sq
@AlineNsabimana-jx8sq 20 дней назад
😂😂😂😂😂🤔🤔🤔🤔nirenganira
@emilyKay8
@emilyKay8 19 дней назад
None Isaac ntiyubatse🤦🤦🤦
@milamila8653
@milamila8653 21 день назад
❤❤❤ 😂😂😂
@fyfh6211
@fyfh6211 17 дней назад
Tuzobikora
@user-qt3tw7km4x
@user-qt3tw7km4x 20 дней назад
Tuzoyiraba tumenyeko urikumwe numugore wawe. Sinzi ivyateye abagabo muriyimisi
@AnetaR-n4f
@AnetaR-n4f 21 день назад
😂😂
@IrakozeBienvenue-mg9pu
@IrakozeBienvenue-mg9pu 22 дня назад
😢😢😢😢😢
@Sabriya-ms4ry
@Sabriya-ms4ry 20 дней назад
Isaac iyataba umu islam yari kurongora Fanny jewe narabonako yamukunda
@MonaMona-oq1gr
@MonaMona-oq1gr 21 день назад
😅😅😅😂😂😂😂
@ShamillaBizimana
@ShamillaBizimana 21 день назад
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@RittaRitta-gi1tf
@RittaRitta-gi1tf 21 день назад
𝗨𝘆𝘂𝗺𝘂𝗸𝗼𝗯𝘄𝗮 𝗮𝗿𝗮𝗸𝗶𝗸𝗶𝗿𝗶𝗿𝗶𝘇𝗮 𝗸𝘂𝗯𝗲𝗿𝗶𝗸𝗶 𝘂𝘁𝗼𝗱𝘂𝗱𝘂𝗿𝗶𝗿𝗮𝗸𝗼 𝗷𝗲𝘄𝗲 𝗻𝗱𝗮𝗻𝗸𝘂𝗺𝘂𝗻𝘁𝘂 𝗮𝗻𝗱𝗮𝗺𝗯𝗶𝗿𝗮 𝗸𝗮𝗯𝗶𝘀𝗮🤷‍♂️🤷‍♂️🤷‍♂️🤷‍♂️🤷‍♂️🤷‍♂️
@Fatmh-gf8uk
@Fatmh-gf8uk 21 день назад
🇸🇦🇧🇮🤭🤭🤭🤭🤭
@KsaKsa-v9n
@KsaKsa-v9n 15 дней назад
😂😂😂😂😂😂
@MmMm-w8d
@MmMm-w8d 21 день назад
Ntonemungombayamemuntoborimwenkingifungo
@Mwaminiomar
@Mwaminiomar 21 день назад
😂😂😂😂😂😂
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja 21 день назад
Indaya murarushe 😏😏🤣🤣🤣🤪🤪🤪
@Mwaminiomar
@Mwaminiomar 21 день назад
@@JackieloveKingbuja unyumvire kwer😂😂😂
@NadineUwimana-t7b
@NadineUwimana-t7b 15 дней назад
😂😂😂😢😢
@user-kh6hw1xk1v
@user-kh6hw1xk1v 21 день назад
Ariko Asaac nubwo tv online yoba ari rwawe, uwo mukobwa waramuhaye akazi reka akubaze hama umwishure kuko nubwo woba boss wiyo TV wamaze kwiyagiriza kuko nawe na Drissy nivyo biganiro mukora kiretse rero wewe ushikiriwe uciye ubona KO ivyo mukora na Drissy ari amakosa kubera bishikiye wewe
Далее
Как мы играем в игры 😂
00:20
Просмотров 1,6 млн