Тёмный

Umukenyezi n'umugabo nibo soko y'ubuzima, nayo umukenyezi akaba inzira n'amerekero y'ubuzima. 

Mashariki TV
Подписаться 315 тыс.
Просмотров 490
50% 1

#Burundi: Inkona ngo ni akarorero keza mu kurera abana kuko itegura ibiswi vyayo kuba m'ubuzima bwo kwibako . Abarundi nabo bari bakwiye kwigira ku nkona mu gutegura neza abana babo kugira ngo bazoshobore guhangana n'ubuzima bwabo bageze mu bigero. Vyashikirijwe n'Umukuru w'Igihugu mu gihe yariko yugurura ihuriro rigira gatanu ry'abakenyezi. #Forum2024 #forumdefemmesleaders2024

Опубликовано:

 

6 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 1   
@oswardjaphal-cd6np
@oswardjaphal-cd6np Час назад
Wirambire mutama wacu
Далее
Boti yazama Goma, raia walilia barabara!
3:23
Просмотров 1,3 тыс.
Grand entretien avec Dominique de Villepin
1:03:33
Просмотров 884 тыс.