Тёмный
No video :(

Umubikira yavyaye umwana||yarize cane..||bamfashe ku nguvu ngwaye||intahe ibabaje ariko yigisha cane 

Siren Vibes TV
Подписаться 159 тыс.
Просмотров 142 тыс.
50% 1

Mary Angel mwamenye nk'umunyamideli burya afise intahe idasanzwe. mama wiwe yamuvyaye yarihebeye Imana, afashwe ku nguvu//ubuzima bwabo ntibwigeze bworoha na gato.
iyumvire namwe ukuntu bibabaje. ariko birigisha cane. uburyo bashoboye kuba murubwo buzima bakaba bageze aho bageze ubu biratangaje.
#intahe#SoeurSandra#MaryAngelfashiondesigner

Опубликовано:

 

22 авг 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 297   
@didieriranyibutse469
@didieriranyibutse469 3 года назад
For sure uyo mu mama yarigeze kufasha tickets 🎫 ingeza mu buganda but now I am in Sweden 🇸🇪 ndashaka kuzaza kumusura ninza mu Burundi 🇧🇮 if I am here now harimwo intererano yiw then the good news 📰 nuko sanze ari umubyeyi koko umutima ya nyeretse niwa kibyeyi much love ❤️ then keep shining 👍🙏🙏🙏
@nirenganira8433
@nirenganira8433 Месяц назад
Reka nkwibutse nimba utarsgenda ugende 😅😅😅
@odetteuwamahoro4247
@odetteuwamahoro4247 3 года назад
Komera ntore y'Imana. Nyagasani azakwitura. Imana yemera ko tunyura mubigeragezo byinshi ariko ninaho iduha imbaraga. Ntago idutererana. Umwana wawe Rita azakubera umugisha.
@benjaminhavyarimana9479
@benjaminhavyarimana9479 3 года назад
Histoire ikomey cane arik iconkuyemwo nuko atarumubikira ahubwo nuko vyar rêve yiwe nkasab mugih muduhay inkuru kuri titre tubwire ukuri apana gukavya umugani wabanya Rwanda hama courage cane turabakurikira
@emmanuelndayegamiye3857
@emmanuelndayegamiye3857 3 года назад
Uyu musera niyihangane yanavyay akana keza sha. Uwo n'umugisha p. Hama kwariko abivuga bihera uko. Hosy wamuberey umuti.
@kabayizawilly6659
@kabayizawilly6659 3 года назад
Yewedataweeeeee mbega ubuhamya buteye agahinda 😭😭😭 Imana ishimwe ubwo ukiyishima kandi yakomeje kubana nawe please muduhe igice cya kabiri 🙏
@olitech6647
@olitech6647 3 года назад
Sandra, Mama Lita sinzi ico novuga, gusa be strong. Yezu agukomez we yagukomeje kuva kera. Intahe yawe kugeza ubu iracandngera. Lita sinzi ico nokubwira ariko naw be strong, muri famille nziza.
@hermessalha3304
@hermessalha3304 3 года назад
Hosy courage vrmt twari dushaka inkurunkizo zitandukanye nizabandi pana ivyokuvumbura big up sana ma sœur wacu.
@claudinendayizeye4619
@claudinendayizeye4619 3 года назад
Hosy courage sha urik ukor vyiza.Naw maman Imana iracagufisek umugambi niyo mpamvu yakuzigamiy murizo ngorane waciyemwo.Rita urumugisha kumuvyeyi wawe uz umuhoz ayo marira yooose yariz,umuber intumwa
@sandrineniyonkuru9168
@sandrineniyonkuru9168 3 года назад
Oooh ma soeur sandra pole sana kabisa ndumva urugamba rutari rusanzwe pe nagira nije ndimugikomere yamara urandenze pe ahwii pole sna gusa biraryosh imana yaguhany umwana mwiza
@ngendakumanaeloge4786
@ngendakumanaeloge4786 3 года назад
😭😭😭😭😭😭ihangane imana irakubona
@claudiaornellainamahoro7592
@claudiaornellainamahoro7592 3 года назад
Yioo pole vrmnt.Ndabazi kera i gtg,sinarinzi k mwaciy mu bibazo nkivyo.Imana ibakomez
@hatungimanajeanbosco9285
@hatungimanajeanbosco9285 3 года назад
Niho nkibona Hosy atekereje. Yagize ubwoba kabisa. Merci SirenVibes pour cette emission
@anithaniyogushimwa2094
@anithaniyogushimwa2094 3 года назад
Wabibonye naw ?
