Тёмный

Umugambi HOSY wa Siren Vibes TV yashikirije Umukuru w'Igihugu ku munsi w'Inkebuzo Day. 

IHURIRO TV
Подписаться 297 тыс.
Просмотров 11 тыс.
50% 1

Wipfuza kumenyekanisha urudandazwa rwawe kugiciro kitavuna? duhamagare hano +25761320806
Izi Videos kugira uzobe\ wibera uwambere mukuzibona, ntugaheze kuraba utagize Subscribe hamwe na Like & Comment.
Mushobora kandi kudusanga kumbuga zacu zigiye zitandukanye, Tubibutsa nokutagenda ugize Subscribe canke J'aime n'ugusiga iciyumviro cawe kugira turabe ico twohava duhindura, canke ngo twongerezeko mu ku bashikiriza ibintu vyiza:
Page Facebook: www.facebook.c....
Twitter: / ihurirot​​​​​​​​​. .
Instagram: / ihuriromedi.... .
RU-vid: www.youtube.co....
Woba wipfuza gukoresha imanza [Mariage, Dot, Diplome]...zigiye zitandukanye n'ibindi bijanye n'ivyimanza? turondero turabikora kandi ku kabeyi keza cane.
Wipfuza nogufata mu mugongo runo rwaruka ngizi numero munsi.
Ushaka guterera uru rwaruka ngiyi numero munsi✔
Lumicash: 61320806
Whatsapp : +257 61320806
Lumicash : +257 61320806
This is Answer Media Online
************************************************************************
IHURIRO TV turafise Maison de Production ikora amasanamu meza cane .
Nimba naho ufise ivyo ushaka kumenyekanisha Urudandazwa rwawe twandikire canke uduhamagare (call) kuri iyi nomero yacu : +257 61320806*************************

Опубликовано:

 

11 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 26   
@fatmahaf4951
@fatmahaf4951 27 дней назад
Hosy avuganubwoba😂😂
@CongeraClaudine
@CongeraClaudine 24 дня назад
Kure caane hosy,nibaza ko yariko asiganywa n'Umwanya peut-être
@garythebeast3056
@garythebeast3056 26 дней назад
Hosy mukuvuga imbere yumukuru w, igihugu uvuga utuje kugira nuriko akunviriza atahure neza
@lazzR1935
@lazzR1935 26 дней назад
Oya nibisanzwe kuko kuvugira murirusangi bisaba kwitegura utaja murideba kuko hacahazamwo ubwoba nukutiyemera ariko uko azokwama aronka inkene ashokiriza ivyiyumviro vyiwe azotada abimenyere anatuze,ndamuhaye amashurwe jew ndamwikundira ari mubigeme bafise ukurinda kandi azoshika kure kuko jew ndakurikira evolution yiwe🎉❤ na komere kumuheto
@sese667
@sese667 25 дней назад
Kuvuga imbere y'abantu benshi imbona nkubone, si icoroshe ... Mbona ahubwo Hosy yagerageje ...
@NiyonzimaTsiery
@NiyonzimaTsiery 27 дней назад
Sha uryamukobwa numumeshamakurukokoko afitumunwa mana kbx atunzwe numunwabas
@VéroniqueMayeye
@VéroniqueMayeye 23 дня назад
Urikwiruka nande hosy
@mebeni2745
@mebeni2745 27 дней назад
Burundi bwacu Burundi buhire❤❤❤
@ValentineHatungimana
@ValentineHatungimana 24 дня назад
Courage hosy
@NezerweNelly-pd8lg
@NezerweNelly-pd8lg 25 дней назад
Ngira bamuhaye umwanya muto
@sese667
@sese667 25 дней назад
Kuvuga imbere y'abantu benshi imbona nkubone, si icoroshe ... Mbona ahubwo Hosy yagerageje ...
@Juliette-rz5ho
@Juliette-rz5ho 27 дней назад
Courage
@zawadiakimana
@zawadiakimana 24 дня назад
Yagize ubwoba
@user-ps2ul2hi7x
@user-ps2ul2hi7x 26 дней назад
Hosy Kari kagiz ubwoba
@Kelly_mapito
@Kelly_mapito 27 дней назад
Like page yetu❤🎉
@christinaumugwaneza9055
@christinaumugwaneza9055 23 дня назад
Ufite ubwoba
@theafricanhauler3396
@theafricanhauler3396 27 дней назад
😊❤
@nshimirimanajeanne2261
@nshimirimanajeanne2261 23 дня назад
None niwitonde ninde yaguharuriye iminota kowiruka rekubwoba 😂😂😂vuga agatima kari hamwe
@MaliBbe
@MaliBbe 24 дня назад
Breath , young lady. Breathe 😂
@JeandedieuNiyonzima-ry7kh
@JeandedieuNiyonzima-ry7kh 27 дней назад
Egoo
@user-fx4ol3ii5x
@user-fx4ol3ii5x 26 дней назад
Tungeze kure
@ManiusNiyonkuru-u4v
@ManiusNiyonkuru-u4v 27 дней назад
Bt
@bizozabishakanathan4880
@bizozabishakanathan4880 26 дней назад
Noneko avuga cane ko atavuga atuje nkuko abandi babigenza
@VianneyButoyi-ug5ki
@VianneyButoyi-ug5ki 26 дней назад
Afisee ubwob avug nibidatahurits
@sese667
@sese667 25 дней назад
Kuvuga imbere y'abantu benshi imbona nkubone, si icoroshe ... Mbona ahubwo Hosy yagerageje ...
@ValentineHatungimana
@ValentineHatungimana 24 дня назад
Courage hosy
Далее
Isanurwa ry’kibuga c'indege : ivyo tuzi
6:25
Просмотров 11 тыс.
Эконом такси в твоем городе 😂
00:59
iPhone 16 - презентация Apple 2024
01:00
Просмотров 129 тыс.
Abaniga
8:29
Просмотров 16 тыс.
Invest in Burundi: Success stories
25:28
Просмотров 29 тыс.
Kugura #INDAYA i BURUNDI😰❤
11:45
Просмотров 2,5 тыс.
Эконом такси в твоем городе 😂
00:59