None uwo basambana we arihe ko adafatwa? Wa mugore bazanira Yesu ngo bamufashe asambana nawe bamuzanye kwa Yesu ku murega arumwe , ariko umugabo basambanye ntiyaza. Gusa, wamugani wa Yesu ngo" Uwudakora icaha nabe ariwe amubanza ibuye". Ariko jewe ndakeneye kumenya impanvu abantu bakunda gusambana hari igihe mba nunva binansekeje ngira birabaryohera ahahahaha🤣🤣🤣Ayayayayah!