@josephinegahugano6148
@josephinegahugano6148 3 года назад
Sugutekereza.ça demande ,une attention particulière muvukanyi,urabonako bitoroshe.
@kampayanoaline8148
@kampayanoaline8148 3 года назад
Hosy vyizaa.Duhe num yuwo mu masoeur!afis intah yigisha tu
@janatahmad7048
@janatahmad7048 3 года назад
umu ma soeur yarabyaye vyararangiye😂😂
@safiaimran712
@safiaimran712 3 года назад
@@janatahmad7048 😄🤣🤣🤣🤣
@uwakristu4010
@uwakristu4010 3 года назад
Iyo uzoba uwukomeye Imana Igucisha mubikomeye 😬💥🔥🙏
@justinndayiziga838
@justinndayiziga838 3 года назад
Be strong 💪 sandraa imana yaragu hezagiye inaguha nikibondo ciza disii may god bless you mama ritha 🙏
@caritasnihozeko7167
@caritasnihozeko7167 3 года назад
Vyukuri Sandra, Imana irashaka abantu beza kandi nubu uri mwiza ukorera Imana ariko abantu bakugiriye nabi boooose urabaharira.
@beatricenduwimana5567
@beatricenduwimana5567 3 года назад
Osy mrci bcp, ndumva atakindi novuga kwako ga témoignage kuwo mu Sr, wakoz kumutuzanira. Uratumy ngukunda
@tekanezaviocheftv1949
@tekanezaviocheftv1949 3 года назад
Pole mama ndagukunda numwanawawe nukutabitahuye numugisha umwanawawe harimpamvu imanayabiretsebikaba umwanawawe afisemwana wagaciro wjmbwenge turabakunda mwese bisous
@ericnimubona9568
@ericnimubona9568 3 года назад
Félicitations Musigay muzana ivyigisha. Nabandi nibahindure
@Am-jy4nr
@Am-jy4nr 3 года назад
Iyintahe irigisha
@sirenvibestv
@sirenvibestv 3 года назад
Mary Angel mwamenye nk'umunyamideli burya afise intahe idasanzwe. mama wiwe yamuvyaye yarihebeye Imana, afashwe ku nguvu//ubuzima bwabo ntibwigeze bworoha na gato. iyumvire namwe ukuntu bibabaje. ariko birigisha cane. uburyo bashoboye kuba murubwo buzima bakaba bageze aho bageze ubu biratangaje. PS:iyi ni part1 Part2 iraza mu nyuma ntimucikwe niyi ntahe yose🙏🏽🙏🏽
@angenitunga6719
@angenitunga6719 3 года назад
Nimuzan igice gikurikira mwoba mukoze
@safiasaleh7494
@safiasaleh7494 3 года назад
Nyarutsa udushirireko
@thierryniyungeko8025
@thierryniyungeko8025 3 года назад
Keep it up Hosy. This is a good job my dear...
