Тёмный
No video :(

Umu millionaire akiri umwana yagendewe na Président//Aho nakuye ubutunzi bwanje//Ubworozi Nkora 

UMUKUBITO
Подписаться 179 тыс.
Просмотров 30 тыс.
50% 1

Umu millionaire akiri umwana yagendewe na Président//Aho nakuye ubutunzi bwanje//Ubworozi Nkora
‪@NtareRushatsiHouseTV‬ #ntarerushatsihousetv #diaspora

Опубликовано:

 

25 авг 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 97   
@iradesimpaofficial6153
@iradesimpaofficial6153 Год назад
Merci Gael izi nizo Interviews zikenewe
@Fk-fm1rn
@Fk-fm1rn Год назад
Ndabaye motive wallah kuber ibiganir vya Gaël, je vais me lancé mu bworozi bwinkoko
@mariehategekimana7453
@mariehategekimana7453 Год назад
Ndaramukije uyu Hategekimana Marie Spéciale kuko ntangajwe noki twitiranwa nom et prénom, c'est super. Pour Jado, bon courage jeune homme
@Zian3103
@Zian3103 Год назад
Waouu courage Jado
@remapacifique51
@remapacifique51 Год назад
Gael vyukuri uraziko ndagufana,ibinivyo biganiro bikenewe mugihugu cacu ciza c'UBURUNDI naho ibindi bizoza kuko vyose bikogwa n'amafaranga kugira tubishikeko niyoyambere twobanza kurondera hama Imana igahezagira ibikogwa vy'iminwe yacu
@prosperbibonimana2497
@prosperbibonimana2497 Год назад
Shaa ndatewe intege vrt kubera ivyo mbonye nivyo numvisr.merci kukiyago
@Financial.steps.forward
@Financial.steps.forward Месяц назад
Tera imbere Gakwavu,❤
@user-ij8kn3qo2r
@user-ij8kn3qo2r Год назад
Ibiganiro bikeneww ni kibi vyuri Gael big up kbs ndakwemera foux
@Purellyfunny2409
@Purellyfunny2409 Год назад
Jadoo ndakwemeye kbs uyoo mugambi n bien sana wubahwe kbs goooo ahead !!!!
@jeanneumutesi9617
@jeanneumutesi9617 Год назад
Courage turasavye contact ziwe kweli muzoba mukoze
@franckarmelnkoribirama1000
@franckarmelnkoribirama1000 Год назад
Thanks Gael kurik kiganiro🔥🔥🔥🔥🔥🔥
@beatenina7258
@beatenina7258 Год назад
Courage Jadot ewana nkeneye unyigishe nanje numva inoti irimwo kabisa kivoville nukuhororera inkwavu nanje
@NsumbuKankuli-dc6vt
@NsumbuKankuli-dc6vt Год назад
Hushula Hushula Gaele mwana wachu🎉🎉big up my blood
@burundi_bdi
@burundi_bdi Год назад
Igikorwa cane 🎉 Birumvikana ko harimwo ubuhinga no gukunda igikorwa ! Uri akarorero !
@pyramidtv257
@pyramidtv257 Год назад
Jadox Courage cne mugenzi,
@Purellyfunny2409
@Purellyfunny2409 Год назад
Juste Gael komez utuzanira abatumire batw inspira keep it up man !!!!!!!!!
@hategekimanamariespeciose5701
Courage sana❤❤
@owlbig
@owlbig Год назад
Courage 👌
@clarissendikumwenayo1255
@clarissendikumwenayo1255 Год назад
Courage mwana uzogera kure...Imana ihezagire imirimo yaw
@masteraudry
@masteraudry Год назад
Bravo sha, keep it up. Inkwavu nkazimwe bagabira@B-Face Na Mutima😅. Niwashaka kwongereza umutahe uzoturondere.
@ElyseBayubahe5624
@ElyseBayubahe5624 Год назад
Imana ikijimbere can Juste Gael ndagusavye nimba ufise number zuwo muhungu uzimpe harivyo nkeneye kuzomwibariza uzoba ukoze
@eustachesitaki3698
@eustachesitaki3698 Год назад
Koùera Monsieur Rukwavu
@VianneyNIYUNGEKO-cz8gx
@VianneyNIYUNGEKO-cz8gx 8 месяцев назад
C'est bon
@ndihokubwayoherman2473
@ndihokubwayoherman2473 Год назад
Bro gaelle komeza kudukangura respect
@officialsemunde8134
@officialsemunde8134 Год назад
Courage mr jado
@basympa3793
@basympa3793 Год назад
Courage Jado
@Musindi736
@Musindi736 Год назад
Courage vrt biraryoshe
