Wow! C'est ça le vrai sense de l'esprit communautaire! Comme on dit en Kirundi, "Nta kidashoboka!" Avec un peu de volonté et patriotisme, on peut tout faire avec nos propres moyens physiques (inguvu 🙂) et nos maigres moyens financiers ata kurindira ngo "leta izobikora!" - Bravo Mr Ndagijiyama Y'i Burundi! Vous êtes une inspiration pour beaucoup, et absolument une fierté pour notre nation entière! Merci Gaël, uyu mu Shingantahe jewe ndamushira kugwego rwo hejururu cane, kimwe nawa mu Docteur watwereka mu Cibitoke, je crois, nawe nyene atakindi yitayeho atari ineza ya toute sa communauté! 👌👌
Ukwizera , kutari n' ibikorwa kuba kwonyene, kuba gupfuye( Jacques 2.17). Muvandimwe Fulgence, urerekanye uwuriwe nico umariye igihugu. Un exemple à suivre. Nifuza ko ugarutse Ottawa tuvugana kuko votre expertise yodufasha. Et merci Gael pour le partage de bonnes oeuvres.
Mwibutsawineza akarorero kabenshi , umuntu w'abantu!! Ivyukora vyose ni vyiza for real i'am not impressed as usually your heart , your works keep to inspire me and give me more motivation.God continue to bless your good works!!
Un Patriote au vrai sens du terme Monsieur Fulgence nanje niyinse NSABIMANA Y'Iburundi kuko abo bahungu b'Iburaya harukuntu batubeshe Turagushimiye kuba warakize ntukire iwanyu ahubwo ukahakiza uri muri bake bakunda igihugu