@kikikiki579
@kikikiki579 3 года назад
Bambiiii🥺 Imana ibahoze🙏🏼 Hosy courage ugum uzana ibiganiro nkivyo kugira bifashe abandi bariko baraca mubintu nkivyo ariko badashima kubisohora
@BigAlpha365
@BigAlpha365 3 года назад
Muratubarize uwo muvyeyi. Uburyo umuntu acamwo kugira yihebere Imana canecane amaze no kuvyara.. Kuko umenga aba soeurs selon l'église catholique bateri bemerewe kuba abavyeyi.. Kumbure vyocira nabandi inzira bafise uwo muhamagaro. Murakoze
@amydhaniyo1603
@amydhaniyo1603 3 года назад
Ikiganir ciza vraiment knd cigisha😔 Mrc boku Hosy ibi nivy biganir tuba dukeney
@nifashaalexandre3108
@nifashaalexandre3108 3 года назад
Pole sana mama ndoo jisi yarivyo ya dunia
@niwemugeniannefrida82
@niwemugeniannefrida82 3 года назад
Rita urasa na maman wawe sana 🥰
@blandinedoudou3623
@blandinedoudou3623 3 года назад
Congratulation Mademoiselle, Imana ibandanye iguha gutera imbere cane gose gose
@imbizitv9953
@imbizitv9953 3 года назад
Imana ishimwe yo yaguhaye umutima wogukunda ikibondo ntivyari vyoroshe ariko warize kubana nigikomere
@Menya_byinshi_utaruzi
@Menya_byinshi_utaruzi 3 года назад
I like the story Hosy..stay blessed!! Love from Rwanda🇷🇼
@havugimanafaustin6296
@havugimanafaustin6296 3 года назад
Mujye mubyara namwe barababyaye
@arsenemukunde3576
@arsenemukunde3576 3 года назад
Uyu mu Mama ari ouverte cane nivyiza,hama Siren Vibe courage muri creative cane nivyo tuba dukeneye.
@shukuludickson4854
@shukuludickson4854 Год назад
Cool
@muhimpunduruth6850
@muhimpunduruth6850 2 года назад
Ujye ushima Imana ko yaguhaye umwana biriya ntabwo byatunguye Imana rero mpore
@kigobekingkong387
@kigobekingkong387 3 года назад
I said it before and I will say it again,hard work and dedication now you see where you're now(utanguye kwimbura imbuto sibikogwa vyiza ukora 13k in one day wow good job girl
@sirenvibestv
@sirenvibestv 3 года назад
God's blessings & hard working
@louisekwizera4886
@louisekwizera4886 3 года назад
Imana yashatse kuguha cadeau nziza nka Rita.Inzira zayo ni igihumbi. Imana ibahezagire.
@irakozeevelyne6603
@irakozeevelyne6603 2 года назад
yooh pole sana
@cizasharif4685
@cizasharif4685 3 года назад
Ooooooooo God is Good
@abdulkareem4923
@abdulkareem4923 3 года назад
Erega namwe murabanu😃nimwivya riresha
@guillainbim6902
@guillainbim6902 3 года назад
Hosy Yubahwe !!👌
@hosyirakoze
@hosyirakoze 3 года назад
🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽
@pinsonnagil9784
@pinsonnagil9784 Год назад
Histoire itouchant imitima ya benshi kabisa.courage Maman Ritha!
@akn334
@akn334 3 года назад
Quel temoignage epoustouflant ! 🤯 Complicite hagati ya Rita na Sandra iragaragara kandi iraryoshe.. Sandra numuntu w'Imana, Ibandanye imukomeza. Hosy ukoresha interview neza urazi kwumviriza ntuciramwo umuntu. Big up team siren vibes tv 👏👊 Cari ikiganiro gitomoye!
@sirenvibestv
@sirenvibestv 3 года назад
Thank you
@DorianeNitunga-ys1ti
@DorianeNitunga-ys1ti 7 месяцев назад
Îles Canaries ukuj
@nshokeyinkawerarisi6401
@nshokeyinkawerarisi6401 4 месяца назад
umva mama rita imana iragukunda yo yaguhaye akana nabariya baramwifuza
@hatugimanaalex7995
@hatugimanaalex7995 3 года назад
Pole sana Mama ivyagushikiye nibisanzwe ntawudacumura kwinosi kimwe Gus nugucumura ntiwinegure ko wacumuye
@hosyirakoze
@hosyirakoze 3 года назад
Erega ntiyacumuye!! Ngira ntiwakiravye cose
@hatugimanaalex7995
@hatugimanaalex7995 3 года назад
@@hosyirakoze Siribwakimare so ntakundi niyihangane kandi mbone umwana yamuviriyemwo igikomeye
@egideniyokwizera2569
@egideniyokwizera2569 Год назад
Mama Rita na Rita jewe ndabazi Rita naramufotoye kuri diplôme nanje naramubonyeko umutima wurukundo areze nabana benshi lmana imuhe umugisha
@christiannkurunziza8523
@christiannkurunziza8523 3 года назад
Nice témoignage...merci Hosy pour l'émission...