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 Год назад
Umu Jeune atahura 😊 🎩👍🏽
@amigagabe376
@amigagabe376 Год назад
Good job bro
@irambonaarseneflorent8778
@irambonaarseneflorent8778 Год назад
courrage 👌
@pacifiquebikebako7558
@pacifiquebikebako7558 Год назад
Courage jado rukwavu
@felideturibamwe-sx9qd
@felideturibamwe-sx9qd Год назад
Courageee kweliii
@AgaciroMediatv257
@AgaciroMediatv257 Год назад
Umu Petit Millionnaire kbs
@LydiaNininahazwe
@LydiaNininahazwe 10 месяцев назад
🎉🎉🎉🎉🎉 ndumiwe kweri ?
@hakizaimmoisee9644
@hakizaimmoisee9644 Год назад
Umusaza Burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 ndagukwirikirana hose
@user-gc6er8lm6x
@user-gc6er8lm6x 10 месяцев назад
Mbega mbaze inkwanvu muzigaburira iki?
@nimbonaalice8555
@nimbonaalice8555 10 месяцев назад
Atamaganga nigitoro
@deontidendereza2210
@deontidendereza2210 Год назад
Jado courage.Nkeneye kumenya neza uko zubakirwa. Ejobundi napfishije uduswi twinkwavu 24 nibajijeko nazubak8ye nabi. Mfasha.
@AssinaMsafiri-ud5so
@AssinaMsafiri-ud5so Год назад
Kurikirina ibiganiro vyiwe vyose urabibona ingene bazubakira
@user-pi3gj2cv1r
@user-pi3gj2cv1r Год назад
Ndakeneye numéro zawe, ICO ndakwibariza na jewe ndipfuza kuzorora
@nizigiyimanaCleophas-dw8js
@nizigiyimanaCleophas-dw8js 5 месяцев назад
Numéro yanyu twoyironka mutubwire aho twobaronka tubagurire amaganga?
@sir_christ
@sir_christ 9 месяцев назад
Juste Gael noronka numero ya jadot woba ukoze Courage
@manirakizafelixis
@manirakizafelixis 9 месяцев назад
Ndashaka numero ya gakwavu kugirango tuvugane kuko ndabaye interesse
@francescafrancesca8901
@francescafrancesca8901 Год назад
Gael noronka gute contact z'uyo mwirozi? Please, gerageza umpuze nawe.
@anithakezimana-mb6xx
@anithakezimana-mb6xx Год назад
Gaël bucusiga Num zabo ubawagendeye kugira ukeneye icababaza abaronke
@janvieresibomana1271
@janvieresibomana1271 Год назад
Komera! Tera imbere nkumuzinga
@ndekezieric4939
@ndekezieric4939 Год назад
Nibyiza cyane, muduhe number za jado tuzamusure. Eric from rwanda
@demetrebareke125
@demetrebareke125 Год назад
Turakeneye abantu benshi nkaba
@BarakaNiyogushimwa-oh9wm
@BarakaNiyogushimwa-oh9wm 3 месяца назад
Gael ndasavye mundonse Numero ya telephone ya JADON RUKWAVU mwoba mukoze
@user-co2fr5fe3t
@user-co2fr5fe3t 10 месяцев назад
Gaël duh numéro yuwo mu type tuyage
@Jeanne6569
@Jeanne6569 Год назад
Amaganga sigitoro hhhhhhh
@thierryiradukunda4693
@thierryiradukunda4693 Год назад
Mbega noe nkukenera kuvuhana na gakwavu niyihe numéro yokoresha
@corelineza624
@corelineza624 Год назад
Gaël sinzi nimba uza gusoma commentaire yanje ariko ndipfuza caane umpuze nuwo mujama cank ump Num yiwe ndashaka inyigisho ziva iwe
@mahorobenitantonio3436
@mahorobenitantonio3436 Год назад
uraduha num ziwe juste
@samweljoel6128
@samweljoel6128 Год назад
Black man garukana abadiaspola bawe
@samweljoel6128
@samweljoel6128 Год назад
Black man komera numva generation turiko turajijuka black man gerageza kwigisha abarundi udusabire no muri reta baduhe impapuro ziduha uburenganzira bwogukora ibidandazwa mubihugu vyo hanze nkibibihugu bibanyi
@OsiasMbonihankuye-mp2pf
@OsiasMbonihankuye-mp2pf Год назад
Ndabona ngiye gukorana nuyumusore rukwavu
@greggmpendi5808
@greggmpendi5808 Год назад
None uyu ni umugangi pe.... Ico munyereka... Gregg Geneve
