Тёмный

Umukuru w’Igihugu Pierre Nkurunziza yishwe ahawe ishano n’abo bagendanye (Bob Rugurika) 

Tele Renaissance
Подписаться 115 тыс.
Просмотров 25 тыс.
50% 1

Abasangiye urugamba n’umukuru w’Igihugu Pierre Nkurunziza ni bo bamwishe bakoresheje ishano. Ivyo bishirwa ahabona na Bob Rugurika, umumenyeshamakuru akaba n’umuyobozi wa radio RPA. Mu kiganiro n’abamenyeshamakuru kuri uyu wa mbere, Bob Rugurika amenyesha ko igihe Pierre Nkurunziza yagandagurwa hari hategekanijwe abandi bantu bahagarikwa bakanicwa mu ntumbero yo guhuvya amatohoza. Bob Rugurika asaba leta y’Uburundi gutanga umuco kuri ubwo bwicanyi, atari uko ngo ibindi vyemezo bizoshirwa ahabona kuri urwo rupfu.

Опубликовано:

 

15 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 19   
@fundifundi5505
@fundifundi5505 9 месяцев назад
Vyaragucanze bob nkivyo harukunfiriza haru wutaziko urigihuha kuva kera
@Martin-xf1bw
@Martin-xf1bw 10 месяцев назад
Nagomba mvunire akagohe abakurikira iyi radio: ibi bintu iyi radio-nsambuzi iriko izana ni amayeri mashasha yo kuzana akajagari mu gihugu kuko: - RPA ntiyigeze ivuga neza Nkurunziza - RPA yagumye yamamaza akajagari mu gihugu - RPA na Bob ntibishimiye ubutegetsi mu Burundi. Muri make; ibi binyoma n'irementanya ntihagire uwubiha agaciro kuko uravye iki kiringo babizanyemwo, hari umugambi mubi uri inyuma. Nkurunziza yararyamiye ukuboko kw'abagabo, mumureke yiruhukire mu mahoro nkuko umutambukanyi wiwe yabivuze.
@NinaZouzou-p4d
@NinaZouzou-p4d 3 месяца назад
Akajaagari kazanwe nabicanyi baba dd be nimbonerakure cokura ububeshi ngaho😏😏
@fundifundi5505
@fundifundi5505 9 месяцев назад
Gihuha cawe turakimenyerey
@victorg7280
@victorg7280 10 месяцев назад
Ceceka Sha ntawutakuzi!!!.Izompuhwe!!!!
@Ntwri
@Ntwri 10 месяцев назад
Ahubwo ceceka wewe kuko ntawukuzi!
@victorg7280
@victorg7280 10 месяцев назад
@@Ntwri We avocat du diable. Urihoribusa!!!!
@Ntwri
@Ntwri 10 месяцев назад
@@victorg7280 Si je suis l'avocat du diable, et bien toi tu es le diable en personne.
@rosettehabimana2666
@rosettehabimana2666 10 месяцев назад
Urabesha. Uriko uteranya abantu nabandi.. Turazi imikorere yawe wa mugabo we.
@Alihamdulil
@Alihamdulil 10 месяцев назад
Mbega piere😂buyoya yishe abahutu bangana gute😂 ko😂 mutabavuga nimureke😂 uburyarya😂 nimba murabagabo muraza mu Burundi mubivugireho zabemera si non nimwemere mutwagwe gushika😂yesu😂 azutse😂
@dianeinamwiza
@dianeinamwiza 10 месяцев назад
Ewew Bob,yabuze sujet ubu ariko avuga n,importe quoi.Ubu relo wabaye porte-parole wiwe,Mana,uzi amabi yakoze,imiryango yahekuye,impfuvyi yagize,vugira abo victimes biwe ureke kuvuga ayamuhe ushaka gutwika,icamwishe in s,enfout,we n,Imana bazovyimenyanire,reka kuducereza
@peaceloveisrael3992
@peaceloveisrael3992 10 месяцев назад
Dusavye Bob kugira profile bas areke kudukora mubikomere twe tuzi ikibi kibishe uwo mwanda yadukoreye kiragira limite. Duhanzwe navyinshi nareke kuzura ibindi yoba akoze. Himba uhishe !
@peaceloveisrael3992
@peaceloveisrael3992 10 месяцев назад
Ibihe turimwo sivy agahimbo ! Ibitugoye sikuzura gaherere nyakugenda yiyahuye ! Ja muzindi dossier ntizibuze. Ivyamwe n'a Deniza uzobigarukako hanyuma
@omernshimirimana
@omernshimirimana 10 месяцев назад
Abarundi mutinya kwumva ukuri none president nkurunzinza aho jew ntapfuye nawe nkurunzinza niwe yari kwitswa na coron virus aha mubategetsi Hari akagambane nyene birazwi!
@peaceloveisrael3992
@peaceloveisrael3992 10 месяцев назад
Ahubwo uwamunize akwiye kumenyekana agahabwa ikidari tukanamwubakira na monument. Yarakijije igihugu... Imigambi mibisha yamye ategura akayishira mungiro yari iherezo kubarundi benshi... Ivyo kwigagamisha bidahera akanigagura abandi bijane nawe arakagenda aboshe shetani mahembe. Ivyo yivye tuzobigaruza vyanse bikunze...
@Nkundukuri
@Nkundukuri 10 месяцев назад
Nawe uwakuniga yaba agiriye neza u BURUNDI kubera urwango ufise
@peaceloveisrael3992
@peaceloveisrael3992 10 месяцев назад
Bob Rugurika ibi binu uzanye turagusavye ubihagarike vyihuta uzoba ukoze. Iyi promotion yububwa irafise abandi ibereye we raba ibindi plz.. Ce NAZI impitoyable, uwo mumenja nyakygenda aboshe ,sekibi Gahini ntawumuvugira ngo abivemwo.. Ikibi yasize yigishije ibihumbi nibihumbagiza vy abatutsi yahoneje biramaze Arrêtez de raviver nos souffrances niba udasara nawe. Ivyo Denuza yaguhaye bimusubize ntukarye kuvya satani
@pepeinno9336
@pepeinno9336 10 месяцев назад
Mbega burya ubututsi busigura iki? Umuntu aba umututsi gute?
@peaceloveisrael3992
@peaceloveisrael3992 10 месяцев назад
@@pepeinno9336 bicya kure ntabwo wabyiyumvisha. Byihorere wewe ntiwabibona !
Далее
Silent Hill 2 - Мульт Обзор
07:26
Просмотров 328 тыс.
bob rugurika
7:00
Просмотров 139