@itsthiiburundian334
@itsthiiburundian334 3 года назад
Dieu est grand for real😭
@ygsa5009
@ygsa5009 3 года назад
Mama ritha j vraiment biranse ko mbandany kumva interview yanyu irambabaje
@burundisgottalent2184
@burundisgottalent2184 3 года назад
Ababona ko part 2 ikenewe bampe like.
@sirenvibestv
@sirenvibestv 3 года назад
Hhhh vuba
@oustadhally1137
@oustadhally1137 3 года назад
@@sirenvibestv when ?
@felixnduwimana7340
@felixnduwimana7340 3 года назад
Irakenewe kabisa
@robertkamo2823
@robertkamo2823 3 года назад
@@ymYYT 886
@dorinenuwumukama3613
@dorinenuwumukama3613 3 года назад
Iman igfash knd irabon umubabr ww dsiiii
@fulgencenkurunziza561
@fulgencenkurunziza561 3 года назад
Sha hosy komerezaho uriko ubikora neza
@fabricenduwayo7059
@fabricenduwayo7059 3 года назад
Courageux hosy inkuru nkizo uzikomerezeko cane
@hosyirakoze
@hosyirakoze 3 года назад
🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽
@stidompundu7586
@stidompundu7586 3 года назад
@@hosyirakoze courage iibiganiro nkibi nivyo vyari bikwiye apana kwaguhangana nabasani bishura ibijambo bizarre
@nickyingabire7926
@nickyingabire7926 3 года назад
Courage maman Ritha finallly u made it courage. Ma lovely family❤️🥰
@lisanden7320
@lisanden7320 3 года назад
Inkuru ibabaje kumva uko vyatangiye ariko uko vyarangiye ni byiza cane. Umukobwa yaravutse neza arakura kandi mufitaniye relation nziza cyane nivyo gushima Imana peu importe uko vyagenze résultat final ni nziza🙏🙏👍🏽
@dadaester9270
@dadaester9270 3 года назад
God is good byose akora ni byiza. Courage .
@meryorndi630
@meryorndi630 11 месяцев назад
yoooo nukuri warakometekejwe Manseur sandra Imana ize uguhe iherezo ryiza
@sysyngezahayo7113
@sysyngezahayo7113 3 года назад
Hosy merci!!!!uratugirira indi ntahe
@mugishangezahayonadetteann853
@mugishangezahayonadetteann853 3 года назад
Impeccable mum
@user-ju6jz6vs7k
@user-ju6jz6vs7k 9 месяцев назад
Pole sana dada yangu jipe moyo mungu yupo
@j.claudebatus8070
@j.claudebatus8070 3 года назад
Jewe ntembereje ubwenge bwanje, se wa Rita ni Docteur !
@gygygyslaine5016
@gygygyslaine5016 3 года назад
Ntivyoroshe Hosy courage nibi tubatubishaka peeee intahe nkizo
@nshimirimanaalice9617
@nshimirimanaalice9617 Год назад
Ooohhh waaaawww je cannais Rita quand Elle commençais l Ecole Maternel a SOS Gitega.
@shushishushia3329
@shushishushia3329 3 года назад
Iyinkuru nayibonye mukinyamakuru comurwanda ndaryohew mana niwe mama wa rita
@chantalzoe9646
@chantalzoe9646 3 года назад
Mpore Sandra, Rita ni Umuhoza wawe
@vyimanaevelyne7728
@vyimanaevelyne7728 3 года назад
Iyi ntahe irigisha nukuri. Ntivyari vyoroshe.
@alesnema9596
@alesnema9596 3 года назад
Yigishiki atarukuza baduhenda ngo nababikira
@josephinegahugano6148
@josephinegahugano6148 3 года назад
Yoo, Imana nayo yaciye imuha agakobwa kigitangaza.lmana izumutima wawe masoeur,ibakomeze.Hosy ukomerezaho,uzana intahe zidasanzwe.