@drbeningabo723
@drbeningabo723 Год назад
Mwoturonsa inumero ya Jado
@nininahazwefefe537
@nininahazwefefe537 Год назад
Uwomurondera yomuronkerahe
@nduwayezutadsonchannel4084
@nduwayezutadsonchannel4084 Год назад
Gael mpa nimero ya jado
@dayno7879
@dayno7879 Год назад
Nimuduhe Nime za Jado
@muhimpundudivine4728
@muhimpundudivine4728 Год назад
Caurage 💪
@niragiradiegomane9559
@niragiradiegomane9559 Год назад
Courage kabisa
@louisbutoyi3094
@louisbutoyi3094 Год назад
Vyiza cane mugenzi!! Utantey intege nanje!!
@celestinmutoka8782
@celestinmutoka8782 Год назад
Inkwavu nyn........nihatali
@felixndayibuka5300
@felixndayibuka5300 Год назад
Pinninga numero yuwo muntu aduhe inyigisho zikwiye.poa
@purplekush2956
@purplekush2956 Год назад
ehhh ndakesera, muta iyo noti niyo kwli
@nininahazwefefe537
@nininahazwefefe537 Год назад
Wabibonye😂😂😂
@TruthMediaUkuri4024
@TruthMediaUkuri4024 Год назад
Ikiganiro ciza cane.
@user-zp5yb4xd1e
@user-zp5yb4xd1e Год назад
Salut!!!!umugambi nimwiza ahubwo muduh contact ziwe.
@user-xc3wn7nq5j
@user-xc3wn7nq5j Год назад
Ndabaramukije nashaka numero ziwe
@IriwacuJose
@IriwacuJose Год назад
Nimuduhe nimero yiwe atwigishe natwe
@misagofloribert1942
@misagofloribert1942 Год назад
ok mon frere ukomere uwoba azi numero y'uwo mworozi yozi partagea
@user-sn4ew9gs6y
@user-sn4ew9gs6y Год назад
Nkeney numer yaw muhungu
@bustabruce480
@bustabruce480 Год назад
Ati nigitoro😂😂😂😂
@tusaidiannyatiboy6954
@tusaidiannyatiboy6954 Год назад
Vp brother noronka number yuwo mujama harivyo shaka anyigishe ?
@user-ij8kn3qo2r
@user-ij8kn3qo2r Год назад
Contact abantu nkaba ziba zikeneww
@VianneyNIYUNGEKO-cz8gx
@VianneyNIYUNGEKO-cz8gx 8 месяцев назад
MPa inomero ya jadon
@meryorndi630
@meryorndi630 Год назад
nukur ntubeshe ubwoya bwurukakwavu numuti wubushe
@arnaudgaelmukurarinda298
@arnaudgaelmukurarinda298 Год назад
Bjr, umuntu yoronka gute numéro yiwe??
@shuw2575
@shuw2575 Год назад
Damukuz akaz akora dipfuz kubikora
@shariftown1006
@shariftown1006 Год назад
Ibiganiro nkibi biradufash twebw basore
@a-labwengesystem3041
@a-labwengesystem3041 11 месяцев назад
Good
@ngendakumanalewis1472
@ngendakumanalewis1472 Год назад
Diaspora local😂😂😂😂
@tuberastevincalvin4968
@tuberastevincalvin4968 Год назад
Aramfashije cane mwondonsa contact yiwe mwoba mukoze canke mukambwira uko nomutora
@ndayishimiyejonathan5477
@ndayishimiyejonathan5477 Год назад
Hamwe muturose numero yiwe ndabona ivyo twokorana bigatuma dushika kure
@bukulujeanclaude3194
@bukulujeanclaude3194 Год назад
Komera bwana jado,muga naragisavy kotwobonan
@mechacknkurunziza-ch4bc
@mechacknkurunziza-ch4bc Год назад
Nn twomuronk gt iyuduh nimr ziwe
@edmondbigirimana824
@edmondbigirimana824 Год назад
Just Gael please duhe number yiwe uzoba ukoze
@xavierschatzle7816
@xavierschatzle7816 Год назад
"Promo SM" 🙋
@AkbarSton-so4wb
@AkbarSton-so4wb 8 месяцев назад
Mumfashe mume inumero za jado
@remapacifique51
@remapacifique51 Год назад
Terimbere
@user-ko1nn3wj3u
@user-ko1nn3wj3u Год назад
Q1Q
@ThobiasprotaisProtas
@ThobiasprotaisProtas 4 месяца назад
Ndahimbawe nikiganiro ndipfuza nanje kwiga kworora ikwavu mwomfasha numero zuwo muvukamyi za whatsapp nanje amyigishe kworora ikwavu
@IsaieNshimirimana-l7e
@IsaieNshimirimana-l7e 27 дней назад
Nanje nashak kumeny ah mukorera ? Ham mump number za watsapp.
Далее