Тёмный

Umukuru w'igihugu yuguruye ikigo c'idandarizo gishasha ciswe "Tokyo Center" i Bujumbura 

Mashariki TV
Подписаться 294 тыс.
Просмотров 24 тыс.
50% 1

#Burundi Umukuru w'igihugu Petero Nkurunziza yuguruye icese kuri uyu wa gatanu 13 Kigarama ikigo gishasha ca kijambere c'indandarizo kiri muri Quartier Industriel imbere y'isoko "City Market" benshi bita "Kwa Siyoni"

Опубликовано:

 

12 дек 2019

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 17   
@tatiya6883
@tatiya6883 4 года назад
Imana imuhezagir
@ndayiragijelevantus9156
@ndayiragijelevantus9156 4 года назад
Congratulation Burundi leaders
@aminamunezero
@aminamunezero 4 года назад
amina
@yahayazedy9779
@yahayazedy9779 4 года назад
Mungu akupe maisha marefu Peter nkurunziza unafanya mazuri Burundi nabwo tuzokwibagira imanta iguhe umugisha ramba watubakiye igihugu ubu chateyimbere peee
@igor1117
@igor1117 4 года назад
Yooo ariko disiii abarundi😂
@ab3ab313
@ab3ab313 4 года назад
dufit.uburund.bwizaaa
@rodriguerwaka610
@rodriguerwaka610 4 года назад
Iryo soko niryaba yapani ariko?
@nsabimanaerneste245
@nsabimanaerneste245 4 года назад
Neza chane imana imubungabunge prezida wacu abavuga kwivyakora batabibona usanga bikogwa basinziriye
@ndayikengurukiyeange3259
@ndayikengurukiyeange3259 4 года назад
Jm
@mutabazidonald856
@mutabazidonald856 4 года назад
Nihehe ko mutahavuga
@gnlmutabazihamza9998
@gnlmutabazihamza9998 4 года назад
En face yo kwa SIONI
@ciarrasamia8360
@ciarrasamia8360 4 года назад
Iryo soko rira majahe mutubwire
@bizimanajonas3945
@bizimanajonas3945 4 года назад
En face na marche Siyoni.
@felixmanirambona6576
@felixmanirambona6576 4 года назад
Igihugu kiri muri ambargo kukaguma cifashe ivyo nbintu n abandi bayobozi bo muri Africa bari bakwiye kurabirako.Umukuru w igihugu yigumira mugihugu ciwe akacubaka akama hafi y abo arongoye.Komera nabandi bazogusubirira bibahe akarorero.
@mukomezaidrisa7497
@mukomezaidrisa7497 4 года назад
Uburundi buried kurutonde rw'ibihugu bikennye cane kw'isi kurusha ibindi simbona ibyo mwubaka mbona musenya nibyari byubatswe
@felixmanirambona6576
@felixmanirambona6576 4 года назад
@@mukomezaidrisa7497 Jewe ndibaza imbere yukuvuga ivyo wari kubanza kwiyumvira abo bari kubutegetsi batarahaza uburundi bwari mubihugu biteyimbere? Wari gusesangura ukaraba aho bwari bugeze mumyaka bwatwagwa n abo wipfuza.Kandi baronka imfashanyo z amakungu.Ubu igihugu kirya ikiremve kicirasheko.Ubu ntibagikota ingoro y umukuru w igihugu nibindi vyishi.Ariko udashaka kubibona naho bokubwira ntanakimwe wobona. Na Kadafi bagiye kubona ivyo yakora atakihari.
Далее
Каха заблудился в горах
00:57
Просмотров 3,1 млн
Maybe a little TOO much gel 😂
00:12
Просмотров 13 млн