@mukagihanafelicite3092
@mukagihanafelicite3092 3 года назад
@@alesnema9596 Respect please
@gaddybarrylizzoofficial8686
@gaddybarrylizzoofficial8686 3 года назад
Courage dada
@AllaboutHosy
@AllaboutHosy 3 года назад
❤❤
@nizigiyimanagaspard432
@nizigiyimanagaspard432 3 года назад
Hosy uricamamare c'Imana😍
@oscarfashionbuja1267
@oscarfashionbuja1267 3 года назад
Hosy intah ni nziza canee gwos numbwo bitoroshe gutahura vyoroshe ham courage vrt ur munzira nziza
@sirenvibestv
@sirenvibestv 3 года назад
Merci boss wacu❤❤
@faguetteigiraneza1751
@faguetteigiraneza1751 3 года назад
Hosy courage ibiganiro nkivyo birafasha Kandi birigisha
@hosyirakoze
@hosyirakoze 3 года назад
🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽
@pierredominique9836
@pierredominique9836 2 года назад
Pourquoi j'avais jamais regardé cet interview si inspirant😕 Mama Rica t'es un reflet de la foie ,,,👐🏽 vrent
@oliviernizigiyimana9882
@oliviernizigiyimana9882 3 года назад
Ivyisi biragoye nukwirinda gucanira imanza nicutazi kiba kibaho nkibi wamengo ni film gsa nihatali
@jnkb257tv5
@jnkb257tv5 3 года назад
Tantine azo gukubita vraiment
@elodiembarirande6192
@elodiembarirande6192 3 года назад
Courage maman Rita. Nari maze kubakwirikira kuri Isimbi Tv. Histoire yanyu yaranshitse kunyota. Rita uri umuhanga. Tu es douée. Shishikara
@ksidointernational
@ksidointernational 3 года назад
Imani Irashoboye nomubihe bitoroshe ncuti🙏🏼💪Hey Hosy! Ufise umushatsi mwiza ntuzowuhemukire pe🤭 I really like girls with such hairstyles!
@ndayishimiyearlene2544
@ndayishimiyearlene2544 3 года назад
Pôle sana iyintahe iratwigishije peee
@thierryirakinga1463
@thierryirakinga1463 3 года назад
Hosy ingene yifashe nkaba bikira nivyo bintwengeje 🤣🤣
@ancillaniyonizeye6758
@ancillaniyonizeye6758 3 года назад
Pôle,ndamenye aho mwenewacu yigeze kuba
@nadinenizigiyimana2005
@nadinenizigiyimana2005 3 года назад
Merci Hosy, bandanirizaho
@tuyleouage6203
@tuyleouage6203 3 года назад
courage hosy
@hosyirakoze
@hosyirakoze 3 года назад
Mercii
@Lil-man.magneto
@Lil-man.magneto 3 года назад
Uratungurana hosy big up
@AllaboutHosy
@AllaboutHosy 3 года назад
Dukorera hosee
@Lil-man.magneto
@Lil-man.magneto 3 года назад
@@AllaboutHosy kama kawaida bless
@ignacemisigaro263
@ignacemisigaro263 3 года назад
Hosy usigay uvumbura courage
@rockyagasobanuye1
@rockyagasobanuye1 3 года назад
Hosy ariko ararira Ma Seour nawe ucawikanunza nkuwurimukiriyo gs birababaje shaa iyo Testimony irababaje iryoshe kwumva shaa
@muhozabenitresor
@muhozabenitresor 3 года назад
Rita is my mum's name....merci pour l'interview Rosy
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 3 года назад
Atari ivy'ubusutwa🤣🤣 Uyu mu sister afise esprit muri we😊
@nyirakamanafrancine3970
@nyirakamanafrancine3970 3 года назад
Ntakibazo kuko yabyaye umwana mwiza kbs
@uwamariyajustine997
@uwamariyajustine997 2 года назад
Uwo muntu Imana izamuhana
@domitiendodo9393
@domitiendodo9393 3 года назад
mbega intaheweeeee gusa ntiheze
@AllaboutHosy
@AllaboutHosy 3 года назад
Part2 iraza mukanya
@prospermuziranenge
@prospermuziranenge 3 года назад
Umwana ni umugisha ntimukarizwe no gutwita!
@jameseric7123
@jameseric7123 3 года назад
Uwamumpa sha
@sysyngezahayo7113
@sysyngezahayo7113 3 года назад
Oooooh Sandraaaaaa weeeeee!!!!!Imana yabanye nawe malgré tout
@albinetv2783
@albinetv2783 3 года назад
Que Dieu te bénisse
@tuyishimedorine2268
@tuyishimedorine2268 3 года назад
Hosy tub dukeney ibiganir nkivyo ndasavy uzoduh prt2
@emiliennehabonimana-eo8to
@emiliennehabonimana-eo8to 4 месяца назад
Courage ma sœur Cendra tu me manques ❤
@user-bj4ld1jw4k
@user-bj4ld1jw4k 3 года назад
Yoooooo pore mukobwamwiza
@Alexisntirenganya-no2kr
@Alexisntirenganya-no2kr 3 года назад
Uwo mumama umenga ndamuzi mukanyosha
@farsalajmi2418
@farsalajmi2418 3 года назад
Nanj umeng ndamuz kabisa
@egidenahimana5883
@egidenahimana5883 3 года назад
Nanje niho ndamuzi , niyo mpamvu nuguruye niyi Nkuru
@irakozeblaise1067
@irakozeblaise1067 3 года назад
Hosy turagusavye igice cakabiri kuko iyo ntahe irimw inyigisho ikomeye
@fannylavineofficial1360
@fannylavineofficial1360 3 года назад
Intahe nkizi nizo tuba dukeney kbsa
@MireilleKamiofficiel
@MireilleKamiofficiel 3 года назад
Merci Hosy.
@ignacemisigaro263
@ignacemisigaro263 3 года назад
Sha birababaj kunvufisinda utazukuntu wayitway
@alidriss8031
@alidriss8031 3 года назад
Ikiganiro cambere kimbujije amahoro umaze gukora niki !!!! Ndabuze nico mvugaaa
@randyjohnsonmugisha9851
@randyjohnsonmugisha9851 3 года назад
Nihanganishije uwo mwana we kuko njye ntago byanezeza ari maman uvuze ko yambyaye atabishaka😭
@jolamb8469
@jolamb8469 11 месяцев назад
Imana iguhezagir
@dollargentille9873
@dollargentille9873 3 года назад
Disiwe uciye bugufi nkumukobwa wawe😭😭😭😭
@francoisemukaferesi3650
@francoisemukaferesi3650 3 года назад
Ababikira mubindaya kandi mukabihakana mwe muribahatari
@charlienyaburunga3821
@charlienyaburunga3821 3 года назад
IVYO MUZE MUBIREKA ,TWE TURAKUZE NAMABANGA YIROMA TWARAYAMENYE KUBATAYAZI BAZOYAMENYA AVEC LE TEMPS ,UWO MWANA(RITA) YAMUVYARANYE NA PADIRI MUVYIHOZE SHA.
@angelrithamary6073
@angelrithamary6073 3 года назад
Charlie, niwewe patiri uko ubivuga woba warafashe ku nguvu Maman ? Ça tombe bien kuko igipolisi kirahana kandi uwushigikira wese icaha aba ari umufatanyacaha ! Kwiyita Charlie NYABURUNGA Ntivyobuza igipolisi kugufata kuko uremeza neza ko yoba ari umupatiri canke ugasanga icaha kirakwagira ! Uko bimeze kose, avec ce commentaire noshaka nkakwitwarira kuko je ne supporte ni la violence ni le promoteur ! Muri bamwe mwempi ! Ntasoni !
@bercafricain
@bercafricain 3 года назад
Umuti wo kuvavanura nibisamaza ugakora akazi kare canke umugambi wawe uyekanye maze ugashika kuco ushaka gushikako mu buzima bwawe fyonda link hano hepfo 👇🏻👇🏻👇🏻 ru-vid.com/video/%D0%B2%D0%B8%D0%B4%D0%B5%D0%BE-JiuUtOZaEIA.htmlsub_confirmation=1
Далее
МЕГА МЕЛКОВЫЙ СЕКРЕТ
00:46
Просмотров 291 тыс.
Burundi : ivyo twomenya ku bwicanyi bwo mu 1988
9:25
INTAHE Y'UWAHOZE ARI UMUMARAYA  |  Part 1
39:29
Просмотров 23 тыс.